Inzego zishasha z'ikigo ca ODECA kijejwe iterambere ry'ikawa tuzitege ko iki?
#Burundi: Mu kigo kijejwe iterambere ry'ikawa #ODECA habaye ukubisikanya kuri uno wa 15 Rusama 2024 hagati y'inzego zahora zirongoye ico kigo hamwe n'inzego zishasha. Umushikiranganji w'ibidukikije, uburimyi n'ubworozi akaba ariwe yari ahagarariye ico gikorwa.
Пікірлер: 8
Murakoze kwikubita agashi. Ikawa ingana amafaranga. Yamara ntabe amajambo yinjirira aha agasohokera aha
Mbega odeca ifise amatongo angana gute y ikawa?
Abari basanzwemwo nuguca baja mumpimba kuko barahemutse
Ivyakugoye siga ubibariye uwugusubiriye. Warindiriye kuvugwa hagutanga imihoho ko vyari bikwankiye? Amarori y umwijima yo kwinyegeza.
Abo sibamwe nyenicubahiro yavuga ko biba 40millions buri mwaka? Ko mutabafata??
Bishoboka gute ga nyakubahwa mushikiranganji ko umuntu agiye kugura ikawa kuri ocibu ya kera urondera date de peremption ukabura??????? aga sachet uyisangako naho yanditse a la base du sachet kandi n irangi rica rifudika. Birateye akagongwe kuta´shobora guha iyo kawa umuntu wo hanze kuko nta garantie igira, None rirya shirahamwe rijejwe ubunenge ntavyo izi????????????
Abo baratwivye baratugeseza
Cndd fdd yononye igihugu ntavyo muzoshobora kiretse umukuru wigigugu wacu RWASA AGATHON cnl ya Rwasa oyeeee 🎉🎉🎉🎉🎉