Beautiful to my own country Imana ihezagire igihugu canje. Imana ishishikare kuha Nkurunziza Peter ubwenge nubudahagarwa mutama wacu. Alexander Ndagijimana from Chicago
@arnaudbigoro5 жыл бұрын
Iyo nyubakwa ni nziza cane rwose, hanyuma Mashariki TV ndabamera cane uburyo mudushikiriza amakuru
@antoinemiburi45905 жыл бұрын
Very good house congratulations President ! It is well to do like this ! We thanks you sincerely .Good job our number one ! Thanks
Burundi imefikia haya yote baada yakujitoa kwenye utawala wakuburuzwa na weupe. Kumbe Afrika tunaweza🏡.
@jesusisjerryallahistom
5 жыл бұрын
kubuluzwa na wanjano ni sambamba na kubuluzwa na weupe. na kusimamisha uhusiyano na weupe sababu yake sio kupenda inchi, sababu ni nkurunziza anashindwa kuheshimisha katiba ili aoche madalaka, afrika haina kiongozi.
@motomoya8463
5 жыл бұрын
@@jesusisjerryallahistom Bifu ya viongozi wa Rwanda nao ni ya nini zidi ya Burundi?
@jesusisjerryallahistom
5 жыл бұрын
@@motomoya8463 maada inahusu Burundi, sijaona Rwanda katika videyo hii. asante kwa kuchanganya mambo.
@Ngabo3
5 жыл бұрын
@@jesusisjerryallahistom Nani ndo kasema Burundi inaburuzwa na wanjano? Kunayo mambo yabaye itwa kuchaguwa nani unayetaka kuwa ma uhusiyano naye katika hali ya kuheshimiyana bila kushurutishwa wala kukaliwa. Burundi ndo kaomba uhusiyano na wanjano na wala dio wanjano ndo kashurutisha Burundi vile weupe wanavyotaka ama kujiingiza Kenya mambo ya ndani wakitumia nguvu. Katiba ya Burundi ilifuatishwa kwenye uchaguzi uliwo pita na wala dunia naima hamna mkataba ulioko juu ya katiba. Asante kwa kutoeneza sintofahamu
@jesusisjerryallahistom
5 жыл бұрын
@@Ngabo3katiba ya arusha hingebalishwa kwa sababu ndie msingi wa amani burundi. kubadilisha katiba ni kawaida kwa maraisi nyani wa afrika ili waweze kuendeleya kuwa juu. uchaguzi wa afrika si uchaguzi halisi, ni uchaguzi hanisi. get your facts right dummy.
@mesange22125 жыл бұрын
Ese ba #Niyombare ibyabo bigeze hehe?!! Ubanza baramaze kumirwa, babonye ko ntaho bamenera abantu bishyize hamwe! Basi Kagame azabinjize mu gisoda cya FPR kuko ibyo gutera u Burundi byo ntibishoboka.☝️
@jeanmariesente1259
5 жыл бұрын
nibo
@dieudonnemuhimpundu3827
4 жыл бұрын
Mana y'Uburundi iratubona🤗
@ntwarimathias3747
4 жыл бұрын
Har abo wabonyemwo!!?Ubakeney kwiki!?Shima ivyiza hama abo mutagana ubareke
@ndikumanadesire62445 жыл бұрын
Komera Komera our president uruwambere. Imana ibahezagire
Пікірлер: 83
Niheza cne Nishimira kubona igihugu cacu kiriko gihezagigwa binganuku Imana ikomez kucogera urukundo mubakibamwo numugisha mwishi
Erega uwiringiyuwiteka ntazakorwa nisoni ababyeyi mwambaye neza rwose mukomezumucyo kirundi hamwe namzee petero nkurunziza
Beautiful to my own country Imana ihezagire igihugu canje. Imana ishishikare kuha Nkurunziza Peter ubwenge nubudahagarwa mutama wacu. Alexander Ndagijimana from Chicago
Iyo nyubakwa ni nziza cane rwose, hanyuma Mashariki TV ndabamera cane uburyo mudushikiriza amakuru
Very good house congratulations President ! It is well to do like this ! We thanks you sincerely .Good job our number one ! Thanks
Abarundi mufise ibyiza birimo amahoro rwose kuko Prezida NKURUNZIZA akunda u Burundi n'Abarundi. Namwe mumukunde nkuko abakunda.❤️
@luckysadiki1855
5 жыл бұрын
Mésange,uburundi imana,yarabuhezagiye kuba,butwarwa nanyakubahwa,nkurunziza,pierre,imana iMwishimire,arabikwiye
@yusrawangu7062
5 жыл бұрын
Get lost
@basaboseberahino7351
3 жыл бұрын
@@luckysadiki1855 Reka kudedemba
@niyonsengajoselyne3109
3 жыл бұрын
@@basaboseberahino7351 hhhhhhh mukama nareke kudedemba ngaho iyumufata womukubita
Belle scénario 👌🏾👌🏾👌🏾👌🏾
Ndakunda igihugu canje uko kiri kwose kiretse intamabra urabona ivyiza umwanantavuka rimwe yuzuringovyi
Hararenze kabisa.muzogume muduhayo makuru nyene kugira natwe bato bato tubonegweho kubona présidence yacu nziza
Nice
Très jolie
Very good
@leoncensengiyumva1055
5 жыл бұрын
This is really good.
Good country
Iyo bururukira umuduha niyo baba bagiye ni sport ikwiye
Inama ya president akandika mukayi🤣🤣🤣🤣🤣
ikibuga cindege naco nakigire neza ahindur uburundi bibe akororero nkibind bihugu
vyiza caaaanne!!!
Baraduga ama escaliers kweri,harakenewe aka escalator
Magnifique 🇧🇮👌👌👌
@uniquecleaning6017
5 жыл бұрын
Hg
so much president Nkurunziza for all you have done; Rundian are going to remember you;
Maison blanche walayiiiiii
None ko mutatwumvish ivyo bavuze!? Kandi burya turakeneye kumenya ico ubushinwa buzoronka kukazi bwakoze ko kutwubakira, ikaba ari ingurane, n, angahe? Imyaka ingahe? Ikaba ari ingabirano naho, tubimenye. Yamara ntawugabira uwundi ataco amuzigako! Kandi murizeye ko security y, ivyo mushinga, imigambi n'amategeko batariko barabifata amatwi mubushinwa. Nyene kwubaka niwe azi imyobo Iri mu matafari burya. Turizeye abashinwa?
@basaboseberahino7351
3 жыл бұрын
Burunei shall smile 1day uvuze neza cane aho bazimba ubutare bw'ubwoko bwose imyaka yose igihugu gisigaje kubaho😜😜😜 Gusa na bene gusigna aho bavyungukiyemwo bazorinda bavamwo umwuka bahekenya. Hanyuma ngo ni za birimba🌚🌚🌚
Iyo ni *WHITE* *HOUSE* YA #Africa kabisa uwanka yangare nubwo wokwanka umuyobozi ntiwomwankira vyose ivyiza biravugwa nibibi bikavugwa ndagushimiye kuba warakoze ico ciza caaaneeee
@nizclemencelampslabiche2007
5 жыл бұрын
Imagine imyaka mirongo ingahe ngo reta irapanze inzu( I mean presidence ya kera) horrible! Bravo Mr le president!
Kabisa nivyiza
@joharisaleh9961
5 жыл бұрын
Félicitations
Imana ni shimwe umegani saudia😘😘😘😘
@niyonsengajoselyne3109
3 жыл бұрын
Ego kweri
waaah nivyiza cane ariko nagire ntange idea vyari kuryoha cane yaba Bariko bakoresha ordinateur portable
Abayobozi bakeye bubahana. Vraiment le president Nkurunziza merite le respect!
hhhh ndabona basobanutse da!
Mauoya
Ubu se iyi ngoro ya presidence yubatse i Bujumbura cg i Gitega ko numvise bivugwa umurwa mukuru w'igihugu ugomba kwimurwa???
Nivyokweri umugabo nyamugabo arangwanikogwa ntayinya ngwinkuba zirikozirasana terinbere nkurunzizaaaaa ahhhhh terinbereee
@alexisvacilli2892
5 жыл бұрын
Sha uri ikigoryi kbxa! Iyi se niwe yayubatse?
Yewegayewe umenga n iburaya😃😃😃iyo ntabona abo bapfasoni mu mvutano sinari kuvyemera kweli
@siimon559
3 жыл бұрын
Ati i buraya 😹😹😹😹 wewe ukwiye kuja Mu Rwanda ahubwo kwanza
@niyonsengajoselyne3109
3 жыл бұрын
@@siimon559 aje murwanda bamugonga yasamariye ibyiza byaho
Mbegivyiza niheza kwer igisagara bakibona cose
Ushikayo ubuda bwahotse wazanye ama abs
Imeze nka white house!
@officialmrtop1018
5 жыл бұрын
Ntubeshe kabisa ahubwo ni White house ya *Africa*
Iyi ni inyubako y, umukuru w, igihugu kabisa!!!
None kumengo bagenda urugendo rurerure namaguru kandi bari hanze?mumvura hariho ahandi baca?
Burundi imefikia haya yote baada yakujitoa kwenye utawala wakuburuzwa na weupe. Kumbe Afrika tunaweza🏡.
@jesusisjerryallahistom
5 жыл бұрын
kubuluzwa na wanjano ni sambamba na kubuluzwa na weupe. na kusimamisha uhusiyano na weupe sababu yake sio kupenda inchi, sababu ni nkurunziza anashindwa kuheshimisha katiba ili aoche madalaka, afrika haina kiongozi.
@motomoya8463
5 жыл бұрын
@@jesusisjerryallahistom Bifu ya viongozi wa Rwanda nao ni ya nini zidi ya Burundi?
@jesusisjerryallahistom
5 жыл бұрын
@@motomoya8463 maada inahusu Burundi, sijaona Rwanda katika videyo hii. asante kwa kuchanganya mambo.
@Ngabo3
5 жыл бұрын
@@jesusisjerryallahistom Nani ndo kasema Burundi inaburuzwa na wanjano? Kunayo mambo yabaye itwa kuchaguwa nani unayetaka kuwa ma uhusiyano naye katika hali ya kuheshimiyana bila kushurutishwa wala kukaliwa. Burundi ndo kaomba uhusiyano na wanjano na wala dio wanjano ndo kashurutisha Burundi vile weupe wanavyotaka ama kujiingiza Kenya mambo ya ndani wakitumia nguvu. Katiba ya Burundi ilifuatishwa kwenye uchaguzi uliwo pita na wala dunia naima hamna mkataba ulioko juu ya katiba. Asante kwa kutoeneza sintofahamu
@jesusisjerryallahistom
5 жыл бұрын
@@Ngabo3katiba ya arusha hingebalishwa kwa sababu ndie msingi wa amani burundi. kubadilisha katiba ni kawaida kwa maraisi nyani wa afrika ili waweze kuendeleya kuwa juu. uchaguzi wa afrika si uchaguzi halisi, ni uchaguzi hanisi. get your facts right dummy.
Ese ba #Niyombare ibyabo bigeze hehe?!! Ubanza baramaze kumirwa, babonye ko ntaho bamenera abantu bishyize hamwe! Basi Kagame azabinjize mu gisoda cya FPR kuko ibyo gutera u Burundi byo ntibishoboka.☝️
@jeanmariesente1259
5 жыл бұрын
nibo
@dieudonnemuhimpundu3827
4 жыл бұрын
Mana y'Uburundi iratubona🤗
@ntwarimathias3747
4 жыл бұрын
Har abo wabonyemwo!!?Ubakeney kwiki!?Shima ivyiza hama abo mutagana ubareke
Komera Komera our president uruwambere. Imana ibahezagire
@christiannsengiyumva2658
5 жыл бұрын
ivyagusa bitera........
@hassnkunze2716
4 жыл бұрын
@@christiannsengiyumva2658 jaluzi.
@hussnantacoyampaye8373
4 жыл бұрын
Iwacu I Burundi niheza 😍😍😍😍❤️❤️❤️❤️
Hhhhh , ntanzo ntayo abenegihugu bazoyifungura? Imbonerakure ziziyivyinamwo
@arunajonas770
5 жыл бұрын
Atimbonerakure zizoyivyinamwo😂😂😂😂😂
@methodalex2735
5 жыл бұрын
Mutaganda Vincent urikijuju. kinda igihugu caw
@dieudonnemuhimpundu3827
4 жыл бұрын
Abo sabarundi nabarindura aba nya Rwanda mutabikoze tuzovyikorera Igihugu nicacu ndagukunda caneee
none abarundi muri mugihugu nabari hanze yigihugu ntimubona ko nyenicubahiro umukuru wigihugu cacu twitoreye ko arangwa nibikogwa muharuye imyaka mirongwine yaheze dutwagwa na iprona reta yuburundi idafise presidance ikorera munyubakwa yu mwenegihugu nimyaka cumi nine 14 ans nyenicubahiro atwaye uburundi akaba yubatse presidance ibivuzwe nivyinshi namwe murabizi abakenyezi bibaruka kubuntu abana bamashure matomato biga kubuntu amavuriro namashure vyubatswe tutarinze kudondagura ntimwoza tukaja hamwe tukubaka igihugu cacu tugatera ibitugu ba nsesa nkuyoza barondera kuducanishamwo kugira ngo twisamburireko kuko amase ya kera ata gihoma urutaro uyo mutama turamwemera kandi turamushigikiye na 2020 tuzomwongera hamwe yo kwitoza nukumwongera ijana kwijana .
@christiannsengiyumva2658
5 жыл бұрын
ivyagusa bitera ubwenge buke.
@hassnkunze2716
4 жыл бұрын
@@christiannsengiyumva2658 jaluzi