NARIHUSE/S01/EP_13/ JOACHIM ARAKIZE IMANA ISHIMWE

#NARIHUSE #Inkinzo_tv_whatsapp_61760684
#film_burundi_rwanda_kenya_tanzania_2022

Пікірлер: 234

  • @prenciaiqram9382
    @prenciaiqram9382 Жыл бұрын

    Abokugasaka ka inarunyonga tumenyane 😘😘😘😘🗣️👉 narihuse 😘✅🇧🇮

  • @gyslainekeranda5348
    @gyslainekeranda5348 Жыл бұрын

    Ngo mama ng tuzohurira kuri ndayubusa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @mugishamedia2632
    @mugishamedia2632 Жыл бұрын

    Courage cane muhungu wacu joachim,ubirimwo neza papa.komereza aho kabisa.

  • @sarasoso972

    @sarasoso972

    Жыл бұрын

    My brother nawe wahashitse kwirabira Narihuse courage mon Frère nawe ibirimwo neza

  • @nkeberaemile2542

    @nkeberaemile2542

    Жыл бұрын

    Together we stand 💪

  • @bernardbuntu5886
    @bernardbuntu5886 Жыл бұрын

    Imana Nayonyene mwaraze kuyifatira vrt urambonera ngo dusenge

  • @claudelirambona6046
    @claudelirambona6046 Жыл бұрын

    Mubirimwo neza kbx mr Joachim wubahwe

  • @clairegirukwishaka4241
    @clairegirukwishaka4241 Жыл бұрын

    Urakabura utabeshe Imana ngo uriko urasenga kandi Ari wewe nyira bayazana. Ndavuga Vava

  • @dalycloseigiraneza2995
    @dalycloseigiraneza2995 Жыл бұрын

    Numéro one if you like this movie I need more likes

  • @chanellemunezero3780
    @chanellemunezero3780 Жыл бұрын

    N,Imana irihangana kweli ndabira ayo masengesho

  • @gustaveniyikigongwe7237
    @gustaveniyikigongwe7237 Жыл бұрын

    Uwambere nahagez mump twatu likeee

  • @diegoidachris276
    @diegoidachris276 Жыл бұрын

    igeze ahiryoha kweri

  • @nimubonadesire3577
    @nimubonadesire3577 Жыл бұрын

    Murakoze muratunyarukiriza tutaranyotegwa

  • @hervillaikankurize1139
    @hervillaikankurize1139 Жыл бұрын

    Naho ifoto yafashwe ndabona ko hataragera ko bamenya ukuri ariko courage turi kumwe namwe

  • @passynini9743
    @passynini9743 Жыл бұрын

    Ariko bâcha mwoza mubabarir Imana nayo ko muyirusha muri vyishi ngo mufukam musenge arimwe mwabikoz kutamubwiza ukuri kwarimw mwabikoze

  • @jacquelinensengi6873
    @jacquelinensengi6873 Жыл бұрын

    Abiwacu mwubahwe

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd Жыл бұрын

    Waawooo ndabona Joachim agira akire abasi bamara mare

  • @angeactress4045
    @angeactress4045 Жыл бұрын

    Vava Na Diego murabicanyi yoooh🤦🤦😂😂😂

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 Жыл бұрын

    Indyarya gusa bizobagarukira sha Imana ntikinishwa😥😥

  • @gabrielalkprosper5264
    @gabrielalkprosper5264 Жыл бұрын

    Joachim maze uwukwanka akwandureko ,courage Mzee

  • @user-wm4zc8dc2l
    @user-wm4zc8dc2l8 ай бұрын

    Ni htr pee ariko courage

  • @mukeshimanaleyamukeshimana9615
    @mukeshimanaleyamukeshimana9615 Жыл бұрын

    Imana idutabar nukur iy film irimw inyigish

  • @selinenkubaze6720
    @selinenkubaze6720 Жыл бұрын

    Aho muribaza yuko ayomasengesho yanyu yuko arenga ibicu koko Imana izindide iryarya mubuzima bwanje

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 Жыл бұрын

    Uricira mukaso rugatwara nyoko. Iyo film iraryoshe

  • @leonardirakoze8923
    @leonardirakoze8923 Жыл бұрын

    Mana yanje Joachim nukuri urarenze vrt

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Imana irangikijije

  • @nadegemerveilleiteriteka6837
    @nadegemerveilleiteriteka6837 Жыл бұрын

    Hagiyee gushaaa 🔥💥💥💥

  • @ndayizeyefloride5277
    @ndayizeyefloride5277 Жыл бұрын

    Ndabona iyikurujira fire

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille316 Жыл бұрын

    Iman ihor ihoz kabix hagiye gusha wallh 🔥🔥🔥🔥🔥

  • @ferdinandndayizeye8778
    @ferdinandndayizeye8778 Жыл бұрын

    Maraine yavuze ijambo ryiza. Ngo hariho Abo tugendana ari babandya yera, incuti idahemuka n'Imana yo mw'Ijuru. Bariko barivuga. None hoho Ayo masengesho y'uburyarya , Imana irayumva?!!!

  • @randaal1695
    @randaal1695 Жыл бұрын

    Caurageeee❤❤❤❤❤❤❤❤💋💋💋💋💋

  • @frankbaraka4577
    @frankbaraka4577 Жыл бұрын

    Courrage vraiment murashoboy kbx

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 Жыл бұрын

    Joachim ubusazi buramubereye ndake nihatari kweli

  • @sibomanamarcella6679
    @sibomanamarcella6679 Жыл бұрын

    Aracyize manashimwa wumvekongushimye

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 Жыл бұрын

    Waoh Joachim arakize.ng uy ni jewe?umugbo wa vava arakoze umuti atavy azi.gus uburyary bwab bantu bashiramw ni Mana bagira bahinyukee.yooo twonger basha turab Ivy Diego na vava

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 Жыл бұрын

    Komeza muduh wamusazi arakiz, parrain wubahwe

  • @janeburu6538
    @janeburu6538 Жыл бұрын

    Waooo narimbakumbuye cane Vava n'a kiki n'a diyego

  • @julietteniyongere6468
    @julietteniyongere6468 Жыл бұрын

    Ewe Joachim shaaaaa ngomuzohurira kwandayubusa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Жыл бұрын

    Joachimu we umengo uragasazi 😂😂😂😂😂😂😂🇺🇸🇺🇸🇺🇸👍🇧🇮

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙈🙈🙈🙈ngo bazohurira kwandayubusa hhhhee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣mbavu zanj🥰🥰🤣🤣🤣

  • @malicaahmed4997
    @malicaahmed4997 Жыл бұрын

    Courage murashoboye vyukur

  • @patrickmunezero8941
    @patrickmunezero8941 Жыл бұрын

    Narihuse ndahomba film yitwa narihuse Kweri Basha hagiye gusha vya danger mbeg nind agiy gusubirir Joachim ubuzim yarabayemw mw''''iyimisi ni mukore umuti ndakesera

  • @graceuwimana677
    @graceuwimana677 Жыл бұрын

    Vava na Diego ndabarambiwe iyonjiji yumugore wa Diego yarebye kure Koko🙆🙆😭🙆

  • @uwimanahonolyne1758
    @uwimanahonolyne1758 Жыл бұрын

    Hagye gusha kbsa mwubahw ndabkunda

  • @stitore2388
    @stitore2388 Жыл бұрын

    Jaochim courage musaza mwubahwe mwese ndakunda mukomere yemwe ntabaga ryasatani harahiye🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @lionelnikiza1500
    @lionelnikiza1500 Жыл бұрын

    Karabaye ndabona hagiye gusha🔥🔥🔥🔥

  • @jeremienizigiyimana6038

    @jeremienizigiyimana6038

    Жыл бұрын

    Mungu wangu we,Samandari kwumengo yimirije gufatwa? Tunyarukirize iyikurikira abantu batangure guhinyuka

  • @camillendayikengurutse
    @camillendayikengurutse Жыл бұрын

    Mwakinye neza cane courage

  • @farnsina1327
    @farnsina1327 Жыл бұрын

    Ngo bazohurira kwandayubusa imbavu ziraregeye kwer🤣🤣🤣🤣

  • @AimeeclarisseHabonimana-nn3bh
    @AimeeclarisseHabonimana-nn3bh Жыл бұрын

    Nice courage

  • @chantalniyokwizera1731
    @chantalniyokwizera1731 Жыл бұрын

    Imana irababona bashaaaaa

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Imana irababona cha

  • @mediamed1196
    @mediamed1196 Жыл бұрын

    Nibara kweli

  • @oliviernintunze8786
    @oliviernintunze8786 Жыл бұрын

    Marraine wew kuvuguko Umengo uburiko uraboroka gusa mubikora neza Mbeg'amasengesho y'a Diego na vava muranyishe warahi Joachim nakubal kwer%%%%

  • @darleneniyukuri7719
    @darleneniyukuri7719 Жыл бұрын

    Courage dii Joachim ww ntakabi kaw dii ♥️

  • @emelineemeline6187
    @emelineemeline6187 Жыл бұрын

    Courage murashoboye

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 Жыл бұрын

    Mubikora neza mukomerezaho

  • @vanessairakoze1880
    @vanessairakoze1880 Жыл бұрын

    Rya kumuzabibu ntuzopf urimbw wubahw😁😁😁courag

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Жыл бұрын

    Courage abigonzi

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany3812 Жыл бұрын

    Ndabakunda cne

  • @dannykezakimana7369
    @dannykezakimana7369 Жыл бұрын

    Ark se maraine azohinduka ryari 😢

  • @sibomanamarcella6679
    @sibomanamarcella6679 Жыл бұрын

    Ntawusengacyina mumusengere ninamwe mwabiteye

  • @ngabirelynda4160
    @ngabirelynda4160 Жыл бұрын

    Biraryoshe

  • @violette8348
    @violette8348 Жыл бұрын

    Basha kwa maraine karanyanyaye

  • @venusteniyonkuru2023
    @venusteniyonkuru2023 Жыл бұрын

    Nkubu Diego na vava ndabafashe Bose nobagira utuyungiro gusa mugire vuba muduh next episode Kiki urambabaza ngene bagukinirako ka mupapu gusa imana irihangan toi😭😃

  • @jenneneb3301
    @jenneneb3301 Жыл бұрын

    Niwihangane mukobwa

  • @felicienniyubuntu7861
    @felicienniyubuntu7861 Жыл бұрын

    Oya si wew nihasa ryawe😂😂

  • @komlaakomlaa7465
    @komlaakomlaa7465 Жыл бұрын

    Yooooo hagiye gusha

  • @joleal7941
    @joleal7941 Жыл бұрын

    Mugira muhinyuke basha 🤣🤣🤣

  • @twayibunungamahoro6626
    @twayibunungamahoro6626 Жыл бұрын

    Umurundi agona ari maso.basenga basomana!Aho bazobavumburira ibara rizogwa ndabarahiye!

  • @adelphineininahazwe9614
    @adelphineininahazwe9614 Жыл бұрын

    Mana weee mbage uburyarya WE ark imana izama yerekana abigira beranda knd arinkozi zikibi kwl

  • @claudettenimpagaritse7749
    @claudettenimpagaritse7749 Жыл бұрын

    Muribirori nukuri

  • @user-so5zf8sc3v
    @user-so5zf8sc3v Жыл бұрын

    Ivyo bisazi Basha amasengesho bisomana arivyo vyamusarishij

  • @maysharaednanuiuubllbln6779
    @maysharaednanuiuubllbln6779 Жыл бұрын

    Karabaye vava na habara wiwe ivyabo birahez

  • @UwinezaElvin
    @UwinezaElvin3 ай бұрын

    Joachim courage

  • @patricenzoyisenga990
    @patricenzoyisenga990 Жыл бұрын

    Hagiye gushya

  • @delphinetuyisabe8447
    @delphinetuyisabe8447 Жыл бұрын

    Nkunda ukuntu mutadutevya couraaage!!bikunda murongereza iminota

  • @ndayizeyefloride5277
    @ndayizeyefloride5277 Жыл бұрын

    Ndayubusa niki

  • @vanessanizigiyimana9422
    @vanessanizigiyimana9422 Жыл бұрын

    Karabay Diego na Vava bagiye gusarax✌️♥️♥️♥️♥️

  • @benimanadondestinurbain2400
    @benimanadondestinurbain2400 Жыл бұрын

    Better courage from Ngozi Films

  • @user-vc8kp5hj8w

    @user-vc8kp5hj8w

    Жыл бұрын

    🤔🙆‍♂️🇧🇮🇸🇦

  • @clovisngabirano4378

    @clovisngabirano4378

    Жыл бұрын

    Form

  • @sarasoso972
    @sarasoso972 Жыл бұрын

    Mbega amasengesho acanze ni bisou muranyumije ewee diyego na vava munyishe muzosara mwese Imana irababona😂😂😂

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 Жыл бұрын

    Imana ishimwe Joachim urakize wubahwe parrai mwiza films iryoshe gayemwe komerezaho ❤❤

  • @maiakoakimana6168
    @maiakoakimana6168 Жыл бұрын

    Yoooooo ahorer ngomurik muraseng gabashe??

  • @alicenibigira
    @alicenibigira Жыл бұрын

    Karabayeee 😳😳bigomb bigaragar vyose 💪ndaryohew kubw Johachim akiz 🥰🥰🥰

  • @nasranasra361
    @nasranasra361 Жыл бұрын

    Koyagiye gusha none

  • @robbennkurunziza47
    @robbennkurunziza47 Жыл бұрын

    muduhe iyind parti vyihuta

  • @maysharaednanuiuubllbln6779
    @maysharaednanuiuubllbln6779 Жыл бұрын

    Vava end diego murabagome kwer😀😀ay masengesh yanyu niyomf anakiriwe kbs

  • @rasahtv_Ngozi
    @rasahtv_Ngozi Жыл бұрын

    Amasengesho yiryarya😅😅😅

  • @jojojos-bmpitajr2435
    @jojojos-bmpitajr2435 Жыл бұрын

    Mubikor nez duh final rero

  • @rindaklelia7986
    @rindaklelia7986 Жыл бұрын

    Karabaye biragaragaye

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 Жыл бұрын

    Nimonogoje guceregwa kur Narihuse my favorite série 🤔🤔🤔 ariko joachim manaweee🤣🤣🤣🤣🤣 ngomuzohurira kwa Ndayubusa

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Ego 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 ✍ 💯 wewe muzonhiyuka

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Жыл бұрын

    Izobangaraza cha

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 Жыл бұрын

    Mama wawe baramutwaye johachim😂😂😂mbegamasengesho😏😏🤔🤔🤔Imana irababona murafashwe

  • @habibi5688
    @habibi5688 Жыл бұрын

    Diego na vava rero ngaho ngo bariko barasenga 😂😂😂😂😂😂muzohinyuka,amasharti y'umupfumu azobakorako😂😂😂😂murabazanya ng'uwuzosara ni nde? courage 🥰🥰🥰🙏🙏

  • @godelievemuhayangondo9940

    @godelievemuhayangondo9940

    Жыл бұрын

    Umengo nibagiye kwari film uwobanshikiriza nobaturiza umuriro

  • @delphinetuyisabe8447
    @delphinetuyisabe8447 Жыл бұрын

    Maraine na Kiki murarondera uwubigisha gusiga Crayon vrt

  • @venustebizimungu6560
    @venustebizimungu6560 Жыл бұрын

    Yooo munyaruts muduh

  • @bahatiakibah2315
    @bahatiakibah2315 Жыл бұрын

    Ingorane nuko nabicanyi abarozi n'abapfumu Bose bavuga Imana , mbega yemwe!😭😭😭

  • @mwumbagottalent2724
    @mwumbagottalent2724 Жыл бұрын

    Isosi yaguyemwo ishishi🤣🔥🔥 ndabona biri kugenda bitora inzira tuuuu! Love from Mwumba Got Talent 🤍💙

  • @anithatuyisabe4805
    @anithatuyisabe4805 Жыл бұрын

    Hagire hashe

  • @nininahazwediane8988
    @nininahazwediane8988 Жыл бұрын

    Mw'isi indyadya zirabaho.ewe marraine,eka uri bera kumenyo kweli.muga Imana ibona hose irakubona mwena Diego

  • @nadiamugisha2913
    @nadiamugisha2913 Жыл бұрын

    Agafu karamenetse, muza mwafatwa

  • @elisabethmama1846
    @elisabethmama1846 Жыл бұрын

    Vav ivyaw bizoteb bij ahabon