AMAKURU YA
Ойындар
🔴CNL Twitter: CNL80115770?t=d4Q...
_____________________________________________
🔴CNL FB Page: / cnlpolitical
______________________________________________
🔴CNL Group: / 2134881220135640
______________________________________________
🔴Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
🔴Amakuru ya VOA Ijwi ry'Amerika
🔴Amakuru ya Radio RPA
🔴Amakuru ya Radio Inzamba
🔴Amakuru ya Radio Haguruka
🔴Amakuru ya Radio Peace FM
🔴Amakuru ya Radio RTNB
🔴Amakuru ya Radio Inkinzo FM
🔴Amakuru ya Radio Isanganiro
🔴Amakuru ya Radio Umurisho
🔴Amakuru ya Radio Igicaniro
🔴Amakuru y'Ikiganiro Ndondeza
🔴#cnlNews #updats #interviews
Пікірлер: 35
Peace and love ❤❤❤❤
Ndabakunda
Rumaga 😍😍
Twonezererwa rubandanya mwishitu rababayecane niyugarwa rwimipaka hagati ya bavukana, bakomezaba ryana ibiganiro birakenewecane
Turabakunda dukunda ibiganiro byanyu mudahwema kutugezaho
Ihonyabwoko ( génocide ) yakorewe abahutu mu Burundi mu 1972 vyose vyakozwe n'abanyarwanda biyita inyenzi kuko, bagiheza kuvyonga mbonyumutwa na kayibanda, bahise bahungira mu Burundi mu 1959.
Sawa
@junior rumaga
Durabashimiye rwose
Tubateze yombi
Noneuwo munyamakuru yitwande uwomu byeyi
Congo ko mutayivuzeho
Tubahaye ikaze kdi amakuru yanyu turayakunda cyane !
Ni baheza kwigarurira Congo bazoca batangura iyindi ntambara y'aba rwandophones bi Burundi, Uganda barahejeje, Soudan barayigabuye, Kenya baraye bayihekuye, none mwibaza y'uko bn bari izindi ntabara bazojana mu bihugu vya buraya? Umuvyeyi aravyara benshi ,hakabamwo abasuma (abajura ) n'barozi. Afrika yatuvyariye akaziri kitwa Urwanda , ntaho rutaniye na bn Hamas. Reka turindire, hariho umuns baziseka kw'ibuye bibwira y'uko tutabazi.
Ntimukajye muvuga ngo imbibe zirugaye kuko urubibi rw'Urwanda ntirwugaye mujye mugira muti Urubibe rw'Uburundi rurugaye
Nimanu congo
Intambara izarangiragute ngwabantu barekegupfakoko?
Turabakundacyane❤
Uyumudamu ntazi kuvuga amakuru
@user-ws3gi8fk8j
22 күн бұрын
Ark azabimenya ntamwana ukura ngo ahite yuzara ingobyi Gusa harabura gato nashyiremo akabaraga
Uburundi butwawe nasazi😅... shame.
@user-eg2vc3ox5s
22 күн бұрын
Ziba wamacuho we
Nonese africa y'epfo irega gute Israel kd nayo irimo gukorana Genocide hamwe na reta ya Congo?
Good evening to you all New bcbc
Kuvugana se bavugane ibiki!? Ibirego u burundi burega u rwanda u rwanda ntirubyemera!! Mbega nibyo!? Niba aribyo urwanda rwakwikisora!? Niba ataribyo u burundi bubeshyera urwanda kuzihe mpamvu!??!!? Mwakwibaza abo bakoze ibyaha muburundi ko arabarundi!? Urwanda rubabika mo iki!? Kuki rutabatanga ngo basubire iwabo!!??
@didoxgatete6338
22 күн бұрын
Nago Uzi amategeko mpuzamahanga. Ko bataciye umubano nu bubiligi Kandi ariho batuye
L
UBurundi bumaze kuronka ubwigenge, aba neurotoxiques b'iburundi n'abirwanda bahise bibumbira bamwe bahirika ubutegetsi bw'umwami n'abamukomokako micombero Michel yahise abaha ubutegetsi, abaha intara za cankuzo mishiha , ruyigi , rugana bukemba, igice ça muyinga, gihanga n'a cibitoke ça rugombo, Q ngagara , n'amakambi amw'amwe Ku buryo n'a permis de conduire zatangwa n'umunyarwanda yitwa Sebititaweho. Abapolisi biwe bitwa ba gasalasi ba kanamugire, n'ayandi ni nabo boheje Micombero na Ndabemeye Thomas ,guhonya abahutu bi Burundi .
Kicwe ni myumbati wasihawe
13:45 Ariko Inyenzi zigira ikinamico. Umusizi Bahati, Jay polly na Kizito zarabishe none zizanye icyo gifobagane ngo ni Rumaga?! 😡
@user-bk1mo6tv7o
23 күн бұрын
Ikimwaro kuri wowe rwose uvuze ubusa
@KaweraAdeline
23 күн бұрын
Imana ikubabarire kuko ibyo uvuga ntabyo uzi
@FrauFischer05
23 күн бұрын
@@user-bk1mo6tv7o Umusizi yari Bahati..
Tubateze yombi