wapi yubatse nabi raba stade amahoro yo mu Rwanda ubna isa niyo? umengo yubatswe ata buhinga burimwo
@user-ts7xc5ql6m Жыл бұрын
Nicahera kizoba kibereye
@vinceruba9841 Жыл бұрын
Félicitations ku kubaka ikibuga! Gusa ce que je ne comprends pas ni kuki uguma uvuga ngo abarundi biyubakiye bonyine ! Ubundi bagomba kubakirwa na nde ?
@hosewebtv77
Жыл бұрын
Ni kubera mubindi bihugu aba ari ari imfashanyo yibihugu vyo hanze,exempl tz nubushinwa bwayubatse nkingabire ubushinwa buhaye tanzanie
@ProsperNsengumuremyi-mi8zh Жыл бұрын
Iyo muyakoresha drone
@emeryking5343 Жыл бұрын
Nivyiz can ndabon ibikorw nigez kur
@smartnahodha6578 Жыл бұрын
Bwana bosingwa ahandemeye
@mykeke3255 Жыл бұрын
Mwinshw nokutagira Urukundo
@egidemtotomtulivu35742 ай бұрын
Aho nisaw
@user-ht4tg2pp5k9 ай бұрын
Iyo isumbwa na stade amahoro abanyagwanda bari bafise babomoye bagasubiramwo!!!😂
Kubona stade y' Makamba yakira 30.000 persones kitari no kuri standards international???? Je me pose des questions??? I Bujumbura bakubaka aga stade kajamwo 18.000 persones. N' akamaramazap!!!! Regionalisme ntizohera mu Burundi. Au lieu yo kuraba interet national, bashira imbere intara bavamwo. Jewe nafashwe n' agashavu sintegera......
@lucksonbonfilsbrown907
Жыл бұрын
Nanje vyaranyobey
@gabrielndayisaba366 Жыл бұрын
Nta drônes mufise? Mupfume mukota
@IrankundaMethoucella-bf9lx Жыл бұрын
Nibakomeze ibikorwa tuzohakirir inkino zimirije
@omanawabi6817 Жыл бұрын
Nibaheze. Hamabasanure. Isoko. Baturiye
@ferdinandbangirinama7664 Жыл бұрын
Stade yakera hajamwo bangahe? Ubu ho hazojamwo bangahe?
Пікірлер: 101
Abariko barashim ibikorwa vy'UBURUNDI shirako like zanyu ngaha🤝
@alexnikole-qz7kp
Жыл бұрын
Mimi niko daresalam nawasalimia warundi wenzangu nafurahia mnavyoonyesha utali michezo vivutio waga nafurahia inchi yangu na Mimi najidai kua nazaliwa kwenye inchi yenye faida
@user-xf6ci4uz3y
Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤ turabakunda cane
❤❤❤turagukengurukiye kumakuru ya indundi tv muduha❤❤❤❤❤ 13:01
Ça apparaît déjà bon. Et c'est un des signes d'un pays en voie de développement et d'autonomie.
Iyo itazaba isakaye wap icyakweleka yakigali❤ amahoro❤❤
Turashimiye Indundi Tv Ukuntu Muguma Muduha Amakuru Meza Turabakunda❤
Ndabonanisawa tuzozatuhobegwa❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Imana imbere kizohera hakurikigwe C,indege
Ibikorwa nivyiza Ariko na indundu murakwiye guterimbere mubikoresho nubuhinga mukoresha
Imana imbere
Amazing stadium
Murakoze caneee
Burundi Bururndi #WeGotThat👁
Uburyo bwishi bwagiye kurizo mangazini bibagira gusakara aho abenegihugu bazicara gusakara 80m gusa ntibihagije basi kuraba bagasakara 80m kubwugamo bwiteka na 80m kuri bene twebwe murakoze bwana bosingwa kukuntu udahengeshanya kutwereka aho stade intwari igeze 👍
Kwitera iteka🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
So nice
Safi san Bosingwa 🙌🙌
Gibon...Gibon...Gibon...🗣️🗣️🗣️ Unaniangusha ku images kbx 😢😢😢
Asanteni
Ribeye idyamber ntoy iyi rrdiyo ndaryohewe jirbert mudyansoro keshi nkunda kubumva ninumiy kubwakazi
Komera bamenyeshamakuru ba Indundi TV kuza muratwereka ivyiza vy ' igihugu cacu c'uburundi.
Indundi murondere camera zigezweho numuntu azi kubikoresha. Hama ikibuga ni sawa
@niyongereoda1258
Жыл бұрын
uvuze ukuri umuntu umenga bamusize ishwagara nibarondere camera nziza
Uburundi Bwubahwe! ngira mu minsi tuzoronka stade mpuzamakungu
Kuronka ikibaza ca shop noshobora kuyaga nande?
turashimiy indundi tv
❤❤❤❤❤❤❤❤👌⚘
Bangije ibiti byinshi cyane bangije ibidukikije kabisa
Iyi izoba iruta stade amahoro ndakenda evaristo
Batwubakire airport nziza bagure nindege
Uburundi bwubahwe💪🦸
Cameraman aje kwiga
💗💗❤️❤️❤️🥰
Amahoro cane indundi tv nasaba uwonfansha akandonsa numero za placide arongoye intamba fans yoba akoze
Estadio bom e bonito
❤
Kabisa imbere niheza
Bagure indege nayo igihugu kigire ijambo mumakungu
Mukwiye kurondera camera zigezweho
NAbashimige video muduhA ndabakurikiye hano ikarongi
Uyu mucamera man arakwiye 'gusubira kwinga gufata amasanamu bona yangerageje naho tutabonye vyose
❤❤ Visit Burundi
Ni ukuri turabateye intege,muga ko bari binanatse bace banagerageza bashireko ubwugamo.
👊👊🔥👍
@laughtv5230
Жыл бұрын
Wapi kidasakayehose ntavyo
Nc
Ntibagire gushirako amacara arinda uruza nuruza bizotuma bigenda neza
Si ce stade allait ete couvri partout ça allé été bon vraiment
Dushaka mutubwire mbe stadeintwari izokwakira abantu bangah?
wapi yubatse nabi raba stade amahoro yo mu Rwanda ubna isa niyo? umengo yubatswe ata buhinga burimwo
Nicahera kizoba kibereye
Félicitations ku kubaka ikibuga! Gusa ce que je ne comprends pas ni kuki uguma uvuga ngo abarundi biyubakiye bonyine ! Ubundi bagomba kubakirwa na nde ?
@hosewebtv77
Жыл бұрын
Ni kubera mubindi bihugu aba ari ari imfashanyo yibihugu vyo hanze,exempl tz nubushinwa bwayubatse nkingabire ubushinwa buhaye tanzanie
Iyo muyakoresha drone
Nivyiz can ndabon ibikorw nigez kur
Bwana bosingwa ahandemeye
Mwinshw nokutagira Urukundo
Aho nisaw
Iyo isumbwa na stade amahoro abanyagwanda bari bafise babomoye bagasubiramwo!!!😂
@SamanthaIradukunda-iq8bz
8 ай бұрын
yooo stade amahoro yomurwanda nziza cane niwoyirerany niyiwacu
Petit à petit l'oiseau fait son nid
Kbx nivyizacn
Yoooo!!!😢😢😢
Kugira kibe ikibuga ca kijambere ca kino kinjana.
Ariko iyi stade iri kubakwa vuba vuvba bashyikije ni ntebe abarundi bafite kuraje
Burundi all the way up
Akabazo mbese stade intwari izoshobora kwakira abantu bangana gute ??
burundi terimbere nk'umuzinga
Muzanasakare ,abafane ntibazanyagirwe mu mvura
ici kibuga nisaw nagomba nce ngenda kuronderayo a'kazo
Bisaba Imvura nayo bayibuke kwiticay
Ibikorwa vyiza za uratwereka uko ibikorwa Vyigihugu vyigihugu bikomeza kurangugwa
Muzompe ako nkoreramwo kabisa mbaye ndisabira
Mugerageze kukisakara hose mwigore gose
Stade intwari iri amaja h
Bujumbura = 1 million of people. Kweri 18.000 places? Bashaka gushavuza abanyagihugu bazobura ingene birabira agapira kuko ibibanza vyuzuye. . N' ukuri ikibuga Ni ciza ariko ntibaravye kure, nta statistics bisunze
18.000 personnes. Ubwo si bake ga bantu mwe!!!!!
@semuganzabicusulaiman2353
Жыл бұрын
Nibake cane gose ugereranjyije nibindi bihugu vyakira 80,000 kuduza
@jimmydelphinsabukwigura3092
Жыл бұрын
Abo barakwiye kuko Burundi nta fanatisme Nini ihari.nk'ama matchs ya championat national yo na gradin imwe ntizokwuzura
@semuganzabicusulaiman2353
Жыл бұрын
@@jimmydelphinsabukwigura3092 oya ntibakwiye kuko ntiwarukwiye guca wumva ko nimba uburundi bwubatse ikibuga citwa international ko budakwiriye kwakira abarundi gusa. Mbega abantu nkamwe muzomenya hbwenge ryari? Ahubwo jewe simbona nikibuga mwiratiriza ahubwo muzira kudatembera ngo murabe niho mwomenya ko mukiri inyuma cane.
@salvatoradamu-tk5os
Жыл бұрын
We wibaza ko wobawaratembereye kurusha ubuyobozi buriko bukora ivyobikorwa? Mbe uzi kugira icogikorwa cemerwe ikibuga cemererwe kwitwa mpuzamakungu ko harigiturire kijamwo kugira cemererwe ? Iyo batanze conditions zisabwa kugira cemererwe akarorero ko aruko kizoba gikwije ibisabwa guhera kuri 60% , hama rero wewe ukaba ufise izo 60% , uyundi 65%, uyundi 70%, uyundi 80% , uyundi 90% , uyundi 98% , …. Hama wewe ugaca witora ngo uriya wa 60% ntakigenda ngo ntiyubatse nkuriya wa 90% bivanye nahuri kumbure wunvutaba urikwiyerekana ko ubwenge atarikirenga ? Abobantu bose guhera kuri 60% gushika kuwufise 100% bose barakwije ibisabwa ikizobatandukanya gusa nutundi tuntu bazongeraho ubwabo bivanye nukumwumwe wese ahagaze,cankashatse….. ariko elements de basa baba basabwa bose baba babanje kubazihurijeko kwanza . Ariko kuberiki mutishimira ivyiwanyu vrmt? Ivyomubona hanze iyomuba ntibisigura gucusuzugura ivyiwawe naburya biba biboneka kwarintambwe itewe , banza basi uhindukire urabaho uvuye niho ucubona ko arivyo gushima. Nabanyeshure ntibimuka ngo nuko bose babaye abambere Ariko abimutse bose habahariho amanota de base umwumwe wese yashikanyeko kwanza kugira yemererwe kuba mubunguruzwa hama uwarengejeko rero niho ucubona hacahaboneka ziryantonde , sinzi ko tubitahura kumwe, rero tuze turashima nivyiwacu, ndashimiye cane uburundi nabarundi intambwe tugezeko vrmt . Murakoze
@nininahazwedonavine3349
Жыл бұрын
@@salvatoradamu-tk5os nukuri nanj ndagushimiye kuruwo mutama wogukunda igihugu ufise ureke abantu bagera hanze bakigira inzererezi, bagatangura gutukigihugu,bacintege nabandi barundi, ibaze umuntu agaye icogikorwa citeka twaronse yotinya gute kuzana abagisambura ???🤔🤔🤔gusa iconobwira imbura mutima zose zituka igihugu cazivyaye aho zirihose zimenye neza ko UMWANA W'ISEMA AVUMA AMABERE YAMWONKEJE
eshope
Icomuzi kurazi gukuza umunA murenzinduru abant ntakintu nagitoy gihinduts ng umwanya wa vip ibindi bihugu zibazisakaye hos kandi vyo mwakakarer nyene
Umumenyeshamakuru arakwiye kwiga ikirundi neza! Arakasura cane, hama ESHOPE= IMANGAZINI?
Kubona stade y' Makamba yakira 30.000 persones kitari no kuri standards international???? Je me pose des questions??? I Bujumbura bakubaka aga stade kajamwo 18.000 persones. N' akamaramazap!!!! Regionalisme ntizohera mu Burundi. Au lieu yo kuraba interet national, bashira imbere intara bavamwo. Jewe nafashwe n' agashavu sintegera......
@lucksonbonfilsbrown907
Жыл бұрын
Nanje vyaranyobey
Nta drônes mufise? Mupfume mukota
Nibakomeze ibikorwa tuzohakirir inkino zimirije
Nibaheze. Hamabasanure. Isoko. Baturiye
Stade yakera hajamwo bangahe? Ubu ho hazojamwo bangahe?
Iyi stade iaoba itagase kabisa
Kizokwakira abantu bangana gt???
@gabrielndayisaba366
Жыл бұрын
18.000
@user-vm4xs9dl9f
Жыл бұрын
@@gabrielndayisaba366 nico cambere kizakira abantu benshi ugereranije nibindi???
Comedy
❤❤ Visit Burundi
Abarundi murabaswa.ngonamwe mwakoze😮
Nikahera bogisakara cose vyoba vyiza cnee