INDIRIMBO ZA CHORALE ENS - Encadrement Universitaire Pentecôtiste

Музыка

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 18

  • @wiyangamoussa3002
    @wiyangamoussa3002 Жыл бұрын

    Nukuri Imana yacu ikoribikomeye,bidashobokera abantu Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @safarihasard
    @safarihasard2 ай бұрын

    Mbega indirimbo zirimw'amavuta ya Mpwemu Yera!!!! Imana ibahezagir caaaaane

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @rivuzimanaedouard6947
    @rivuzimanaedouard6947Ай бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    Ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @arnaudnyabenda5115
    @arnaudnyabenda511511 ай бұрын

    Imana yacu irakora kabisa

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @mauricendayishimiye3102
    @mauricendayishimiye31029 ай бұрын

    Muhezagirwe benedata

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @arnaudnyabenda5115
    @arnaudnyabenda511511 ай бұрын

    Courage Mugabo no kuri face turazikeneye

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    🙏💖

  • @nitazirwedaniella5903
    @nitazirwedaniella59038 ай бұрын

    Yesu Christo ahezagire aba baririvyi yongere abakomez mugikorwa cayo barampezagiye

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @bishikajeanpaul642
    @bishikajeanpaul6423 ай бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen🙏💖

  • @jacquesndikumana7755
    @jacquesndikumana77558 ай бұрын

    Amen

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

Келесі