Mwakinye neza can,reka tubandany ibara series nayo
@everyne.illankunda82929 ай бұрын
Joachim akamwemwe nikose courage Ndabakunda vrement ariko muyibandanye🎂🎂💒💒
@jojoirakoze36409 ай бұрын
Joachim yibandanye tubone ingen ubaho nez Vava naw ariko yishura ivyo yakoze
@user-qt7oo9cc1d9 ай бұрын
Vava ndamushimiye kuba yitahuye agasaba imbabazi ndetse na Boss wa Joachim ,Joachim komera Imana ntiyokwemera yuko urengana Nubwo ari film mubuzima bwaminsi yose Imana ntiyoreka abantu bayo barengana
Gusa iyo tubona iherezo rya Vava kuk hari hagez KO umwicanyi ajahabona courage
@esperancebucumi94709 ай бұрын
Kora iyindi saison kugira Vava turab
@user-ty9ri4xl9y8 ай бұрын
Mutunyarukiriz so3 turab uko vava bamusubiriz munkok joachim naw yiberey mumunyenga.ikibabaj nuk misi yos mubint ham hariho ababigwamw batabiz
@DainesNiyikigongwe-gl6vn9 ай бұрын
Yioooo muyihejj tukibakunda mukomere
@AZIZBRIGHT-zz4ph9 ай бұрын
❤
@angenelly1098 ай бұрын
Ng hepf yik g makanyaga 😂😂😂😂😂😂
@maiakoakimana61689 ай бұрын
Ikigeragezo hejur kbx
@omernijimbere94039 ай бұрын
N'ukuri turabashimiye mwavyitwayemwo neza kandi film iheze neza.biraboneka KO nta mugorortsi yahebwe.kandi vyose biva kumavi no kwihangana.Imana ibongerereze inkomezi
@richardbukuru96169 ай бұрын
Duhe saison 3
@lydi7919 ай бұрын
Gusa big up Vava uri serieuse kuri Rôle
@olivierkevinndorere61009 ай бұрын
Muradushurirako suite vava nawe atesets kubwivyo yakoze
@MireilleBukeyeneza-es6en9 ай бұрын
Nimunyarukan tubarinyum cne gus muranyic makanyag ng mfata hepfo yinyo😂
@telcom27309 ай бұрын
❤❤
@jachlineahmed50039 ай бұрын
Yooo ukurikuratsenze imana ishimwe
@esperancebucumi94709 ай бұрын
Sindaheza kuyiraba ariko Vava kubona afashw ndanezerew cane.Boss ese yobimenya
@clairegirukwishaka42419 ай бұрын
Mwari mukwiye kutwereka vava ariko minote
@iradukundasandrine76859 ай бұрын
Noneho nange inje mubambere basi Like❤❤
@IngabireyimanaMiracle-tq2os9 ай бұрын
vava aradedemvye
@mamacheiilla729 ай бұрын
Uyumus ndazindutse ❤❤❤
@JoseJose-ue5gu9 ай бұрын
Secrétaire mukuru wibiro vya shetani ewe sha johakim uratwenza kweli,nkunda Ubuntu umugore wawe akina ari pose cane❤
@user-qb7sf7yx1c9 ай бұрын
Waouh ndaryohew gs muyibandany ndabakunda
@user-bl7wr5kc9v8 ай бұрын
Mwubahwe sh mubikor nez
@afsamossi8309 ай бұрын
Ego turaryohewe yariryoshe kbs cawu cawu
@kamanzikhadija39519 ай бұрын
Vava ngayashe reka ndabe
@VanessaNininahazwe-qe5eq9 ай бұрын
Ikigeragezo!!!!nizere kwatar final hazoz S03
@user-gc4tq7yw7y6 ай бұрын
Vava urumwana mubi Yesu agufash ntibizogukwirikirane ahandi ho urigipfu
Пікірлер: 241
Mwarakoze Abo Twabanye Muri iyi Film Tukaba Tugiye Gutangura Iyindi SERIES yitwa IBARA Abo Tuzoba Turi Kumwe Tubabone Whatsapp number +1 312 893 9656
@christianentakimazi7948
9 ай бұрын
❤❤❤❤ courage turabakunda kand turabafan
@christianentakimazi7948
9 ай бұрын
😂😂😂😂 nukur nibamihindurire arabihiw nogukorikibi
@IriwacuJose
9 ай бұрын
Kuberiki iheze harihagezeko iryoha jendababayekuba ihez
@user-js3iv3gz6b
9 ай бұрын
Wauuuu nkunda darirene cyn uzampe number ye
@NdayizeyeJohnclaude
9 ай бұрын
Muduh iyind vyihuse
Iyi film iteguye neza caan irimwo vyose vyiza Inkinzo hejuuur
Nukur mwarabae intwari Gus ihez twar twifuza kubon ubuzima bw Vava inyum yuko imbaraga zamukoresh Iman izimukuyemwo.bikunz muzogir de vyob vyiza cn kurab fans❤❤
Nemero yambere abinyuma mundabire✌️💖
Ingozi turashoboye vrmt.imana imbere ❤❤❤
Iyi film makanyaga abuzemwo yocibiha gusa bagira bamuhore ubusa
Munyarukan iyind saison cank muduh iyind ntituzicwe nirungu
Waaaaawooooo vyiza cane nishimiye kuba johakinu numugore basubiye muvyishimo
Murakoze kuyisoza neza muraduhe niyindi
Wooo courage kbs mubikor nez guys abacerew nkanje bari murikundo nikigeragez mumpe like ngaha tuhatwike muri final film ndundi hejuru cn💪💪💪👌
Imbaraga zamasengesho!!!!!! Imana irakomeye canee
Yoooooo ntiyimare ntiharagera
Arik irangiye nabi vava nawe yari kuborezwa igufa akumviriz ikib yakoza gus ndabakunda muranyuzuza
Ntihar bwagere KO muyiheza ahubwo saison3 tuyirindirany igishik
Film ikaba irarangiy🤔🤔respect murabahanuzi beza🙏
Ikigeragezo kirabaye ikigeragezo ni mama
Mrciii Sana mwarakoze cane muduhe season 3kbsaaaa
Murakoze narinarategerejep
S3 yinyarutse muyizane.courage bro
Imana ntawayizey yigez amaramara.nubw mwari mwayivuyek ,nabahanuz bakaz Arik ntiwumv,( nka alvella ngo nivyiw) murakoz kwigish abantu kwizer
Wakagari oyeeeee joachim twizereko uzoyibandànya ✍🙏👍
Courage bantu banje ndabakunda cane hama mugire vuba muduhe so3 muzoba mukoze cane kandi courage kbx
Iheze neza naho nandits ntevye courage
Eeee amasengesho yafashe😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅 mutambarira ko igiy guhera😂😂😂😂 erega nayikunda cannnnn❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂
Nda❤❤❤ gusa warikuyibandanya nkirabira ingene ubuzima bwaryoshe😅😅
S3 tuyihabwe vubaaaaa nukuriiii.ndaryoheweee💃
Courage murashoboy arik ihez nab tutabony vav bamufat. Uwomugor wa johakim yubaw arashoboy kwihanganir urug
Johakimu yategerezwa gusubizwa kukazi agahembwa amahera yose yamezi atakoze kuko yari yarenganijwe
Joachim na madame hejuru can✌️🚀🚀🔥🔥🔥🔥
Courage
Ewe vava sha urumwicanyi pe
Iyi film yariryoshe ibabaje gusa iheze neza chr wa Joachim courage❤
Turashimy ukuntu muvyitwaramwo,inerereno nayo murakwiye kugira amélioration kumasanamu arimwo utuntu tutamez neza.saw komomez mutera imbere turinyum yanyu
Vava numvise ndamutinye girlkiller yayayaya so fire
Muyibandanye knd courage
Birangiye neza ark mwarikutwerek Vava nawe arikarishura ivyo yakoze gusa Imana imufashe ntabamezuko yakinye firm ameze kk naho twohurira mwibarabara twomutinya
Ineza y'Imana yamaho ibihe vyise. Ndabashimiye kukuntu mutwigisha
Muyirangije neza cane murashoboye.
Oh iyi film irangiye neza turabifuriza gutera imbere muribyose turabakunda
Man vava yarashishw courage Jo
Mwakoze cneee
Yoo iheze harihageze kuryoha ingero yicaha nurupfu
Haryubona ntuburavuga😂😂😂😂😂rekanaaa niryobabi makanyaga😀😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mubikora neza vrt gsa twari tukiyishaka umenga muduhay final kare
Wow muyihejeje neza avec icigwa gikomeye,terimbere bacuti banje
@Joachim-Smith
9 ай бұрын
We pablo mtu wangu😊
🥰🥰wow ihez nez vrema ukuri kugiy ahabona👌👌mwarakoz kunyigisho
Muyirangije nabi nukuri kwose twosubiriy kubona Joachim yasubijw ku kazi!oh la la
Muhjj neza bash courage gusamwarikutwongera mukayibndany nkabna vava yafashw😂😅
Nivyo Joachim waragiye kure y'Imana,usigaye wimosha nka Double Jay hakwimosha nka Mbayahaga.Imbaraga nk'irya ya Vava ntiyirukanwa n'ikindi atar'ugusenga n'ukwisonzesha.
Iyi season yariryoshe wallah Asante sana mwese mwayikinye Neza cane kurundi rwego. Ariko iyi season ibandanye kuko iradyoshe suite irakenewe
Kbs iyi series yarirenze
Tubandanirize série ya 3 muzoba mukoze
Muduhe Iyindi season mwoba mukoze caneeeee
Nimuyibandany hagez ahiryoha
Hamw itabndanij jew nzoc nitwar tuzoc dushwan vrt kand nukonyen kwakwany ahubwo ntibiherer ngaho
Nanj ndabakund kuber twabanye nez cn imana ibahezagire mugab mucemurab muduhe akand kihuta
Mwakinye neza can,reka tubandany ibara series nayo
Joachim akamwemwe nikose courage Ndabakunda vrement ariko muyibandanye🎂🎂💒💒
Joachim yibandanye tubone ingen ubaho nez Vava naw ariko yishura ivyo yakoze
Vava ndamushimiye kuba yitahuye agasaba imbabazi ndetse na Boss wa Joachim ,Joachim komera Imana ntiyokwemera yuko urengana Nubwo ari film mubuzima bwaminsi yose Imana ntiyoreka abantu bayo barengana
Wap vav yari gupfaa
❤❤❤
❤❤❤❤❤
Namw turabashimiy ukuntu mutwigish biciy mur film lman ibongererez ubumenyi bwinsh turabakunda vub muturons iyind turabategerej ntimutunyotez knd courage 🙏🏻🙏🏻🙏🏻♥️♥️♥️♥️
Mwabikoze neza cane tubashimire
Imana yishurira kugihe
Kingi ntumusige
Gusa iyo tubona iherezo rya Vava kuk hari hagez KO umwicanyi ajahabona courage
Kora iyindi saison kugira Vava turab
Mutunyarukiriz so3 turab uko vava bamusubiriz munkok joachim naw yiberey mumunyenga.ikibabaj nuk misi yos mubint ham hariho ababigwamw batabiz
Yioooo muyihejj tukibakunda mukomere
❤
Ng hepf yik g makanyaga 😂😂😂😂😂😂
Ikigeragezo hejur kbx
N'ukuri turabashimiye mwavyitwayemwo neza kandi film iheze neza.biraboneka KO nta mugorortsi yahebwe.kandi vyose biva kumavi no kwihangana.Imana ibongerereze inkomezi
Duhe saison 3
Gusa big up Vava uri serieuse kuri Rôle
Muradushurirako suite vava nawe atesets kubwivyo yakoze
Nimunyarukan tubarinyum cne gus muranyic makanyag ng mfata hepfo yinyo😂
❤❤
Yooo ukurikuratsenze imana ishimwe
Sindaheza kuyiraba ariko Vava kubona afashw ndanezerew cane.Boss ese yobimenya
Mwari mukwiye kutwereka vava ariko minote
Noneho nange inje mubambere basi Like❤❤
vava aradedemvye
Uyumus ndazindutse ❤❤❤
Secrétaire mukuru wibiro vya shetani ewe sha johakim uratwenza kweli,nkunda Ubuntu umugore wawe akina ari pose cane❤
Waouh ndaryohew gs muyibandany ndabakunda
Mwubahwe sh mubikor nez
Ego turaryohewe yariryoshe kbs cawu cawu
Vava ngayashe reka ndabe
Ikigeragezo!!!!nizere kwatar final hazoz S03
Vava urumwana mubi Yesu agufash ntibizogukwirikirane ahandi ho urigipfu
nukuri murakina neza komerezaho mubandanye muterimbere imana ibageze kure
Kwel ❤❤
Oyareka iraheze har hagezaho iryohaaa? Imbaraga zumwijima Vava zamuvuyemw kubw'Amasengesho acatangura kudedemba ububi bwose yakoze
Vava mbegawe uteye ubwoba cyanee
😂😂😂 Narababwiye nti Mwisho wa Ubaya ni aibu.Vava aravugishijwe kubw amasengesho.
@ChristaLysa718
8 ай бұрын
UGUSENGA ni Gukuru 😂
Finally gute hageze aho iryoha neza nez ❤❤❤
Gus ikibazo mwarayihagaritse nayo izobandany ?