NARIHUSE/S02/EP_08/ Dieugo Na Yvan Barafatanye

#NARIHUSE #Inkinzo_tv_whatsapp_61760684
#film_burundi_rwanda_kenya_tanzania_2023

Пікірлер: 290

  • @vaggagags3060
    @vaggagags3060 Жыл бұрын

    Abakunzi ba narihuse tumenyane mukumpa utu like kndi ndabakunda ❤️❤️

  • @user-mu5ht1iq6t

    @user-mu5ht1iq6t

    Жыл бұрын

    Ego tumenyane

  • @dalycloseigiraneza2995
    @dalycloseigiraneza2995 Жыл бұрын

    Uwukunda iyi serie ampe like

  • @evelynenshimirimana9560
    @evelynenshimirimana9560 Жыл бұрын

    Film nikundira. Mwari mwatunyoteje. So mwubahwe mubikora neza

  • @innocentsabushimike301
    @innocentsabushimike301 Жыл бұрын

    Eeeee akantu kengetse karakoze umuti kbx

  • @RegisMc
    @RegisMc Жыл бұрын

    Jewe nd umukozi w Imana ntiwompenda...😊 Nimb amahera ashobora kukwosha uburofa Ubuzima buzokwigishiriza mugahinda Kandi uzonyurwa!

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 Жыл бұрын

    Yesuweee🙄🙄🙄🙄 narinz ngo mbay uwambere nimama mwisah imwe abantu 234

  • @venusteniyonkuru2023
    @venusteniyonkuru2023 Жыл бұрын

    Hhhhhhhh 🤸🏃🏃🏼‍♀️🏃🏃🤸🤔 mariya roza sinzomuheba🤣🤣🤣🤣🤣

  • @belyseirankunda3617
    @belyseirankunda3617 Жыл бұрын

    Akantu kengetse karabikoze🤣🤣🤣🤣 Yvan bien fait félicitation

  • @user-pi4ib7ql4d

    @user-pi4ib7ql4d

    Жыл бұрын

    Harahiye warshi yvan akoz umuti😁😁😁😁😁

  • @claudinenyandwi1002
    @claudinenyandwi1002 Жыл бұрын

    Ibitwi vy'ibikobekobe🤣🤣 Diego ibanga ararimenye😋

  • @joselyneniyikigongwe276
    @joselyneniyikigongwe276 Жыл бұрын

    Yavani ndagukunda caaaane vraiment

  • @dorinengabireyimana8355
    @dorinengabireyimana8355 Жыл бұрын

    Sha NDAbona hagiy gushya

  • @jeaninensengiyumva5150
    @jeaninensengiyumva5150 Жыл бұрын

    Yvan wubahwe cane kwiperereza uri number 1, Diego yabone ingero yicaha nurupfu karabaye

  • @anithatuyisabe4805
    @anithatuyisabe4805 Жыл бұрын

    Iva urumugabo sha urazi gutohoza amakuru neza kweri

  • @japhetbizindavyi8896
    @japhetbizindavyi8896 Жыл бұрын

    Musigaye mukora film ngufi cane kwl

  • @ornellairakoze229
    @ornellairakoze229 Жыл бұрын

    Yvas ndagukunda vrmt ukin neza

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 Жыл бұрын

    Yoooooh😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤔🤔🤔🤔🤔Yvan nukur bakwongere akengetse verema

  • @olivierkevinndorere6100
    @olivierkevinndorere6100 Жыл бұрын

    Urintwari ndak Diego kagiy kuba agahanga kumusazi yakoz ibara rizomuce amavyaaaaaaaaa ingero yicaha nurupfu

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 Жыл бұрын

    Ngo ifi zigira bonane na naweri napasika🤷‍♂️🤷‍♂️rero ukavinyu kubahwe🤷‍♂️🔥🔥🔥😀😀😀😀😀

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 Жыл бұрын

    Icobita kwisamburirako ihabara niribi kwle🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️🔥🔥🔥🔥

  • @dorianeyankunze440
    @dorianeyankunze440 Жыл бұрын

    Mamutegoweeeeee muragowabantu munwinzoga bazibategerako😱😱😱😱

  • @nestastessiemuhayimana4963
    @nestastessiemuhayimana4963 Жыл бұрын

    Harahiy 🔥🔥🔥

  • @hervillaikankurize1139
    @hervillaikankurize1139 Жыл бұрын

    Asha Diego yigize vyinshi baramukenyuye pe

  • @niyinkijijeclaude03
    @niyinkijijeclaude038 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @stitore2388
    @stitore2388 Жыл бұрын

    Dieugo karamubanye ntibigoyekoroha koma uwuvyiteye ntibimuterasoni

  • @AaAa-wj4np
    @AaAa-wj4np Жыл бұрын

    Nacerewe mana

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Жыл бұрын

    Yvan AK kantu uherejeko karabaye kabi🥱🥱🥱🥱 ng numugore wifi🤭🤭🤭🤭🤭🤭

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c Жыл бұрын

    Komera akayoga karakoze umuti

  • @trinitendayizeye1469
    @trinitendayizeye1469 Жыл бұрын

    Yvan ukoze akazi kez vrt🤙

  • @hakizimanemmanuel2414
    @hakizimanemmanuel2414 Жыл бұрын

    Yva nukur.ndamwemeye cana🇧🇮👍❤️🤘

  • @nsabimanajuma2111
    @nsabimanajuma2111 Жыл бұрын

    Yvan wobumukozi wiperereza kabisa ndakwemey

  • @topapple6016
    @topapple6016 Жыл бұрын

    Yvan niyubahw kbs abikor nez jajahahahahah muhasom yongr asom

  • @nanauwimana2185
    @nanauwimana2185 Жыл бұрын

    Mbayuwambere mundemere basha

  • @dianemunezero5667
    @dianemunezero5667 Жыл бұрын

    🤣🤣🤣🤣nguguma uhindagura abakozi

  • @niyoyigeneravasta575
    @niyoyigeneravasta575 Жыл бұрын

    Mubirimo neza❤️

  • @dinadineirankunda1765
    @dinadineirankunda1765 Жыл бұрын

    iyikurikira hazoshaaaa💃💃💃💃

  • @yafitaalghtany3812
    @yafitaalghtany3812 Жыл бұрын

    Joachim courage vrt ndagukunda cane nitimu yawe yose

  • @akimanamariam4451
    @akimanamariam4451 Жыл бұрын

    Yvan urarikoze😅😅😅😅mutunyarukirize iyikurikira

  • @eliascoyiremeye4190
    @eliascoyiremeye4190 Жыл бұрын

    Dieugo naw bizogukomeran ndak gus ndabakunda knd courage

  • @claudineirakoze3397
    @claudineirakoze3397 Жыл бұрын

    Basha mwubahwe 🙏

  • @alish2182
    @alish2182 Жыл бұрын

    Munyarutse iyikurikira

  • @ornellairakoze229
    @ornellairakoze229 Жыл бұрын

    Nukuri Yvan yubahwe

  • @naninoni61
    @naninoni61 Жыл бұрын

    Yvan imbavuzanje uzinsubize ngo maria rosa sinzomuheba amakuru ukaba urayaronse dieugo akaba arafashw bitagoranyeee

  • @kezakimanalyse8456
    @kezakimanalyse8456 Жыл бұрын

    Iyva wubahwe vrt

  • @egidebimenyimana8458
    @egidebimenyimana8458 Жыл бұрын

    Nurayife impano

  • @enocknishimwe2308
    @enocknishimwe2308 Жыл бұрын

    Courage urimenyind

  • @coyitungiyebakisi518
    @coyitungiyebakisi518 Жыл бұрын

    Kweri murasubiranyemwogabasha

  • @louisekwizera4158
    @louisekwizera4158 Жыл бұрын

    Yvan abikora neza kabisa ndabakunda♥️

  • @safiasafiya7904
    @safiasafiya7904 Жыл бұрын

    😂😂😂akokantu kubwenge ukoze vya niko😃😃😃

  • @angeburundifggfgg8755
    @angeburundifggfgg8755 Жыл бұрын

    Narihuse 💊💊💊💊🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ndakurahiye nifayaaa

  • @abelishoboravyose9889
    @abelishoboravyose9889 Жыл бұрын

    Mugize ikint kizim mwar mutunyotej kand INKINZO TV mwubahw

  • @nishimweegide2251
    @nishimweegide2251 Жыл бұрын

    Yvan Yvan bad man deal done

  • @solangendayishimiye6063
    @solangendayishimiye6063 Жыл бұрын

    Yvan urumuntu wumugabo mama urazikurondera amakuru courage

  • @josianeezekiye
    @josianeezekiye Жыл бұрын

    😂😂😂😂bega agacupa karakozumtip

  • @MrJohn234
    @MrJohn234 Жыл бұрын

    Nukuri medyzo urazibagiza umugabo nkawe

  • @arletteiruhiriye6380
    @arletteiruhiriye6380 Жыл бұрын

    Mariaya rosa shaa Yvan!Diego pol

  • @anithatuyisabe4805
    @anithatuyisabe4805 Жыл бұрын

    Kora umuti iva afurwe diego

  • @idid5806
    @idid5806 Жыл бұрын

    🔥🔥🔥Diego wikozeho kbx!babivuze ukuri uburiye ijambo kumuntu yanyoye ntahandi worikura

  • @happy6376
    @happy6376 Жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 Жыл бұрын

    🥰🥰🥰🥰🥰 Noneh 😂🤣 Rer 😂😂😂 Diego yivuyemwo 😆😆 Yvan nukur 🤣 Courrage vrt Ubutaha hazosha kwel 🤣

  • @tuyikezereverienne9690
    @tuyikezereverienne9690 Жыл бұрын

    Ndabakunda cane 🥰💕 courrage yvan rer aje atwika🤣🤣

  • @alimahahmedi6779
    @alimahahmedi6779 Жыл бұрын

    Nukuri ndatwenze mpatswe kumanyuka🤣🤣🤣ngo imbuwa😹😹😹

  • @celestinss4045
    @celestinss4045 Жыл бұрын

    Ndayiravy natinze pe🇴🇲🇴🇲

  • @darlenenirera8589
    @darlenenirera8589 Жыл бұрын

    Ntakomutagize mukutwenza🥰🥰🥰

  • @vitalnijimbere7399
    @vitalnijimbere7399 Жыл бұрын

    Courage nkr mubikor nez muraturyoher

  • @Linda-hv9ll
    @Linda-hv9ll Жыл бұрын

    Narihuse narayikunze kurusha izindi film🔥🔥🔥🥰

  • @Linda-hv9ll
    @Linda-hv9ll Жыл бұрын

    YOoo mbega Film weeeeee🔥🔥🔥🔥😍👌

  • @bostonminani3860
    @bostonminani3860 Жыл бұрын

    Diego urimuyabir nukr

  • @royal1tv
    @royal1tv Жыл бұрын

    🔥🔥

  • @mugishasandrine4960
    @mugishasandrine4960 Жыл бұрын

    Yooo Yvan wubahwe nukuri

  • @pascasieniyibigira9862
    @pascasieniyibigira9862 Жыл бұрын

    Ewe Yvan nawe urazi kudedembesha🔥🔥🔥

  • @sedwg8914
    @sedwg8914 Жыл бұрын

    Kabisa yva wubahwe

  • @jajakajaniri5813
    @jajakajaniri5813 Жыл бұрын

    Welcome series movie narihuse🥰🥰🥰🥰🔥🔥🔥🔥🇸🇦🇧🇮

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Жыл бұрын

    Yvan 💪💪💪💪💪 courage bantu banje ndasaba makanyaga agaruke mur film

  • @iteritekaaudrick697
    @iteritekaaudrick697 Жыл бұрын

    Ndabakund kanin 💕

  • @kubwimanayvette6203
    @kubwimanayvette6203 Жыл бұрын

    Narihuse yasohotse ni mama😅😅😅😅😅

  • @passynini9743
    @passynini9743 Жыл бұрын

    Yvan yubahwe 😀😀😀 arakoz umuti

  • @khamisishakuru2527
    @khamisishakuru2527 Жыл бұрын

    Un,icanyi bwa Diego bugiye bwafatwa kandi birangiy bavanye n'uwo yipfuje ngo asubirire uwo yishe. Hhhhh mubandanye muturyohera

  • @yvetteirankunda824
    @yvetteirankunda824 Жыл бұрын

    Courag team inkinzo tv😍

  • @user-pu7io7ho6g

    @user-pu7io7ho6g

    Жыл бұрын

    Murasubiranyemwo ntamahoro yabahabara

  • @user-pu7io7ho6g

    @user-pu7io7ho6g

    Жыл бұрын

    Yva ndakwindira😂😂😂

  • @luckmutabazi7670
    @luckmutabazi7670 Жыл бұрын

    Diego arafashwe pe

  • @rahmaal8926
    @rahmaal8926 Жыл бұрын

    Turabakunda🙏👍🇵🇸🇧🇮

  • @sibomanamarcella6679
    @sibomanamarcella6679 Жыл бұрын

    Yampayinka aba chr batonganye basubiranyemope hahiyekoko mutabare

  • @franckarmelnkoribirama1000
    @franckarmelnkoribirama1000 Жыл бұрын

    Ak kantu kamez nez kabs

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 Жыл бұрын

    Umwicanyi arafashwe 💪💪

  • @irakevine338
    @irakevine338 Жыл бұрын

    Umuhay igic naw aguh amakuru y'igice 🤣🤣 sh Yvan uhari Films iraryoha kbs so uw mukecuru yaguhay akokantu yenze ng ugashir boss waw ni saw kakoz umuti k'umugabo w'imbwa 😆😆😆😆😆

  • @juliettetuyishime4079
    @juliettetuyishime4079 Жыл бұрын

    Courage

  • @topapple6016
    @topapple6016 Жыл бұрын

    Iratanguy kuryoh kuk baratanguy gucanamw ahobizomrnyekan bizobavamw mwes

  • @omanmobiel8135
    @omanmobiel8135 Жыл бұрын

    Jehakim ndakwemer a muratunyarukiriza kwer mugabo murongeziminota kuber ihera ningoga

  • @thierryhakizimana6262
    @thierryhakizimana6262 Жыл бұрын

    Inkinzo tv oyeeeeee

  • @niyizompozaalbert5930
    @niyizompozaalbert5930 Жыл бұрын

    Ivan yubahwe kabisa🤣🤣🤣

  • @dismasbayubahe1379
    @dismasbayubahe1379 Жыл бұрын

    Niyompamvu nahevy inzoga,kuk inzoga zikumenesh ibanga

  • @bonifacenitunga7709
    @bonifacenitunga7709 Жыл бұрын

    Diego aramenye Ibanga arafashwe kabx. Komez kuturyohera.

  • @alicenzeye5979
    @alicenzeye5979 Жыл бұрын

    Yvan wubahwe.urashoboye

  • @hacimanaaminizo9332
    @hacimanaaminizo9332 Жыл бұрын

    Nimama karabaye

  • @OmanOman-cg1qd
    @OmanOman-cg1qd Жыл бұрын

    manawe imana ishimwe diyego ararinenye ngowamuga buriye amafi diyego wubahwe

  • @annociattenkurikiyumukiza9278
    @annociattenkurikiyumukiza9278 Жыл бұрын

    Ndaryohew cane courge

  • @christineniyonkuru4139
    @christineniyonkuru4139 Жыл бұрын

    Ndabakunda cane mwirambire 😍😍😍😍😍🙏🙏🙏💎

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 Жыл бұрын

    Courage bantu bacu

  • @elogenibaruta9910
    @elogenibaruta9910 Жыл бұрын

    Yvan mwubahw

  • @godelievendikumana5190
    @godelievendikumana5190 Жыл бұрын

    ikaba iraje 👌❤❤

  • @user-oo1bi7nr5n
    @user-oo1bi7nr5n Жыл бұрын

    Ivan ndagukunda ukor nkintwar