UMUROZI YANDOZE IBISAZI IMANA IGOMBA IMWICE NDANKA//INYUMA YAMEZI 6 YESU ARANYIYEREKA ARANKIZA

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 15

  • @user-hp9eo8lw7h
    @user-hp9eo8lw7h3 күн бұрын

    Amen Imana nihabwe icubahiro kuvyo yakoze vyose 🙌 ♥️ 🙏

  • @siwemaful
    @siwemaful13 сағат бұрын

    Amen 🙏🏾 Imana yarakoze kumukiza

  • @chrisskelos7164
    @chrisskelos71643 күн бұрын

    Mukuri ndavyemeye ko abakirisu borogwa mukwezi guheze ....Imana ishimwe yagukijije

  • @fhfggugg7800
    @fhfggugg78004 күн бұрын

    Imana yarakoze kumukiza Kandi ndashimiye cane abantu bo kumuco Wera TV ndakunda intahe baduha Kandi zarahinduye ubuzima bwanje Turabakunda cane

  • @UMUCOWERATV2021

    @UMUCOWERATV2021

    4 күн бұрын

    Girumugisha mwinshi cane

  • @cypriennyabenda8470
    @cypriennyabenda84702 күн бұрын

    Imana ishimwe cane

  • @uwimanaestere9347
    @uwimanaestere93474 күн бұрын

    Imana ishimw can kub yarakiz ❤❤

  • @horimberepeace7376
    @horimberepeace73764 күн бұрын

    HALLELLUAA HALLELUAAA HALLELLUAA HALLELUAAA HALLELLUAA HALLELUAAA HALLELLUAA HALLELUAAA HALLELLUAAAAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO GUKIZA UMWANA WAWE👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢

  • @user-it7xz4wk7r
    @user-it7xz4wk7r3 күн бұрын

    YESU WARAKOZE GUSHIRAHO UMUCO WERA

  • @UMUCOWERATV2021

    @UMUCOWERATV2021

    3 күн бұрын

    Amen urampezagiye

  • @bizindavyiedouard6752
    @bizindavyiedouard675220 сағат бұрын

    sifa kwa Mungu

  • @UMUCOWERATV2021

    @UMUCOWERATV2021

    14 сағат бұрын

    Amen

  • @user-it7xz4wk7r
    @user-it7xz4wk7r3 күн бұрын

    Mukozi w'Imana ndanezerewe nizi ntahe komeza kurondera nizindi Yesu agukomezecane aguhezagire ndabakunda hallelujah hallelujah hallelujah

  • @UMUCOWERATV2021

    @UMUCOWERATV2021

    3 күн бұрын

    Ameeen muranfasha cane

Келесі