NARIHUSE/S01/EP_11/JOACHIM UMUPFUMU ARAMUROZE😭😭

#NARIHUSE #Inkinzo_tv_whatsapp_61760684
#film_burundi_rwanda_kenya_tanzania_2022

Пікірлер: 233

  • @nduwimanamoise6043
    @nduwimanamoise6043 Жыл бұрын

    Joël wacu wubahwe mupfumu wacu , ubikora neza turakwemera

  • @aimensengiyumva
    @aimensengiyumva Жыл бұрын

    Ndakwemeye Joachim urashoboy rispect vrt

  • @nasranasra361
    @nasranasra361 Жыл бұрын

    Courage kunyigish

  • @jeanclaudedusabamahoro3135
    @jeanclaudedusabamahoro3135 Жыл бұрын

    Nukuri muhezagigwe iyi Philm irigisha mukomer

  • @niyogushimadiack8231
    @niyogushimadiack8231 Жыл бұрын

    Yew cakoz muratwik nukur Njew ndabikundira ndetse mwes

  • @alicenibigira
    @alicenibigira Жыл бұрын

    Indyadya zamho kwel johachim muramusarishj 😳😳 Ariko mwihenz can vub biramenyekan 💪💪💪

  • @gabrielalkprosper5264
    @gabrielalkprosper5264 Жыл бұрын

    Bibwirwa benshi bikumva benevyo respect Joachim

  • @kimana8818
    @kimana8818 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣 Joachim bien jouer 👏👏👏 uraberew niy scène y gusara🏃🏃🏃🏃🏃

  • @sarasoso972
    @sarasoso972 Жыл бұрын

    Joachim ngo urumwaku urakicwa nakuto eeemana nukur muranyishe ariko courage

  • @jeannettenimbona7976
    @jeannettenimbona7976 Жыл бұрын

    Joachim wubahw christella naw cubweng musazaw yarakubwiy kand nukoz waw yarabikubwiy kanur

  • @kethianiyibizi870
    @kethianiyibizi870 Жыл бұрын

    🥰🥰 ndabakunda mwese bomuri teams

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 Жыл бұрын

    Ndababajw numugore wikijuju, hama Joachim pole sana

  • @arakazacedro9694
    @arakazacedro9694 Жыл бұрын

    #Narihuse #BurundianMovie Filme yambere isigaye iryoshe kurwego rwohejuru🇧🇮❤🔥🔥

  • @aishaciteretse9892
    @aishaciteretse9892 Жыл бұрын

    Nazindutse mutumpe basha💪💪

  • @user-hd9hf9kh2i

    @user-hd9hf9kh2i

    Жыл бұрын

    Jojo hejuru cnee💪🇧🇮💥

  • @sylvieirambona6834
    @sylvieirambona6834 Жыл бұрын

    Film narihuse hejuru cane🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤

  • @alfredmugisha6229
    @alfredmugisha6229 Жыл бұрын

    Joachim hejuru cyane🔥🤣🤣🤣

  • @venistengendakumana1810
    @venistengendakumana1810 Жыл бұрын

    Flm ndabona igiye kub nziz gusumba iratanguy kudyoha

  • @dedeshemezimana6611
    @dedeshemezimana6611 Жыл бұрын

    None komugiye Ibi birato mubisigiyende Mwamihimbirimwe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @delphinetuyisabe8447
    @delphinetuyisabe8447 Жыл бұрын

    Inyigisho ikomeye cane gusa nzamurongerako lminota

  • @sarasoso972
    @sarasoso972 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣mbega umupfumu atukana

  • @denadena7727
    @denadena7727 Жыл бұрын

    Scène ya joachim ndamanyutse nukuri😀😀😀 ngo duhindure twame ubwanwa🤣🤣🤣🤣rôle yose arayishoboye 🙏

  • @Maombi8417
    @Maombi8417 Жыл бұрын

    Mbae uwahafi kok trabakund kk ntimutwicisha inyota vrt cool my team 🔥✊✊ from burunga 🔥

  • @gasoreadelin2286
    @gasoreadelin2286 Жыл бұрын

    Joachim ndagu fana

  • @niyorugirafabrice2911
    @niyorugirafabrice2911 Жыл бұрын

    Big up san to this actors and this movie God be blessed all of you

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd Жыл бұрын

    Joachim pore sana urazize kuvugisha ukuri ariko imana izogukiza

  • @Sara-ix8iy
    @Sara-ix8iy Жыл бұрын

    Mwubahwe kwer courage iciza nuko umuganga yababwiy ko uryamuti bakazoyumenako amaz kobazosara bose iconicociza satani kwer

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Жыл бұрын

    Film nziza cante

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Joachimuwee uranyishe nukur usara neza

  • @saf4865
    @saf4865 Жыл бұрын

    Joa nukuri urantwengeje ariko knd narikubabara iya vyarivyo kk warikuba ubaue inzirakarengane komeza

  • @lionelnikiza1500
    @lionelnikiza1500 Жыл бұрын

    Harasha kuvyo mbona🔥🔥🔥🔥🔥

  • @wowwow9457
    @wowwow9457 Жыл бұрын

    Turaros Ngozi akora ibisazi vyenyew narihusi terimber 🔥🥰

  • @nadiantirampeba4910
    @nadiantirampeba4910 Жыл бұрын

    Mwigisha ngo yabatumye amakaye😂😂

  • @nsabimanajuma2111
    @nsabimanajuma2111 Жыл бұрын

    Barakugizumusazi Joachim we pol ukuri kuzojahabona

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 Жыл бұрын

    Kumbe gusara urabishoboye

  • @nellyhabumugisha6698
    @nellyhabumugisha6698 Жыл бұрын

    Joachimu courage urabikor nez vrt💪💪

  • @sibomanamarcella6679
    @sibomanamarcella6679 Жыл бұрын

    Mbega marene yebabawe urumwanamubi nukuri

  • @FANNY-oc4cb
    @FANNY-oc4cb Жыл бұрын

    Yesuweee manayanje nihatalie gusa joackm aranyishe nukuri gusa mwubahwe ndabakunda cane ❣❣

  • @didaciennehabonimana4226

    @didaciennehabonimana4226

    Жыл бұрын

    Joachim arantwengeje sana uwutotwenga yobadakomeye

  • @jaypablo
    @jaypablo Жыл бұрын

    Joachim urumu actor mwiza caane👌👌

  • @leillakaneza3346
    @leillakaneza3346 Жыл бұрын

    😂😂😂 ngo ibi birato ng mubisigiye nde Mwamihimbirimwe🤣🤣

  • @oliviertoshiba7259
    @oliviertoshiba7259 Жыл бұрын

    Umupfumu 😁😁

  • @nsanzurwimodesire4318
    @nsanzurwimodesire431811 ай бұрын

    Nukur Joachim je aranyish umukinyi mwizaa can

  • @stiveniriho6698
    @stiveniriho6698 Жыл бұрын

    Mana yanje muramvunye imbavu kwl joooo cheer up

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 Жыл бұрын

    Ewe johachim urazize mushikaw wintumva🤓😍😍😍gusa usara neza

  • @nimbonagoreth5994
    @nimbonagoreth5994 Жыл бұрын

    Joachim araberey iyo rôle,wogir n'umusazi neza

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Жыл бұрын

    Cristella urakajuju cubwenge Joachim congratulations ubikora neza ❤❤

  • @jeannehakizimana4762
    @jeannehakizimana4762 Жыл бұрын

    Turindire twame ivyanwa,ntubirandure 😄😄😄 Ewe Joachim uranyishe!!! Akabi gatwengwa nkakeza ndakurahiye Ngo azoje kwimosha muri atelier???😄😄😄😄😄😄

  • @justinnkunzimana8216
    @justinnkunzimana8216 Жыл бұрын

    Uyu mushiki wa joachim wakina bien imvugo yiwe tugeze kukajambo wanje; rwanje; vyanje;.... Apunguze kuhahadikiriza kuko ucumenga harimwo ubwishime. Ibisigaye mukina bien kbx

  • @nihorimberejosiane3810
    @nihorimberejosiane3810 Жыл бұрын

    Ndabakunda vraima joachim ararenze

  • @ninindikuriy4315
    @ninindikuriy4315 Жыл бұрын

    Sh mubikor nez cn kbs

  • @judithbimenyimana5419
    @judithbimenyimana5419 Жыл бұрын

    Courage

  • @donatheniyonzima4648
    @donatheniyonzima4648 Жыл бұрын

    Joachim urashoboye

  • @komlaakomlaa7465
    @komlaakomlaa7465 Жыл бұрын

    Johackim reka kuntwenza 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @nyllamnshimirimana2996
    @nyllamnshimirimana2996 Жыл бұрын

    Joachim wawa 😄😄 diego umurozi hhhh

  • @ineskaneza1156
    @ineskaneza1156 Жыл бұрын

    Yiooooo joo 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣nkund ukunt uviva ibntu ub urimw

  • @naassonnkizwanayo7500
    @naassonnkizwanayo7500 Жыл бұрын

    sha joachm nae uratwenz kl👏👏👏👏👏

  • @hetmanrene
    @hetmanrene Жыл бұрын

    Uyu mupfumu nuwumuchongo😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀 atukana cane

  • @febiekamariza63
    @febiekamariza63 Жыл бұрын

    Asha uwo mupfumu arabatuts pe ntayindi mpembo abahay!Joachim pole

  • @alineiradukunda7768
    @alineiradukunda7768 Жыл бұрын

    Ibirato vyany mubisigiy nde ng mwa mihimbiri mwe🤣🤣🤣

  • @nyishuyimanafaida125
    @nyishuyimanafaida125 Жыл бұрын

    Joachim nakubari kbs🤩🤩🤩

  • @edidieizabayo1105
    @edidieizabayo1105 Жыл бұрын

    Nanj ndazindutse mundabire akant

  • @sarrasarra3871
    @sarrasarra3871 Жыл бұрын

    Joachim courage

  • @gqe3152
    @gqe3152 Жыл бұрын

    Joackm uranyishe nturindire twame ubwamwa nukuri uranyeguye

  • @nijimberealine4202
    @nijimberealine4202 Жыл бұрын

    Joachim kweli unkuyeho 🤣🤣🤣🤣

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Uramukariye bihangije

  • @elisabethmama1846
    @elisabethmama1846 Жыл бұрын

    Film narihus hejur can ndabakund can bankuz banj

  • @angelyseniellamuhoza4764
    @angelyseniellamuhoza4764 Жыл бұрын

    Kazima asara yambaye ipantalo nziza 😂😂😂😂

  • @duwayenzuagnes3302
    @duwayenzuagnes3302 Жыл бұрын

    Sha urakubis musazaw nukur utazosubir kumusab imbabazi atikiziguh nanj namwiboney kumugabo waw aribacemwo🤣🤣🤣🤣

  • @adelphineininahazwe9614
    @adelphineininahazwe9614 Жыл бұрын

    Kumbura ukanure neza musazawe ntakwanka nukr agushakira ineza ark ntubibona sha

  • @samsonndikumana1362
    @samsonndikumana1362 Жыл бұрын

    Mama yohakimu shaaaaa😅😅😅😅😅😅😅😅😅uraberwa nugusara wallah😀😀😀😀

  • @user-yh1hs4gl1w
    @user-yh1hs4gl1w2 ай бұрын

    Johakimu urabrew niy sen niyae ark mushikaw arab imber

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 Жыл бұрын

    Ubukweri mumugize umusazi nihatari

  • @ericsindayihebura5334
    @ericsindayihebura5334 Жыл бұрын

    Komer bavandimwe ariko rero nimba mwipfuz gukomer kururu rubuga bisaba KO musohoye komutoca muyijana kuri fb ubwonyen kandi vyobafash natwe turipfuza KO mwotera imberp

  • @KAPTAINZED
    @KAPTAINZED Жыл бұрын

    Arabereye Rori yugusara kbx

  • @mrdonofficial310
    @mrdonofficial310 Жыл бұрын

    Uwomupfumu aratwenza ngokomugiy musize ibirato mwamihimbirimw

  • @Laila-me3bb
    @Laila-me3bb Жыл бұрын

    Murigisha vyahatari ariko jew ikibazo ciminota nzoguma ndakivuga😔😔😔

  • @iteritekaaudrick697
    @iteritekaaudrick697 Жыл бұрын

    Joachim nukwihangan mubuzim nobimez

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 Жыл бұрын

    Yooo mpor joakim 🥺🥺🥺 ariko ukuri kuzaja ahabona

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Жыл бұрын

    Ariko uziko joachimu kabaye nkagasazi hehehehe 😂😂

  • @astaingabire4469
    @astaingabire4469 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣noe komugiy ivy birato mubisigiye nde mwamihimbirimwe 🤣🤣🤣🤣

  • @happy6376

    @happy6376

    Жыл бұрын

    Hhhhhhhhhhhh

  • @madamechemba3720

    @madamechemba3720

    Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @annociattendayisaba9956
    @annociattendayisaba99566 ай бұрын

    Indyadya zaragwiriye vrt

  • @marabeniyomwungere6226
    @marabeniyomwungere6226 Жыл бұрын

    Ni vyiza cane

  • @HabicigombaEmelyne-vl2pj
    @HabicigombaEmelyne-vl2pj9 ай бұрын

    Nkr Joachim gusara arabishoboy😄😄😄

  • @dododonavine8852
    @dododonavine8852 Жыл бұрын

    Hhhh mbega Joachim wee urankuyeh p

  • @neemairadukunda2113
    @neemairadukunda2113 Жыл бұрын

    Mbega umupfumu atukana🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @mediamed1196
    @mediamed1196 Жыл бұрын

    Manawe abagizi banabiii

  • @wilsonmandela1621
    @wilsonmandela1621 Жыл бұрын

    Kkkkkk johakimu uranyishe iyondirindi yawe

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 Жыл бұрын

    😭😭😭😭Joach ndariz nukuri kubon bakugiz umusazi.Arik nikuberik abant ar babi kok😩😩sha vava na diego ivy joach arimw namw muvyiteg kk ndaz nez ivy umupfum yabasavy vyuk iy foto itazojak amazi ntavy muzoshobor.Mukama ingo zikorey vyinsh peee🤥🤥🤥

  • @hacimanaaminizo9332
    @hacimanaaminizo9332 Жыл бұрын

    Karabaye ni mama

  • @sososoryne3261
    @sososoryne3261 Жыл бұрын

    Courage Joachim uri kukivi 🥰🥰🥰

  • @axellaassia8930
    @axellaassia8930 Жыл бұрын

    Wakagari and johachim 💃💃💃👌👌👌

  • @stitore2388
    @stitore2388 Жыл бұрын

    Inkinzo tv oyeeeee courage

  • @uwikuzomariette5599
    @uwikuzomariette5599 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣😂😂 Joachim hejuru cyane

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 Жыл бұрын

    Ati satani ntakunda ingo ukuri kurateba ariko kuzoshika tuu 🤣🤣🤣🤣naho bagusazije Imana izogukiza😢😢

  • @darleneigiraneza275
    @darleneigiraneza275 Жыл бұрын

    JO wubahw kwl ndabna hagie kwaka kabxa

  • @sodrt6009
    @sodrt6009 Жыл бұрын

    Courage ndabo nantibigi yekoroha

  • @bblinbblin9494
    @bblinbblin9494 Жыл бұрын

    yooo mbeg ubugom niyamber

  • @heltonpaulo2310
    @heltonpaulo2310 Жыл бұрын

    Murashoboye kandi biratunezera kuba dusigaye turorera filme ndundi muhezagigwe Joachim uraberewe nibisazi haaaaaaaaaa

  • @nishimwealaine3451
    @nishimwealaine3451 Жыл бұрын

    Ewe Joachim uransenyaguye😂😂😂😂😂😂😂😂gusara biragutoka

  • @nshimirimanadavid8546
    @nshimirimanadavid8546 Жыл бұрын

    Mwakinye neza

  • @nitangaking632
    @nitangaking632 Жыл бұрын

    Ngoturindire twame ubwanwa ntutunyukur jo uraberewe pe