MADAME ANCILLE MUGIKORANE CABAKENYEZI/IMANA YAMPISHURIYE IVYAHA 149 ABAGORE BAKORA/YATURITSE ARARIRA
Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Пікірлер: 55
Ameen🙏🙏🙏
Imana ishimwe caaane yaguhaye ubushobozi kuvuga ivyaha shetani ariko akorera abantu mu mpisho.
Amen Maman waraduhezagiy cn ,Yesu abndany kutuzigam
Imana ikongere inkomezi mukozi wayo mwiza ancille
Yesu akwongere inkomezi zo kumukorera. Abamama beza bamabaye neza Yesu abahezagire.
Mme Ancille Imana Izoduhane Ubugingo budashira
Amiiiiiiiina! Vuga ndakumva mukozi w Imana ❤❤👋
Mme ancille ndagukunda cane
AMEN AMEN AMEN IMANA yo mwijuru ibahumugisha
Mama ancille uvugukur Imana ikwonger inkomez
Uhoraho agukomeze
Yesu aguhumugisha mwinshi caneeeeeeeeee uvugukuri uronkumugisha
Yesu akwongere ubushizi bw amanga bwo kumuvugira , ukpmeze kuvuga ijambo ry Imana udaciye ku ruhande.
Mumfashe mwebwe abakora kuri umuco TV mumpuze nuwo mukozi w'Imana kugira amfashe
Amina mwene Data.korakora Yesu arahemba azoguhemba.
Imana ikwongere Umugisha,kandi izoguh iherezo ryiza
Ndafashijwe cyane imana ikongere amavuta❤️❤️❤️
Amen
Imana ihabwe icubahiro
Amina amina nikokurope
Yoooooo... Mwami Yesu mfasha
Imana idushoboze
AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
Ese Imana yoduha aba maman nkawe muntara zose vyoba arivyagaciro.
Mana weeee! Tubabarire
🙏🙏❤️❤️
None ko batabatuje!uhabw'umugisha mukozi w'Imana.
Harakenewe Abakozi nkabo muri kino gihe ciherezo Imana yo mwijuru Iguhumugisha mwinshi Mukozi w`Imana
Imana iguhe umugisha mukozi w'Imana.
Muhezagirwe
Murakoze cane goseeee
Imana ishimwe caneeeeeeeeee
Muhezagigwe
Imana itabare abamama
Mana mbabarira kk ndumumyavyaha
Amen Amen. Iyo ndirimbo niyakangahe?
IMANA IGUKOMEZE URIGISHA PE NIVYINSHI NZOHINDUKAKO
Imana idutabare
Mwadufashije numéro yumudamu ancile
Aman hezagigwa muvyeyi
❤️😭😭😭
Uyu mu dame yaroye he ?
Ese mwaduhaye numero z'uwo mukozi w'Imana mwoba mukoze.
Mwene Data uko niko kuri.
Hezagirwa mukozi wimana
Mana utubabarire
Egoo ubunigihe co kwerezwamwo aba christo dukwiye ku yum a caaane.
Urifuza iki? Kurikira icyo Bibiliya ikubwira :kzread.info/dash/bejne/n6qOtI9se67Kn5s.html
Yesu Kristo akwongere inkomezi.
Bimaze Iki gutunga ivyisi vyose uroshe umutima wiwe. Ntaco bimaze
@divineniyonsaba3587
2 жыл бұрын
matayo 16,26
Se fatiguer, viga buhoro kuko ejo ntirizosohoka
Amen
Imana yomwijuru itubabarire
Amen