💥Mukuru wanje yarabinkoreye ubwambere, nyuma menyana numufurera niwe yabandanije arafasha kwiga.

#RIB#RIBTV#Rebuildinginnerbeauty#
Contact us 61162337(Whsp)
Mwipfuza gutanga intahe yanyu, murahawe ikaze, turondere kurizi numero 61162337(Whsp)
Kuri RIB TV uhasanga inyishu ninzira nyazo zugukira ibikomere bitandukanye vyubuzima, twisunze intahe zababishoboye canke inyigisho zabahinga babizobereyemwo.
Mubibazo vyose hama hariho inzira zukubisohoka.
Kaze kuri RIB TV wewe ufise ivyo watsinze ufashe abandi, nawe utarabirenga uru nurubuga rwiza rwokumenyerako vyinshi vyogufasha
Mwibuke kugira PARTAGE na S'ABONNER
Harico mwoterera nimutwandikire muri commentaires canke muduhumagare kurizi numero 61162337

Пікірлер: 50

  • @RIBTV257
    @RIBTV257 Жыл бұрын

    Uwushaka kuvugana na Everyne, raba numero yiwe ngaha 4:40 - SUGGESTION: kzread.info/dash/bejne/qGSHx8mjoZjAqMo.html

  • @arahariarno
    @arahariarno Жыл бұрын

    ibintu IMANA ikora nigitangaza

  • @christaidoleahangame5408
    @christaidoleahangame5408 Жыл бұрын

    Mureke Imana yitwe Imana kbsa

  • @SchadrackNiyonzima-qj5lg
    @SchadrackNiyonzima-qj5lg Жыл бұрын

    Imana yakugiriye neza Nawel, nukuyiha ishimwe riyikwiye

  • @user-ff4wi3dd7v
    @user-ff4wi3dd7v Жыл бұрын

    reka Imana yitwe Imana

  • @chadrackniyonkuru6631
    @chadrackniyonkuru6631 Жыл бұрын

    Biraryoshe kwumva umuntu Imana yagiriye neza nkukwo

  • @theodoreniyonzima4535
    @theodoreniyonzima4535 Жыл бұрын

    Nivyiza cane

  • @Fitbdi
    @Fitbdi Жыл бұрын

    Muache Mungu aitwe Mungu

  • @arakazaalain-zu1es
    @arakazaalain-zu1es Жыл бұрын

    Mureke IMANA yitwe IMANA

  • @iradukundacyntia62

    @iradukundacyntia62

    Жыл бұрын

    Nanjeee ndabihamyaa narayibonyeeee🙌🙌🙌🙌🙌😭😭😭Mana yo mw'ijuru uri papa mwizaaaa ♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @NdikumanaEsperance-dd2lj
    @NdikumanaEsperance-dd2lj Жыл бұрын

    Yesu ni papa wimpfuvyi

  • @KazeMarieColombe
    @KazeMarieColombe Жыл бұрын

    Ndatera intege impfumvyi zose aho ziri

  • @claudeshimirimana-os1ii
    @claudeshimirimana-os1iiАй бұрын

    Imana izabiguharureko nkukugororoka imirimo yawe izibukwe nkuko yibutse iya tabita

  • @user-ev6gs8sh4j
    @user-ev6gs8sh4j Жыл бұрын

    RIB TV muriko mukora neza caane

  • @byabatesichristine9193
    @byabatesichristine9193 Жыл бұрын

    Hoooo lrambona Everyne humura lmana izoguha abana kubwo ico gikorwa urakora.urakoze gushingira lmana intahe.

  • @ISCATV257
    @ISCATV257 Жыл бұрын

    IMANA igira neza, iyi ntahe itera intege, ugusenga kwacu kurishurwa, nkunze ukwizera yagize, ese IMANA yoduha ukwizera kurengereje

  • @Gilbert-sh5il
    @Gilbert-sh5il Жыл бұрын

    Imana imenya Impfumvyi

  • @ArnaudIrakoze-vx9zw
    @ArnaudIrakoze-vx9zw Жыл бұрын

    Wow Igiraneza pe!!!

  • @RIBTV257
    @RIBTV257 Жыл бұрын

    Umuntu wese ari kuraba kino kiganiro, mwarahezagiwe.😘😘😘

  • @rucamubyumabyaka1220

    @rucamubyumabyaka1220

    Жыл бұрын

    Ndasaba tuvugane

  • @HabonimanaDidace

    @HabonimanaDidace

    Жыл бұрын

    ​@@rucamubyumabyaka1220 de❤

  • @innocentndereyimana
    @innocentndereyimana Жыл бұрын

    Kuraje mubikorwa watanguye nawe

  • @florienniyonizeye5218
    @florienniyonizeye5218 Жыл бұрын

    Imana ninziza caneee, intahe nkizi nizo dukeneye

  • @hancillehuro6631

    @hancillehuro6631

    Жыл бұрын

    😮😮😮😮😮😮😢😢😢😊😊😊😊😊😊

  • @mlise
    @mlise Жыл бұрын

    Imana ihimbazwe cane😊

  • @manasseengendahayo4361
    @manasseengendahayo4361 Жыл бұрын

    Abarundikazi bavuga neza rwose

  • @nyirankesharegine7096
    @nyirankesharegine7096 Жыл бұрын

    My Eve,ndashimiye Imana kubwawe

  • @jeanboscoahishakiye2485
    @jeanboscoahishakiye2485 Жыл бұрын

    Yooooo

  • @jacquesndikumana7755
    @jacquesndikumana7755 Жыл бұрын

    Courage mukomez kuduha intahe zitwubaka mukomerez ngaho

  • @NdayikezaAdelaide-xn6in
    @NdayikezaAdelaide-xn6in Жыл бұрын

    Imana ihabwe icubahiro

  • @uwimanaaline9323

    @uwimanaaline9323

    Жыл бұрын

    IMANA ni nzizaa

  • @gatorekazifrancine1740

    @gatorekazifrancine1740

    Жыл бұрын

    Ndafashije cane

  • @ndayisengaalaindevis-mc1go
    @ndayisengaalaindevis-mc1go Жыл бұрын

    Evelyne ndakwibuka kuri université mwaro.warakunda igikorwa cImana waraturongora neza muri louange na adoration kandi wigenza neza nkumwana wImana koko

  • @neemairadukunda2113
    @neemairadukunda2113 Жыл бұрын

    Kabaza nubu baracakarimwo tu😂😂😂😂

  • @jeankanabwisha6816
    @jeankanabwisha6816 Жыл бұрын

    From USA 🇺🇸 nanje ndabakurikira

  • @BoazeNiyimbona-ui4rk
    @BoazeNiyimbona-ui4rk5 ай бұрын

    Amen

  • @alfrednobelhassan2560
    @alfrednobelhassan2560 Жыл бұрын

    😪😪😪😪😪

  • @EM-fc3cw
    @EM-fc3cw Жыл бұрын

    Ikiganiro ni ciza mais titre siyo umengo n'ibishegu

  • @arakazaalain-sd7uf
    @arakazaalain-sd7uf Жыл бұрын

    Nimana yimpfumvyi

  • @melchiorngowenubusa5960
    @melchiorngowenubusa5960Ай бұрын

    Niho nkironka iyi nkuru irimwo Intahe. Evelyne Imana iguhezagire kandi iguhe kuyirambiramwo. Nawe wame uyininahaza. Twebwe twakubonye tukamenyana, turakwishimra. Ndashimiye n'iyi Rebuilding Inner Beauty TV. Ndashimiye na Musore jean Baptiste andonkeje iyi link.

  • @RIBTV257

    @RIBTV257

    Ай бұрын

    Shishikara kukubwa neza Na RIB TV

  • @louisbutoyi3094
    @louisbutoyi3094 Жыл бұрын

    Mwirinde gukoresha ijambo ikimuga kuko muvura bamwe mugakomeretsa abandi

  • @RIBTV257

    @RIBTV257

    Жыл бұрын

    Mu Burundi iryo jambo beshi baracarikoresha mukutamenya ariko sinibazako baba baziko ridasohoka neza. Ninkijambo umutwa beshi ntibaziko ribangamira abandi.

  • @rucamubyumabyaka1220
    @rucamubyumabyaka1220 Жыл бұрын

    Ndasaba tuvugane madamu

  • @RIBTV257

    @RIBTV257

    Жыл бұрын

    raba numero yiwe ngaha 4:40 - 5:30

  • @lionelnsabimana7694
    @lionelnsabimana7694 Жыл бұрын

    Iyi ntahe irubaka nukuri. Kandi impanuro mwasozereyeko ndayishigikiye caaane: kuziganiriza abana. Mu bihugu bimaze guterimbere iyo compte yabana bamera nkabayigutegeka. Ikindi naco nagire mbaze none ko mwagumanye contact zabo babafashije kwiga kaminuza, ubu birashoboka ko mwofasha abandi mukuriha kaminuza canke secondaire ou primaire? Murakoze 🙏🏾

  • @RIBTV257

    @RIBTV257

    Жыл бұрын

    Merci kuntererano yanyu, Evelyne yaratanze numero yiwe muri video mwomuvugisha mugafashanya

  • @RIBTV257

    @RIBTV257

    Жыл бұрын

    Raba kuri aka gace 4:40-5:15

  • @lionelnsabimana7694

    @lionelnsabimana7694

    Жыл бұрын

    @@RIBTV257 Murakoze kunyishu yihuta.

Келесі