NARIHUSE/S01/EP_20/Final vuba Dutangure SEASON 2

#NARIHUSE #Inkinzo_tv_whatsapp_61760684
#film_burundi_rwanda_kenya_tanzania_2022

Пікірлер: 232

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith Жыл бұрын

    Ndashimiye abantu mwese twabanye Muri SEASON ya 1 Tubasavye Mutube hafi na SEASON 2 igiye gutangura Tunabifuriza umwaka mushasha Mwese Imana Ibahezagire Abamaze kubona ubu butumwa muduhe Like Nakajambo Kihumure

  • @grettaiteriteka8117

    @grettaiteriteka8117

    Жыл бұрын

    Tubari inyuma kndi courage cnee Joachim🥰turabakunda

  • @rosemukakasa8936

    @rosemukakasa8936

    Жыл бұрын

    Nimuyukomeze nukuri ninziza🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @annonciatteuwimana371

    @annonciatteuwimana371

    Жыл бұрын

    Komera cane turi inyuma yanyu kl

  • @salomonroi2149

    @salomonroi2149

    Жыл бұрын

    Turayiteze nayonyene.mukomeze kuturyohera

  • @aullah257

    @aullah257

    Жыл бұрын

    Uzonyaruke nukur namwe ubabere mushasha turabakunda

  • @dalycloseigiraneza2995
    @dalycloseigiraneza2995 Жыл бұрын

    Uwunkunda iyo série ampe like tuhatwike 🇧🇮

  • @YvonneMugisha5055
    @YvonneMugisha5055 Жыл бұрын

    Number One❤❤Ndimurukundo Niy Film🥰💃💃💃💃Abakunzi Ba Narihuse Tumenyane💃💃💃🙏

  • @adele4744

    @adele4744

    Жыл бұрын

    Ma Fille Yvonne 🥰💞

  • @user-pi4ib7ql4d

    @user-pi4ib7ql4d

    Жыл бұрын

    Ewe johakimu uranyegagura wewe ngo ntavyamfurambi bagize 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @YvonneMugisha5055

    @YvonneMugisha5055

    Жыл бұрын

    @@adele4744 Mamy❤

  • @nadinentakirutimana1479
    @nadinentakirutimana1479 Жыл бұрын

    Nukuri murashoboye pe

  • @eglantinenikiza8279
    @eglantinenikiza8279 Жыл бұрын

    Turabakund courage inkizo tv

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 Жыл бұрын

    Film yanje abo Turi kumwe mwiri série mumpe utwo tuntu💪💪💪💪❤❤❤❤❤🇧🇮🇸🇦

  • @AyshaAysha-zq6vk
    @AyshaAysha-zq6vk Жыл бұрын

    Nama René bubu

  • @kumurundi6120
    @kumurundi6120 Жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥

  • @santhaaudreilleakimana1778
    @santhaaudreilleakimana1778 Жыл бұрын

    Mwakinye neza cane gose mutunyarukirizee saison 2

  • @gasoreadelin2286
    @gasoreadelin2286 Жыл бұрын

    Good 👍 Ndagukunda Joachim

  • @alish2182
    @alish2182 Жыл бұрын

    Natwe turabashimiye cyane ahubwo munyarutse muduhe iyindi

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 turabajlkuda cane nawte

  • @oliviertoshiba7259
    @oliviertoshiba7259 Жыл бұрын

    Ng zirya Mbwa 😁😄😄 kiki urantwengej nukur

  • @yvonnenimpaye3604
    @yvonnenimpaye3604 Жыл бұрын

    Joachim uranyipe namushikawe

  • @OrnetteNgabirano
    @OrnetteNgabirano28 күн бұрын

    Ewe Joachim sha ng ntavyamfurambi bakoze😂😂😂

  • @eveneven8726
    @eveneven8726 Жыл бұрын

    Nukuri muranyishe camwibanira birya biraya muvyihoze

  • @jeaninehatungimana2333
    @jeaninehatungimana2333 Жыл бұрын

    Ndi murukund nyi film

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Murakina neza cane dakunda

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 Жыл бұрын

    Nabakunda pe

  • @pacifique8441
    @pacifique8441 Жыл бұрын

    Ndabakunda cane nimwirambire kandi nimubandanyekuduha utwibwenge

  • @Bahoamagaramazima
    @Bahoamagaramazima Жыл бұрын

    ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️big up #Team_Joachim mubandanye Na season 2 🤣🤣🤣

  • @baptiste685
    @baptiste685 Жыл бұрын

    Nihatari kweri

  • @alicenibigira
    @alicenibigira Жыл бұрын

    Ew Diogo na Marraine ahorer mubona babihorey ng nibijuj umus wanyu urahar gus birababaj Christella komez wihangan 🥰🥰💪💪

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 Жыл бұрын

    Final irageze ntaco nimuduhe iyikurikira ntakibazo iyi fime ninzigo cane irafise inyigisho ikwiye courage Joachim et respecter

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ nigorane

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Imana iramubona cha johakimu

  • @dididiellaniyongere7889
    @dididiellaniyongere7889 Жыл бұрын

    Umvee Joachim ng none ntavyamfuramb bakoze🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 Жыл бұрын

    Ndazindutse cane gose kumunota wa 10 mundabire ama like menshiii.courage Team inkinzo tv❤❤❤

  • @anithatuyisabe4805
    @anithatuyisabe4805 Жыл бұрын

    Nduwambere

  • @annonciatteuwimana371
    @annonciatteuwimana371 Жыл бұрын

    Ntamugabo ufise naw nta mugore ufise 🤣🤣🤣yew murantwengej kl nimuterimbere 💪💪💪🙏🤝🤝

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 Жыл бұрын

    Number one

  • @graceuwimana677
    @graceuwimana677 Жыл бұрын

    Twenjoying hamwe narihuse turyoherwe Love❤️💃💃💃💋

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Barabahinyuye chaa

  • @violettenihimbazwe3245
    @violettenihimbazwe3245 Жыл бұрын

    Ewe johakimu ngo ntavyafurambi bakoze 😂😂😂

  • @furahfurah6011
    @furahfurah6011 Жыл бұрын

    😀😃😃😄😄🤣😅😅😅Eweeh joachim ng iminuni yabagabo iracabah

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯

  • @Laila-me3bb
    @Laila-me3bb Жыл бұрын

    Harihahiye

  • @irakevine338
    @irakevine338 Жыл бұрын

    Number 1 abaza nyum mundemer 😘 Love you team Joachim 💕

  • @christineniyonkuru4139
    @christineniyonkuru4139 Жыл бұрын

    Joachim nukur wew uranyica kwer🤣🤣🤣 mwes mwirambire ndabakunda cane ❤👌👌👌👌🙏

  • @vanessairakoze1880
    @vanessairakoze1880 Жыл бұрын

    Inkinzo tv hejuru

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Жыл бұрын

    Ati Diego asongora umunwa nkumununi ntayikibaho 🤣🤣🤣 Diego na vava baryosha imisi kwel🤣 🤣🤣 saison ya 2 turayirindiriye ❤❤❤

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Wewe ntuwahanuje

  • @khadijamoss293
    @khadijamoss293 Жыл бұрын

    Murashoboye ndabemeracane 👍

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Imana niziza itatu

  • @axellaassia8930
    @axellaassia8930 Жыл бұрын

    ✌💃💃💃🤣🤣🤣courage bantu beza agahurukimbwa kabahiriye ngobagiye mukazi kumbe bigiriye mushamba ryurukundo🤣🤣🤣🤣 johachim 😂😂😂😂😁😁😂💃ngo ntavyafurambi bakoze🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @FANNY-oc4cb
    @FANNY-oc4cb Жыл бұрын

    Joackm mugabo aratukana ngwibwa Yumununi🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @aimeemakkil5936
    @aimeemakkil5936 Жыл бұрын

    Joooooo reka gutukana

  • @user-dv6hc6fn3d
    @user-dv6hc6fn3d Жыл бұрын

    Film mwubahw ndabakunda

  • @anithatuyisabe4805
    @anithatuyisabe4805 Жыл бұрын

    Joachim ngo ntavyafurambi kweri urarenze pe mugabo yibandanye nukuri turafise igishika cokubona bafatwa imbonankubone

  • @kwkw7880
    @kwkw7880 Жыл бұрын

    🤗🎤🎤🎤🎤🎤🎤

  • @obedyniz7972
    @obedyniz7972 Жыл бұрын

    Congratulation

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille316 Жыл бұрын

    Ndinyuma zanyu naho nzomba ndumwe ndikumwe namwe burimunsi congratulations 💪💪💪

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 Жыл бұрын

    Ntimutaneko umwikomo ahubwo nimubakorere umuti bazomaramara bibure. Mwite ikijuju yaragukemye🤣🤣🤣

  • @elisabethmama1846
    @elisabethmama1846 Жыл бұрын

    Akaryosh ntikahor mwitam namw turabashimiy ukunt munduh impanur

  • @larissakanyamuneza9410
    @larissakanyamuneza9410 Жыл бұрын

    Wawuuuh

  • @egidemibafasha2126
    @egidemibafasha2126 Жыл бұрын

    Joachim courage ndakwikundira flm nziza cn

  • @marlenenizigihimana2123
    @marlenenizigihimana2123 Жыл бұрын

    Ndabaknd cn 👍

  • @chancegikundiro5338
    @chancegikundiro5338 Жыл бұрын

    Ndishimye peee ❤❤❤ thank 🥰❣️

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Muramarana

  • @gracenostress5764
    @gracenostress5764 Жыл бұрын

    Courage Jojo

  • @emmanelnduwimana4783
    @emmanelnduwimana4783 Жыл бұрын

    Mubikora Nezza CYanne

  • @juliettetuyishime4079
    @juliettetuyishime4079 Жыл бұрын

    Courage

  • @user-sk1hk3qh9j
    @user-sk1hk3qh9j6 ай бұрын

    Ngumunwa kuwundi ni mama😂😅 johakim uranyish nukur😅😂

  • @saf4865
    @saf4865 Жыл бұрын

    Nukwihanga umuvyare

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 Жыл бұрын

    Murakaza

  • @faustintwagirayezu5530
    @faustintwagirayezu5530 Жыл бұрын

    Vyakaz ppp🥰🇰🇪🇧🇮

  • @timotheetimnimfasha1518
    @timotheetimnimfasha1518 Жыл бұрын

    Ntibavuga umupfakazi kumugabo,ni umupfakare

  • @remegieniyo-yo2iy
    @remegieniyo-yo2iy Жыл бұрын

    Mwubahwe

  • @marie-gorethmanariyo3049
    @marie-gorethmanariyo3049 Жыл бұрын

    Turikumwe namwe

  • @dalylanizi9499
    @dalylanizi9499 Жыл бұрын

    Bien✊

  • @chantaldusabimana9510
    @chantaldusabimana9510 Жыл бұрын

    Johokimu yozuka,,,,,, l

  • @severinniyibitanga2814
    @severinniyibitanga2814 Жыл бұрын

    Ayomajwi siyo muragerageze ibikurikira musumvye ngaho

  • @hatungimanavestine7090
    @hatungimanavestine7090 Жыл бұрын

    NGO umunw kuwundi ahaaa

  • @cesariebakunda4498
    @cesariebakunda449810 ай бұрын

    Uwo mugabo wa kiki nuko yakubitana kandi akabigirira kumugaragaro si non ingo nyishi nuko zibayeho kiki ndamubwiye pôle akomere lmana izomuhoza amarira yico gikoko cumugabo.

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Nidaya baya

  • @olivierkevinndorere6100
    @olivierkevinndorere6100 Жыл бұрын

    Ikwiye kubandanya kuk ico umupfum yababwiye kohazogir uwusara ntikirashika kwl scène iracatwikaaaa

  • @alainchristianirambona6641
    @alainchristianirambona6641 Жыл бұрын

    ❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮

  • @najmahnajmah1078
    @najmahnajmah1078 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣

  • @mediamed1196
    @mediamed1196 Жыл бұрын

    Courage vrm ndabakunda cane

  • @solangendayishimiye6063
    @solangendayishimiye6063 Жыл бұрын

    Ewana yariryoshe kandi nibazeko ep21 tuyihabwe kabisa

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 Жыл бұрын

    Ewe johakm Sha ngo ntavyafurambi nagize haahahaa

  • @vianneymani4698
    @vianneymani4698 Жыл бұрын

    💕💕💕💕💕💯💯💯

  • @KAPTAINZED
    @KAPTAINZED Жыл бұрын

    Ntizotembe inyaruke turayikeneye

  • @zopaidaass370
    @zopaidaass370 Жыл бұрын

    👌👌👌

  • @rindaklelia7986
    @rindaklelia7986 Жыл бұрын

    Nimupfe ubusa nwese nwatomboye indayagus

  • @mimeadoson
    @mimeadoson Жыл бұрын

    Harahiye kbxa mwubahwe bantu bacu dukunda tubura ivyo tubaha ariko support yacu izoba irabadufashiriza!!mwubahwe kubwa mwese na INKIZO TV

  • @topapple6016
    @topapple6016 Жыл бұрын

    Kuberik johkm akundijamb ngonimam?nijamb umununi?

  • @Laila-me3bb
    @Laila-me3bb Жыл бұрын

    Joachim nawe urankurimbavu ngo mukagunira

  • @celestinss4045
    @celestinss4045 Жыл бұрын

    Ego nimama johackim sha

  • @japhetbizimana4833
    @japhetbizimana4833 Жыл бұрын

    Turabategereje muri saison 2

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Pore sana 😢 muriyahura cha

  • @nula1477
    @nula1477 Жыл бұрын

    Urushubembe murasetsa pe

  • @francinentakirutimana9831
    @francinentakirutimana9831 Жыл бұрын

    🥰😍🤩😘🤩😍🥰

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c Жыл бұрын

    Rube hu

  • @samanthairakoze6306
    @samanthairakoze6306 Жыл бұрын

    Muyinyarukan turasavye

  • @nimpagaritsepatrick2166
    @nimpagaritsepatrick2166 Жыл бұрын

    johakimu wubahwe nizo terme

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Muzonhinyuka cha

  • @nyishuyimanafaida125
    @nyishuyimanafaida125 Жыл бұрын

    Joachim aratukana🤣🤣🤣🤣

  • @fannymarion7743
    @fannymarion7743 Жыл бұрын

    Joachim j arantwenza😂😂

  • @tgmfm5612
    @tgmfm5612 Жыл бұрын

    Nukwihangana nuko zubakwa