INDIRIMBO ZA CHORALE GIHANGA - ISHENGERO RYA PENTEKOTE

Музыка

Aba baririmvyi baririmvye amajambo akomeye cane!!
Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
/ @meirratv
Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 43

  • @rogerbararunyeretse5770
    @rogerbararunyeretse577010 күн бұрын

    Yesu abakomeze Chorale Gihanga.Tubipfurije ko mwozarangiza mukibirimwo neza

  • @meirratv

    @meirratv

    10 күн бұрын

    Amen 🙏❤️

  • @esperancenahabandi-lm4fu
    @esperancenahabandi-lm4fu Жыл бұрын

    Amen,murakoze gusubira kutwumvushe zino ndirimbo

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @terencebanter967
    @terencebanter96711 ай бұрын

    Umwami Yesu abahezagirane hamwe na Meirra TV. Turahezagiwe cane. Yesu abampere umugisha.

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    Amen 🙏💖 Mushishikare guhezagirwa!

  • @iradukundalionel4662
    @iradukundalionel4662 Жыл бұрын

    Ndafashijwe pee🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @karikeaudace6205
    @karikeaudace62056 ай бұрын

    Nukuri muhezagirwe cyane.n'indirimbo zirimwo amavuta.

  • @meirratv

    @meirratv

    6 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @reverienngendahimana7772
    @reverienngendahimana777211 ай бұрын

    Murakoze kubwizindirimbo zirimwo amavuta YImana❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    🙏💖

  • @user-nk4zl2eq2z
    @user-nk4zl2eq2z3 ай бұрын

    Imana ishishikare kubakomeza

  • @meirratv

    @meirratv

    3 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @pendokamana-rp6fo
    @pendokamana-rp6fo10 ай бұрын

    asante sana.kwanyimbo.nzuli.zenye.upako.wanamuna.hii.nawapenda.sana

  • @meirratv

    @meirratv

    10 ай бұрын

    🙏💖

  • @jeannesabumuremyi9827
    @jeannesabumuremyi98279 ай бұрын

    Zakayoo ndumvise ijwi ryawee ndakunda ijwi ryaw nukrii🎉🎉🎉

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    🙏💖

  • @user-ej2sj7zy1x
    @user-ej2sj7zy1x10 ай бұрын

    Amen❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    10 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @iradukundalionel4662
    @iradukundalionel4662 Жыл бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @nshimirimanadesire141
    @nshimirimanadesire1418 ай бұрын

    Harihindirimbo ntunvise ivuga ati gezaho wamusanbanyiwe gezaho wamwicanyiwe

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Egoo

  • @mauricendayishimiye3102
    @mauricendayishimiye31028 ай бұрын

    Imana ibaje imbere

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @user-nk4zl2eq2z
    @user-nk4zl2eq2z9 ай бұрын

    Imana ishishikare kubaha ingabire zukuvugubutumwa muhezagirwe

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 💖🙏

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @niyonkuruperes6253
    @niyonkuruperes62539 ай бұрын

    Imana ibakomeze

  • @meirratv

    @meirratv

    9 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @capitolineniyimbona9774
    @capitolineniyimbona977411 ай бұрын

    Amen 🙏🏾

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @meirratv

    @meirratv

    11 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @ChristellaIrakoze-kb5zk
    @ChristellaIrakoze-kb5zk8 ай бұрын

    Murabumugisha

  • @meirratv

    @meirratv

    8 ай бұрын

    Amen 🙏💖

  • @nihezagirwegaston8482
    @nihezagirwegaston84827 ай бұрын

    Bahezagirwe caaane abo bantu ,ariko ndifuza kumenya ko Ari ab'iGihanga Ca Bubanza

  • @meirratv

    @meirratv

    7 ай бұрын

    Amen. Ego ni Gihanga ca Bubanza.

  • @nihezagirwegaston8482

    @nihezagirwegaston8482

    6 ай бұрын

    @@meirratv Ni vyiza caane ko ubutumwa bwakwiye hose

  • @alphonsinenifasha6892
    @alphonsinenifasha6892 Жыл бұрын

    Bene Data Imana ibahezagire

  • @meirratv

    @meirratv

    Жыл бұрын

    Amen 🙏💖

  • @KithomeKisoi
    @KithomeKisoiАй бұрын

    Yesu abahumugisha nubushobozi bwokubandanya mukwiza ubutumwa kwisi yose

  • @meirratv

    @meirratv

    Ай бұрын

    Amen 🙏💖

Келесі