Ibintu 10 Ukwiye kwitwararika mu Gusenga Kugira wishurwe by Past Désire H.

Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #zaburinshya #emcitv #ytb #ytshorts

Пікірлер: 8

  • @user-fb8sb7yj6v
    @user-fb8sb7yj6vАй бұрын

    Yesu abandanye kubuzuza inkomezi ziva kuri WE

  • @jeanettensengiyumva8130
    @jeanettensengiyumva81305 ай бұрын

    Amen

  • @violettensabiyumva9198
    @violettensabiyumva91983 ай бұрын

    amen amen

  • @jeannesabumuremyi9827
    @jeannesabumuremyi98275 ай бұрын

    Tugabire gusenga Mana

  • @SashaAmani-ll9lp
    @SashaAmani-ll9lp3 ай бұрын

    Amen thank you paster desire Muradufashije

  • @umuhozaJeanpierre-zv4zi
    @umuhozaJeanpierre-zv4ziАй бұрын

    Amen

  • @user-sp9ph8uw2e
    @user-sp9ph8uw2eАй бұрын

    Amen

  • @user-pf2bu4hn1j
    @user-pf2bu4hn1j2 ай бұрын

    Amen

Келесі