NARABONYE SATANI NAMASO YIWANJE NDANAMUGABURIRA//INTAHE IKOMEYE CANE YUWAHOZE AKORERA SATANI[EP1]
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 81
Yesu adufashe cane🙏🙏🙏
Yesu umpe inkomezi mbashe gutsinda satani n'incoreke zayo, unkomereze muri Kristo umwami
@user-to4kb1zx7o
6 ай бұрын
4:30 le
YESU WE ! ndakwinginze umbe hafi nyakwibahwa iyisi irarusha
Ameni ameni❤❤❤🎉🎉🎉
Mana nzima ndagusavy uzomp iherez ryiz nyakubahw amen.
umuco wera ndabashimira cane gose
Imana izomuhe kurangiza neza
IMANA nyenamahoro ikomeze kutuba hafi iturenganye ibihe bibi itwegereze urubavu rwa YESU kristo rwaducumitiwe
Uripimisha malaria....
Iyintaheyaweninziza irayigishije
Yesu urampa kurangiza neza😭😭
Nukuri najye yesu uzampe ijuru nabana bajye
yesu kristo aragahezagirwa n'umuhanga muri vyose
Amen ♥️💕♥️💯
Imana.idutabare
Imana iturinde 🙏🙏🙏
Bamukura ubu beshi ngaho
Manaweee yesu n'umwami
Des
Uraduh iherez ryiza MAna
Imana iguhezagire ndafashijwe muduhe ikindi gice muzoba mukoze
Imana ishimwe cyane ko yakurokoye
Iyintahe nanje narayumvise kwijwiriremesha kabisa ariko mwoduha inomero yiwe mwoba mukoze
Yesu we turasavye number zuyu mukozi wimana muzoba mukoze 😢😢
kiyongozi Imana iguhe umugisha
Imana ihezagire uwo muntu w'Imana yarakoze kumutabara
Yesu wee urakoze nante turahigiye vyishi imana izaguhe imbaraga ugume uyikorera gushik ubonijuru
Yesu weee umfashe uzampijuru
Murabeshya
Mana urampa iherezo ryza🙈🙏🙏🙏🙏🙏
Imana iguhezagire kuko uyu muntu nari naripfuje kumubona kuva ncumva iyi ntahe haraheze imyaka 3
@cedriquemaombi8224
3 жыл бұрын
Murakoze
@cedriquemaombi8224
3 жыл бұрын
Muduhenimero
Amen murakoz kuntah muduha ziratwubaka
Ntayo warikubona utapfuye harumweranda yaheretswe akiri kwisi
Ivyisi ntivyoroshe gusa IMANA ninzinza cane kuba wararokotse .
@rabaanbigirimana2856
2 жыл бұрын
Duhe num ya Desire
Kutamwishe ngumuhesumu
Muturose inumero yiwe mwoba mukoze
Paster Wacu turamukunda Imana imukomeze mu gikorwa c'Imana 🙏🙏🙏
Yesu wacu arakomeye cane kand umuco wera TV mukora neza cane👏👏
@haburanimanagerard9505
3 жыл бұрын
Nibamubaz,kwl kko biragoy
😊 pas😊😊😊😊 mm m
Ni u
Ibisigaye n'uguhendwa ivyo mwumva nugufasha Satani n'ukurwanya MPWEMU YERA w'IMANA mukuvuga ibinyoma
@NtibankundiyeAthanase-dp8sq
11 ай бұрын
Raba Bibiriya ubaze abakozi b'IMANA batahuye neza mureke iyerekwa ry'ukuri
Yesu weeeeeeeee!
Iyo nakume'nya Kate MBA ngeze kure .ariko ntaco ikintu cose n'umwanya waco
Turasavye ikindi gice
Yesu adutabare!!!
Hama ndabasavy mumumbariz ko iyi poudre kwari irya yera cank irya ya rouge cank ari fon de tin kigira twumv iyariyo.muzoba mudufashij
@joandjo9182
3 жыл бұрын
Hari indi ntahe numvise bavuga fond de tein imwe iba mugacupa k'umweru karekare ukuntu🥺🤷
Mukomez dusenge bizashira
None hew umuntu yapfuye abaya mbaye umubiri umeze gute
Mu papa mwiza uzotubwire mbega koharaho dusanga Amatara yubwoko bwishi hano kwisi non ntakibazo kirimwo??
Kanguk
Imana igir nez ngusabir ko utosubir inyum komez ukorer Imana kugirang uzogir iherezo ryiz
Wajyagakoga amata wabonaga aramazi ?
None uyo mu maman yamajanye murivyo baracavugana kugira amubwire ubutumwa
Nanje ndashaka gushinga intahe kumuco wera TV vyogenda gute?
@UMUCOWERATV2021
6 ай бұрын
hariko telefone zumuco wera tv
¹¹
Yoo,Mana ndashimiye Umuco wera tv,nawe mutumirwa,uvuka heh?
Birakwiye komuzamusiga numéro zabo bashingintahe kuko harigihe nkumuntamuknera bivanye nuburyo abayafaqhijwe kugiramubaze
Ariko se Koko ibyo bintu bibaho? Cyangwa warabirose Uri kutubwira inzozi??? Yebaba weeee ko ntinye abakire b'ikigali? Ahwiii yemwe ngize ubwoba pe. 🥺
mwiriwe bene data ndakeneye numero yuwo mukozi w'IMANA
Non mbaze ko yavuzeko abo bantu yabony bari bicaye ku makara non ninkarya makara yo kumbabura??
Muduhe numéro yiwe pastor Desiré
Koko ndumiwe burya Isi igeze habi ariko bumubaza ibibazo vyodufasha gutahura neza
Hama ma papa hari ikintu muvuz ngo ntiwari ukijijwe kuko wasngera mu katorika kandi ngo wakorera neza lmana utivanga,non komva atavyaha wakora jew numva warukijijwe.abantu baramaz kubona ko umuntu asengera mu katorika adakijijw ariko nimba wirinda icaha usenherayo urakijijw kuko gukizwa nukireka icaha cos sugusengera murusengero runaka.Gukizwa kivuy murivuga GUKIRA.nimba senga muri pentecot cank muri Emmanuuel sambana ntukana ntabeo nkijijw.naho noba ndi PASTEUR nkora ivyaha sinkijijw.tuz dutahura gukizwa zkwarikwo.nugukontorora imitoma yacu tukizandukanya nikibi.nivyo kuko urusengero ntiruzokujana mwijuru nutiyambura ivyaha.
@rogernahayo216
3 жыл бұрын
Imana nishimw can kand namw mubandany muhezagigw nukur iy ntah irik irafufash can imana idukomez KK ik gih mbonumeng nticorosh NN NT part 2 nukur nkabakoz bimana nkuk mwabiherew ubunt turabinginz mudusenger vrmt. Nivy gushim kub yaragiy mukuzim akavay nivy gushim KK har besh bajay ntibikund k bavayooooooooo!!!!!!!!!!arik imana yarabikoz !!!!yesu nuw gushimw ibih vyos KK ibint akor birengey ubweng bwabant
Satani mwahuriye hehe ?satani n'umuntu ?nigikoko ? Satani wamusasanze hehe ? Yasa gute ? Ndabasavye abantu bose b'Abakristo bumvya intahe baje bafata ivyo bumvise vyose babishire mw'ijambo ry'IMANA Satani usangwa apfunzwe.yamyaka ibihumbi yatanguye (1000ans) Ivyah 20:1-6 Satani n'Umwami aganza ikirere Abayefeso 6:12 naho abadaimoni bapfunzwe si Satani n'abamarayika ba Satani Ariko si Satani ubwiwe soma PETRO 2igice2:4;soma Yuda 6 Abo n'Aba Général ba Satani nabo ni Général apolowoni soma Ivyah 9:11
Non ugiy ako kantu karahinduts imodoka?warabony ubwoko bwiyo modoka?mudufash mudusigurir
@gamilaniragira2686
3 жыл бұрын
Birakazekabisanarinzikumuntu apfuyekobibabiheze
merci😢,😂
duhe numero yiwe
@titobukuru5693
3 жыл бұрын
Natwe turayikeneye muga ntavyo nemera
Bamukura ubu beshi ngaho
imana imukomeze cyane
@harerimanadaniel3688
3 жыл бұрын
Kumengo nawe ndakuzi ahantu