Ivyavuye mu rugendo Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu yagize mu gihugu ca Sierra Leone

Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu Angeline NDAYISHIMIYE yaganutse avuye mu rugendo mu gihugu ca Sierra Leone aho mugenzi we wico gihugu yari aramutse atanguza ibikorwa vyo guharanira iterambere ridakumira muri ico gihugu.

Пікірлер: 7

  • @imanipierre6449
    @imanipierre644911 күн бұрын

    Ok

  • @JonasJonas-tj6sj
    @JonasJonas-tj6sj10 күн бұрын

    Mubanyafurika Bose perezida ndayishimiiye niwe ufite umugore mwiza uteyeneza murafurika yose

  • @Taziratv
    @Taziratv11 күн бұрын

    Uko nugu sesagura amahera yigihugu gusa--aho kuronder uko boyinziz igitoro nibind bishinga kunezererw gusa. Mungu ana waonaaaaa

  • @AdamAmos-rr6fg
    @AdamAmos-rr6fg11 күн бұрын

    Umugabo numugore bangane shahu😅😅😅😅

  • @baquezprofessionalcleaners3178
    @baquezprofessionalcleaners31789 күн бұрын

    Tapis rouge niyiki Ubu ngaha? Ivyo avuyemwo bizofasha iki uburundi?

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves948511 күн бұрын

    Ntakuntu mwoturwiriza indege abarundi twese tukiyunguruza nazo kumengo nizo zisigaye zironka ibitolo kurusha imiduga nama motos nimba atarico kizimbutse kurusha essence na mazout? 🕯️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🕯️

  • @suavisndihokubwayo-cc3id
    @suavisndihokubwayo-cc3id10 күн бұрын

    🤔🤔umutama arongora umwana wa 12ans imba ivyobibera muri africa nivumwe

Келесі