IMBURI IKOMEYECANE//IMANA YANTUMYE KUBURIRA IMIRWI 3 YABANTU//UKIYUMVAMWO UKORE ICIMANA IKUBWIYE
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 16
Yesu abakomeze ,Kandi turabakunda
Urakoze cane kugamburukira Imana. Imana Ihezagire umuyobozi w'umuco wera TV
Yesu nabahe umugisha
Yesu adushoboze twamamaze izina ryiwe twebw duce bugufi
Amen Merci bcp Mwene data mukundwa
Amen
Uwu mwana ndamukuuuuunda!!! Imana ikumpezagirire mwana w’Imana!!!
Imana yacu idutabare cane
Imana idutadare
Yoo ndamuheruka kera🤝🤝Imana inshimwe cane icubahiro nikibe icimana yacu 🙏🙏🙏
Iman idufase
Murakoze cane
Reka reka Jewe Ubu mbona benshi ari abasambanyi kandi Aho rero barakoreshwa n' ibitangaza kweri kandi aha sukubesha nzi abashika 3 badatinya ibiterasoni ariko yemwe ubusambanyi buri mukanwa kabo buteye ubwoba kandi bafise abagore babo nibara mwicumbi ryabana b'Imana...
Ah bon
Imana idufashe kwr
Bsr excuser parler nous en français tout le monde ne parle pas votre langue Dieu vs parle c est pour édifier son peuple ds le monde