Prezida Neva yaratanguje icese umugambi Merankabandi igice ca kabiri.

#Burundi: Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yaruguruye icese mu ntara ya #Mwaro umugambi Merankabandi igice ca kabiri. Uwo mugambi ukaba uzokorera mu gihugu cose c'Uburundi ama komine yose n'imitumba yose. Uwo mugambi ukazoja mu ngiro ufashwe mu mugongo na Banki y'isi yose ku mafaranga angana n'imiriyaridi 450 z'amafaranga y'amarundi. #MerankabandiII #BanqueMondiale

Пікірлер: 2

  • @gpjjism
    @gpjjism15 күн бұрын

    Thank you President ndayishimiye.

  • @menyabyosetechnotv3979
    @menyabyosetechnotv397916 күн бұрын

    Dukunda amakuru mutugezaho ndabumva ndi mu Rwanda

Келесі