Intahe ya GASAPE PART2//Iyo nakuye amahera yo kwubaka iyi HOTEL/Ibibazo nahuye navyo//Urwaruka rukwi

Ойын-сауық

Intahe ya GASAPE PART2//Iyo nakuye amahera yo kwubaka iyi HOTEL/Ibibazo nahuye navyo/Ico nohanura urwaruka
‪@NtareRushatsiHouseTV‬
#gasape #burundi

Пікірлер: 138

  • @venustebizoza7309
    @venustebizoza73092 ай бұрын

    Biriko biraza. Gasape aratanze akarorero keza. Hotel yiwe ifise ascenseur, gym moderne, Internet à haut débit na smart system. Hasigay abazokubaka, aho bishoboka, hotels zifise supermarket cank parking muri underground (valorisation optimale de l'espace), zifise ascenseurs (elevators) na tapis roulants (escalators), hamwe na vivariums (e.g. aquariums, orchidariums, etc.). Ingenzi nyinshi zo mu bihugu biteye imbere zirakunda ama vivariums. Ikindi bakunda cane ni piscine yo kogamwo. Hariho n'umu engineer w'Umurundi yigeze gutanga plan y'inzu ifise forme y'ingoma y'Uburundi. Hotel ifise iyo forme irakenewe kandi ifise izina ry'Ikirundi like Ingoma Hotel, nka kurya hari Ingoma Stadium i Gitega.

  • @smiledentaltv1276
    @smiledentaltv12762 ай бұрын

    Ndi mu Rwanda ninza Bujumbura nzarara muri Jérusalem hôtel ❤

  • @sarahfeni1866

    @sarahfeni1866

    2 ай бұрын

    Ni karibu

  • @biiriyesilasye9522

    @biiriyesilasye9522

    2 ай бұрын

    Ni Gitega si I Bujumbura

  • @smiledentaltv1276

    @smiledentaltv1276

    2 ай бұрын

    Ni amafaranga angahe kuharara 1 nuit ??????

  • @VitalSakubu

    @VitalSakubu

    2 ай бұрын

    Si i bujumbura ni i Gitega

  • @nizigabosco3359

    @nizigabosco3359

    2 ай бұрын

    Iyi ir igitega

  • @JohnRayPierre
    @JohnRayPierre2 ай бұрын

    This guy will make you pack your bags and move to the motherland with his energy! Big ups sana and continue to make the country great.

  • @user-oj4jw1gc5c
    @user-oj4jw1gc5c2 ай бұрын

    nakubari saaaaana Gasape

  • @sinomiles
    @sinomiles2 ай бұрын

    Ndakunda ibiganiro vya Gasape, Gasape turiko turamukurako vyinshi , Ikikiganiro ndagikurikirana ndi Australia. Big up to UMUKUBITO TV.

  • @yesunijibu1534
    @yesunijibu15342 ай бұрын

    Good job kijana

  • @EdouardBonkeCiza
    @EdouardBonkeCiza2 ай бұрын

    Ndagushimiye cn ko wagiye mumahanga kutuzanira ubumenyi tutagira nakubwo Nam hôtel make akozuko Amen

  • @BUSHASHASWITCH
    @BUSHASHASWITCH2 ай бұрын

    💥💥💥💥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️🥰🙏🏾🙏🏾 gael wubahwee kbs na Gasape 😊

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza32442 ай бұрын

    Ni standard internationale, birandyoheye vraiment

  • @innocentndayizeye5134
    @innocentndayizeye51342 ай бұрын

    Bien sana gasape nabandi babonereho gusa mrci kudukuramwo ubwoba dufate risque niho bizogenda neza duplanifie imigambi

  • @NijimbereBeatrice-vi1ku
    @NijimbereBeatrice-vi1ku28 күн бұрын

    DUHE AKAZI MUTAMA

  • @angeakimana1811
    @angeakimana181128 күн бұрын

    Komera Imana ikuje imbere

  • @user-ng2se3yo7e
    @user-ng2se3yo7e2 ай бұрын

    Kweri kabisa uri injeni ❤😮😮😮😮

  • @gilbertniyonzima3690
    @gilbertniyonzima3690Ай бұрын

    Vyizz cane

  • @rebeccantanyungu6314
    @rebeccantanyungu63142 ай бұрын

    Izina niryo muntu Gateka ariko atera iteka intara avamwo.Gasape incabwenge kandi inyankamugayo.Acunda igishugu ciwe.Ur'umugisha ku rwaruka

  • @user-ql2yz5rv1k
    @user-ql2yz5rv1kАй бұрын

    Iyi Hôtel irarenze pe. GITEGA iwacu habaye muri Amérique kabisa. Gasape wubahwe kabisa kuko mission wagize hanze zaragize akamaro. Warahuyeyo vyinshi.

  • @sarahfeni1866
    @sarahfeni18662 ай бұрын

    Ntawutobishima pe 👊👊👊 i Gitega hagiye gusha

  • @user-tv7fo2pg9i
    @user-tv7fo2pg9i2 ай бұрын

    Imana ikuzigame uzobera akarorero beshi na Gael yubahwe kubiganiro atunganya ni nkenerwa cane

  • @EdouardBonkeCiza
    @EdouardBonkeCiza2 ай бұрын

    Ndagushimiye cn mwana wuburundi kutuzanira agateka mugihugu wewe ntubishira mumajambo ubishira mubikogwa Amen....nyishi cane

  • @ntahetony-blaise6386
    @ntahetony-blaise63862 ай бұрын

    This guy is truly inspiring! I fully support you.

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza32442 ай бұрын

    Munyishure

  • @mariechantalitangishaka3189
    @mariechantalitangishaka31892 ай бұрын

    Gasape n incabwenge . Imana Ushimwe kwaguma atarimbere Ibandanye kumuhezagira

  • @guynoelofficial155
    @guynoelofficial1552 ай бұрын

    I just got a new idol 🙌🏽yubahwe kwl

  • @user-nk3ue2cs4k
    @user-nk3ue2cs4k2 ай бұрын

    This guy Gasape has got the american cultural business mentality ! He is so smart and has a clear vision, I wished the burundian leaders could invest their stolen money in the country to give jobs to the young ppl.

  • @nsafelix

    @nsafelix

    2 ай бұрын

    you can wish but it will never happen. don't be surprised when they start bothering him in order to still his business

  • @user-nk3ue2cs4k

    @user-nk3ue2cs4k

    2 ай бұрын

    @@nsafelix poor Africa. I am scared that they will bother him as well. He is a very hardworking guy

  • @rafikiwakweli2049
    @rafikiwakweli2049Ай бұрын

    Gasape jewe naragukunze, jewe ryohegwa mbonye abariko bakoraneza tukwigirako

  • @nsengiyumvaemmanuel9776
    @nsengiyumvaemmanuel97762 ай бұрын

    Vraiment muhezagirwe cane kabisa GASAPE nawe GAEL mukomere igihugu caribarutse

  • @MatsitsiNiyiriho
    @MatsitsiNiyiriho2 ай бұрын

    Haratwika❤❤❤

  • @BazeNews
    @BazeNews2 ай бұрын

    Urintwari musaza Gasape respect

  • @venustebizoza7309
    @venustebizoza73092 ай бұрын

    Vyiza cane. top 1 hotel.

  • @WiseJay-gh2zd
    @WiseJay-gh2zd2 ай бұрын

    Good job Gasape.i must visit there

  • @user-wo6yi6gd6g
    @user-wo6yi6gd6g2 ай бұрын

    Courage ,gasape uramfashije.merci no kudukangura.

  • @arcangeriziki4819
    @arcangeriziki48192 ай бұрын

    Abantu rero baratwenza ibivyiza mbony harih abakimutora défaut ko harivy yakoz nabi hhhhh komer nujur Imana igukomeze

  • @hetmanrene
    @hetmanrene2 ай бұрын

    GASAPE uracie ubwenge cane Imana ikurinde kweli.

  • @user-uw7zb2wx3e
    @user-uw7zb2wx3eАй бұрын

    Part 2 Gael yafash ubuseriye😅😅

  • @NiyonzimaCeus-tf8nr
    @NiyonzimaCeus-tf8nr2 ай бұрын

    Nice kabisa

  • @vianysebo759
    @vianysebo759Ай бұрын

    Iyo card sim niho turi tuyirindiranye ihamu kbs Gasape yubahwe

  • @Twese.01
    @Twese.012 ай бұрын

    Hotel ni nziza cane, Kuri balcon mubona haguye imvura abantu batonyagirwa nizo téléphones zikononekara. Ntakuntu mwoshiraho protège pluie .

  • @nduwadesire2819
    @nduwadesire28192 ай бұрын

    Umugabo Gasape ni uwo gukwirikira kabisa eee

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp2 ай бұрын

    WOOOOA mbega ivyiza hejuru cyane kuyindi mpwemu idasanzwe ❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose57012 ай бұрын

    Wubahwe koko hakenewe abantu nkawe❤❤🎉🎉🎉

  • @NININAHAZWEBlaise-bj4xd
    @NININAHAZWEBlaise-bj4xd2 ай бұрын

    Umunyagitega yubahwe

  • @belemboureima6231
    @belemboureima62312 ай бұрын

    Very good job Gael bandanya utwereka ivyiza vy’igihugu cacu. Next time in Bdi I will stop by Jerusalem hotel pe

  • @VianneyNzeyimana-hg2td
    @VianneyNzeyimana-hg2td2 ай бұрын

    Gaël urashoboye nicogituma na chaîne yawe wayise umukubito

  • @irihoseobedi4777
    @irihoseobedi47772 ай бұрын

    Tres bien Mr. Gasape

  • @samuelniyokwizera9378
    @samuelniyokwizera93782 ай бұрын

    Merci beaucoup Juste Gaël and Ir Gasape 🎉

  • @edmondniyonzima9097
    @edmondniyonzima90972 ай бұрын

    Imbere cane le grand ❤❤❤😊

  • @melancekubwimana9177
    @melancekubwimana917727 күн бұрын

    Uriko ukora ibintu vyiza muga wavuze menshi

  • @mr_tubane_neza
    @mr_tubane_neza2 ай бұрын

    Juste nsabira akazi kwuwo mu gee nzoze ndasereva mubuzima bw'indyankurye 🤣🤣

  • @nahimanafiston6518
    @nahimanafiston65182 ай бұрын

    No 1

  • @nyiramuzikapatronjeune8833
    @nyiramuzikapatronjeune88332 ай бұрын

    Nyakubahwa GASAPE BISA NKAHO ROHO YA NYAKUBAHWA UMU FONDATEUR WA ECONET YAMUZUKIYEMWO KBX NAKOMEREZAHO ANIBUKE ABANA BATO BABA SURDOUÉ NKAWE ABAFASHE MURAKOZE

  • @nduwayochristophe6079
    @nduwayochristophe60792 ай бұрын

    ❤❤❤

  • @user-qq6mv6vh3e
    @user-qq6mv6vh3e2 ай бұрын

    Ikiganiro ciza pe

  • @user-nt3sp6il2m
    @user-nt3sp6il2m2 ай бұрын

    Niheza kweri🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇧🇮

  • @vianysebo759
    @vianysebo759Ай бұрын

    Oya mamayangu gasape ni Elon musk wom'uburundi yizane buja

  • @maniratungageorge6797
    @maniratungageorge67972 ай бұрын

    Kabisa wubahwe ❤🎉

  • @fabricebaregensabe5833
    @fabricebaregensabe58332 ай бұрын

    Magnifique

  • @sergetheeditor257
    @sergetheeditor2572 ай бұрын

    Much respect Mr Gasape

  • @audacenihorimbere6142
    @audacenihorimbere61422 ай бұрын

    good job

  • @brouillon2002
    @brouillon20022 ай бұрын

    Mu bintu vyose uvuze ndabaye fan du fait que ugize ikintu c'itara mu cumba, personnellement c'est un point carrément important nta muntu aba akwiye kuryama rimumena amaso. Komera ushishikare ku gikorwa

  • @vyisijean7065
    @vyisijean70652 ай бұрын

    Gael avec gasape mwese ndabipfurije ivyiza gusa

  • @PrincEloge
    @PrincEloge2 ай бұрын

    Nivyiza cane 🇧🇮👊👊

  • @user-qo5yp1ww6s
    @user-qo5yp1ww6s2 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤❤

  • @Ihangirotv-1234
    @Ihangirotv-12342 ай бұрын

    Trésor From Ihangiro Tv 🎉🎉🎉❤

  • @imeldeniyibizi7012
    @imeldeniyibizi70122 ай бұрын

    Jewe shaka kigira booking

  • @gabrielmanirakiza6731
    @gabrielmanirakiza67312 ай бұрын

    Ter'imbere mwana w'ubwanya urunga

  • @KDaGr8est
    @KDaGr8est2 ай бұрын

    🔥🍾

  • @fufjffdugj6626
    @fufjffdugj66262 ай бұрын

    Gasape ndamukunda

  • @eng.dieudonnebyaruhanga1618
    @eng.dieudonnebyaruhanga16182 ай бұрын

    JERUSALEM Owner deserves much respect

  • @irankundaaristide3284
    @irankundaaristide32842 ай бұрын

    Gasape bdagutey integ kubint urik urakor igiteg vyerekana igihugu CAC k kirimw incabweng

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza3244Ай бұрын

    Bjr. Igikuru iraba izimbutse,kuko dufise uburyo buke,nayahandi ho ni nziza

  • @manicyriaque1318
    @manicyriaque13182 ай бұрын

    Take the Risk,kuyindi mpwemu

  • @futuremillionaire450
    @futuremillionaire4502 ай бұрын

    Mbaye uwambere, abanyaGitega tumenyane,, Kandi aho Hegereye Afrita na Église vivante 😂😂

  • @Pacifiquenkurikiye
    @Pacifiquenkurikiye2 ай бұрын

    Connexion nayo watwemereye vyagiyehe ur muvyunguka😂😂

  • @worldofstars-ex1ok
    @worldofstars-ex1ok2 ай бұрын

    Hotel isa neza cane gose. GASAPE yubahwe

  • @innocentbangirinama5008
    @innocentbangirinama50082 ай бұрын

    Kandi izo card zugurura kuma hotel sivyiza kuzishira hampande ya Phone 📱 ngendanwa kuko ica iyirokingi ushika kumuryango ukugurura bikanka gusa sinzi kwari hotel zose terimbere Burundi 🇧🇮 🥰🥰🥰😍🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @venusteemerusenge377
    @venusteemerusenge3772 ай бұрын

    Uwovuga Ivyiza vya JERUSALEM HOTEL,ntiyobiheza.

  • @niterekajunior4598
    @niterekajunior45982 ай бұрын

    Kuvyibuha subu boss Gaël muga ni bon uzobibona urik urakura

  • @arcangeriziki4819

    @arcangeriziki4819

    2 ай бұрын

    Ntuz ko kuvyibuh ar ubugway

  • @julesspencer517
    @julesspencer5172 ай бұрын

    Kuyind mpwemu idasanzw 🏫🏫🔥🔥❤🇧🇮🇧🇮💯

  • @irakozemarina8881
    @irakozemarina88812 ай бұрын

    ngo haguma ari RUGURU😂😂Eka ntana TANGANYIKA ihari😂😂😂 courage frère uzogera kure cane

  • @JeanBoscoAKIMANA
    @JeanBoscoAKIMANA2 ай бұрын

    We're numugabo asumb aband

  • @KaJoyceTia
    @KaJoyceTia2 ай бұрын

  • @desirengzh4606
    @desirengzh46062 ай бұрын

    😂😂😂😂😂😂 Umuntu yifuka oreillers cumi😅😅

  • @AmaniGahamanyi-pj6kp
    @AmaniGahamanyi-pj6kp2 ай бұрын

    Ntubona ko woe ukora neza ureke ya hene ngo ni waka Right wamunzwe nubuswa mba Munich ninza nzarara Ahooo Kd aravuga ukuli buraya 1 niveau haba essanseur

  • @cedricrukundo7229
    @cedricrukundo72292 ай бұрын

    ❤❤❤1

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu88602 ай бұрын

    Gasape urakisora ico ca Menu kuko umaze kugira order by QR code abo mugikoni bategerezwa guca babona awagize order utarinze guterefona. Uraraba rero uko wokosora

  • @dioladiola263
    @dioladiola2632 ай бұрын

    Tu sais vendre kudos à too Gasape

  • @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
    @MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi2 ай бұрын

    Aka nakabirya pe pe

  • @itangishashakaphilbert7708
    @itangishashakaphilbert77082 ай бұрын

    Narinkirindirany igishika

  • @valeriemanirakiza3244
    @valeriemanirakiza32442 ай бұрын

    None uwo niwe Gasape,umwe yari yaragize radio yitwa "Gasape"

  • @razarondiwayezu6314
    @razarondiwayezu63142 ай бұрын

    urugero atanze kuri uganda ntabeshe vyukuri nikohameze

  • @user-gk1pl3zk1q
    @user-gk1pl3zk1q2 ай бұрын

    Yarakoze amateka gitega ariko bitewenuko agomba kuzana prise zishariza ata kamba anahindure ashire sustem yogukotesha TV ata terekomande umuntu avuga bigaca biba murimake abihuze na Google yubahwe

  • @user-vj9sj6od9e
    @user-vj9sj6od9e2 ай бұрын

    Akakajama karandiye kuza karagirisha ama formation kuba jeune

  • @JBoscoNZOKIRA-mh4mo
    @JBoscoNZOKIRA-mh4mo2 ай бұрын

    Kora umuti uduhe iyo carte sim

  • @user-rs3yf4ln6r
    @user-rs3yf4ln6r2 ай бұрын

    Arashobony nkr gasape niyubahwe nkr

  • @oresteizere5550
    @oresteizere55502 ай бұрын

    👋👋👋👋❤❤❤

  • @user-ey6qm8vj1x
    @user-ey6qm8vj1x2 ай бұрын

    ntahandi nzosubira kuyarira

  • @yanganandeemmanuel7171
    @yanganandeemmanuel71712 ай бұрын

    Mn narinjyitenjyereje byahatar

  • @boashamah3642
    @boashamah36422 ай бұрын

    Mmbe wamusuma yiba 1.000.0000 FBu mwamufashe

  • @user-uw7zb2wx3e
    @user-uw7zb2wx3eАй бұрын

    Burya nta piscine ihari cnk nij ntabona

  • @Hitimana-Benoit
    @Hitimana-Benoit2 ай бұрын

    Je suis Ami du risque!

Келесі