#Umugwizatunga

Тәжірибелік нұсқаулар және стиль

#agaciromedia_68013513 #ibangaryabatunzi

Пікірлер: 13

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109Ай бұрын

    ✊🏾❤ 🎩 NEVA n abamufashs basoma izi Messages Tabara muhe Ministere ya Agriculture canke Umuhanuzi mur'ico Gisata

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997Ай бұрын

    Mwubahwe batama ndabona mwarashitse no kumurenge iwacu

  • @user-vp1rz8gp5y
    @user-vp1rz8gp5yАй бұрын

    Uwomutama yivugiye ukuri kwuzuye nukuri😂❤

  • @user-jq9tk7pl9v
    @user-jq9tk7pl9vАй бұрын

    Bite bushirahooo nimero yumutumire kugira tumwironderer natwe

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo25 күн бұрын

    Ukunukuri kbx

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455Ай бұрын

    uyomutama ndamukuriye inkofero kuko jew ndurwaruka nabitahuye kare ubu imiriyoni 3 ntizinkanga

  • @user-yd3ri4ry1u
    @user-yd3ri4ry1uАй бұрын

    Uyo mutama ndamukunze cane

  • @ProtaisPhilipo
    @ProtaisPhilipoАй бұрын

    Safi sana mzee nakubaliana na wewe

  • @nkundaburundi1597
    @nkundaburundi1597Ай бұрын

    Komera mutama uvuzukuri kudasha naho kucamuziko abantu nibakanguke bave mwitiro

  • @jeanmarieciza2262
    @jeanmarieciza226226 күн бұрын

    Nuko nuko mtama Ugasanga umunt ariko Avuga nab igihuh ciw ariko Uzotember usubir uburund uzokwam Usanga arubwamber

  • @-vj7os
    @-vj7osАй бұрын

    Shira kuri page ya fbk

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863Ай бұрын

    No mu Burundi niko inyigisho ziteguwe ko umuntu yiga ngo amenye ubwenge abukoreshe ahinge ibikorwa bimubeshaho mbere atange akazi kuva muri 2000 Mugabo abayobozi b'amashure n'abigisha vyarabananiye gushira mu ngiro leta nayo ntiyatanga ibikoresho mfasha nyigisho kandi ntiyashiraho politike yo gukurikirana abahejeje amas hure Ico bita Formation adéquation emploi et reinsertion socio professionnelle et auto-emploi

  • @FurahaMeckson
    @FurahaMecksonАй бұрын

    Aho rero

Келесі