Belan Hotel yo mu ntara ya

Belan Hotel yo mu ntara ya #Ngozi yuguruwe icese kuri uwu wa gatanu n'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye. Umushikiranganji w'ikigega ca Reta Domitien Ndihokubwayo yamenyesheje ko gukorera mu gisata c'ingenzi bifasha abanyamahanga baje mu #Burundi kubona ivyiza vy'iratiro vy'igihugu, hamwe n'imico n'akaranga vy'igihugu.

Пікірлер: 27

  • @johngoodboy8735
    @johngoodboy87353 жыл бұрын

    God bless Burundi I love my country and my president god is Power for you ndayishimiye

  • @johngoodboy8735

    @johngoodboy8735

    3 жыл бұрын

    IBINTU nisawa IBURUNDI ariko ABANYARWANDA baba hang inairobi baratukisha UBURUNDI ariko bagiye guhinyuka

  • @chantalzoe9646
    @chantalzoe96463 жыл бұрын

    Waooh May God bless our country and more blessings to my native city Ngozi 👏👏👏

  • @kijecarorosi4149
    @kijecarorosi41493 жыл бұрын

    Wahooo imana ihezagire u Burundi nabarundi nibikorwa vyabo

  • @levismfisumugisha8444
    @levismfisumugisha84443 жыл бұрын

    Vyiza caaane.

  • @urukundo_ruganze3646
    @urukundo_ruganze36463 жыл бұрын

    Turikumwe vyose birashoboka terimbere Burundi 🇧🇮

  • @cardinalendikumagenge6349

    @cardinalendikumagenge6349

    3 жыл бұрын

    Imana itugiye imbere

  • @esperancenyabenda8386

    @esperancenyabenda8386

    3 жыл бұрын

    Burundi bwanje uraberewe

  • @JosiahMundere
    @JosiahMundere2 ай бұрын

    Gnice hotel

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb17653 жыл бұрын

    Eh, irimwo na elevator! Good job.

  • @Sirila18
    @Sirila183 жыл бұрын

    Waouw !!! Un hôtel à l effigie de notre cher président à l oeuvre !!!! Super !!!!. LETA NKOZI.

  • @vivipro3172
    @vivipro3172 Жыл бұрын

    Komere❤❤❤❤👌

  • @tijorico7906
    @tijorico79063 жыл бұрын

    thank you for developping aour nice country Burundi,,,,from Canada

  • @andrehakizimana7616
    @andrehakizimana76163 жыл бұрын

    Mbega ivyiza!

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day1093 жыл бұрын

    ✊🏾🇧🇮

  • @muhozaannemarie7417
    @muhozaannemarie74173 жыл бұрын

    Yooooo👍👍👍👍👍👍💪🥔

  • @Sirila18
    @Sirila183 жыл бұрын

    Umukuru w igihugu cacu yaragendeye Guinée équatoriale , ivyiza yabonyeyo n abitumirire abarundi cane cane ibijanye no kwakira ingenzi hamwe n uburimyi eka n ibindi bisata.

  • @sendeesupriydewoochiagaliy7474
    @sendeesupriydewoochiagaliy74743 жыл бұрын

    Great!!!

  • @muhimpunduchantal2312
    @muhimpunduchantal23123 жыл бұрын

    Hôtel nziza cane tezimbere igihugu cacu ciza wow félicitations

  • @emilenshimirimana9042
    @emilenshimirimana90423 жыл бұрын

    Vyiza nyakubahwa

  • @GNNG-pf8jn
    @GNNG-pf8jn3 жыл бұрын

    🇧🇮💯

  • @Khaila246
    @Khaila2463 жыл бұрын

    Very pretty; good job!

  • @williammabuye9996
    @williammabuye99963 жыл бұрын

    Burundi bwanje nzogukunda aho nzoba ndi hose

  • @SylvestreMahoro
    @SylvestreMahoro Жыл бұрын

    Belan Hotr

  • @ibrahimshaban5450
    @ibrahimshaban54503 жыл бұрын

    Wow nice hotel I wish I can come back to my country number 1 👌❤

  • @macarijochua9252
    @macarijochua92523 жыл бұрын

    Vyiza caane

  • @JHappy-ph7vq
    @JHappy-ph7vq2 жыл бұрын

    Good Job🙌🙏

Келесі