Umugwizatunga SIMBARE/Ibanga ry'Ubutunzi bwiwe kuva 1970 gushika 2023🇧🇮/umviriza neza nimba Ushaka $
Ойын-сауық
#ibangaryabatunzi
#agaciromedia
#entreprenariat
Agaciro Media twafashe akanya tuganira n'Umugwizatunga SIMBARE J.BAPTISTE azwi nk'umugwizatunga atunze imyaka myinshi cane kurusha abandi mu Burundi
nta majwi yiwe twakoresheje kubera imyaka myinshi avuga gahoro,mu kiringo kinini.
twabahitiyemwo uburyo bwo kuvuga ivyo yatuganirije mu mwanya muto ushoboka kubijanye n'inzira yiwe y'ukuntu yateye imbere.
ico vyamusavye n'imikenyuro yakoresheje.
Twizereko iyi nkuru yabashitse ku nyota.
mugire SUBSCRIBE (S'ABONNER) Munasangize abandi iyi nkuru nterantege(MOTIVATION) kubipfuza gutera imbere.
wipfuza kuvugana na AGACIRO MEDIA :68013513
@NtareRushatsiHouseTV
@paeejburundi9895
@ClaudetteNSENGIMANA
@DashDashtv
@AbaVipTV
@ABAYOYvetteSandrine
@pamchanneltv1502
@sirenvibestv
Пікірлер: 23
Iki kiganiro c'umugwizatunga #SIMBARE mucumva gute? Muripfuza ko tuja no kubandi bagwizatunga? SUBSCRIBE please❤
@lepresi6673
Жыл бұрын
Ego mwoba mukoze 🔥🔥🙏🏽
@nkurunzizaaugustin3128
11 ай бұрын
Nukuri kimeze neza kandi cigisha vyishi cane
Intah ninziza kand ndumva iciyumviro co gushinga Boulangerie yamber yagikuy mu Bubiligi kand no kwikorera yabikesheje Abazungu babimuhanuye, Rero nizera ko nugwaruka ruri inyuma yigihugu cank rushaka kuja hanze yigihugu hazogera igihe Rwerekana Ivyo rwakuye murivyo bihugu, Natenyenye.
Urakoze cane Agaciro media uyo mutama nahora ndamwumva ntawe narinzi kabisa ❤
Wawwoooo intahenziza p
Murakoze cane
Waooooo nciy nibuka iri jwi rya Homme du Changement kuri Documentaire ndakwemera cane p You're number one better voice in Burundi
Ikigabiro kimeze neza cane, courage
🙏🫶🏻🫶🏻homme du changement keep it mukuduh bino biganiro
@AgaciroMediatv257
Жыл бұрын
Murakoze cane Nat
Turabakunda caane Courage
Ni kimwe muri bike gisobanuye kandi cigisha vyishi. Twitegure dufate ama risk dukore, imyaka yo gukora niyi turimwo igihugu cacu gifise ubutunzi bwishi bw'ibintu n'abantu
Icokiganiro kirimwo ubutunzi bukomey kuwushak gushik kure
ndakunda nibiganiro,nkibi kweri
Simbare,,,
❤❤
❤😊
Bwabundi Trianon niya simbare??
murakoze.nimudusabire abandi nka Ziranotse na Siyoni nabo batubarire ibanga ryabo ry' ubutunzi bafise
@AgaciroMediatv257
Жыл бұрын
Tuzobikora
Ico gitabo yandits umunt yokironka gut?
@madeinburundi
Жыл бұрын
Témoignage iri très intéressant