INDIRIMBO ZA CHORALE YA KAMINUZA Y'UBURUNDI - Encadrement Pentecôtiste - Album 3

Музыка

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 16

  • @MukristoVedaste-by8nb
    @MukristoVedaste-by8nb8 ай бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @ProsperNiyonsaba-zv8wq
    @ProsperNiyonsaba-zv8wq5 сағат бұрын

    Ameen

  • @meirratv

    @meirratv

    5 сағат бұрын

    Amen 🙏💓

  • @user-ce9uu1op1k
    @user-ce9uu1op1k6 ай бұрын

    Murakoze cne

  • @meirratv

    @meirratv

    6 ай бұрын

    🙏💖

  • @rogerbararunyeretse5770
    @rogerbararunyeretse577021 күн бұрын

    Muhezagirwe benedata.Murushirize gukorera Imana no kwerekana icubahiro cayo iyo muri hose muri kino gihe kibi mu buryo bw'impwemu.Ugukorera Imana kwanyu ntikuze guherere muri encadrement.Murushirize kubera ikimazi ishengero ry'Imana n'igihugu mukwerekana intahe nziza.

  • @meirratv

    @meirratv

    21 күн бұрын

    Amen Amen 🙏❤️

  • @user-ce9uu1op1k
    @user-ce9uu1op1k6 ай бұрын

    Yesu abakomez cneee gose

  • @meirratv

    @meirratv

    6 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-cg5rt6rr2n
    @user-cg5rt6rr2n8 ай бұрын

    ❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    🙏💖

  • @dieudonnenkunzimana1883
    @dieudonnenkunzimana188325 күн бұрын

    Imigisha iva Ku Mana ibabeko birumvikana Ko mwamaze gutamira Ku ngabire y'lmana

  • @meirratv

    @meirratv

    25 күн бұрын

    Amen 🙏❤️

  • @dieudonnenkunzimana1883
    @dieudonnenkunzimana188325 күн бұрын

    Ariko iyo playlist murabe muyihinyanyure neza kuko hagati nagiy ndumvamwo utunenge tw'indirimbo zatanguye ariko ntizihere, subira mubitunganye neza muce muduha dushishikare kwubakwa n'amajambo y'lmana ya bene mutama NDIKUMASABO

  • @meirratv

    @meirratv

    25 күн бұрын

    Murakoze cane kur'ico ciyumviro ciza ❤️🙏

Келесі