Umushikiranganji wa mbere yagirishije inama abegwa n'ikibazo c'umutekano i Gihanga.

#Burundi: Inama y'umutekano yakoranye i #Gihanga mu ntara ya #Bubanza irongowe n'Umushikiranganji wa mbere inyuma y'aho habereye igitero cahitanye abantu n'ibintu kuri uyu w'Imana. Iyo nama y'umutekano ikaba yari ihurikiye mwo abarangoye inyabune zo ntara z'uburengero arizo #Bujumbura, #Bubanza na #Cibitoke .

Пікірлер: 15

  • @HbinezaEric-id4ll
    @HbinezaEric-id4ll2 ай бұрын

    Mubasaba Ineza bakabaha Inabi

  • @mugumealex9873
    @mugumealex98732 ай бұрын

    Yes ibi nisawa Mufate ibyemezo bikomeye nkabantu babagabo bayoboye igihugu ntaho kwirirwa mutaranga urwanda mubiveho ntacyo byahindura kubatera uburundi, 😢😢

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias54552 ай бұрын

    Nakomere umushikiranganji wacu

  • @alexisnimubona2200
    @alexisnimubona22002 ай бұрын

    Reta ikeneye kongereza abapererezi benshi kandi irekure imbonerakure zisubire kukazi kazo

  • @user-nf2dz1zf9t
    @user-nf2dz1zf9t2 ай бұрын

    Mureke kuryama

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410Ай бұрын

    Urakenuye navuste kuri Mwambusta Rubangisha miheto Bangiricenge ndamwibuka Kanyoni P. Yarazi gushira kumurongo aba nyagisagara

  • @DismasKwizera
    @DismasKwizera2 ай бұрын

    Sawa

  • @mugishagerard8241
    @mugishagerard82412 ай бұрын

    Murasinziriy cyn, nubundi mutarikanuy muzosanuk murikumw, kko benshi muragendan

  • @musafiriclaude6766
    @musafiriclaude67662 ай бұрын

    Ababigira bose muri kumwe muri guvernemant!

  • @thewisetv3989
    @thewisetv39892 ай бұрын

    Komera mutama. Abenegihugu twabatoye tubizeye. Turaziko iyo himirije amatora twama tubona abahemukira igihugu, Mukore ibishoboka mukingire Igihugu na BENECO. murakoze

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru28872 ай бұрын

    Umwansi narikure murikumwe. Umutekano ko aruwatwese, Ndasavye umushikirangaji witumatumanaho ( Comminucation) bakoreshe ubuhinga bwanone, ndazi ko babishobora kumviriza abanzi bigihungu bakoresha téléphone etc. Tous les messages et les appels zinzira muburundi bazuvirize. Bakoreshe abahinga: Hariho iperereza, hariho igipolice, hariho ama compagnie yigenga na bajejwe umutekono muri congo no murwanda babahe Amakuru avugwa nabi k'uburundi. Babikorerereko. Mukora Inama nabo bakora izindi. Kugirago mushike ngaho mwakoresheje communications etc. Nabo kugirago bice abantu bashike iyo, bakoreshe communications etc... Umwansi narikure murikumwe.

  • @HbinezaEric-id4ll
    @HbinezaEric-id4ll2 ай бұрын

    Mugume mukinanabo batumare

  • @yolo._96
    @yolo._962 ай бұрын

    Ko babomoye ingoro y umugambwe wanyu muravyutse,mxiouuu

  • @fredericnzeyimana526
    @fredericnzeyimana5262 ай бұрын

    Genocide y’abahutu/ iki gwa n’akagwi l’a Bahima mwese guhomekako Genocide mu Gahanga/ Buca Uburundi busubira iyo bwavuye/ Ku Ngoma y’a Ruhinda/

  • @Sadamman-ii7tq
    @Sadamman-ii7tq2 ай бұрын

    None kuva mutwaye igihgu mwakoziki amabarabara byabananiye kuyakora na bya 2040 mureke kubesha abanu

Келесі