Nice topic👍👍 mutuzanire part 2. Gusa abantu batibuka iyo bavuye iyo bamaze kugera kuyindi level, bikebuke. Team Nsoro na Fanny, I was here for you👏👏Mwabikoze neza
Maka nyaga gayemwe😁😁😁😁wewe nimunyamahanga you 💕💕💕💕 ndabakund mwese hamwe film irihmgisha San bubayi ubigira 2 ndayirab
@aneelaa3486 Жыл бұрын
Ndabasavye igikurikira muzoba mukoze💪💪💪🙏🙏🔥🔥
@irakozefelicite7309 Жыл бұрын
Abakinyi bashasha bakina neza courageee!
@hatangimanaolivier3373 Жыл бұрын
Big up sana abarundi musigay mugagwa kuma film keep continue!
@bnjamindayisaba1326 Жыл бұрын
Iyi serie kabisa iramara mwubahwe team Martha
@pendovestine2331 Жыл бұрын
Courage martha
@francefrance3288 Жыл бұрын
Waaaaoooo mbakunda kanini courrage 💫💫💫💫
@goldafricatv Жыл бұрын
Iyi Film Story ntaco yari ibaye gusa ico bikoze yakinyemwo abakinyi benshi batabimenyereye, Ku viva Ama Scènes benshi vyarabagoye,.... Point of vieuw From GOLD AFRICA TV
@dastellaharerimana7192 Жыл бұрын
wow!Nice movie mutunyarukiriz ibikurikir nibaz ko bitaherey aha🤣🤣ewe makanyag urazi kuryosh ibint ahwiii uramvunye imbavu pe ngo we ni munyamahanga kweli😂😂😂😂inyigisho ikomey can kubant bakunda guhemuk bakibagir iy bavuye😏😏
@ericniyongabo2633 Жыл бұрын
Abakunz biyi film abayikunze nkanj tumenyane mumpe twatuntu ndabakunda cane
Courage bez Fanny libat tanwe🙏❤️❤️❤️film ninziza cane filme ndund hejur cane dukund ivyiwac tubishigikire ❤️
@tantinendayishimiye579 Жыл бұрын
Courage bashahu 💪😘
@nishimweghyslaine1093 Жыл бұрын
Waooo film nziza nukuri👏👏Fanny na libert murakunzwe👏
@fridolinribatiro4064 Жыл бұрын
Ooooo! Igizo nzuri sana pia yenye mafunzo. Kwa hio nawapongeza wote ambao wamechangia katika kucheza igizo hii pamoja na aliyeandika story hii. Tunasuburi kwa hamu sehemu itakayofuata.
@joleal7941
Жыл бұрын
Umeongea point
@nshimirimanafirgence4578
Жыл бұрын
@@joleal7941 pj O
@RoseRose-xb6uw
Жыл бұрын
Good, 💯💯💯👍
@loverylovery4514 Жыл бұрын
Makanyaga he is funny 😁 😂 😀 😄
@francinehagenimana6065 Жыл бұрын
Mbate intege vrmt muranryohereza umunsi vrmt Big up
Пікірлер: 607
Mana sinema ndundi ziri hejuru vrt ubu ibinyarwanda kopo ababibona nka nje mumpe likes tumenyan
Waooo💃💃💃abakunzi ba Fanny munyihere like .
@joleal7941
Жыл бұрын
Ngizo
Abafana Fanny lavine & Libert tumenyane 👇 😘😘
@joleal7941
Жыл бұрын
Tupo
@kladahmad3333
Жыл бұрын
Courage da fani mungu mbele
@prenciaiqram9382
Жыл бұрын
@@joleal7941 🤜🤛😘
@prenciaiqram9382
Жыл бұрын
@@kladahmad3333 kbx
@yesuarajechoir8781
Жыл бұрын
😍😍😍
Abanyarwanda tubakunda twimenyanire 🇷🇼 🇷🇼 but fanny niwoe wange 👍👍
Abantutwakunziyifirime tumenyane♥️♥️♥️
Kurukundo nkunda fanny lavine and libert naho mizoja hehe nzobasangayo mukomere murashoboy kandi mu birimo neza💪💪💪🇧🇮❤🇸🇦
Abemeye Martha musingire twatundi (like)
Abakunzi ba cinéma ndundi tumenyane🥰🥰🥰🥰
@claudinenisubire7450
Жыл бұрын
Ko muzanye umuriro, ariko vyu umupfakazi twaravuganye kubihagarika? Ndakumbuye dodo
@habibi5688
Жыл бұрын
@@claudinenisubire7450 Sha baduha film 🔥🔥🔥
Abakunzi biyi film babonye ko Vava ari umutananirwa tumenyane🤝 Film ndundi 🇧🇮 hejuru cane🙌🙌 Abarundi mukunda ivyiwacu nkanje mugire aho muba mwubahwe🗣️aho muri hose ku mpande zine z,isi ndabakunda❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@joselyneahishakiye2359
Жыл бұрын
Eh basi vava buza urampitan kk jw gucerw vyabay umugenzo
@dastellaharerimana7192
Жыл бұрын
🤣🤣Wubahwe Vava
@vanessa-vavandikumwenayo2757
Жыл бұрын
@@joselyneahishakiye2359 😂😂😂😂
@vanessa-vavandikumwenayo2757
Жыл бұрын
@@dastellaharerimana7192 😂😂😂
@joleal7941
Жыл бұрын
Nigisasu
Uwabonye k Libert yabuze ahasohokera avuye gukor prise ampe like!!
@Winniencuti
14 күн бұрын
😅😅😅😅😅
Wawuuu abari bayirindiranyigishika nkanje muze tumenyane cane abarundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪💪 twongera dushimira nabobose bariko badukorerumuti mugihugu cacu💞💞💞💞
Ngaho icamamare Makanyaga 🙏🙏🙏🙏 Dukunde Ivyiwacu Iburundi muribwabumwe Dukundane
Martha wubahwe cane wakinye neza uri sérieux kbx 🙏🙏🙏 Nkunda abiyemera nkuko kwawe murugo bagafata ingingo nyayo atabwoba
Iyi film waaaao Irigisha vyahatari 🥰🥰 Fanny libert tambwe hejuru cane💪💪
Ni bon kwlii murashoboye abakunzi ba fanny Lavine libart tumenyane💃💃💃💃
Congratulation,Mwabikoze neza cane kandi biraryoshe cane.D'après Diallo Light Burundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Kenya🇰🇪🇰🇪
😃😃😃😃 makanyaga ndagukunda vrmt🤣😀😀😀 lavine et Alexis muriko mubikora bien courage
Kabisa muratwika Marta aje atavyorosha turikumwe namwe 🇧🇮🇸🇦💕
Iyo Filme nukur ndayikuyemw inyigisho nyishi ndanarize😭😭🙆♂️Team mwese mwubahwe❤🔥🔥🔥🇸🇦
Waoooooo congratulations 👍👍👍hama igihar nuko iyumugabo yibony amaher yibagigw ivyoyaciyemw numugor wiwe 😔😔😔hahaaa Makanyaga wew uranyica vrmnt. Fanny courage mubandany muturyoher. Hama Libert uribaraguza😂😂😂Martha urashoboy vrmnt.
@maysharaednanuiuubllbln6779
Жыл бұрын
Oy niyibaraguza hubw yagize neza kubana numuntu amuzi nabishimye libert courage
Nice topic👍👍 mutuzanire part 2. Gusa abantu batibuka iyo bavuye iyo bamaze kugera kuyindi level, bikebuke. Team Nsoro na Fanny, I was here for you👏👏Mwabikoze neza
Abarundi mwubahwe felicitations mubikoraneza courage ndakunda marata tangimbabazi yooooo ndigishijwe abagabo nkabo baragwiriye ntibiyumvira akahise🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯👌🙏
Fanny et libert ❤️cane aho muri hose ndi nyuma yanyu so hejuru cane nih mbipfuriza
Ewe paterne uranyishe ngo karibu sana hapa ngaha tunibanire kwel😁😁😁😁🤔
👍👍👍👊👊👊❤️❤️❤️🧠🧠✍️ Inyigisho ikomeye😗😭😭😭 kabisa Urugo nibabiri hajemwo uwundi hacahaduka induru ✌️🤘
Waoooo niyompamvu nakwikundira fany 💞💞💞💪💪
Yooooo abagabo yaragira amakosa,bayaha bwije bakagenda mugatondo abana ntibababone,😭😭
Waoooo mwirambire lavine n'a liber ndabakunda iyi firm irimwo inyigisho harakantu ibikurikira birinyuma hazosha koko
Iyi film inyibukije ibintu manaweee fanny hejuru cne urashoboye
Ewe makanyaga sha urantwengeje😂 so inyigisho zirimwo pe so courage Martha ...♥️
@zxcvbqwer1335
Жыл бұрын
Makanyanga aranyishe basha abarundikizi ntabujiga dufise🤣🤣🤣
Muduh part 2 ple paterne marta vrt wakinye bien sana
Mwabikoz neza ben data courage cane
Hemwe nahageze sinziko mwambonye turwane munda 😂😂😂😂 ndabona baduhaye bisha
@niyokwizerayvette8532
Жыл бұрын
Twakubonye disi
Wawooo Tambwe courage ndabakunda cane 💕💕🙏
Umupfakazi nayo irihe?
Waaaaoooo vyiza cane yooooo film ndundi zubahw komeza natwe turabakunda cane❤❤😅😅🎉🎉
Martha na marraine wiwe merciiii mwabikoze nezaaaa
Iyi film irarenze pe,iraryoshe yongera ikababaza,mafunzo mazuri🙏🏾🙏🏾🙏🏾,courage 💖💖
Oyoo umemona kama mchafu Martha kumbe amegusaidia kwer,wew kaka MTU mubaya kwer, Martha asante Sana
Mbegumuriro wifilm respect bantu banj lavine libati namw Alex et marlta muj mutavyorosha courrage suite tuyihabwe
Pole Sana nakujuya hahah ,lakini nawapend Sana,🇧🇮✅
Wwaaaaaoooo iyihoizanayikunze cana mbe ribti waruziko ubunakubonye mufilam sindeba murimake ndagukunda Can♥️♥️♥️
Vraiment ivyanyu birandega . courage Fanny wanje murab'igiciro pe
Mbega film weeeeeeee kwiryoshe kandi ibabaje mbeginyigisho😭😭😭😭😭 ndabakunze nukuri courage bcp
Film ndundi hejuruu cneeeee peee ndaanyunzwe peeee mbeg inigisho weee haaaa nukur. Haz🔥🔥🔥🔥
Muze aurize mapezi yabarundi 😂😂😂😂😂mukomerezaho nukur iraryohey pe 😍😍😍😍❤🍒
Wooaaaaoooh vyiza iy film irigisha.martha courage
Abarundi natwe turashoboye vraiment...mes encouragements
Nukuri ndabemera cyane bantu banjye gusa courage kbs natwe tubarinyuma turabakunda munyarutse ikindi gice fanny numupfakazi muyizane nayo
Nimba wahaze ryama😂😂😂😂😂😂😂😂
Maka nyaga gayemwe😁😁😁😁wewe nimunyamahanga you 💕💕💕💕 ndabakund mwese hamwe film irihmgisha San bubayi ubigira 2 ndayirab
Ndabasavye igikurikira muzoba mukoze💪💪💪🙏🙏🔥🔥
Abakinyi bashasha bakina neza courageee!
Big up sana abarundi musigay mugagwa kuma film keep continue!
Iyi serie kabisa iramara mwubahwe team Martha
Courage martha
Waaaaoooo mbakunda kanini courrage 💫💫💫💫
Iyi Film Story ntaco yari ibaye gusa ico bikoze yakinyemwo abakinyi benshi batabimenyereye, Ku viva Ama Scènes benshi vyarabagoye,.... Point of vieuw From GOLD AFRICA TV
wow!Nice movie mutunyarukiriz ibikurikir nibaz ko bitaherey aha🤣🤣ewe makanyag urazi kuryosh ibint ahwiii uramvunye imbavu pe ngo we ni munyamahanga kweli😂😂😂😂inyigisho ikomey can kubant bakunda guhemuk bakibagir iy bavuye😏😏
Abakunz biyi film abayikunze nkanj tumenyane mumpe twatuntu ndabakunda cane
number one Vava❤️
Hahiy kok 🇧🇮🇧🇮 burund oyeeee 🔥🔥🔥 🇸🇦🇸🇦
Fanny ndagukunda 🥰🥰 cane🌹🌹
Nawez kuwamcoyo wanikipitabila kuwasaport nawapnd bureeee kbsa😙😙
Marita et aregix courage ❤❤❤
Courage bez Fanny libat tanwe🙏❤️❤️❤️film ninziza cane filme ndund hejur cane dukund ivyiwac tubishigikire ❤️
Courage bashahu 💪😘
Waooo film nziza nukuri👏👏Fanny na libert murakunzwe👏
Ooooo! Igizo nzuri sana pia yenye mafunzo. Kwa hio nawapongeza wote ambao wamechangia katika kucheza igizo hii pamoja na aliyeandika story hii. Tunasuburi kwa hamu sehemu itakayofuata.
@joleal7941
Жыл бұрын
Umeongea point
@nshimirimanafirgence4578
Жыл бұрын
@@joleal7941 pj O
@RoseRose-xb6uw
Жыл бұрын
Good, 💯💯💯👍
Makanyaga he is funny 😁 😂 😀 😄
Mbate intege vrmt muranryohereza umunsi vrmt Big up
Martha Martha, komera ukomeze turabakunda
Courage cane ahwiiii ndasetse makanyaga😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤
Film hiyi inanigusa ku mutima kabisa 😂😂😂😂, muri abakinyi beza cane!Martha we, ndamwemeye kabisa, aje atavyorosha.mwubahwe
haba hahiye nezaneza mukirundi nyene 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Waoooo inyigisho nziza vrmt ariko muduhe part 2🙈🙈🙈🙈🙈
Mwubahwe nukuri n'umukama ashishikare kubongera inkomezi ndahimbawe cane n'impanuro ziyigize
Film yigish can 🙏🙏Abantu turibagir can nukur tugahemuk tukibagir kahis Alexis wagiz nab guhemuk kand yagufashij bikwiy 😳😳Abant twisubirek 🥰🥰
Courage oe Fanny umupfakazi waciy uyiheb? Ndagukund ❤️
Wawooooooo flm ikinye neza cnnnnnnnn nn ndayikunze cnnnnnnnnn
Big up sna watu wetu🇧🇮 inyigisho Nziza weeee iyaba mwabwira abumva🙄😏😏,Wakina M.Esther baragowe Mukhama 🙊
Courage ❤️❤️❤️❤️❤️❤️ gusa makanyaga arandigadig 🔥🔥😂😂😂😂😂 murashoboye ❤️❤️❤️ courage again 👍👍👍❤️❤️
Imana ibahezagire , gusa iyo mukinye muvuga igiswahiri muba mukwiye kuvyandika aho munsi abatazi urwo rurimi kugira bameny ico mwavuga! Sawa courage
Martha wubahwe can wakoz umuti muguhan umugab wawe vrm courage mwese iraryoshe vrm kandirigisha can
Waaooo mashallah tabarakallah 🥰 very nice sio kidogo love from 🇴🇲 🇧🇮 💖 💖
Nkunze ukuntu Martha ari series nivyo ariko arakina🔥♥️❤️sweet muyinyarutse
Warundi uko namapenzi meng,,,,ukidekone oooo wanayenda,,,, makanyaga arankuyeho,,, Martha hejuru💪👏
Burundi movie on other level. Paterne sha karibu tuibanire. Fanny na libert barinze babizamwo bitegerezwa kuba amavuta
murabahizi murivyose Imana ibajimbere natwe turinyuma yanyu kko murashoboye thank you so much.
Courage Kuna mafunzo kwawale wenye akri😌😌😌🇧🇮🇧🇮
In have to support burundian movies congratulations let's wait second party
Nukuri inyigisho nziza cane kbs mwubahwe 🇧🇮🇧🇮🙏🙏
Film nziiza caane gooooose,imana ikomeze kubagirira neza🙏
Wawooo nice movie and courage nyishi. Nimunduhe part 2 please please.
Muhezagirw aho muri hose iyi film irakwijij impanuro😍😍
@user-yq8je2pj1r
Жыл бұрын
Cane gose ndabashimiye pee kuko abantu kubagira ningoga Mana wee inyigisho nziza vane cane cane abagabo ndetse nabagore bamwe bamwe
Martha numukinyi peee turabakundaaa
Mbega paterne weee urankuyeho ngo kalibu sana ngaha hapa kabisa tunibanire kabisa🤣🤣🤣🤣🤣 emweee uranyishe
Noe tubaye aba boss tuguma twambaye i fumée😅😅😅but anyways igizo iko fresh tu
Munyamahanga😄😄 arinuna barundikazi🥰🥰
Waoooooo 🔥🔥 eg vrt👌👌ariko reo umupfakazi mwaciye mutwibagira