NI IYIHE SHUSHO Y'URUGO MU MUGAMBI W'IMANA !? by Preacher ACHER NIYONIZIGIYE

Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

Пікірлер: 10

  • @IrakozeIssa-bj4hv
    @IrakozeIssa-bj4hvАй бұрын

    Amém,ndakunda inyigisho zanyu😍

  • @gliter281
    @gliter28111 күн бұрын

    Amen

  • @carmellefuraha207
    @carmellefuraha20711 күн бұрын

    Amen merci

  • @user-jx8mt1gj1m
    @user-jx8mt1gj1m17 күн бұрын

    Yesu abahezagire.Mufashije benshi muri iyi nyigishooo.

  • @esperancendayishimiye
    @esperancendayishimiyeАй бұрын

    Trés interressant!hezagirwa

  • @noelmerciirumva5647
    @noelmerciirumva5647Ай бұрын

    Ameen!❤

  • @AlineNtakirutimana-po4eb
    @AlineNtakirutimana-po4ebАй бұрын

    Ndagukunze weeeeeee.Ndafashijwe knd cane Yesu aguhezagire Mukozi W'Imana

  • @chadrackIrakoze-rh3br

    @chadrackIrakoze-rh3br

    Ай бұрын

    Egoo cane

  • @chadrackIrakoze-rh3br
    @chadrackIrakoze-rh3brАй бұрын

    Yayaa egooo inyigisho niyoo 😂

Келесі