NARIHUSE/FINAL/ Dieugo Aramwishe

#NARIHUSE #Inkinzo_tv_whatsapp_61760684
#film_burundi_rwanda_kenya_tanzania_2023

Пікірлер: 407

  • @Joachim-Smith
    @Joachim-Smith Жыл бұрын

    Mwarakoze Kubana Natwe Mubihe Bibi Nivyiza nkabakunzi Ba film Zacu Mwarakoze Cane Vuba Turakeneye Nabandi Bakinyi Kugira Mwese Mushikirwe Impano zanyu Zigaragare

  • @Linda-hv9ll

    @Linda-hv9ll

    Жыл бұрын

    Ikimbabaj Nuko iyi Narihuse itarangiye nkuko tubishaka 😌

  • @momohumblensengimana7217

    @momohumblensengimana7217

    Жыл бұрын

    😭😭😭😭😭

  • @niyongerejuliette6701

    @niyongerejuliette6701

    Жыл бұрын

    Nimuduhe umuco wukuntu twoshikigwa turabishaka cane

  • @niyongerejuliette6701

    @niyongerejuliette6701

    Жыл бұрын

    Nimuduhe umuco wukuntu twoshikigwa turabishaka cane

  • @fiacreniduha1884

    @fiacreniduha1884

    Жыл бұрын

    Jenanje ndavyipfuuuzaaa mpa num tuvugan imbox

  • @nellyhabumugisha6698
    @nellyhabumugisha6698 Жыл бұрын

    Muraz gukin vrt ndabakund Narihuse byiiiiiiiiiiii🖑🖑🖑🖑🖑

  • @alicenduwayezu1498
    @alicenduwayezu1498 Жыл бұрын

    Ndaryohew nukunt narihus ihez igaheran impanur nyinsh🙏.mubandany.meddzo iy ndirimb muyiduh🙏🙏🙏

  • @medsonni3807
    @medsonni3807 Жыл бұрын

    Mwarakoze kuduha impanuro🙏🙏🙏🙏🙏

  • @ngabirelynda4160
    @ngabirelynda4160 Жыл бұрын

    Parrain uranezerej sha.urira neza pe.meilleur acteur

  • @eliezelnkurunziza119
    @eliezelnkurunziza119 Жыл бұрын

    Yvan yubahw✨eee 🙏👏👏👏👏👏🙏🙏🙏 ayamashi nayiweeee

  • @isaacnduwayo2707
    @isaacnduwayo2707 Жыл бұрын

    Ibikogwa vyany bajimbere, natw turabakunda cane film iratwigishije. Hama rer ikosa ribay rikwigisha ingen hanyuma uzokosora. Intambamy mugenda muhura nazo mubikogwa vyanyu, bibaber akaryo kokuzikosora mubind bikogwa bizokurikira kand turavyiteze turanabirindiriye. Uhoraho atuzigame twese, ngireko nifuzako twes twosangirq uyumwaka wose dukomeye.

  • @ngabirelynda4160
    @ngabirelynda4160 Жыл бұрын

    Merci basha.mwarakoz kutwigisha

  • @benignenibitanga2051
    @benignenibitanga2051 Жыл бұрын

    Wao akokanyuma nako karatesa Kumbe murazi kuririmba

  • @coyitungiyebakisi518
    @coyitungiyebakisi518 Жыл бұрын

    Yooooo mugabo pore sana wamwirukana ubona ariko nimpano yokuririmba murayifise mwarariribyenezacane

  • @derricknirema2595
    @derricknirema2595 Жыл бұрын

    Uyu musi nanj nazindutse abakunzi ba narihuse tumenyane💪💪💪

  • @ingabireaudreyadisa81
    @ingabireaudreyadisa815 ай бұрын

    Mwarakoze cyane kubwiyi film dukuyemo inyigisho nyinshi kandi mukomeze mutugezeho nizindi ndabakunda cyane from rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @nimpagaritsenadine7486
    @nimpagaritsenadine7486 Жыл бұрын

    Abantu bakeneye iyondirimbo yose kand yonyen tumenyane👌👌

  • @heleneirakoze

    @heleneirakoze

    Жыл бұрын

    Mubayikeneye naj ndimwo

  • @yesuarajechoir8781

    @yesuarajechoir8781

    Жыл бұрын

    Naje ndimwo kweli

  • @happy6376

    @happy6376

    Жыл бұрын

    Naje inbox

  • @wowwow9457
    @wowwow9457 Жыл бұрын

    Diego urakorikibi ark wari warabiw Parain urariz nyn mpor Ngozi mwubahw ndabakurikir can❤❤🇧🇮🇧🇮

  • @ndikumwenayoreverien-cd1xf
    @ndikumwenayoreverien-cd1xf Жыл бұрын

    Inoti imbere kurir munyum je yvan kwer mwar mwamutebnye

  • @user-oo1bi7nr5n
    @user-oo1bi7nr5n Жыл бұрын

    Film .narihuse inkoreyumut ibisangiyimizi bisangira nukuma barek bajane ndabakund caneee

  • @evelyneniyonkuru9602
    @evelyneniyonkuru9602 Жыл бұрын

    Nukuri via Najohashi muranyeguye kwl aguhe amahera ham mumu sabira ham umufash kurir mwubahwe

  • @dedeiteritekacovenant6751
    @dedeiteritekacovenant6751 Жыл бұрын

    Wauuu mwabikoz nez sha ibintu vyar umur🔥🔥🔥🔥

  • @user-jy3gr2rm8d
    @user-jy3gr2rm8d Жыл бұрын

    Basha ntabahanze ndevye ifilime Yvan arimwo naho noba ndiko ndarira inca nseka Yvan ndamukunda kuk aranduhura mumutima filime arimwo naho noba.ngwaye ndandara kuyireba

  • @alineiradukunda7768
    @alineiradukunda7768 Жыл бұрын

    Nasanze narihuse🎶 nako karatesa👌 mwarakoze kutwigisha

  • @kellydiellaininahazwe2675
    @kellydiellaininahazwe267511 ай бұрын

    Yuuuuiuuuu😍😍eg diii muririmbaa nezaa caaneeee👏👏👏👏mwubahweee mwanadukiniye neza caane

  • @evaristenimbona6670
    @evaristenimbona6670 Жыл бұрын

    Mwarakoze kutunezezaa 🙏🙏 turabakunda caneee💗💗💗💗💗💗💗

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 Жыл бұрын

    Irangiy neza vrt gusa shetani numuhimbiri iragushuka ikagaruka kugutwenga film yarimwo inyigisho nziza courage vrm mwakiny neza 🥰🥰

  • @dianekamikazi1575
    @dianekamikazi1575 Жыл бұрын

    Mwarakoz kuban natw vuba muduh iyindi murashoboy

  • @angemarieiradukunda932
    @angemarieiradukunda932 Жыл бұрын

    Yva ukund inoti kub Gus warazikorey baguh ham urire ham umusabir kuja mwijuru

  • @annonciateirankunda6637
    @annonciateirankunda6637 Жыл бұрын

    Murakoze cane kuduha inyigisho.hezagigwa

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 Жыл бұрын

    Mugasozereye neza kukaziki

  • @bayubahejames7536
    @bayubahejames7536 Жыл бұрын

    Ahubwo bro nsanze woririmba kuko film sikirenga ariko Music 🎵🎵🎵 urashoboye kumbure nkabantu nkabatwebwe wotwonger umunezero dufise tukabaho twishimye nindirimbo zawe

  • @patrickghost400
    @patrickghost400 Жыл бұрын

    Hahahahahaha Yvan Tres bien urira neeeza Diego ingero yicaha n urupfuuu

  • @eglantinenikiza8279
    @eglantinenikiza8279 Жыл бұрын

    Mwarakoze kututeramisha turabakunda 💖💖💖💖💖

  • @amiraljosegka7263
    @amiraljosegka7263 Жыл бұрын

    Nukuri mwakinye neuza kandi muyihejeje neuza. Big up to Johachim Smith

  • @zawadikadege9067
    @zawadikadege9067 Жыл бұрын

    Good job Mr yvan

  • @nsabeyezubelyse1302
    @nsabeyezubelyse1302 Жыл бұрын

    Mukina neza arko film zanyu zihera vuba🤗🤗

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 Жыл бұрын

    kand sha baririmba neza cane bafise izindi mpano kabisa so courage vraiment muyihejeje neza

  • @espefiesta3840
    @espefiesta3840 Жыл бұрын

    Iyondirimboo niyoo vrt

  • @espefiesta3840
    @espefiesta3840 Жыл бұрын

    Medy uranyemej vrt ndagkund

  • @salomonroi2149
    @salomonroi2149 Жыл бұрын

    Mwarakoze kuduteramika.dutegurire akandi

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 Жыл бұрын

    Uyu munsi naracerew kweli. Courrage Joachim love from GOGO LOVE OFFICIAL

  • @jeannemariendayisenga9431
    @jeannemariendayisenga9431 Жыл бұрын

    Ewe Yvan shaa uranryohera 😀😀

  • @josianeezekiye
    @josianeezekiye Жыл бұрын

    Nukur mwubawe uwudakuye inyigisho mwiyisenema ntambaze p

  • @innocentsabushimike301
    @innocentsabushimike301 Жыл бұрын

    Kandi no kuririmba nibtalent gwanyu. Respect kunyigisho muduhaye

  • @UwinezaElvin
    @UwinezaElvin2 ай бұрын

    Big up xan meddy

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 Жыл бұрын

    Muheiryopanga agende amuhitane

  • @alphonsine122
    @alphonsine122 Жыл бұрын

    Muhejeje neza courage mutwongere akandi

  • @nijimberearistide1045
    @nijimberearistide1045 Жыл бұрын

    Mwarakoze,twarigishijwe kabixa

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 Жыл бұрын

    Niatari ibintu biheranabi Diego ukonyene iconzi nawe.ntusigara mufa mwese

  • @enidyhakizimana8066
    @enidyhakizimana8066 Жыл бұрын

    Karikaryosh vrma.vuba muduh akand

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 Жыл бұрын

    Iyondirimbo muyisohore batarayibatwara ndabona inaryohe

  • @leonnibizi8618
    @leonnibizi8618 Жыл бұрын

    Yva uranyemeje nukuri

  • @ericniyongabo3808
    @ericniyongabo3808 Жыл бұрын

    Namwe mwarakoz akaririmbo nikez

  • @misigaroeddyprotais456
    @misigaroeddyprotais456 Жыл бұрын

    Muyihejeje nabi kwel dieugo na vava ntibari gupfa bari kuja mubutubgane

  • @claudemanariyo
    @claudemanariyo Жыл бұрын

    Serie ni bien... Mutegure iyindi iryoshe

  • @francegahimbare9568
    @francegahimbare9568 Жыл бұрын

    Whouh ❤️❤️iyo ndirimbo niya bien👌👌

  • @ndayishimiyedarlene-7808
    @ndayishimiyedarlene-7808 Жыл бұрын

    Big UP sana komerezaho bantu banje

  • @dusabejuliet2702
    @dusabejuliet2702 Жыл бұрын

    Mwubahwe 🙏🙏

  • @yvonnenimpaye3604
    @yvonnenimpaye3604 Жыл бұрын

    Iyiflm kwel ihezenakababarokwel mukomere turabakunda

  • @sheimasheima1470
    @sheimasheima1470 Жыл бұрын

    Vuba muduhe niyindi turakunda cane harihuse yarirenze

  • @bilalchch3993
    @bilalchch3993 Жыл бұрын

    Turabashimiye ukuntu mwatwitayeho kabisa kuva kuntango gushik finale 👌👌😘😘,mwubahwe kweli akanyuma kk karatesa sana❤️❤️❤️

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😄😄😄😄😄😄😄😄😄😁😁😁😁😁😁😁😀😀😀😀😀😀😀😀jew YVAN nukur uranyica muhungu wa mawe courage pee jew unryoherez umusi

  • @heleneirakoze
    @heleneirakoze Жыл бұрын

    Médard ukina nezaaa vrt kd ndabona nokuririmba murabikora nezaa Vuba muduhe ikindi gisasu kuko mukina ibintu biheza bikatwigisha mubuzima Vava nawe shn RIP kl wishwe nuwo War warizeye ukamurutisha umugabo wawe Joachim nawe wihangan kuko uwo washak kwica nawe hariho uwagutanze gukora igikorwa Diego na Vava mugiye twabakunda RIP✝️✝️

  • @nellyhabumugisha6698
    @nellyhabumugisha6698 Жыл бұрын

    Yva ng rek kumpemerak😅😅😅😅😅

  • @farnsina1327
    @farnsina132710 ай бұрын

    Yooooo inyigisho nziza iheze neza vuba iyindi

  • @leonnibizi8618
    @leonnibizi8618 Жыл бұрын

    Ndabashimiy mwese mwateguye mwongera muduha film nziza caaane hama nobasaba ko mwoja hamwe Na Estella mukarengera ibibatanya hanyuma mukaduha iyindi murakozeeeee

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 Жыл бұрын

    wow!Meddy na Joachim murirmb neza nukuri oooooh🥰💕💕iy Final iraryosh can mwarakoz kutwigisha knd ndaryohew ko banyirabayazan birangiye bimbuy ivy barimye😅😅gusa yvan nyen urankuyeh pe ng nabaz azan inot ng murarir munyum ngumwany urahar🤣🤣ahwiiii.Ndabashimiy can Equipe narihuse big up sana murashoboye👍👍turitez ikindi gisasu vuba

  • @malachienkurunziza1568
    @malachienkurunziza156811 ай бұрын

    Narinumva nkumbuy iyo film ndakewara

  • @judindayi
    @judindayi6 ай бұрын

    🎉Mwubahwe mwadukiniye flm ziza naho bitari vyoroshe

  • @happy6376
    @happy6376 Жыл бұрын

    Yooooh iraheze akaryoshe ntigahora mwitama

  • @user-is5vc3sv5k
    @user-is5vc3sv5k7 ай бұрын

    ❤harimo uruphu

  • @aliceirankunda6134
    @aliceirankunda6134 Жыл бұрын

    Mwarakoze cane natwe turabakunda

  • @ericnduwimana6962
    @ericnduwimana6962 Жыл бұрын

    Inkozi zikibi nuko zipfa nimudihe iyindi

  • @VyukadusengeSandrine-pt6fr
    @VyukadusengeSandrine-pt6fr10 ай бұрын

    Ndabashimiye cane mwakinye neza muterimbere

  • @nsabimanajuma2111
    @nsabimanajuma2111 Жыл бұрын

    Mwarakoze can namw muhezagirwe muga twibaz ko mutagiy kwicara ahubwo mugiy kudutegirira ibindi bimara

  • @user-oo1bi7nr5n
    @user-oo1bi7nr5n Жыл бұрын

    Akakunt muherejek karanyemeje

  • @jeanboscobizimana3256
    @jeanboscobizimana3256 Жыл бұрын

    Yoooo🤣iyo Yvan atajamwo twari kuba twibwe

  • @estrombokassa160
    @estrombokassa160 Жыл бұрын

    Nez cane iyondirimbo turayikeneye

  • @kigeme
    @kigeme Жыл бұрын

    Haaahhaaa iva uranyishe ndagukuda kabisa urashoboye

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 Жыл бұрын

    Impano ndabona muzifise mwu ahwe ndabakunda

  • @vitalnijimbere7399
    @vitalnijimbere7399 Жыл бұрын

    Nkr Yar iryosh duh iyind season turabakund

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Жыл бұрын

    Turashimiye namwe mwarakoze kuduteramika hama munyarukitize akandi kabirya nyene komera turabakunda cneeee gusa abantu bameze nka Diego na vva bazohinduke ❤❤ ❤ ❤

  • @lydi791
    @lydi791 Жыл бұрын

    Murashoboye pee Final ✍️👌👌

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo2828 Жыл бұрын

    Joachim courage urayimazezaniyindi

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 Жыл бұрын

    Yooo iraheze😢😢😢😢vuba cane muduhe iyindi

  • @user-uj5np8cp6j
    @user-uj5np8cp6j4 ай бұрын

    Murakoz namwe mwaraduteguriy film nziza kd ngurakamaro kubuzim bwacu merciii xn mwubhwe

  • @UwinezaElvin

    @UwinezaElvin

    2 ай бұрын

    Joachim I respect you meddy

  • @emelynemutana3166
    @emelynemutana3166 Жыл бұрын

    Iyo hit song tuyihabwe😍😍😍🔥🔥🔥🔥

  • @nshimirimanalameck6687

    @nshimirimanalameck6687

    Жыл бұрын

    Mwubahwe Joachim,numugabo wa vava,mais ikibazo christella twamukunda birangiye atanazutse basi,numva bimbabaj

  • @Salahsamia-xj1ll
    @Salahsamia-xj1llАй бұрын

    Inyigisho za joshim ziranyigisha cane arikose muzohore munyaritsa kuzamuraduha ubuce buce sivyo

  • @floridauwimana5953
    @floridauwimana5953 Жыл бұрын

    😂😂😂😂umutsembe wanyina😂😂😂 meddy umutsembe washetani

  • @adelineniyonziza9316
    @adelineniyonziza9316 Жыл бұрын

    Respect

  • @habibi5688
    @habibi5688 Жыл бұрын

    Uyu munsi ndazindutse,abakunzi ba Narihuse series muze tuhatwike hashe

  • @alimahahmedi6779
    @alimahahmedi6779 Жыл бұрын

    Yvan 🤣🤣🤣ndemeye kweri urumu acteur w'inguvu😅😅😅😅😅ngo ndarinze mbere mugabo banza umpe amahera🤣🤣🤣courage ndabemera mwese kbsa naho nacerewe🙏

  • @irakozezayana46
    @irakozezayana46 Жыл бұрын

    Bisaba ako kaziki kanyuma mugashireko konyene ningene kitwa

  • @user-jj7tr5jg7z
    @user-jj7tr5jg7z7 ай бұрын

    Mwayisozeye nabi kub christella mwaramwishe yararenganye

  • @nifashaalexandre3108
    @nifashaalexandre3108 Жыл бұрын

    Brother indirimbo turayikeneye

  • @mugishawimanapatrick7564
    @mugishawimanapatrick7564 Жыл бұрын

    please muyibandenye vrm muduhe season ya 2

  • @febronieemerimana406
    @febronieemerimana406 Жыл бұрын

    Muduhe iyo ndirimbo mwaherejeko

  • @habibi5688
    @habibi5688 Жыл бұрын

    Iheze Neza 🥰🥰🥰abagambanyi bavuyemwo💃💃💃🥰🥰🥰

  • @meddyiranteturuye5739
    @meddyiranteturuye5739 Жыл бұрын

    Narihuse koko harira uwobimyamahera iwabuzuwiwe nawe gwashaka ayurubaho

  • @eddylevisirakoze2376
    @eddylevisirakoze2376 Жыл бұрын

    Congratulation team yose 💪💪mwabikoze neza nubwo habaye akabazooo ariko courage vuba muduhe iyindi🔥🔥🔥🔥

  • @alinekanyamuneza99
    @alinekanyamuneza99 Жыл бұрын

    Yooooh Vava ugiye tukigushak

  • @dorinendikumana4996
    @dorinendikumana4996 Жыл бұрын

    Nukuri murashoboye mwubahwe!

  • @belsomusanabaganawa2846
    @belsomusanabaganawa2846 Жыл бұрын

    Ndagowe MANA yvan 😂😂vyan ndagukunda kanini 😅

Келесі