Président Pierre Nkurunziza ati: Turasezereye gusembera, akagaye n'agasuzuguro ku gihugu cacu"

Ivyo umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza yabishikirije mu mw'ijambo yashikiroje mu 'ibirori vyo kwinjira icese ikirimba c'Umukuru w'igihugu citiriwe Umwami Ntare Rushatsi. Iyonyubakwa ikaba igizwe n'ibiro bishika kw'160 harimwo ibiro vy'ivyegera vy'umukuru w'igihugu

Пікірлер: 33

  • @felixjeijei687
    @felixjeijei6874 жыл бұрын

    Turabakurikirana neza cane muri 🇺🇸Imana ituzigamire se barundi excellent the President of the Republic of Burundi 🙌🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @berinezadivine5386

    @berinezadivine5386

    4 жыл бұрын

    🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻

  • @motomoya8463
    @motomoya84634 жыл бұрын

    I love Nkurunziza

  • @ntunzwenimanavenant8064
    @ntunzwenimanavenant80644 жыл бұрын

    Nyakubahwa twubaha ukaba n'umukuru wigihugu cacu ciza, Imana ibandanye ibahezagire yongera ibongera ubwenge bwo gutwara ibahane nukugumana ikiganza ciza cane.

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day1094 жыл бұрын

    Hooooome to My Roots!!! Bravo Burundi!

  • @iga2023
    @iga20234 жыл бұрын

    Ntare rushatsi house turayishimira 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @claverkarabanekera6043

    @claverkarabanekera6043

    4 жыл бұрын

    Turakwemera mutama

  • @Nolithajack12
    @Nolithajack124 жыл бұрын

    we love u so much oll the wher for cape town

  • @zuberiyoung474
    @zuberiyoung4744 жыл бұрын

    Get you from USA

  • @Alihamdulil
    @Alihamdulil4 жыл бұрын

    None ga rusengo ko mbona nsomye neza umengo ufise ishavu niinzigo ,ehhhhh nuwanka agakwavu aravuga ko kiruka don’t be haters iyo umuntu akoze ikintu Ciza nukumuhaya akoze bbi nahonyene ntikibuza kumuvuga lets us unit and love among us all Burundian no matter inside or out Side the country we are one and we must love our beautiful country our first King Ntare Rushatsi was fooght 4

  • @innocentniyomugisha8041
    @innocentniyomugisha80414 жыл бұрын

    THANKS EXCELLENCE RESIDENCE OF REPUBLIC OR BURUNDI COMMAND AND CHIEF OF DEFENSE FOR A GOOD WORK YOU ARE EXAMPLE IN THIS COUNTRY OF BURUNDI TO PROVIDE THE STAT HOUSE OF GOVERNMENT IN 50 YEAR EGO THE BURUNDI YOU ARE THE FIST LEADER .GOD BLESS YOU AND GOD CONTINUE TO LEAD YOU WE NEED THE LEAD THEY HAVE A HEART TO BUILD THE COUNTRY .

  • @rangamocouture5781
    @rangamocouture57814 жыл бұрын

    With this good progress, the media have nothing to say, but the bad situation, they are always to be the first ones, specifically Google new, BBC, and more. Thank to our government to provide this Pallais. Can Google, BBC and other post this progress that the world can see. And say something.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🏳️🏳️✔️✔️🕺💃🕺💃

  • @danynkurikiyumukiza5616
    @danynkurikiyumukiza56164 жыл бұрын

    turakeje uburundi.Imana ibandanye kutugirira neza

  • @ntunzwenimanavenant8064
    @ntunzwenimanavenant80644 жыл бұрын

    mwakoze ivyananiye benshi Imana ibibahembere.

  • @adamuwaziry1854
    @adamuwaziry18544 жыл бұрын

    Kbs Burundi nibwiza

  • @ibrahimalisharif275
    @ibrahimalisharif2754 жыл бұрын

    Deal done,mwirambire

  • @davidndaha9607
    @davidndaha96074 жыл бұрын

    Umugabo wabagabo komera

  • @Am-jy4nr
    @Am-jy4nr4 жыл бұрын

    Ikiryoheye nuko agatho ndamubonye

  • @kanezioanthony7063
    @kanezioanthony70634 жыл бұрын

    China??? Hahahaaaa

  • @valerebisama6483
    @valerebisama64834 жыл бұрын

    hama ncuti aba chinois nahobatari nahowicaye bariho kko sabanyenzigo nkawewe kuberiki muburundi batohaba?just kubera utashimye ivyobakoye uburundi??vibuzimujibuntu

  • @valerebisama6483
    @valerebisama64834 жыл бұрын

    ngurahendaba dd??burya uwokuraba neza ntiyosanguriwe?ahubwo we urahenda nyoko atize,500.000 nibobotuma 10.000.000 barara badasinziriye?urahumba abarundi ntibazigera bose ntibazigera bataha hanze yigihugu

  • @mosescheketela9505
    @mosescheketela95054 жыл бұрын

    Bila demokrasia msitegemee maendeleo ya kweli Burundi

  • @motomoya8463

    @motomoya8463

    4 жыл бұрын

    Jua unacho'kiandika babae

  • @rangamocouture5781

    @rangamocouture5781

    4 жыл бұрын

    Burundi democracy ipo. Ila sababu media na mataifa wapenda onesha mabaya ndo Ww huwezi ona. Fata maswali watu wauliza.kwawengine hakunaga swali.uko ndo hakuna democracy na media pia dunia haisemi kitu. Pole sanaaaaa.

Келесі