ANCILLE EP5/BANDOZE INZOKA ICIYE MWISHAPULE YABA MUSILMAN YARI INDANI MUMUTWE/IMANA NIYO YAGIKUYEMWO
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV#DR_TV
Пікірлер: 71
Yesu aguhe umugisha muvyeyi wanje,Nizemwo vyinshi ndazi kobizogira akamaro muri jewe
Wariko ugira master mu vya Mpwemu no mu mubiri. Yesu agukomereze amaboko muvyeyi
@genestakwizerimana1223
3 жыл бұрын
Nukuri kose yari muvyirwa vya masters yo muri Yesu kandi ndashimye NDIHO atemeyeko amaramara .haleluia.
Uhoraho Imana aguhe umugisha kandi akomeze kugukoresha iby'ubutwari. Urakoze cyane
Yesu mwiza ugira neza bugaca bukira
Avuga neza cane! Abo tunigana si abinyama n'amaraso ariko tunigana n'abakuru, n'abafise ububasha, n'abaganza isi y'umwiza n'impwemu mbi z'ahantu ho mw'ijuru! Ancille komera, ushikame ushire amanga. Intahe yawe iranyubatse cane!
Mana nzi ko ushobora byose kandi nta kibasha kurogoya imigambi yawe Amen
Mpaye Imana icyubahiro
Murakoze .uguhora n'ukw'Imana
Imana ihabwe icubahiro yoyo yiyerekana mu bikomeye . Uze unsengere nanje sha . Abubaha Imana ntibamaramara
IMANA mushoboravyose ansubizemo inkomezi kuko iki gihe sigihe Co kuryama no kwisinzirira mugihe inkomezi zumwiza zo zasutswe ari nyinshi IMANA idutabare🙏🙏🙏🙏
IMANA ISHIMWE, YAKURINZE KANDI ISHIMWE NANJE NUMVISE IZO NTAHE ZOZE ZITANU NDAFASHIJWE, AMEN
Imana idutabare
Ancilla waraciye mumageragezwa Ariko Yesu yaratsinze yarakurwaniye. Yesu ni yamamare.
Imana Data wa twese ihabwe icubahiro ko yagukoresheje mu kwereka abo bansi b'umusaraba ko inkomezi zayo ziri hejuru y'izabo. Imana iguhe umugisha mukozi w' Imana. N'abakora ku Muco Wera TV Imana ibahezagire
Imana ishimwe cyane
Imana ishimwe
Nukuri ndongeye gukunda Imana kubera intahe yuyu mu Mama. Imana ikugumye caneeeee izoguje iherez ryiza.
Amen Amen IMANA ibahezagire cane umuco wera TV na mama Ancile kuriyintahe ikomeye cane muduhaye, bitumye niyumvira aho nahora naho ngeze nsanga hariho ico natakaje kweri
Imanishimwe yagukuye kure
Ndagushimara ukuntu udatinya kuvuga kandudatinya umwanawumuntu Yesazoguhiherez ryiza
Yooo Yesu ni muzima kweri.
Imana Yacu irakomeye iruta Ibigirwamana.
Mana Urakomeye Uteyubwoba gose
baribafashwe mpiri mw IZINA RYA YESU nukuri YESU KRISTO akwongeramavuta
Uyo muman numva ndamukunze caaane kuko arimwo lmana kd lyivugira neza lmana lmukomeze kd lzimuhe lherezo ryiza
Amen
IMANA igukomeze kandi itange iyo ngabire kuri benshi
That is the God we serve 🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼
Yesu ahezagire cane uyu mukozi wayo,hama ndasavye mumpe numero y'uyu mu maman Ancilla
Ego Imana irarinda cyane abantubayo
Amen amen
Nimumfashe mumpuze na madame ancile muzoba mukoze. Esicompa nkakizwa 🙆
Uhoraho Imana yacu n'igitangaza
Ico kintu citwa tasbil nico bakoresha mugusenga iba ifise intete 30 ariko harih izindi Nini zikunda gukoreshwa naba Sheikh ziba zifise intete 90,Imana yarakoze yarankuye mur islaam ivyabo biteye ubwoba cane,Intahe yawe insubijemwo intege nyinshi cane nsubiye kwumva uko Yesu Kristo akomeye arihejuru ya vyose.Madame Ancille Uwiteka aguhezagire cane igukomeze gose
Manayajye
Ibikorwa vy'Uhoraho Imana yacu biratangaje cane nukuri! Ndanezerewe nukwumva Imana yamurwaniye intambara zingana uko!!
Ukunesha n'ukwa Kristo !!!!!!!!
Izo ntahe zawe ,nukuri peeee, duhura navyinshi. Turwana navyinshiii
Hezagirwa maman
ISHIMWE RIRUTA AYANDI YOSE NIRIHABW'IMANA MW'IZINA RY'UMWANA WAYO YESU KRISTO, AMEN
@savedbygrace3230
2 жыл бұрын
Imana ishimwe kubw'inkomezi zayo. Hanyuma nubwakabiri mbonye umuntu yitwa Nimfasha. Imana ihabwe icubahiro.
Imana yacu ni Igitandara co kwihishamwo
YESU ashimwe duhe inomero wuyo muma pls
Mana wakijije Mama Ancille ndakwingize nanje nkiza unkuremo ibirozi biri munda yanje no mumubili wange wose. Muri Amerika barandoze munda yanje harimo ikintu kimeze nikiyoka nikindi kimeze nkikimashini, inda yanje imeze nkumuntu adwaye urushwima, mumutwe wange hahora haka umuriro, mumagufa yanje yose yo mumubili wanje wose hahora haka umuriro. Kandi mbimaranye imyaka 4 mbabazwa cane vyo gupfa. Mama Ancille ndakwingize nunsengere Imana intabare, amaraso ya Yesu Christ antwikire.
@kaburagad7268
3 жыл бұрын
Pole cane. Mw izina rya Yesu tukwipfurije gukira
@natashauw839
3 жыл бұрын
@@kaburagad7268 Amen
@iradukunda3699
2 жыл бұрын
Akira ugukira mw'Izina rya Yesu!!! Uhoraho ahabwe icubahiro!
Noneho menye k'umwami azokiza uwo yarobanuje amavuta!ntazomuta,ntazomuhemukira!
Nimuduhe inumero yuwo mu mama.
🤔🤔🤔Imana ni nziza
🖐️
Wow Mtumishi wa Mungu Ancila umeniongeza Imani I have received more step concerning your testimony I exalt the power we have in Jesus name and I thank the Lord Jesus who really manifest himself in front of those who believes and none believers and who protected you, can you send me your whatsup phones number ps I want to share with you something I am in TZ D'Salaam ♥️♥️🔥🔥🔥
Mwompa numéro yowo mumama mwoba mumfashije cane
Uyu mumaman arimwo ubumana cane ni ntahe yiwe irimwo inkomezi Noronka numero yiwe ya telephone..
IMANA IDUTABARE ntivyoroshe. None ko mudahirako numéro zanyu uwifuza kubavugisha yobayora gute ?
❤❤❤👋
@jeannettehabonimana2825
3 жыл бұрын
Imana iturinde cane
Q
Dufashe,mun zuwu muvyeyi muzoba mukoze numva ariwe yonsengera nkabohoka vyinshi yavuze nanje nikomeze nsigaye atabwenge mfise uko yavuze nanje nikomeze nageze iyondi kugira bampime mumutwe ariko basanze atabugwayi nabumwe mfise . Ndarushe nsigaye niyanka kuko simbona iyondiko ndaja nahora nsenga ubu mvuze amajambo abiri bampejeje kandi,umenga ndiko nibwira nsavye ubufasha bw amasengesho muzoba mukoze
@kambocarufi6951
3 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 Amen amen madame ancile numva ndagukunda cane
Muduhe numero ziwe nivyaba bikunda.
ndasavye numero yawe bantu B UMWAMI IMANA NA YESU CHRISTO erega j ndi muri Taiwan izinga rya CHINE aho basenga satani izuba riva, ako kantu n aka ba buddha. into abantu bambara utuntu nk utwo ngo baronk imigisha
@twizesolaje5893
2 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 muraho neza
@twizesolaje5893
2 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 iyu numberi twebwe abarikure ntibikunda nukuri ndasavye
Bonjour nashaka numéro zuyo mu maman svp voilà mon numéro +32487947183 mwondungikirako inumero yiwe mwoba munfashije cane
ISHIMWE RIRUTA AYANDI YOSE NIRIHABW'IMANA MW'IZINA RY'UMWANA WAYO YESU KRISTO, AMEN
@anniecelineiranzi6882
3 жыл бұрын
@@UMUCOWERATV2021 ndasavye numéro ya madame ancile
@user-yl4jr2tw7h
2 ай бұрын
Ndagukunda cn
Mwompa numéro yowo mumama mwoba mumfashije cane
Turimwo ubushobozi!!!!