#Kukayi

Пікірлер: 22

  • @ericakaneza7601
    @ericakaneza7601Ай бұрын

    Bnjr PAM.. merci pour l'émission mais,il fallait inviter aussi abana bakuz baba mumihana nabo bakavuga ivyo bahura navyo,kuko ngaho twumvis côté imwe gusa.kandi n'abavyeyi bakira nabonyen ntibera hariho abagoy can😮merciii

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226Ай бұрын

    Izo mpanuro👌😇 Mme Pam merci beaucoup pour vos invitées. Mwatuvugiy ibintu nukuli 🥲 j Nd'Umwana yakomerekejwe nivyo bintu vyo gutunga Abantu mu nzu. Bose ntibaba ari beza, mais malheureusement les parents ne pouvaient pas s'en rendre compte 😑

  • @analyssamizero7846
    @analyssamizero784622 күн бұрын

    Muvuze ukuri❤

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka3189Ай бұрын

    Abo ba mama baravuze ukuri kandi birigisha. Imana Ibahezagure ko baberey abavyeyi benshi

  • @kalyka4107
    @kalyka4107Ай бұрын

    Gutunga abantu bisaba umutima wurukundo no kwihangana. Bravo kubabikora.

  • @dianekanyange9073
    @dianekanyange9073Ай бұрын

    Murakoze . Ndabasavye nkuko mwatumiye abo bavyeyi muzotumire aba baye mumihana nabo bavuge ingorane bahuye nazo canke ivyiza.

  • @murerwaaline9582
    @murerwaaline9582Ай бұрын

    Mwaramutse na Mwiriwe Reka dushimire caane Mme Pamela kubiganiro vyiza adutegurira. Kimwe yagize neza kuzana aba bavyeyi hano kko ubushize hari havuze umwana yabaye mumuryango. Gutyo haca haza umuco kumpande zose .Gusa nigikorwa kitoroshe kandi kirimwo kwitanga kwinshi.

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r25 күн бұрын

    Je hari uwigeze kumbwira ngo weho ntiwaronse umugabo. Ngushaka arije nsanza ndumukobwa? Narabuze ico mvuga. Hama bihera bamubeshe atwara inda agaruka kundirira munyuma.mujambo rimwe umwana utavyaye nigake umuhanura akanezerwa abibona nkurwanko.

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568Ай бұрын

    Ntivyoroshe kurera abana batari abawe ! Mwubahwe caaane 🙏

  • @user-if5uw7pd3r
    @user-if5uw7pd3r25 күн бұрын

    Iyi myaka kurera abakobwa ntivyoroshe. Nukuri vyofuma numuhungu

  • @blanchemuco3492
    @blanchemuco34929 күн бұрын

    Ikiganiro ciza goooose!!! bavuze neza gose, abantu ni bake babana bavane bumvikana, kenshi muvana mwankana canke hari ama hypocrisie!!!

  • @bahatiuwimana5670
    @bahatiuwimana56702 күн бұрын

    ukuri .🎉🎉❤❤❤

  • @immaculeenizigiyimana4442
    @immaculeenizigiyimana444227 күн бұрын

    Biraryoshe pe

  • @GregonieNdayizigiye
    @GregonieNdayizigiyeАй бұрын

    Gutunga abantu si icoroshe kweri!ni ibanga rikomeye kandi ribangirwa ingata!!!

  • @BaderGalaxy
    @BaderGalaxy25 күн бұрын

    I love you PAM ndakunda nibiganiro vyawe 🥰

  • @pamchanneltv1502

    @pamchanneltv1502

    6 күн бұрын

    Murakoze cane.Natwe turabishimiye

  • @NtezimanaMarianne
    @NtezimanaMarianneАй бұрын

    Ndabaramukije muzantumire mbahe ikiganiro

  • @pamchanneltv1502

    @pamchanneltv1502

    6 күн бұрын

    @NtezimanaMarianne twovugana muratwakura kuri 76284000 mutwandikire no kuri watsapp

  • @kezalarose-ga5ck
    @kezalarose-ga5ckАй бұрын

    Paméla nukuri imihana twarayibayemwo,kandi natw twarahavuy turatunga abana iconovuga kimw nuko arigikorwa kigoy gisaba kwihangana numutima wurukundo,kandi ukombona abavyeyi bubu nabana bubu gutunga abana mumuryango ntikikiri icoroshe nagato.kuko abantu twaramaz guhinduka impande zose , côté abavyeyi, côté abana , côté abakira abobana

  • @pamchanneltv1502

    @pamchanneltv1502

    Ай бұрын

    Waouuuh commentaire nziza kdi yubaka🤝 uvuze neza cane.

  • @ornelladushime5996

    @ornelladushime5996

    Ай бұрын

    Ndashimye commentaire ❤umvugiye ibintu

  • @mugisharaissa5222

    @mugisharaissa5222

    Ай бұрын

    uvuze ukuri

Келесі