PASTEUR MBAHONKUNDWA Gabriel
urikirana Radio Ubutumwa bw'Amahoro kuri MHz 102.1 i Bujumbura no mu micungararo yaho, hamwe no kuri MHz 100.7 mu gihugu hagati.
Kurikirana page yacu ya facebook "Ubutumwa bw'amahoro R&Tv
Duhamagare kuri 76061000 canke 61937203
Пікірлер: 20
Amen
Amen amen Imana ibongerej'amavuta mushishikare gukora umurimo w'Imana
Imana ibahezagire, ameen 🙏
Muhezagirwe cane mukoziw'IMANA
Imana yandika ngo Unyizera wese ntazopfa rubi ariko ahabwe ubugingo budashira
Komera Mukozi w'Imana. Data azoguh'ijuru
Data abakomeze
Ameneeeeee
Amen!!!
Ameeeen
Muhezagrw cyan❤
Aaaaaaaaaammeeeeeeeennnnnnn
Ubu ni pasteur?
Ndagukunda ukuntu uvuga ibintu biri muri wee. Iyo uriko wigisha, birumvikana ko uvuga ivyo Wahawe.
Imana ibahezagire cane. Gusa ngira Ku zindi vidéo si vyiza gu caméra abasengerwa
Amen
@dvjjaykay4908
Жыл бұрын
Amen Amen Amen
@dvjjaykay4908
Жыл бұрын
Amen Amen Amen
Amen!!!
Amen