kubwa PARCEM igiturire kiri muvya mbere bisinzikaje igihugu

Ойын-сауық

#indundinews :Ishirahamwe ryihaye gukangurira abarundi guhindura ingendo #PARCEM ryemeza ko kurya ibiturire mu #Burundi biza imbere mu bihanze igihugu . Faustin Ndikumana arongoye PARCEM akavuga ko ,inyuma y'imyaka ine irangiye umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ashitse kubutegetsi atawomurenza amanota mirongo itanu kw'ijana (50%).

Пікірлер: 7

  • @alainbertrandambazimana9189
    @alainbertrandambazimana91898 күн бұрын

    Très bien dit🎉

  • @hubertpuffman2429
    @hubertpuffman24298 күн бұрын

    C’est lui qui devrait être président du pays 👌🏽

  • @ErickMpendwa-m6o
    @ErickMpendwa-m6o2 күн бұрын

    Iryojwi ryawe ryobera kuba umukuru w'igihugu kbs wubahwe can 🙏 knd uravuze ibintu bikomey cn leta nuko umenga irasinziriy nivyo mubabwira biherera ngaha🙆🙆🙆🙆

  • @eliasndayizeye4160
    @eliasndayizeye41603 күн бұрын

    Nkurunziza tuzomukumbura cane😥😥😥

  • @ubutungane
    @ubutungane5 күн бұрын

    oya vraiment nimusemerere en tout cas sa sera bon

  • @user-gd7rc7uh1u
    @user-gd7rc7uh1uКүн бұрын

    mbega recrutement muri PARCEM zikorwa gt?jewe nta appel d'offre ndabona

  • @user-gn8xz8pb5z
    @user-gn8xz8pb5z3 күн бұрын

    Nikibazo

Келесі