INDIRIMBO ZA CHORALE YA KAMINUZA Y'UBURUNDI - Encadrement Pentecôtiste - Album 1

Музыка

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 6

  • @user-dq2nc7kp6n
    @user-dq2nc7kp6n9 ай бұрын

    Muhezagirwe❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @ParfaitNiyubahwe
    @ParfaitNiyubahwe4 ай бұрын

    Bagenzi banje Uhoraho abahezagire caane kabisa

  • @meirratv

    @meirratv

    4 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @macmagaia9632
    @macmagaia96322 ай бұрын

    Murakoze cane yesu abahezagire ariko jew ndazikeney audio nagerageje kuzi téléchargea ariko ntama titre yazo mbona

  • @meirratv

    @meirratv

    2 ай бұрын

    Amen 🙏💖

Келесі