INZAMBA Y'AKABANGA // CHORALE YA MBERE // EGLISE PENTECOTE KINAMA

Ойын-сауық

Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 (Appel & Whatsapp) canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: neemagospeltv@gmail.com . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu.

Пікірлер: 36

  • @nkurunzizadesire6601
    @nkurunzizadesire66016 ай бұрын

    Chorale Kinama ndabakunda kandi Ishengero ryandeze ndabibuka banyigishije gusenga mucumba c,amasengesho n,ubu ndacabandanya ndavyigish

  • @nkurunzizadesire6601
    @nkurunzizadesire66014 ай бұрын

    Chorale ndabakunda cane mukamere mwese na Parrain wanje Mwalimu Adelin Ngurinzira

  • @BeniHeritier
    @BeniHeritier5 ай бұрын

    AMEN muhezagirwe

  • @Nsabimanamarie
    @Nsabimanamarie2 күн бұрын

    Twame twiteguye .Imana ibahezagire

  • @Cycy129
    @Cycy1297 ай бұрын

    Niko bizomera kuri wamusi Imana idufashe uyo munsi uzagere twitwguye kazoba agahinda kubanyavyaha 😢😢😢🙏🙏

  • @user-cp3ze8cg1u
    @user-cp3ze8cg1u7 ай бұрын

    Imanidufashe kabisa

  • @familytv2004
    @familytv20047 ай бұрын

    Ubwengeburimwomugenzi nabobabikora baziko ataraza kandibaziko amazekuzantamakuru gusa barikudutegura Imana ibahe umugisaha

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial7 ай бұрын

    Nikobizomera Yesu wacu adutabare🙏🙏🙏🙏

  • @boscovyamungu3519
    @boscovyamungu35197 ай бұрын

    Amen IMANA ibahezagire caane❤

  • @user-ih5ss1sr4b
    @user-ih5ss1sr4b3 ай бұрын

    Amen Amen

  • @nadiarukundo3636
    @nadiarukundo36367 ай бұрын

    Yesu uranzigamira igitsibo canje

  • @mdavid777
    @mdavid7777 ай бұрын

    To God be the whole glory!!! Prepare our souls, this is the real time!!! Let us repent, the time is at hand.

  • @nimcoabdi7063
    @nimcoabdi70637 ай бұрын

    Courage mugabo muzokosore amajwi hariho rimwe ryumugabo ritagoroye

  • @Habochannel
    @Habochannel7 ай бұрын

    Yesu adufashe

  • @fabricebigurutsi1449
    @fabricebigurutsi14494 ай бұрын

    Mana udutabare ntituzosigare

  • @nkurunzizadesire6601
    @nkurunzizadesire66014 ай бұрын

  • @salathielgsm1063
    @salathielgsm10637 ай бұрын

    Yioo😢Mana ico nkwisabira ni kimwe uzondindire ubugingo kugeza kwiherezo ryanje

  • @everyne.illankunda8292
    @everyne.illankunda82926 ай бұрын

    MANA urazompa IHEREZO RYIZA MANA

  • @peniellaiteriteka4690
    @peniellaiteriteka46906 ай бұрын

    Murakoze Imana ibahe umugisha kandi Imana iturengere kuko bizoba biteye ubwoba uko nukuri niko bizomera

  • @user-nr7pp6bo2w
    @user-nr7pp6bo2w7 ай бұрын

    Imana ibongere amavuta mwarahezagiwe

  • @user-dq2nc7kp6n
    @user-dq2nc7kp6n7 ай бұрын

    Imana itubabarire❤❤

  • @user-no9zd6lj2k
    @user-no9zd6lj2k7 ай бұрын

    muhezagirwe bant bimana ivyo nibizoba kwer

  • @user-pl3qf7rz2x
    @user-pl3qf7rz2x7 ай бұрын

    Imana ifashe

  • @ElieMukristo-ef1tc
    @ElieMukristo-ef1tc7 ай бұрын

    Bizob bitey ubwoba ku bazoba baasogay mw isi pe

  • @fidelenishimwe6451
    @fidelenishimwe64517 ай бұрын

    Muhezagirwe

  • @Munezeroyvette
    @Munezeroyvette7 ай бұрын

    Oooh Maman Espe😢😢😢R.i.p Mon Chef Celestin!😪😪😪🙏🙏🙏🙏

  • @christella5092
    @christella50927 ай бұрын

    Indirimbo yakera murakoze kuyigarukana

  • @nkurunzizadesire6601

    @nkurunzizadesire6601

    6 ай бұрын

    Ishengero ryacu Kinama mwarandeze muhezagirwe mwarez ibikura ubu Imana yangize umukozi wayo muri missiologie Kenya.mwarakoze bakozi b,Imana

  • @user-de5nh5cq5b
    @user-de5nh5cq5b7 ай бұрын

    Iyo ndirimbo ntabwenge burimwo yesu yaje ibimenyesha makuru bizobandanya bikora?

  • @christella5092

    @christella5092

    7 ай бұрын

    Kuberiki??none wibazako navyo bizoba vyaduze???

  • @christella5092

    @christella5092

    7 ай бұрын

    Kandi warukwiye kwumva inyigisho zirimwo ukareka gukosora kuko hano ubutumwa benebwo babwimvise ivyibinyamakuru bizoba bihari canke bidahari icangombwa nuko nawe woba wahanye nishengero nivyo twese twipfuza nabano baririmvye nibwo butumwa bashatse kuduha abadayimoni bogukosora turabirukanye mwizina rya Yesu Christo kuko gukosora abakozibImana muriyiminsi abadayimoni bavyiharaje

  • @user-de5nh5cq5b

    @user-de5nh5cq5b

    7 ай бұрын

    @@christella5092 😂😂😂

  • @user-de5nh5cq5b

    @user-de5nh5cq5b

    7 ай бұрын

    @@christella5092 kirazira kwemera moutonnement kandi ufise ubwenge bwokwiyumvira

  • @boscosengiyumva8596

    @boscosengiyumva8596

    7 ай бұрын

    ​@@user-de5nh5cq5bhariho umusi utazokwiyumvira

Келесі