Inzamba y'akabanga

Vidéo de Rukundo Samuel

Пікірлер: 60

  • @rebeccandikumana68
    @rebeccandikumana68 Жыл бұрын

    Ooooh,mbega indirimbo za kera ziryoshe

  • @angeirakoze-mg6xt
    @angeirakoze-mg6xtАй бұрын

    Abavuga ko ar' ibinyoma YESU KRISTO abatabare. Hama nimurabe muri matayo 24:1-51 no muri zefaniya 1:14-18 no muri Daniyeli 12:10 . saba mpwemu yera wo kugutahuza.amen et que Dieu vous benisse🙏🙏🙏

  • @ndayishimiyeinnocent4441

    @ndayishimiyeinnocent4441

    Ай бұрын

    Iyo mirongo watanze ntabwo ivuga ivyo vy’inzamba y’akabanga

  • @oscarntahonvukiye6685
    @oscarntahonvukiye6685 Жыл бұрын

    Imana idufashe kandi iziduhe iherezo ryiza kuri wa musi .muze dukunde gusenga nivyo vyohimbara Imana .Ntibizoba vyoba vyoroshe kubanyavyaha .

  • @erichakizimana1626
    @erichakizimana16264 жыл бұрын

    Nukuri Imana ibahezagire kuriyo ndirimbo nziza ifasha imitima

  • @ndayishimiyeinnocent4441
    @ndayishimiyeinnocent4441Ай бұрын

    Ino ndirimbo yuzuyemwo ibinyoma gusa,ntakuri kutimwo n’agatoya,niberekane umurongo werekana ko hazobaho inzamba y’akabanga

  • @NellyCimpaye-vz2gj
    @NellyCimpaye-vz2gj5 ай бұрын

    Amen🙏🏻🙏🏻

  • @bitwivyawe9141
    @bitwivyawe9141Ай бұрын

    Iyi ndirimbo muzoyifute mwashizemwo ibinyoma nta nzamba yakabanga ihari

  • @user-gv3fd2if8w
    @user-gv3fd2if8w11 ай бұрын

    Amen Imana idufashe

  • @AaAa-wj4np
    @AaAa-wj4np Жыл бұрын

    Amen 🙏love form 🇧🇮🇸🇦❤

  • @user-ih9nl9ke6o
    @user-ih9nl9ke6o6 ай бұрын

    Amen yesu uzaduhe kurangiza neza

  • @niyonkurudarcy737
    @niyonkurudarcy737 Жыл бұрын

    Bizoba bigoye. Umuntu arakwiye kwitegura. Imana idufashe. Amen 🙏

  • @Munezeroyvette
    @Munezeroyvette Жыл бұрын

    Ahoo diii pendo!🙏🏼🙏🏼🙏🏼👌👌👌❤❤🇧🇮🇧🇮💚💚🇸🇦🇸🇦

  • @grettadusabe3315
    @grettadusabe3315 Жыл бұрын

    Imana idutabare izoduh kurangiza neza

  • @amidaberta6725
    @amidaberta6725 Жыл бұрын

    Imana izaduhe iherezo ryiza

  • @user-qu8bo6og8i
    @user-qu8bo6og8i3 ай бұрын

    Ntakindi mbifurije namaherezo meza ntaco mutakoze Ntibyoroshe mana dushuboze dusohoze urugendo amahororo

  • @user-yp6yu7wg9k
    @user-yp6yu7wg9k5 ай бұрын

    Tuzohuriremwiju twese

  • @user-yp6yu7wg9k
    @user-yp6yu7wg9k5 ай бұрын

    Abavugangonibinyomanabo nakazikabo muhezagirwe mwaririvye neza amana yesabamperumugisha

  • @ishitsamasezerano6841
    @ishitsamasezerano68412 жыл бұрын

    Ameeeen ameeeen 👏Aleluaaa

  • @shams5915
    @shams5915 Жыл бұрын

    😢😢😢uramp kurangiz nez mana

  • @user-to6kc5rm4i
    @user-to6kc5rm4i5 ай бұрын

    Igo kabisa mwareretse murategura neza.ikibazo nuko mwese mbona muzosigara.kuko mukuri ubanyavyaha mutari abagororotsi.

  • @user-um2rz5ew3m
    @user-um2rz5ew3m8 ай бұрын

    Muhezagigwe cane

  • @honphilemonmuhizi4659
    @honphilemonmuhizi46597 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤

  • @user-bi8zj5vv5y
    @user-bi8zj5vv5y5 ай бұрын

    Mana urampa iherezo ryiza

  • @manandorodrigue4289
    @manandorodrigue428921 күн бұрын

    Ntawambwira ukuntu iyi Corale yitwa

  • @ndihokubwayoleonidas5899
    @ndihokubwayoleonidas5899 Жыл бұрын

    Ururirimbo ntirubona nezaa ARIKO ruraryoshe mwogerageza kurubonesham

  • @jeremientunzwenimana3906
    @jeremientunzwenimana39065 жыл бұрын

    Ncuti,zacu komeza kuririmba kweri izindirimbozanyu ziradufasha mumitimayacu,komeza musohore nizindinyishi.

  • @venustedushime9370
    @venustedushime93705 жыл бұрын

    Uko nukuri

  • @emerimanafloriangeorgesoli1795
    @emerimanafloriangeorgesoli17955 жыл бұрын

    Iman itugirir ubunt kabisa 🙏

  • @dieudonebizoza6774
    @dieudonebizoza67743 жыл бұрын

    Nukuri iyindirimbo irampezagira mutwongere nizindi

  • @claudeniyonkuru2442
    @claudeniyonkuru24422 ай бұрын

    Yesu nabagezagire

  • @innocentndikumana6084
    @innocentndikumana60848 ай бұрын

    v

  • @NzikwikizaKevin-mu8kx
    @NzikwikizaKevin-mu8kx Жыл бұрын

    Ntanzambayakabangiriho iconikinyoma casatani

  • @fabriceakimana4730
    @fabriceakimana47303 ай бұрын

    Imana izoduh ijuru

  • @niyokwizerameryvelle9394
    @niyokwizerameryvelle93947 ай бұрын

    Imana idutadare 🙏🙏

  • @JosephBibonimana-sd6xx
    @JosephBibonimana-sd6xx7 ай бұрын

    muhezagigw

  • @jeanclaudenkurunziza216
    @jeanclaudenkurunziza2164 жыл бұрын

    Turabashimiye kubutumwa bwiza muriko muraduha mushishikare kuduha nizindi ariko muze muduha amasanamu abona neza.Murakoze

  • @mamyakintore4284
    @mamyakintore42844 жыл бұрын

    Emwe haburagato

  • @irambonafilbert7201
    @irambonafilbert7201 Жыл бұрын

    Ubuvugishwa bwuzuye

  • @NzikwikizaKevin-mu8kx
    @NzikwikizaKevin-mu8kx Жыл бұрын

    Umvamwabantumwizeribinyoma bibiriyayoyo ibivugayeruye KO abamubambyebose bazamubona. Ndetsenabamucumisebose bazamubona izoninyigicho zikinyoma

  • @GadyNkirabadashaka

    @GadyNkirabadashaka

    5 ай бұрын

    Inzamba yakabanga tiyisoma hehe mukihe?mureke kubesha ijisho ryose rizomubona ntakubazanya

  • @chantalkamikazi9559
    @chantalkamikazi95592 жыл бұрын

    Mumenibariki sana kwahiyi injiri mungu awabariki wandugu zangu wapendwa

  • @FidesKwihangana
    @FidesKwihangana5 ай бұрын

    Ukoniko bizomera yesamazekugaruk

  • @terezanabukobwa9485
    @terezanabukobwa94853 жыл бұрын

    Ico gihe ho nta na internets zizokora

  • @harerimanagaudence4999
    @harerimanagaudence49993 жыл бұрын

    Ariko tuzeturirimba ivyanditse muri bibilia mumbabarire mumpe igice numurongo mbone iryojambo ryinzamba yakabaga kuko.bibiriya iravugako ijisho ryose rizomwibonera ngonabamucumise bazomubona

  • @barnabeniyobuhungiro5510

    @barnabeniyobuhungiro5510

    2 жыл бұрын

    matayo 24:3

  • @chrisgonna6659

    @chrisgonna6659

    Жыл бұрын

    Ncuti yanje nivyukuri bose bazomubona igihe azoba aje gucira imanza isi arko mwijuru hazojayo uwakoze neza

  • @bibonimanaallysamuel7640

    @bibonimanaallysamuel7640

    Жыл бұрын

    Mwaririmvy nez

  • @bitwivyawe9141

    @bitwivyawe9141

    Жыл бұрын

    @@barnabeniyobuhungiro5510aha wishuye jewe nahakanye ntanahamwe Bibilia yera ivugako hazoba inzamba yakabanga ariko ndabatahura impamvu mwongezako kuvyo mutasomye muri Bibilia abamucumise bazomubona ari inzamba yakabanga bomubona gute??

  • @bitwivyawe9141

    @bitwivyawe9141

    Жыл бұрын

    @@chrisgonna6659oya nimureke kumpenda bibiriya ivuga yuko bamwe ngo bazokangurira ubumaramare bwinshi ngo abandi bikangurire ubugingo budashira

  • @NzikwikizaKevin-mu8kx
    @NzikwikizaKevin-mu8kx Жыл бұрын

    Ntanzambayakabangiriho iconikinyoma casatani

  • @bitwivyawe9141

    @bitwivyawe9141

    Жыл бұрын

    Jewe nabasavye igice numurongo cerekana yuko hariho inzamba yakabanga bakinyimye

  • @angeirakoze-mg6xt

    @angeirakoze-mg6xt

    Ай бұрын

    @@bitwivyawe9141 raba matayo 24:1gushitsa 51 na daniyeli 12:10 na zefaniya 1:14-18

  • @angeirakoze-mg6xt

    @angeirakoze-mg6xt

    Ай бұрын

    @@bitwivyawe9141 raba matayo 24:1gushitsa 51 na daniyeli 12:10 na zefaniya 1:14-18

  • @bitwivyawe9141

    @bitwivyawe9141

    Ай бұрын

    @@angeirakoze-mg6xt urabeshe muri Matayo 24 havuga ivyuruhungo

  • @bitwivyawe9141

    @bitwivyawe9141

    Ай бұрын

    @@angeirakoze-mg6xt ndemeye uri umubeshi mubi zefania havurwa umusi uhambaye wuhoraho wumuzitanya ivyo navyo bizobona benshi burya wewe usoma Bibilia nyene??nuko ngiye kukazi namwe hiyo burajeye nubwo ntazi ahuherereye twarumana

  • @NzikwikizaKevin-mu8kx
    @NzikwikizaKevin-mu8kx Жыл бұрын

    Umvamwabantumwizeribinyoma bibiriyayoyo ibivugayeruye KO abamubambyebose bazamubona. Ndetsenabamucumisebose bazamubona izoninyigicho zikinyoma

  • @angeirakoze-mg6xt

    @angeirakoze-mg6xt

    Ай бұрын

    IMANA iduhe kuba abanyabwenge tubitahuzwe na mpwemu yera

Келесі