Wa mu Maman wo kuri Tiktok aradutwengeje || jewe hamwe nopfa uyu musi ntajuru ntobona nukuri...

Пікірлер: 17

  • @wizerepamella5762
    @wizerepamella5762Ай бұрын

    Abapfakazi Imana irudukunda cane Ntitwihebure Mw'ijuru hari Imana 🙏🙏🙏

  • @user-ru5jc8ey6k
    @user-ru5jc8ey6kАй бұрын

    yooh ndagikund g manaaaa ingen akina neza mu Rugo serie ahamagay Maria hoho😂😂😂😂nogum mwumviriza

  • @user-mr1jq8ml4k
    @user-mr1jq8ml4k2 ай бұрын

    Gakobwa shaaa ❤❤❤

  • @alicendayishimiye5369
    @alicendayishimiye5369Ай бұрын

    Hahhaaa uvugisha ukuri kwinshiii,uraryoshe kwumvirizaa

  • @mariejosiannemariejosianne8211
    @mariejosiannemariejosianne8211Ай бұрын

    Kunze ikiganiro cawe maman ❤

  • @NdimuLyne-be4nf
    @NdimuLyne-be4nfАй бұрын

    Mama prince welcom

  • @FrankLightlifeirakoze
    @FrankLightlifeirakoze2 ай бұрын

    Kubera

  • @alaninalvittaavnin7505
    @alaninalvittaavnin75052 ай бұрын

    Turamukunda cane bakobwa wacu shn

  • @Umweranda_BIHOME
    @Umweranda_BIHOME2 ай бұрын

    Afise vibes ziryoshe vrt

  • @novatidamian7236
    @novatidamian7236Ай бұрын

    Ndamukunze ntamuzi numumama yiyemera kandi imana ibimufashemo abandanye aturerera abana bihugu. Abagabo bamwe turi intagondwa.

  • @Umweranda_BIHOME
    @Umweranda_BIHOME2 ай бұрын

    Uyumu mama ni 🔥🔥🔥🔥🔥😂

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073Ай бұрын

    noe nkubaz kubr iki usunikira kumubaz imyaka amaze atabikora ntuba wibaz kuriko uramukomeretsa mbe hoho ubushak ko n abana biw borab ikiganiro ham bakwumv kwafise umugabo babikorana atavy arababwir😢😢wopfum ubishir ku bandi ham ukamubaz ico abivugako

  • @claire2623
    @claire2623Ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤

  • @houdchris257
    @houdchris257Ай бұрын

    Ako gatwengo kumu journaliste ntigatwika ariko😏ugerageza kugashira ahantu hadakenewe kand igaca urenz igasumvy niwurik aravuga

  • @alinenizigiyimana8266
    @alinenizigiyimana82662 ай бұрын

    Courage cane mubirimwo bien

  • @igirimbabazisania9768
    @igirimbabazisania97682 ай бұрын

    Uyu Maman ndakunda ukuntu akina muri film kwa fany❤❤😂😂😂😂

Келесі