Hotel y'igitangaza mu BURUNDI//Abantu bava i BURAYA na AMERIKA baratamarirwa//Impamvu iri igitega

Ойын-сауық

Hotel y'igitangaza mu BURUNDI//Abantu bava i BURAYA na AMERIKA baratamarirwa//Impamvu iri igitega
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#diaspora #visitburundi

Пікірлер: 248

  • @integrite839
    @integrite83911 ай бұрын

    Ni byiza kabisa. Abarundi mukomeze mutere imbere rwose. Iyo hotel ni nziza cyane. (De la part d'un voisin rwandais)

  • @user-xk5wg2nn9r

    @user-xk5wg2nn9r

    Ай бұрын

    Thank you

  • @alexnzigamasabo8748
    @alexnzigamasabo874811 ай бұрын

    Naraharaye kabisa nahantu ha bien vraiment 👌🏽Na service ya bien

  • @anicetnizigiyimana1739
    @anicetnizigiyimana173911 ай бұрын

    il faut arrose le jardin pour garder la verdure, ce qui contribue a l'attrait des clients

  • @ncamuvyumaeddy3721

    @ncamuvyumaeddy3721

    11 ай бұрын

    Akakantu niko iyo jardin bayivomerere every nigth kubera isanabi cane knd yari yubatse neza iyi comment bayibone

  • @mireille2452

    @mireille2452

    11 ай бұрын

    Suggestion nziza urakoze

  • @aphrodisbiziyaremye5454
    @aphrodisbiziyaremye545410 ай бұрын

    Uburundi turabashimiye mwakoze igikorwa kiza iyo nyubako ninziza cyane pe.courage abanyarwanda turabakunda .

  • @violetntirampemba4137
    @violetntirampemba413711 ай бұрын

    Ahohantu hararenze kbs uburundi hejuru cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏🙏

  • @mugishaevangeline8095
    @mugishaevangeline809511 ай бұрын

    Sha abokwamwarabu tumenyane tuzoje kwivuna akanyona nimikoshi yabamwarabu kwel😊😊😊❤😊❤😊❤😊❤😊❤

  • @chantalmwavita7402

    @chantalmwavita7402

    11 ай бұрын

    Kabsa 😂😂

  • @oma3795

    @oma3795

    11 ай бұрын

    Egoooo❤❤❤❤

  • @DianaCiza-zc7or

    @DianaCiza-zc7or

    11 ай бұрын

    Tuzohitanane bant banj🎉🎉🎉

  • @DianaMutoni_
    @DianaMutoni_11 ай бұрын

    Nkunda uburundi niho navukiye hari gutera imbere pe I'm happy for my new born coutry

  • @girumwetewogusenga
    @girumwetewogusenga11 ай бұрын

    This is the best hotel ever. wow Burundi, is going higher and higher may God continue to bells our Country.

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga568611 ай бұрын

    Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🙌🤜,Burundi 🇧🇮on the another map in the world 🌎,Cadeau from Sweden 🇸🇪

  • @Nikizatheogene-el7tn
    @Nikizatheogene-el7tn11 ай бұрын

    Courage Gael ariko ingene umu cameraman waw akamera inzu ntibiryoha kuko ntawubona ubwiza bwayo neza.higa cameraman abizi knd uzukoresha drone ugiye muhikorwa nkiki cokwerekana amazu

  • @ntiranyibagira.rosette
    @ntiranyibagira.rosette11 ай бұрын

    Waouuh.merci Gael ❤

  • @hydrosgatore9147
    @hydrosgatore914711 ай бұрын

    Hôtel ninziza ariko jardin irumye muyivomere kbsa.Hama babe bazita amazina yikirundi ahayagiza igihugu nkakarorero nkabami batway uburundi,canke inzuzi zacu nziza nibindi

  • @FurahaMeckson
    @FurahaMeckson11 ай бұрын

    That's wonderful.

  • @queeniesamantha54
    @queeniesamantha5411 ай бұрын

    Wouuuuu number one Burundi peace peacefully

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru288711 ай бұрын

    Bien fait, very good ❤

  • @JeanclaudeNiyomwungere-gs6vj
    @JeanclaudeNiyomwungere-gs6vj11 ай бұрын

    Cameraman waw ntazi kwerekana ibikewe ko tubona yerekana uwuriko aravuga gsa, arakwiye formation ijanye na publicité

  • @christelle2465
    @christelle246511 ай бұрын

    Sha muri aba comédiens kabisa. Muhuje ubugungu. Vous avez fait ma journée

  • @maximendayisenga336
    @maximendayisenga33611 ай бұрын

    My Burundi keep progressing

  • @niyoyanzigamyelionel497
    @niyoyanzigamyelionel49711 ай бұрын

    Vraiment, Up up Burundi bwacu bwiza

  • @kg7285
    @kg728511 ай бұрын

    Beautiful

  • @sarasara-ur6nz
    @sarasara-ur6nz11 ай бұрын

    Mashallah beautiful My country Mr mukubito big up sana ❤❤

  • @marietheresenyandwi8671
    @marietheresenyandwi867111 ай бұрын

    So beautiful hotel 🇧🇮🇧🇮🥰

  • @AhishakiyeJoselyne-ir4sx
    @AhishakiyeJoselyne-ir4sx11 ай бұрын

    Whaouh my province ❤❤❤❤

  • @alainarakaza5389
    @alainarakaza538911 ай бұрын

    Thé best hôtel ❤️❤️❤️❤️❤️

  • @LinaIrakoze-xw1ob
    @LinaIrakoze-xw1ob11 ай бұрын

    Ndabakunda

  • @igirukwishakanadege5335
    @igirukwishakanadege533511 ай бұрын

    So sweet

  • @moisecishahayo
    @moisecishahayo11 ай бұрын

    Waouh hôtel Nziza can gus mwaribagiye gushiramwo ascenseur

  • @salimramadhani740
    @salimramadhani74011 ай бұрын

    ❤❤👏👏👏💪💪🇧🇮🇧🇮from Burundi in Cape Town 🇿🇦🇿🇦🇿🇦

  • @THEMAX646
    @THEMAX64611 ай бұрын

    Wao good kbs

  • @nnno989
    @nnno98911 ай бұрын

    Nic, kabisa❤❤❤

  • @didiniyo1063
    @didiniyo106311 ай бұрын

    Nice one gitega

  • @OrnellaBakevya
    @OrnellaBakevya11 ай бұрын

    So Competent

  • @tantineirakoze1961
    @tantineirakoze196111 ай бұрын

    Waooooo. ❤

  • @vincent9132
    @vincent913211 ай бұрын

    Burundi the next level

  • @adhulikalim3020
    @adhulikalim302010 ай бұрын

    Imana ikomeze guhezagira Uburundi

  • @muvunyindahayomartin2661
    @muvunyindahayomartin266111 ай бұрын

    Iyi Hotel irasa niyiba I musanze mugwanda

  • @MELCHISA229
    @MELCHISA22911 ай бұрын

    Abarundi baba Diaspora mwubahwe.hezagirwa Gaël ndabona ntusinzira

  • @MunezeroBlaise-xd2ky
    @MunezeroBlaise-xd2ky11 ай бұрын

    Courage musaza big up

  • @StarboyTheSheep
    @StarboyTheSheep11 ай бұрын

    👑👑👑Hejuru Cane

  • @user-pp6zi8hx8y
    @user-pp6zi8hx8y9 ай бұрын

    Good

  • @PerpetueNicoyangeneye-en8hb
    @PerpetueNicoyangeneye-en8hb10 ай бұрын

    Waooooo! Ibitaraza birinyuma!!!!

  • @amiraljosegka7263
    @amiraljosegka726310 ай бұрын

    Good job

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable994711 ай бұрын

    Kbsa respect 🇧🇮

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok3 ай бұрын

    Cet hôtel est magnifique. C'est propre et sûr

  • @mediatricemanirambona4989
    @mediatricemanirambona498911 ай бұрын

    Gitega my Province very good

  • @user-zc9ez9cb7v
    @user-zc9ez9cb7v11 ай бұрын

    Nice hôtel.

  • @oscarfashionbuja1267
    @oscarfashionbuja126711 ай бұрын

    Gitega hejuru canee 🔥🔥🔥❤️❤️💪🏾

  • @user-wi7ms1vb9t
    @user-wi7ms1vb9t6 ай бұрын

    Neto add garden trees ao people can get more air,look like dry

  • @arcadeniyubahwe5663
    @arcadeniyubahwe566310 ай бұрын

    This is one of the best hotels in Burundi.

  • @liveforbetterchange1081
    @liveforbetterchange108111 ай бұрын

    Wao ndabikunze Gitega mpaheruka mbere ya 2015 haraka étage kamwe Gato Nako kabi hasa nabi cyanee Disi habaye heza Burundi mukomeze mutere imbere ubundi icyiza cyuburundi numva cyimpimbaye nkicyurwanda ❤️

  • @mireille2452

    @mireille2452

    11 ай бұрын

    Urabeshe pe 2015 hari akahoteri kamwe naho nyene kabi😂😂😂😂

  • @juleskaze7184
    @juleskaze718411 ай бұрын

    Komera Juste Gaël

  • @chadrackmunezero1316
    @chadrackmunezero131611 ай бұрын

    Superbe

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda322311 ай бұрын

    Hejuru burundi 🇧🇮🇧🇮

  • @nsazabahizirehema7897
    @nsazabahizirehema789710 ай бұрын

    Wooouuu ❤️🇧🇮

  • @sethny112
    @sethny11211 ай бұрын

    Courage cane kabisa

  • @supermoodworld
    @supermoodworld7 ай бұрын

    Congratulations

  • @alexikagoma6461
    @alexikagoma646111 ай бұрын

    Kbx Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤

  • @Nkotanyi1990
    @Nkotanyi199011 ай бұрын

    Courage Cyanee Burundi 🇧🇮 Bwacu

  • @eduigenicishatse8549
    @eduigenicishatse854911 ай бұрын

    ❤❤❤❤ badanya mutugezahoo ivyiza vy iwacu❤❤❤❤❤

  • @edsonpaul788
    @edsonpaul78811 ай бұрын

    Burundi oyeeeeee....

  • @tokatoka2497
    @tokatoka249711 ай бұрын

    Ahohantu ararenze peee❤❤❤❤❤❤

  • @jajasoldado198
    @jajasoldado19811 ай бұрын

    Uburundi Hejuru Cane

  • @Nsengiyumvapierre-ki5yy
    @Nsengiyumvapierre-ki5yy11 ай бұрын

    Ivyiza vyiwacu Burundi tagata.

  • @francoiseuwihoreye3084
    @francoiseuwihoreye308411 ай бұрын

    Gael ndagusavye wige ingene u camera ibintu vyamazu utwereka uduceduce nabinabi uguma utwereka uyo mugabo siwe turaba , turaba hotel fata icirwa mbe ifise ivyumba bingahe? Nangahe par chambre? Ivyo nivyo dukeneye kumenya

  • @abouseleynzisabira5875

    @abouseleynzisabira5875

    11 ай бұрын

    Bien dit narigeze kuvyandika muri commentaire igih yatwereka ya village ya come and see Burundi atwereka uyomuntu Au lieu ya entourage

  • @fashingabomushonda7763
    @fashingabomushonda776311 ай бұрын

    Big up Gael service cameraman Isn’t professional subizamo Inguvu mugabo courage

  • @user-ry2yb6nb6z
    @user-ry2yb6nb6z10 ай бұрын

    kabixa waradukoreye ikiganiro kweri❤❤❤

  • @bayisabegerard9177
    @bayisabegerard917711 ай бұрын

    courage kubiganiro ukora

  • @habonimanajeanbosco4647
    @habonimanajeanbosco464711 ай бұрын

    Awaaaaa my Jonas komera

  • @user-no6lg2sr2h
    @user-no6lg2sr2h11 ай бұрын

    Tera imbere Burundi

  • @christainc.5217
    @christainc.521711 ай бұрын

    ❤❤❤tanginimero

  • @hadjalafilm
    @hadjalafilm11 ай бұрын

    🔥🔥🔥🔥🔥

  • @floridendayishimiye5641
    @floridendayishimiye564111 ай бұрын

    Sawa cane❤❤

  • @OrnellaIrankunda-eg5qs
    @OrnellaIrankunda-eg5qs10 ай бұрын

    Nbega ivyiza vyi Burundii wee

  • @ErnesianeUwimana-oc2zh
    @ErnesianeUwimana-oc2zh11 ай бұрын

    Mhubiri Sarafina E.Ernest

  • @lolollololi1050
    @lolollololi105011 ай бұрын

    Iyo jardin basha nibayiteremwo amashugwe n'ibiti vyiza hoca hamara kuruta🤗😊

  • @emekaikee3676
    @emekaikee367611 ай бұрын

    ❤❤

  • @user-zz4wf3gn5s
    @user-zz4wf3gn5s11 ай бұрын

    Wawooo vub🇮🇶🇮🇶🇮🇶turahashik 👌👌👌

  • @NkurunzizaAnaclet-cs6oi
    @NkurunzizaAnaclet-cs6oi10 ай бұрын

    Komeza bwana Gael utwereke ivyiza bitatse Uburundi

  • @nakinteje7172
    @nakinteje717211 ай бұрын

    Kweli méga nimundeg Burundi songamber

  • @nakinteje7172
    @nakinteje717211 ай бұрын

    Gaëlle naw uranyishe pe😂😂😂 umenga nihino mubarabu warah

  • @user-jd7cz6ee1c
    @user-jd7cz6ee1c10 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @bizimungumbappe8208
    @bizimungumbappe820811 ай бұрын

    GTG❤sweethome 🥰

  • @user-qb5qu4rm3u
    @user-qb5qu4rm3u11 ай бұрын

    Niheza Can ,ariko service irikwega Can,na commande zirateba Can,ivyo babikosoy ntankeka baracari abambere✊

  • @jeanc627
    @jeanc62711 ай бұрын

    Ivyiza peeee by’ Burundi

  • @medardnshimirimana6050
    @medardnshimirimana605011 ай бұрын

    Warakoz double mission kweri mukurindir primusic😂

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick567911 ай бұрын

    ❤❤❤

  • @ferdinandferdinand1278
    @ferdinandferdinand127811 ай бұрын

    Nivyiza

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere549111 ай бұрын

    mwabikoze neza

  • @fanorek2221
    @fanorek222111 ай бұрын

    #Burundi we can💪

  • @dinoclassic7165

    @dinoclassic7165

    10 ай бұрын

    courage abaturanyi bacu, biragaragara ko ubuyozi bwanyu buri gukora

  • @elogenininahazwe9249
    @elogenininahazwe924911 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤

  • @bifokimena4889
    @bifokimena488911 ай бұрын

    ❤❤❤❤

  • @BUSHASHASWITCH
    @BUSHASHASWITCH11 ай бұрын

    Mwite juste Gael AKA impwemu idasanzwe 😂 hejuru cane vrmt iyi emissions yar yikwije p🎉 from Rumonge Dubai shop 😂 gusa Tube duke Tudusangire

  • @marielulu2439
    @marielulu243911 ай бұрын

    Ariko maana mwaje tukubaka kweri 🇧🇮tukabugira nka paradiso🙆🙆🥰

  • @lolollololi1050
    @lolollololi105011 ай бұрын

    Biriko biraza vmnt imeze nkizi hotel zino duherereye komeza muharyosha natwe turinyuma insha Allah

  • @emmasunzu-ardley4493
    @emmasunzu-ardley44935 ай бұрын

    Hotel nziza cane kandi izimbutse, na customer service ni nziza cane. Narashimye ko atagifungurwa cikirundi na kimwe badateka. Nahantu ho kuruhukira.

  • @ezechielndikumana
    @ezechielndikumana11 ай бұрын

    Courage hotel idasanzwe nabandi babishoboy bakore nkuko

  • @bukuruezeckiel453
    @bukuruezeckiel45311 ай бұрын

    Vyiza

  • @Bapfunya
    @Bapfunya11 ай бұрын

    Présentation niyo ariko mwibagiye gusiga ama coordonnées aho hasi hamwe na site pour réserver

  • @didiniyo1063
    @didiniyo106311 ай бұрын

    Umukubito hejuru canee

  • @liveforbetterchange1081
    @liveforbetterchange108111 ай бұрын

    Harakonja nabyo ndabihakundira

Келесі