Ndamukosore akantu gatoyi si vs le permettez. UK uretse ko itakiri no muri union européenne ntiyigeze iba muri schengen. Espace schengen na union européenne vyari ibintu bibiri bitandukanye kandi bitatanga les mêmes droits kuba résidents baho. Aho nshatse kuvuga ibijanye na libre circulation, (freedom of movement) uvuye muri espace schengen udafise pasport européen abongereza ntawe bigeze bemerera kwinjira iwabo peu importe la provenance y'igihugu co muri europe uvuyemwo.
@pacypn82554 ай бұрын
Bonfils merci bcp my dear ❤
@AaAa-dt8mp5 ай бұрын
Kuyindi mpwemu idasanzwe ❤❤❤❤❤❤
@NduwayoJeanclaude-rj5kl5 ай бұрын
❤❤mrci
@berkamp15 ай бұрын
@Gael, Nubu ntudushirirako links zabatumire bawe muri description ngo tuje kubashigikira. Sinon aba ari promo ya account yawe gusa
@IrakozeOlivier-tt2tq
5 ай бұрын
Saba ahubgo contact c est mieux😂😂😂😂😂
@silvernizi77905 ай бұрын
Gael, this man is saying the truth Prix nino ziguma ziduga gusa uca ukora cane. When I 48:26 came here, one gallon was about 1 dollar now it is more than 3 dollars.
@christainc.52175 ай бұрын
❤❤❤❤
@dashtvshow6505 ай бұрын
Gael zureka inzingo wangu dushirireko link yiwe I’m commenting from Chicago 🇺🇸
Пікірлер: 65
La vie de cet homme, c est tout un livre, un homme courageux, vraiement courageux, imana iguhezagire.
Trop sympathique!! God blessed you and i pray he keeps blessing you,
Big up Mr Bonfils Juste Gael dukeneye abantu nka Bonfils baza bafise esprit positif
Inzara irababaza kwel.Ahubwo nanje birandemesheje ,bimpaye icizere c'ejo hazoza.
@Hazfir.Official
5 ай бұрын
Mugabo uraba ufise n' umwete ntibiguhe icizere gusa
Chapeau mon frère. Imana niyonkuru sha courage
Uyu mugabo ni uw'ukuri...ameze neza au sens large du terme...ahezagirwe 🎉🎉🎉 ❤❤❤
Merci kwa conseil
Thank you for the very interesting interview. Gael uri mu bantu bake bakora ibiganiro nk'ibi byubaka society. Keep it up!!!
@pascalbarekebavuge
5 ай бұрын
Umwete ndawufise ndetse ndabona n'iyinja ntabwoba mfise.
Thank you very much , GOD with us
Mindset👌🏾
Ndamukosore akantu gatoyi si vs le permettez. UK uretse ko itakiri no muri union européenne ntiyigeze iba muri schengen. Espace schengen na union européenne vyari ibintu bibiri bitandukanye kandi bitatanga les mêmes droits kuba résidents baho. Aho nshatse kuvuga ibijanye na libre circulation, (freedom of movement) uvuye muri espace schengen udafise pasport européen abongereza ntawe bigeze bemerera kwinjira iwabo peu importe la provenance y'igihugu co muri europe uvuyemwo.
Bonfils merci bcp my dear ❤
Kuyindi mpwemu idasanzwe ❤❤❤❤❤❤
❤❤mrci
@Gael, Nubu ntudushirirako links zabatumire bawe muri description ngo tuje kubashigikira. Sinon aba ari promo ya account yawe gusa
@IrakozeOlivier-tt2tq
5 ай бұрын
Saba ahubgo contact c est mieux😂😂😂😂😂
Gael, this man is saying the truth Prix nino ziguma ziduga gusa uca ukora cane. When I 48:26 came here, one gallon was about 1 dollar now it is more than 3 dollars.
❤❤❤❤
Gael zureka inzingo wangu dushirireko link yiwe I’m commenting from Chicago 🇺🇸
❤
Kuyindi mpwemu idasanzwe nkaba ndahashitse Gaël ndumufan wawe knd nkukund kubi ukuntu utwitwararik caane🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤
Bro waraciye mur struggle kand histoire yaw ihe inspiration abantu benshi
@user-qq6mv6vh3e
5 ай бұрын
Kbx
Uru mu rasta kweri nciye ndagukunda kumpwemu idasanzwe dukeneye mwene mwebwe nikiza
Visa ya UK ntiyasiguye neza ingene yayironse. Afise passport yahehe? Burundi, Nigeria, Kenya Israeli,???
Yishurana ubwenge
Projects ziriho muri diaspora, mugabo, abantu bo muri gouvernement Baca bagupfungisha ngo barware business zawe! Abavunjayi basigaye muri SURÉTÉ! BSR
Kira Hospital na Dr. Sahabo, bituma dutinya kuzana ama affairs aho i Burundi!!!
Inzara irababaza pe
Inspirant komer bonfils🎉
Sha gaël uranyeguye nukuri kwimana jew urankuyeho nukuri😅😅
Like Gael Burundi, Like Sabin Rwanda!
Emissions ya bien
@nadgashi7827
5 ай бұрын
Sanaaa
Mbega izo nzego ziterekana ingen itunga rya leta rikoreshwa kuki les diaspora zoshora amaher yabo ahantu hariho amanyanga, ata butungune,...
Eira❤
Diane Kenya wamuhebeye iki?uzi ukuntu yagupfiriye?
Ndamugire inama ahiwacu aririnvye ikirundi ni Giswahiri azomenyekana kare gusunvya kuririmba uruzungu.
@nirenganira8433
5 ай бұрын
Uruzungu azarurimba younger arwiyumvirize 😂😂😂😂😂
Wubahwe. Nanje naragurishije ibiyoba, itabi nararigurishije.
Pétrole pétrole ndavyibuts kabisa nanj narayidandaj Congo kabisa
Umuntu avugisha ukuri apana wamu dada wundi yirabura w’umu diaspora who be lying like crazy
bro, visa de résidence wayironse gute? aho hantu ntiwahavuze neza!
@julesspencer517
5 ай бұрын
Nadusigurire neza natwe tunyike
@kalyka4107
5 ай бұрын
Ico kibazo nibaza ko atawuzokikwishura ngaha. Nurugamba rurimwo ama chances menshi cane. Kandi nama politiques yibihugu arahinduka, urumva uko umuntu yagiye miri 2023 usanga inzira zahindutse....
Dutumireko Drama t na B Face pls..
😅😂😅 nimesufire
Ubuzima nurugendo rurerure cne bora uzima
😂😂❤
Ibiyoba birunguka kandi cane
Irya mugabo yavuy USA akaza kayanza yankuyemwo morale kabisa ,reka dushindire ntakundi ngira igiciro c'umuceri kizosubira kuri 2000
Gaël aba Diaspora bakora nkibimashine
@alicekrahenbuhl6949
4 ай бұрын
Nico bituma badafise investi zo gusega
Ikiganiro ciza caane muhabo Abategeti bacu bakwiye guhimiriza abanyagihugu bari hanze gushinga ibikorwa mugihugu ariko nabo ntibarabe inyungi zabo gusa barabe nabo barongoye
none tuyarungitse kuri western union ntituba tuyacishije muburyo buzwi?
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🫡🫡🫡🫡🗣Amin
bro how did you get residence visa in UK 😂😂😂😂😂u did not explain well
@Mimi-tm4vi
4 ай бұрын
Birabaho naje nagiyeyo mfise visa ya 5 ans
Hey nareke kutubesha jeûne ya 21 jours nabatumwa ba yesu ntavyo bari gushobora😂😂😂
@uwinezajohara8362
5 ай бұрын
Nimba wewe utabishobora hariho aba bishibora kandi urumva ko yamya amazi .
@ishimwejf
5 ай бұрын
@@uwinezajohara8362 hey uragerageza basi wow wisozeshe iminsi ibiri yonyen hama uzoheza umbarire
Bavyita kuraba imboyo'go
@Hazfir.Official
5 ай бұрын
Simboyogo n'imboyongo😂