Intahe y'uyu musore irababaje cane☹️// Iwabo n'Umukobwa dukundana bambwiye ko nsa nabakozi bo munzu

Пікірлер: 34

  • @diamytv17
    @diamytv1715 сағат бұрын

    Courage bro,tuza utekane vyose bizogenda neza tu

  • @eddyjoyeuxtuyishime3201
    @eddyjoyeuxtuyishime320118 күн бұрын

    Il y a des choses qui doivent être dites, tandis que certaines autres doivent être comprises. Ikosa sa bavyeyi, ikosa n'uwo mukobwa atafashe ijambo n'ingingo yoku guhagararire imbere yabo. Kuvyo wavuze mukiganiro "kuzo muzira" ejo n'ejo ntaho ibigori vyokwera uribuka ko wigeze kugoka (gut'umunwa). bavuga bati " Si tu passes ta vie à te faire aimer par les gens, alors tu seras un cadavre aimer par la ville." Savoir perdre c'est une marque de grandeur.

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka318918 күн бұрын

    Imana Ibahezagire Izobahe kubana muzoronderana ibintu biraronderwa

  • @LavaLava-cs1ce
    @LavaLava-cs1ce19 күн бұрын

    Bro courage umufundi apfira kwishantiyo uzotsinda pambana mungumbele

  • @joseph-clovisniyonsaba6357
    @joseph-clovisniyonsaba635719 күн бұрын

    Hatanguye urwamo n'urukundo rugitangura. None nk'ibi bifasha iki uwo musore? Ikiyago ni ikindi nibavyige batarinze kwiyararaza kuko n'uwo mwigeme ntaramwegukira. Arashobora kwisubirako niyaba atari we yatumye uwo musore kubivuga. Uko ni ukwararaza imiryango. Just an idea.

  • @JeanmarieNdayishimiye-el3js
    @JeanmarieNdayishimiye-el3js18 күн бұрын

    mecky .muri bake bakurungitse kuresha mucendajuru rekana nabana bo mwiville 😂😂😂

  • @NellyNiyonkuru-xt6bp
    @NellyNiyonkuru-xt6bp18 күн бұрын

    🤣🤣 Imana irihangana kweli kuturema tumezuku

  • @HassaniMugisha
    @HassaniMugisha19 күн бұрын

    Mecky courage vrt jew nibutse umusi umudemu bamuturije ipasi ngonuko yanse kuguheba

  • @KamarizaViolette-zm5bw
    @KamarizaViolette-zm5bw19 күн бұрын

    Yoooo ncut mpol Can ivyo vyamavyabaye wew wahuy intambamyi zabavyeyi jew nagiz intambamyi zabonise incut gus umukobwa nyimbagukund iman niyoyonyen izocurubanz

  • @OlivierManirakiza-rd3gx
    @OlivierManirakiza-rd3gx19 күн бұрын

    Manigaz aguhay por gusuraburukund ntiruguhindurimbw jiconogusab kor Can iruhand yurw rukund

  • @ChadrackIrakoze-ny6gp
    @ChadrackIrakoze-ny6gp19 күн бұрын

    Ako kantu rr ko kwinyegeza muri plafond niko kanyishe.harya iyo hagir imbeba igucako vyari guca bigaragara ko muri plafond hariy umukeba... Gusa courage idem biyawe man

  • @SM-nn5rw
    @SM-nn5rw18 күн бұрын

    None abakozi basa nabi?

  • @ArianeIngabire-wh6yj
    @ArianeIngabire-wh6yj2 күн бұрын

    Non iyo confidence uwo mujama ayikura he ?ubuho aravyishe mbere uyu ntiwari wo mwanya wo kubivuga😂😂

  • @Xlsmdjdodjid
    @Xlsmdjdodjid19 күн бұрын

    Akanse baraheba , kandi ikitabuze mubitoke nibihunda

  • @junchengsportsnewsstars5016
    @junchengsportsnewsstars501619 күн бұрын

    NC interview Mickey

  • @RETUS-BRAINY
    @RETUS-BRAINY19 күн бұрын

    So sorry mister mecky🤣🤣🤣🤣🤣

  • @AlbansBans
    @AlbansBans19 күн бұрын

    Akagumye bagumako ahubwoo shiramwo inguvu bizogend neza kaka

  • @Chanceline-NC
    @Chanceline-NC19 күн бұрын

    Actually this man is....NI NZOMUZIRA kbs😂😂😂 gumako😀😀

  • @RETUS-BRAINY

    @RETUS-BRAINY

    19 күн бұрын

    LoL 😂😂😂😂😂

  • @cedricmpfukamedusenge361
    @cedricmpfukamedusenge36119 күн бұрын

    Uwomukobwa ashobora kuba Atari nurukundo gwa vrai ukaba waramuroze why not🤷😂😂😂😂😂🤷😂😂😂😂😂

  • @francinekwizera6557
    @francinekwizera655719 күн бұрын

    Komeza kwihangana ubandanye urugendo

  • @user-vv9zo9ht8p
    @user-vv9zo9ht8p19 күн бұрын

    Ronderera ahand aho nta rapaix irimwo ndakajamwijuru

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru615112 күн бұрын

    Muratuzanira uwo mukobwa nawe Mister journaliste hama dupfume tuja kubafasha muri famille babumve tube abashingantahe basi tuzoje muri famille yuwo mukobwa tuganire nabavyeyi biwe twumve version yabo nayo yabavyeyi ko ari kubera ubwoko,cank ubukene bwuwo muhungu,dusanze arubwoko bamuhora bo bikundaniye ho twosaba na Leta ikabijamwo iyo famille zoba ari muri zimwe zibiba Urwanka rwubwoko namacakubiri murwaruka rwubu ivyo navyo nko mu Rwanda birahanwa namategeko guhora umuntu ubwoko bwiwe.

  • @Xlsmdjdodjid
    @Xlsmdjdodjid19 күн бұрын

    Abahungu namwe murantwenza kwli oe iwabo batagushaka wew ushaka iki??

  • @JustineNizigiyimanajustine

    @JustineNizigiyimanajustine

    16 күн бұрын

    Erega umuryango siwo wibakira umuntu nimba umukobwa akunda umuhungu cank umuhungu akunda umukobwa ntampanvu ihari batobana

  • @florencekubwayezu706
    @florencekubwayezu70619 күн бұрын

    kzread.info/dash/bejne/oGhqybVym6fJqLA.htmlsi=Z0cD9CJ_dSwwZ673 🔥🔥Muce murab nukuntu y actinga muri film🇧🇮🔥🔥🔥

  • @cedricmpfukamedusenge361
    @cedricmpfukamedusenge36119 күн бұрын

    Ivyanse uraheba man ! 🤷😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @GG-ni1zj
    @GG-ni1zj19 күн бұрын

    Tu viens de commettre une très grave erreur mon pôte: kuba abavyeyi bumukunzi wawe batakwakiriye ne te donne pas le droit yo kubashira kuma réseaux sociaux na cane cane ko canal wahisemwo atariyo izotora inyishu y'ico kibazo. Ne penses-tu pas ko ta petite cherie ashobora kubona ko w'expoj abavyeyi biwe bigatuma har'igihindura image yar'agufiseko ? Kuba abavyeyi bafata position kumwana wabo barabifitiye droit. Toutes-fois kurwanya urukundo rwanyu bafatiye kuco uri baba bagize amakosa ariko hariho inzira nyinshi zokoreshwa kugira ngo umugambi wanyu ubandanye neza. Imwe munzira zokoreshwa n' uko abavyeyi banyu kumpande zose bari guhura hanyuma bakayaga kugira ngo n'ejo ntuzoje kwinyegeza muri plafond. Utaye umuco uba utaye akabanga ico uhakura n'akaranda arico gituma gusaba irembo bifise insiguro ikomeye cane. Bavyeyi namwe reka gufatira decision abana banyu mwibuke neza ko na mwebwe igihe mwubaka izanyu mutafatiwe ingingo n'abavyeyi banyu, ahubwo mwihutire gutanga impanuro mwongere muhezagire ibibondo vyanyu murugendo batanguye.. Gira amahoro Gir'amahoro

  • @aliciaayinkamiye5296

    @aliciaayinkamiye5296

    19 күн бұрын

    Le fait ko abarundi bafukerera kbr hypocrisie nivyo bituma bigwira ariko abantu bagiy babivuga nabavyeyi bazikubita agashu

  • @AlbansBans

    @AlbansBans

    19 күн бұрын

    None wewe ntiwumvise yuko bamwimye umwanya ushaka Abo bavyeyi bahure gute ata mwanya uhari

  • @GG-ni1zj

    @GG-ni1zj

    15 күн бұрын

    @@aliciaayinkamiye5296 hypocrisie ni kimwe la culture en est autre mugenzi. Kuva na kera na rindi umuntu ageze kubaka urwiwe abavyeyi barahura bakamenya hanyuma hagakurikira umugirwa wo gusaba umugeni, n'aho vyagiye biraba batamuguhaye kenshi niho hava ivyo bita gucikira.

  • @RETUS-BRAINY
    @RETUS-BRAINY19 күн бұрын

    Mister mecky Dimpoz gus kwel washayagiye kandi ivyo ubivuze mugihe kitarico kwel kandi ikindi womenya toute la vérité n'est pas bonne à dire mon pote. Ubundi ivyo wobivuze mubana comme témoignage yintsinzi yivyo mwaciyemwo. Ariko rero nabo bavyeyi nabo imitima nubwenge vyabo ngirango nivyo ba télécharger ku net ubwo nu bujuju. Remember mister Mecky "" speech is Silver but silence is golden🖐️

  • @JoanaKeza
    @JoanaKeza9 күн бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @user-mq1it2df6v
    @user-mq1it2df6v19 күн бұрын

    😂😂😂😂

Келесі