Merci Anitha Nanje narigeze kwumva Madame INGABIRE abivuga nca ndabaza umuntu ashobora kuba yari ahari murico gihe. Yansiguriye ko igituma mu Burundi bafashe umwanzuro wo kudafatira ku manota amawe ya concours ku bana baba nyamahanga n'abana babarundi ni iki: Abana babarundi biga bataha mu caro(rural area) amashule yaba ari kure mu guhe abana babanyamahanga( impunzi) wasanga baba mu bisagara canke muma kambi y'impunzi amashule akaba hafi yabo ku buryo les facilités d'approximité zitangana ku mubare munini w'abana babarundi ugereranije n'abana babanyamahanga. Madame INGABIRE niba ntihenze yavuze ko icamubabaje nuko be n'umuvandimwe we batabahaye faculté de droit bose. Hano ndumva nogira ico nvuga jew ubwanje. Madame INGABIRE wibuke neza ko yaba faculté de droit yizwe n'umuvandimwe wawz yaba faculté d'économi ww wize zose zitwa Facultés *NOBLES* zigwa nabana babahanga canke bavuka ku bantu bakomeye. Aho ntitwemeranya nawe umbabarire nubwo nkunda principes zawe uri n'umudame w'icitegererezo canje,aho sinemeranya nawe. Ngarutse kukibazo ca le nombre d'élèves babwirizwa kuja muri secondaire naratembeye mu nkambi imwe y'abanyarwanda i Mishiha. Ni mu Cyaro yes ariko umenye ko ugereranije n'abandi bana baba autour de vous ni abana babanyarwanda batora concours cane kubera izo facilités bahabwa na HCR mu gihugu nk'uburundi kibakunda. Amashure yari make cane kuburyo uretse ngo bose bagire icarimwe wari guhava usanga amashule ariko yigamwo abana bafise izo facilités gusa. Norangiza mvuga ko umwanya muto nabonye abanyarwanda ndatangaye kwumva bavuga ko mu Burundi bafashwe nabi🤭🤭🤭 Sivyo na gato kuko no mubategeka ico gihugu uyu munsi benshi mubafata ama décisions bavuye mu Burundi no muri Congo nubwo hari nabavuye ahandi. None bajejwe ayo mabanga kubera iki? Ni guko bize izo facultés nobles navuze hejuru. Anita abivuze ukwo yilimise cane kuko avuga afatiye kubo babana mu Ngagara Nanje nvuze uko nfatiye kubo twabana bo baba muma centres y'impunzi ya ruguru nanje mba mu caro. Ntivyasa ufatiye kuri ugwo rugero gwa les facilités zo kwiga kudandaza......eka no gukora. Mukomere banyarwanda turabakunda turavukanaaa ❤
Baragenda babaze famille Jeannette Nyiramongi Kagame,ibihe yabayemwo i Burundi n'ubwo bari impunzi,ko bigeze biyumva nk'impunzi! N'abandi,...tutodondagura
@anitanziza7116
Жыл бұрын
👊
@anitanziza7116
Жыл бұрын
@@user-dz7cj9ov1p ❤
@alicendayisaba4424 Жыл бұрын
Merci ma petite soeur ufise umutima udasanzwe nivyiza gusab.imbabazi n.Imana inezerwa n.imitima iciye bugufi
@mugezagapingi6168 Жыл бұрын
Nanjye nibereye muri sweden. Ndumunyamurenge. Ibyuwomubyeyi avuze byose nukuri gusa umwanya ubayemuto. Reka muramutse mugisedws😅 Hej Anita jag tackar dig du är en duktig kvinna.
Koko abarundi nabanyarwanda tumeze nka spaghetti…bizi cane nkabatwebwe dufite abavyeyi bavanze 😁💜 uri umu Mama wintwari.
@beniebenie232 Жыл бұрын
Anitha ndakwibuka twiganye kuri ADEPE école primaire de Ntahangwa kwa CIZA muri 6ème primaire. Ariko nari muri classe ya Sophia. Je suis Rwandaise navukiye i burundi. Igikuru nuko twari dufise amahoro kiriya gihe. Kandi ikigongwe turagitanze ❤❤❤
@alicendayisaba4424
Жыл бұрын
Nanje narize ADEP kwa Sophia Ciza yatwigisha ibiharuro maman yarakunda iryo shule sinibuka ko petite soeur Anita nawe yahize
@beniebenie232
Жыл бұрын
@@alicendayisaba4424 Peut-être murasa cane ni période hizeho ba Gahisha Yvette na Joselyne
@alicendayisaba4424
Жыл бұрын
@@beniebenie232 oya jewe ndi mukuru wa Anita mdamuruta cane nize kuri ADEP muri année scolaire 1981 dt 1982
Anita bonjour, kirya gihe amashule yari make kandi Bose baba muri internat harihakenewe aba fonctionnaires au service de l' État babigira aussi pour encourager les nationaux ariko vyari muri primaire kandi les places au secondaire zari limiter ariko secondaire ntakibazo bafatwa cokimwe murivyose gusa les rwandais beshi baraba docteur et professeur vraiment zari poste nziza kandi Bari très apprécié baribaciyubwenga kandi abarundi barabakunda cane kubera ses services rendus
Guhumuriza abantu ni byiza,ariko iby'akazi ko mu Rwanda ni ibindi !
@EGICNV-xf9kl5 ай бұрын
❤❤❤
@user-ie2uk7im4w5 ай бұрын
5:03 turabakunda sabin
@johnnybegood92 Жыл бұрын
Félicitations comme 1er Burundaise à le dénoncer ouvertement et DEMANDER INNOCEMMENT CE PARDON 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👍🏾 Je suis mix Burundo Rwandais comme des milliers !!!! Ego nivyo gose vyarabaye goseee, comme Rwandais de nationalité, QUE CELA NE CE REPRODUISE JAMAIS. It’s purely RACISM on kids …. TACK SÅ HEMSK MYCKET 🙏😘
@umutoniclaudine4269 Жыл бұрын
❤❤❤❤
@nkurunzizamalache9882 Жыл бұрын
Kaze Anitha 🇧🇮
@belysebutoyi5658 Жыл бұрын
Rega muramenya kiriya gihe vyari ibihugu biri mubihe bidasanzwe
Пікірлер: 365
Ohh Anitha umuturanyi wanjye disi Q2 Ngagara twabanye neza disi nubwo twari abanyarwanda ariko iwabo wa Anitha batubaniye neza pe 👌 ntiwahindutse toujour belle et gentille ❤️
Abarundi nabarundikazi tumenyane kwi Simbi Tv 🇧🇮 🇧🇮
@mariegorethburafuta2656
Жыл бұрын
Duhurire kuri galaxy cank kwa piganzenze🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@aullah257
Жыл бұрын
@@mariegorethburafuta2656 nahagez uri majahe🤣🤣🤣
Nahageze reka ntege amatwi numve ikiganiro Mumpe na like mbabanye uwa 1
Urakoze disi, uvugiye benshi, nkunda Masamba ariko yarabivuze ndababara kubona avuze nabi uburundi. So abanyarwanda twabanye neza nukuri, izo mbabazi tuzihane dukundane. 🫶🫂
Anita urakoze kuvuga kurivyo bintu vxari bibabaje nivyo,mugabo vyaratumye tugira ishaka ryo kurwanira igihugu cacu kugirango ntitugume twitwa impunzi canke abanyamahanga. Hama mu Burundi vyose ntivyari bibi,twaragize ababanyi beza,inshuti nziza,turabishima cane. Burundi naho n'iwacu❤
Mbaye uwa1 kwi simbi tv ubu sabe niyandemera abakunda ibiganiro bya sabe bamukunda nkajye mume like please 🙏
@anetaaneta2767
Жыл бұрын
😮❤
@Akasamutwe.
Жыл бұрын
Sha ibiganiro bya sabin nange ndabikunda cyane hubwo ndifuza ko twamenyana
Merci bcp Anitha. Harabaye ntihakabe. Ibintu uvuze twabibayemwo i burundi bikatubabaza. Benshi muri twe twize 6eme primaire 3 fois kugirango tubone amanota arenze ayabarundi barangiza bakatwohereza mumashure yabanyarwanda kandi twatsinze (St Albert). Ubwo simvuze kugira ngo ababyeyi bacu babone promotion mukazi byo ntibyashobokaga. Ariko byose byatumye biduha umwete wogugenda gutangiza urugamba ngo tubone igihugu cyacu. En tout cas merci kumva akababaro kacu. Ngagara twarahabaye ntahandi hantu kwisi haba urukundo nka ngagara.
@jinamajody
Жыл бұрын
Merci Anitha Nanje narigeze kwumva Madame INGABIRE abivuga nca ndabaza umuntu ashobora kuba yari ahari murico gihe. Yansiguriye ko igituma mu Burundi bafashe umwanzuro wo kudafatira ku manota amawe ya concours ku bana baba nyamahanga n'abana babarundi ni iki: Abana babarundi biga bataha mu caro(rural area) amashule yaba ari kure mu guhe abana babanyamahanga( impunzi) wasanga baba mu bisagara canke muma kambi y'impunzi amashule akaba hafi yabo ku buryo les facilités d'approximité zitangana ku mubare munini w'abana babarundi ugereranije n'abana babanyamahanga. Madame INGABIRE niba ntihenze yavuze ko icamubabaje nuko be n'umuvandimwe we batabahaye faculté de droit bose. Hano ndumva nogira ico nvuga jew ubwanje. Madame INGABIRE wibuke neza ko yaba faculté de droit yizwe n'umuvandimwe wawz yaba faculté d'économi ww wize zose zitwa Facultés *NOBLES* zigwa nabana babahanga canke bavuka ku bantu bakomeye. Aho ntitwemeranya nawe umbabarire nubwo nkunda principes zawe uri n'umudame w'icitegererezo canje,aho sinemeranya nawe. Ngarutse kukibazo ca le nombre d'élèves babwirizwa kuja muri secondaire naratembeye mu nkambi imwe y'abanyarwanda i Mishiha. Ni mu Cyaro yes ariko umenye ko ugereranije n'abandi bana baba autour de vous ni abana babanyarwanda batora concours cane kubera izo facilités bahabwa na HCR mu gihugu nk'uburundi kibakunda. Amashure yari make cane kuburyo uretse ngo bose bagire icarimwe wari guhava usanga amashule ariko yigamwo abana bafise izo facilités gusa. Norangiza mvuga ko umwanya muto nabonye abanyarwanda ndatangaye kwumva bavuga ko mu Burundi bafashwe nabi🤭🤭🤭 Sivyo na gato kuko no mubategeka ico gihugu uyu munsi benshi mubafata ama décisions bavuye mu Burundi no muri Congo nubwo hari nabavuye ahandi. None bajejwe ayo mabanga kubera iki? Ni guko bize izo facultés nobles navuze hejuru. Anita abivuze ukwo yilimise cane kuko avuga afatiye kubo babana mu Ngagara Nanje nvuze uko nfatiye kubo twabana bo baba muma centres y'impunzi ya ruguru nanje mba mu caro. Ntivyasa ufatiye kuri ugwo rugero gwa les facilités zo kwiga kudandaza......eka no gukora. Mukomere banyarwanda turabakunda turavukanaaa ❤
@anitanziza7116
Жыл бұрын
❤
Sha nanje nahagezembantu banje mundabire twatuntu❤❤❤
@Akasamutwe.
Жыл бұрын
Turakurabiye rwose
Abarundi twicisha bugufi nivyo bituranga😭😭😭😭from Burundi 🇧🇮 ♥
@User.k146
Жыл бұрын
@@user-dz7cj9ov1p 🤣🤣
@minanidjuma3044
Жыл бұрын
@@user-dz7cj9ov1p kbsa
@laplanete6899
Жыл бұрын
Baragenda babaze famille Jeannette Nyiramongi Kagame,ibihe yabayemwo i Burundi n'ubwo bari impunzi,ko bigeze biyumva nk'impunzi! N'abandi,...tutodondagura
@anitanziza7116
Жыл бұрын
👊
@anitanziza7116
Жыл бұрын
@@user-dz7cj9ov1p ❤
Merci ma petite soeur ufise umutima udasanzwe nivyiza gusab.imbabazi n.Imana inezerwa n.imitima iciye bugufi
Nanjye nibereye muri sweden. Ndumunyamurenge. Ibyuwomubyeyi avuze byose nukuri gusa umwanya ubayemuto. Reka muramutse mugisedws😅 Hej Anita jag tackar dig du är en duktig kvinna.
@andrendayiragije573
Жыл бұрын
Merci Anita. Ukoze igikorwa ciza cane. Burya turi même génération, Dusa nababonye bimwe. Uzokore ibishoboka vyose abana baw navuge ikirundi 🇧🇮🇷🇼
Koko abarundi nabanyarwanda tumeze nka spaghetti…bizi cane nkabatwebwe dufite abavyeyi bavanze 😁💜 uri umu Mama wintwari.
Anitha ndakwibuka twiganye kuri ADEPE école primaire de Ntahangwa kwa CIZA muri 6ème primaire. Ariko nari muri classe ya Sophia. Je suis Rwandaise navukiye i burundi. Igikuru nuko twari dufise amahoro kiriya gihe. Kandi ikigongwe turagitanze ❤❤❤
@alicendayisaba4424
Жыл бұрын
Nanje narize ADEP kwa Sophia Ciza yatwigisha ibiharuro maman yarakunda iryo shule sinibuka ko petite soeur Anita nawe yahize
@beniebenie232
Жыл бұрын
@@alicendayisaba4424 Peut-être murasa cane ni période hizeho ba Gahisha Yvette na Joselyne
@alicendayisaba4424
Жыл бұрын
@@beniebenie232 oya jewe ndi mukuru wa Anita mdamuruta cane nize kuri ADEP muri année scolaire 1981 dt 1982
@anitanziza7116
Жыл бұрын
❤
Ni vyiza cane kubona uvugira abarundi kubona hari ibitagenze neza igihe bari impunzi. Tugashimira cane abanyarwanda ukuntu badufatiye neza impunzi z'abarundi ziri hiyo, mubakaba mwebwe mubafashe neza (abashuri, akazi, umutekano). Hama Anita, turagukunda cane ukuntu ico wiyumvira ugishikiriza, maze kuko wabaye mumahanga cane, ufise ubwenge (wisdom), na sagesse y'ubuntu.
Sabin Merci pour tout. Anita urakoze cane muvukanyi kuriyi témoignage n imbabazi kwizina ryabavandimwe. Nakuranye n abanyarwanda benshi turigana sukundana kandi n abigisha benshi batwigisha bari abanyarwanda. Ndabashimira cane kuko nibo bakoze uruhara runini mukugira ngerahongeze. Imuhira twari dufise umu chauffeur yitwa Mugabo Joseph ninawe yatwigushije gutwara Imodoka. Nubu nama ndamwibuka ariko sinzi amaherezo yiwe. Urukundo nicogikuru hagati yacu n abavukanyi bacu b i Rwanda. Imana ikomeze guhezagira abarundi n aba rwandais. umusi mwiza mwese. Hezagigwa.
Urakoze gusaba imbabazi. Ibyo avuga nukuri twarakubititse examen national y'a 6 eme yaratujegeje. Byari bigoye gutsinda uri umunyarwanda. Ibi byaviriyemo abana benshi kubura hirya no hino cyane cyane ko na prive zari ntazo usibye KO Imana itera amapfa niyo itera aho bahahira. Turashimira Imana kuba yaraduhaye igihugu
@beatricegatarayiha4585
Жыл бұрын
Na privé yajyagamo umugabo igasiba undi eheeee.
@ireneeniyonkuru42
Жыл бұрын
@@beatricegatarayiha4585 Icecekere ijoro ribara uwariraye umuntu yigaga 6 e inshuro 5 sha byari danger
Anitha wanje ndagukunda uvugisha ukuri muri vyose 👌🇧🇮🇧🇮🇸🇪🇸🇪
@anitanziza7116
Жыл бұрын
J❤
Anita ugize neza gusabira abarundi imbabazi, ni ukuri abarundi baraducinyije twe twabavukiyemo batubuza kwatsa itara ryo ubwenjye mumasuri umunyarwanda wageragezaga yabaga umwarimu gusa bakatwita imva zabanyarwanda Sha barakoze abarundi guha icumbi or ubuhunzi ababyeyi bacu ariko twe twahavukiye twararenganye byo!!!! Gusa turashima Imana ko twabonye URwanda rwacu tukanarutaha dufite umurava wokurykorera. Umudame mwiza Anita thank you very much 🌹😘
Ndanyuzwe na ikiganiro cya Anita Nziza pe! Atumye nanjye mbabarira Abarundi bambabaje! Imana Imuhe umugisha kandi abaye I twari.
Thank you Madam Anitha, hari abandi twabayeho baturyanira inzara bavuga"Nyina n'umurwandakazi." Now, I'm proud to have my mum's nationality.
@anitanziza7116
Жыл бұрын
❤
Yoooo urakoze umvuye igikomere shenge kuko nanjye ndi muri abo
Wow anitha uvugishije ukuri ndagukunda girutahe ❤❤❤
Anitha ibyo uvuga nukuri jyewe ayomateka nayabayemo . Ndibuka nize muri Primaire kuri Stella Matutina , uko wimukaga muyindi classe baratubwiraga ngo abanyamahanga ni muhaguruke ugasanga ni abanyarwanda numuhindi nkumwe, nagera murugo nkabaza Papa kuki turi abanyagwanda . Mbese ukumvako usuzuguritse itazi icyo uricyo . Ariko turashima cyane ko twibohoye tugasubira murwatubyaye .
Highly empathic! Admirable! A tad too much! Sivyiza kwiremeka responsabilite nyinshi! War'umwana.
@guillaumerusengo9371
Жыл бұрын
Araculpabiliza cane!😡
Iwanyu s'iwanyu Basha,ibi uyu mu maman avuze nivyo ariko nahano hariho amategeko ahari adaha uburenganzira bungana n'umunyamahanga U Rwanda rero ntabwo rwokora ivangura mwishuli kuko barazi ububabare bwavyo. Naho ibisigaye ubuzima bitaro iwanyu ntihabura ibikubabaza.
Merci Anita, pour ton humilité et ta sincérité.
Ooooh!! Anitha ndanezerewe kongera kukubona!! Uracyari umwana mwiza nka kera!! Ndakwibuka i Kanyinya twiga turi abana ariko ufite urukundo no kwicisha bugufi bidasanzwe!! Many thanks IsimbiTV kutuzanira Anitha. Umuntu yabona contacts ze gute??👏👏
Urakoze cyane gusa imbazi rwose nange ndakubabariye nkumuntu wigiye Iburundi.Mwakundaga kudutuka ngo ibivagundu.
God bless you Anita. Gusaba imbabazi numutima uciye bugufi
Thank You Anita! Sabin wagize neza Imana ibahe umugisha! Anita uvuze ukuri ariko byaterwaga na Politique abanyagihugu ntawabarenganya abarundi jye personnellement batubaniye neza ! gusa abanyarwanda leta yarabarenganya cyane ! kugera mugihugu muri 1959-1960-1964-1973 bakaguha karangampunzi muri 1991? neza uretse anafite imirimo abandibigenderaga nta kibaranga !
Ndakunda ingene abarundikazi bavuga ndakunda ikirundi basha yooo
@joselynenikuze1994
Жыл бұрын
Nanje nkunda ikinyarwanda ch,ndakunda ukuntu muvuga pe!
@mercijesus8732
Жыл бұрын
@@joselynenikuze1994 Merci
@chantalnijimbere-mr9xe
Жыл бұрын
Kuri youtube nirabira ibiganiro vyanyu cane. Nkunda ukomuvuga Sha.
@bizindavyiconstantin9348
Жыл бұрын
Uraho?
Bravo👌🏽 Ikiganiro ciza cane. Merci Anitha et Sabin 👏🏻✅
@anitanziza7116
Жыл бұрын
Merci beaucoup ❤
Turaryohewe cane!!!! @Sabin iki kiganiro ni 👍🏾 Iyi experience y’ubuzima itwigisha byinshi
Yoooooooooo Urakoze cyane nti byari byoroshye Ndabyibutseee
Ibyo avuze uyo mu maman avugishije ukore
Anita,nabaye i Burundi,izo mbabazi ndaziguhaye mbikuye ku mutima. Imana izabiguhembere. Si wowe wabikoze,urarengana!
Love from Burundi 🇧🇮 🇧🇮
Madame, ton courage et franc parler viennent de renforcer Mon estime pour les burundais!
@anitanziza7116
Жыл бұрын
😍
@anitanziza7116
Жыл бұрын
Merci
May God bless ur heart🙏🙏🙏... Twarababariye🙏🙏❤
@anitanziza7116
Жыл бұрын
🙏
Aho ho uvuze ukuri ururimi nirwo rubanza kugora umuntu sabin ndakwemera from finland
Bsr Sabin.Anitha, urakoze kunyibutsa urukundo gwarihagati y'a Barundi n'abanya Rwanda. Jw mvuka i Bulamata, ndasuhuje abatwabanye i Bulamata, mwatubereye abana beza, nakuzembona tujana kwiga, abavyeyibacu bakundana.Papa abavurira inka.Ingorane nazi nizo zigira umuntu umugabo, intwari. Anitha nawe kugira ugire iterambere, nukowaciye mumageregezwa menshi, kuko harayutatubwiye,kndi ntivyaribikenewe, igikuru nukowiteje imbere.Sabin turagusavye uzaze kudusura i Burundi kuko urahakunzwe nanje ndimwo.Uzotume ugira ingo 2
Jewe n'umurundi aba mu Bubiligi !!!Ndashimiye Anitha asavy'ikigongwe Abanya Rwanda kukungene bafashwe i Burundi !!!!Ubuzima bwokub'impunzi burababaza !!!Na Sabin turagushimiye wamuganirije !!Muhezagirwe !!!
Urakoze gusaba imbabazi CHR.uri intwali.twakubabariye
@Mila-vu1yr
Жыл бұрын
Urasetsa mumubabariye yabakoreye iki ? 😅😅
Oooh tu as un grand cœur Anitha 😢🙏🏾Merci kuvuga icyokintu 🙏🏾❤️❤️❤️❤️
@anitanziza7116
Жыл бұрын
❤
Welcome in Rwanda Maman @ anita
Ugize neza gusaba inbabazi kuko kuba inpunzi birababaza noneho nogushinyagurwa bakwita inpunzi gusa mwijuru hari Imana idukiza ibikomere
Umurundikazi w'1 ntanguye kuhagera🇧🇮🇧🇮🇧🇮 rek nicare numve
Anitha, Nukuri, urakoze kumenya ibibazo impunzi z’abanyarwanda zabayemo i Burundi bahuye nabyo muburyo butandukanye. Rwose ni ibibazo byatubayeho kuburyo benshi babigizemo ingaruka nyinshi ex, ivangura mu mashuri, ababyeyi bacu kubona akazi bikaba ikibazo, yewe nibyinshi. Ariko rwose kugiti cyanjye urampojeje kuri byinshi byatubayeho i Burundi. Merci bcp.
Amahanga arahanda peu importe iyo utuye iyo atari iwanyu .Abarundi babaye bahungiye mu Rwanda 1972 nabo ntibabayeho ubuzima bwiza à 100% .Isi niko imeze...nu muri occident uri umunyamahanga ntibiba biri perfect 100%...azi kuganira 😍
Uvuga neza Cyanee Anitha 🥰🥰
Uwo mudamu usaba imbabazi ko ibyo avuga ari politiki yashyizweho n'ubutegetsi; hari uruhari afite mu gushyiraho iyo politiki yari i Burundi.
Yego turaziguhaye imbabazi nukuri, yewe ahantu henshi ntibakunda umunyamahanga rwose
At this point I want relocate to Sweden
Mr Sabin, iyo exemple watanze kuri Immaculée turasavye ntihagire uzosubira kuyitanga. Uti kubera iki? Kuvuga ngo Immaculée bamushize muri journalisme kandi yari yasavye kwiga droit, ego birababaje ariko ivyo ntivyabaye kubera yari umunyarwandakazi. C'est faux. A l'université, kuba orienté muri faculté yindi utahisemwo vyashikiye n'abarundi benshi. Na jewe niko vyagenze, ivyigwa nari natoye en premier lieu sivyo bampaye namba. Naciye mba obligé kwiga ivyo ntari nashatse kwiga. Kandi ndazi n'abandi barundi benshi vyashikiye. Rero si abanyarwanda bonyene vyashikira.
@Hi5392
Жыл бұрын
Ongerako ko nubu bikiba…
@christiansindayigaya9927
Жыл бұрын
Ivyo nivyo n'ubu umurundi wese muri université ntaja muvyo yashatse!bagushira muco bashatse udafise ukundi ugira ukiga ivyo uhawe ntakindi
@lionelndayikunda4867
Жыл бұрын
A l'université du Burundi même à l'école secondaire,ICO baguhaye Nico wiga,ntayandi mahitamwo .
@ikazetv2192
Жыл бұрын
Ntekereza ko no mu Rwanda bibaho rwose. Siko buri gihe abantu bose biga ibyo bahisemo. Kuko hari abantu Benshi bashakaga kwiga Médecine batigeze babona ayo mahirwe. Abafite ubushobozi bajya mubindi bihugu abatabishoboye biga ibyo bahawe. Numva ntabirenze.
@carinemanirambona2708
Жыл бұрын
Nanje nikondabizi ko faculte bazisaba ariko ugasanga ntibayiguhaye
Karibu Anitha wanje ❤❤❤
La burundaise de chez nous 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
love from 🇧🇮🇧🇮 sabin turakwemera cane🙏🙏
Umva uyu mu Maman aranshimishije cyane rwose❤❤❤❤
C vrai nukuri hose ivyo vyashikiye Mme Immaculee vyashikiye benshi kandi muri bose. Nanje ndi umurundi nukuri ivyo nize navyize mbabaye kuko sinigeze ndabisaba ariko ntakundi nari mfise nkora naremeye niga ivyo bampaye. L'universite etait une et unique ivyo baguhaye waravyiga malgre toi. Kandi nubu haba mu Burundi canke mu Rwanda biracariho.
Imana lmuhezagire
Love from Burundi
She welcome Kandi nimwiza 🥰
Abantu mwisi baracanganikiwe! Mumubabarire
Aliko Uyu mu maman numwana mwiza bigaragara ko afite urukundo azi kubana
Ndamukiriza Sabin Anita
Anitha uruwo gukezwa Nukumutahura, Goldman w'umufaransa yarakoze indirimbo avugamwo ngo "à nos actes manqués...." Umuntu honnête haragera igihe akibuka ivyo yakoze bitari vyiza
Ivyo mbona vyumvikana ko bitari vyiza n'ivyo vya concours national basaba amanota menshi cane pour les étrangers. C'était vrt frustrant.
Kalibu cane kw isimbi umurundikazi wacu
Ikaze kwisimbi❤
Nange navukiye I Burundi gusa ndumunyarwanda uyu mu Mama nintwari Nukuri imbabazi asabye Nukuri ibi avuga byabayeho Nukuri Hari ukuntu impunzi zababaye gusa iyo zitababara banza zitari gutaha murwanda
Hari impunzi z’abanyekongo zivuga ko ziciwe n’inzara mu Rwanda, ngo ababyeyi babo bagateka ibiringiti. Iyo ubyumvise wumva bibabaje cyane. Niba ari byo, natwe twagombye kubasaba imbabazi. Niba ari byo, Sabin azaduhagararire adusabire abo banyekongo imbabazi.
@beatricegatarayiha4585
Жыл бұрын
Ahaaaa, ndumva abo babyeyi bari abakire mwa, uti kuki? Kubona amakara cyanga inkwi zihisha ikiringiti, ubwo ayibiryo nuko aba atosheje ndetse anarenze.
@theresemaria7610
Жыл бұрын
Nanjye sinabisobanukiwe neza, ariko uwo nabyumvanye yavugaga ko bahasonzeye agaya u Rwanda. Ariko ni byo ntawe ushimisha bose.
Abarundi turabakurikirana kunsimbi tv mumpe lik
Welcome Anita
Sha ndumurundi,kare narabivuga,ariko ntabwo babimenya, nivyiza ko mutanguye kubitahura
Ma belle soeur prefered love you so much❤❤❤
@bizindavyiconstantin9348
Жыл бұрын
Bite sister?
Arakoze cane ariko rr ibintu vyabaye abantu bakiribato batabifisemwo uruhara ko batobiduhora kuko abana barakundana ntangorane baba bifitiye Gusa ndumva abarundi nabanyagwanda ari bamwe
Welcome Anita 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Anitha wacu burundi Kalibu cane
Anita we ndagukunda kuko uvuze ibintu vyamye bindi kumutima
@user-yv2md1xe5l
8 ай бұрын
Kandi ndifuza kuba en contact nawe. Ndi muri UK
Gushaza=kurimba mu Kinyarwanda Kuvuta: gukenyera😊 Ibintu vyo gutwara abana.. Sabin, nzoze banje unyakire??r🇨🇦🇧🇮
@Ann-yz3vt
Жыл бұрын
No gushaza nukurimba
Anita bonjour, kirya gihe amashule yari make kandi Bose baba muri internat harihakenewe aba fonctionnaires au service de l' État babigira aussi pour encourager les nationaux ariko vyari muri primaire kandi les places au secondaire zari limiter ariko secondaire ntakibazo bafatwa cokimwe murivyose gusa les rwandais beshi baraba docteur et professeur vraiment zari poste nziza kandi Bari très apprécié baribaciyubwenga kandi abarundi barabakunda cane kubera ses services rendus
@beatricegatarayiha4585
Жыл бұрын
Ayiweee, disi rekeraho. Ahaaa! Harabaye ntihakabe.
@beatricegatarayiha4585
Жыл бұрын
Anitha bravo. Biradufashije cyaane.
@beatricegatarayiha4585
Жыл бұрын
Yewe, ujya kwica inka, azihera muruhongore, nonese bitagenze neza muri primaire, iyo secondaire wayigeramo ute? Hanyuma, bcp des rwandais bari aba taximen, aba chauffeurs bama coisteur…abandi ari abacuruzi batandukanye. Rero amateka donc histoire, mujye mureka avugwe nibyo bizana correction.
Ikaze Anitha iwacu mu Rwanda
@bizindavyiconstantin9348
Жыл бұрын
Bite?
Sha wiyumviriye neza vrmt nanj ndumurundi ariko ivyo maze kuvyumvana benshi
Cosette biyanke SORRY IBYUVUGA NAMARAGAMUTIMA ABARI MURI LETA YUBURUNDI BOSE BINZE MURWANDAAA NA NDADAYE. Mumagwirire yagwiye URWANDA abarundi bishuriwe NUMUSORO WURWANDA nibo bicaga ABATUTSI mugihugu cambo bakarya IMITIMA
Love from wive tv
Yoo sha ndabyibutse byambayeho mukazi nange
Uyu mu mama ko ari mwiza..
@happy6376
Жыл бұрын
Nuko yisize nabi yiyononye pe
Guhumuriza abantu ni byiza,ariko iby'akazi ko mu Rwanda ni ibindi !
❤❤❤
5:03 turabakunda sabin
Félicitations comme 1er Burundaise à le dénoncer ouvertement et DEMANDER INNOCEMMENT CE PARDON 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👍🏾 Je suis mix Burundo Rwandais comme des milliers !!!! Ego nivyo gose vyarabaye goseee, comme Rwandais de nationalité, QUE CELA NE CE REPRODUISE JAMAIS. It’s purely RACISM on kids …. TACK SÅ HEMSK MYCKET 🙏😘
❤❤❤❤
Kaze Anitha 🇧🇮
Rega muramenya kiriya gihe vyari ibihugu biri mubihe bidasanzwe
Thx anita , jewe ntuye COPENHAGEN ( denmark ) ukuri kurabaturaaa THX ababidukora MUBURUNDI bahugiye MURWANDA BATEKANYEEE
Turamuhaye ikaze
From Sweden 👋🏽
@Akasamutwe.
Жыл бұрын
Sweden turabaramukije
Nice video 👍
Niyo yu uvuze ni ya scandinavi😊
Ndamushimiye arakoze cane