ISEZERANO EPISODE 1
Фильм және анимация
Abonnez-vous sur notre chaîne KZread PCI BURUNDI
Suivez-nous sur Instagram @pciburundi
Assistez aussi sur Twitter @pciburundi
Sur notre page Facebook : Play For Change Burundi
Subscribe on our KZread Channel: kzread.info?searc...
Follow us on Instagram @pciburundi
Also on Twitter : / pciburundi
On our Facebook page: / pciburundi
Abantu bose boba bifuza kuduterera canke kudufata mumugongo ku gikorwa dukora, murashobora gutwandikira kuma réseaux sociaux yacu, kugira mutange intererano yanyu canke iciyumviro canyu.
Mubandanye mura Subscribe canke S'abonner. Mwarahezagiwe!
#isezerano
#episode1
#Pciburundi
#burundi
#burundianmovie
#eastafrica
Пікірлер: 114
Yoooooooooo birambabaje
Ihangane sha timna
Bariko bararirimba irya kane. Aka kantu kambere niko kabiryoheje
Vuga Iyo Mwahora Mwari Mukumbuwe
Timu n'a pôle sana abavyeyii bamez ukw barihoo
Murabe mugire ico muhindura muguteranya amashosho kuko hari amakosa abamwo mugasimba ibintu canke mukabikata
Hhhhh,ngo mwaririmbaga,ndabakunda gusa
Ndakunda cane Ababantu
Mbeg hoh mwahor hehe
Bravo vrt❤❤❤❤❤❤ndabakunda
Ngoo amuririmbire kwl haaaa
Terimbere Burundi
Yoooooo mubabarire
Hemwe ndabasavye mumbwire uwumudamu hariho film yigeze gukina iryoshe cane yarimwo umukobwa yitwa Linda ndabasavye muyinyibutse ukoyitwa
Ndakunda Cane Iyi Timu
Timna pol kbx KK abavyey baw baragoy nukubihanganir
Mbaye number one, mungurire rimwe! None mwahora hehe kweri? Turabakunda cane
Nari narababuze kwer
Icomukoze murasekej ngo nuwanyin urundiruhande ntabwurarumenya ewemana yanja ndasetse nduma ndabakunda kurigusa💝💝💝😇😇🥰🥰🥰🥰🥰💙💙💙💚💚💚💚💚😘😘😘😘😘💝💝💝💝😘😘🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Ndabakunda caan 🥰muranyish kbs ngo twariko turaririmba🤣🤣🤣🤣
@nadiavyukusenge4970
Жыл бұрын
😂😂😂
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 bosi uvuze neza
Waouuu ndabakunda cane gosee muranezereza umutimawanje
None ♥ 🎶 ❤ 👍 💖 👌 ♥ 🎶 ❤ 👍 💖 👌 ♥ 🎶 ❤ 👍 ntubakunda barenke batebere cha
Ugo rugo ko rutorohewe
Love from royal 1 TV
I just recover this film now. Oooh I'm enjoying 🥰🥰
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 muramarana duva
🥰🥰
Courage
Yooooo pore dimwana
Karibu
Ndab♥️xn Mon club préféré Gus mwar mwakumbuweee😀🙏🙏🌹
Wowuuuuuuu twari tubakumbuye nukuri
Wouuuuh
Pore sana 😢 cha ♥ ❤ 💖 🎶 💕 ✨ ♥ ❤
Much love❤️
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 muratanga imhanuro cha
Nar ndabakumbuye diii❤️❤️❤️❤️
Mwubahwe kbsa
Courage vrt
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ ntadero afise
♥️♥️♥️♥️♥️
Murareze cha
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣manaweeee iyiyo ij ari fire🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🥰🥰🥰
🔥🔥♥️♥️♥️
Urasubiriye none
Ntanidero afise kabisa
Mama wawe yachi
Next episode mwokabyara mweeeeee
Murakara cha
Muranyica mukama mukina neza cane
Nimuyinyarukane
Muramarana cha
Courage ami💗💗💗
Ngo irya Kane🤣🤣🤣
Muramarana murakaze
Yoooooo 8habgane mwisi nikotubayeho😭😭😭😭😭😭
Turaryohewe gusubira kubabona
Ego imana irahari
Pore takana bizohera none urumuzanano
😁🔥
❤️❤️❤️❤️
Uramucunga none
PCI mon club 👥👥👥👥💓💓💓
@pciburundi
Жыл бұрын
We heart you Aimable.
Muransetsa
Twari yubakumbuy ni mama
Araruhuka cha bakuvyaye batangunkeneye cha
My team😍😍😍😍😍😍
Mwahorahe karibu ndabikundira❤❤❤❤🇧🇮❤💪🇸🇦
@sarafinakesia2264
Жыл бұрын
Mwarimwaranduhevye ngomwarikomurririmb ingumuzagombazitangur ndabakundacn
Mutama
Wmahorahe umwmwaka muchaca naridabakubuye cane
Narinabakumbuye ndabakundacane
WoW ❤❤❤❤😅😅😅❤🇧🇮🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇧🇮🇧🇮🇨🇦🇨🇦🙏🙏🙏🥰🥰
NAkazingo nako
Ako gatoki uzokazira wamugore habaye umwana🤣🤣🤣🤣
Basinger cha
Mwari mwaratwibagij
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍
Twebwe iyo abavyeyi bafatanye ntibatinya ngwabana barstubona barahana hakaka 😂😂
Vugiuomwahora ?
Zukosora uwomugore wawe atakubah
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nihatari nigora numubabaro gusa
Ikibi komwayihevye mudashitse kur final?
Wabafumwe cha
Muramukoranira cha
Mbegurugo numuriro gisa
@thierrynduwimana4233
Жыл бұрын
Mbega camouflage we! NGO mwagire muririmbe Kandi mwaro mwapanze ingumu! Abavyeyi mutunyegeza vyinshi
Ego nidaya baya zabangore
Nigorane
Nigorane nukuri
Abagore bafise inoti ningorane murugo
Mwari mwaratwibagiy reka ndabe commentaire après.
Uriki none none ucurara kukazi rero urakaze wamungorewe cha
Basenotes
Wouah vyiz 🥰🥰🥰
Nikiyachu
Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 none ♥ 🎶 ❤ 👍 😀 😄 ♥ 🎶 ❤ 👍 😀 😄 ♥ 🎶 ❤ 👍 😀 😄 ♥ 🎶
FAM LEE❤️
@pciburundi
Жыл бұрын
Big time......Fam
Reka kuza muragenda😢 basha
@pciburundi
Жыл бұрын
Ntituzosubira kugenda.