INTAHE YA ANCILE EP2//BANSHIRIYE UBUROZI MUVYOKURYA NTAKAZA UBWENGE IMANA IRANKIZA/NGUSABE WUMVIRIZE

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV#DR_TV

Пікірлер: 54

  • @ancillebarutwanayo6209
    @ancillebarutwanayo62093 жыл бұрын

    Murakoze mwese Yesu abongere imigisha.Na cane cane Abakristo tube maso dusenge cane kandi twihane icaha cose,kugirango twezwe tumenye igihe turimwo ko ari icanyuma aho satani ariko akora kumuvuduko wo hejuru kugirango azimize abantu.Abandi yarabaciye intege,abandi barihebujwe n'ubuzima bakabivamwo,ariko turi mugushika mwihangane.Yesu adukomeze.Amen.

  • @mukeragabilodiana9391

    @mukeragabilodiana9391

    2 жыл бұрын

    Ndahembutse subijwemwo intege. Fitikibazo kindemereye ariko nizeye yesu gusa nanje azontabara

  • @virginieuwizeyimana5149
    @virginieuwizeyimana51492 жыл бұрын

    YESU numwami wabami yaratsinze amen 🙏 YESU aguhe imigisha

  • @esthermwanza1824
    @esthermwanza18242 жыл бұрын

    Yesu abandanye abahezagira

  • @ancillebarutwanayo6209
    @ancillebarutwanayo62093 жыл бұрын

    Umwami Yesu Kristo abahezagire mwese

  • @estherakimanizanye5476
    @estherakimanizanye54762 жыл бұрын

    Imana Se w'Umwami wacu Yesu Kristo iguhezagiiiiire Ndafashijwe weeee Dieu soit loué

  • @Gift-vn4sn
    @Gift-vn4sn10 ай бұрын

    Le Dieu éternel est le tout puissant Maman merci beaucoup Dieu Vous bénissse 🌺🌺🙌🙌🙌💕

  • @esperanceniyonkuru6970
    @esperanceniyonkuru6970 Жыл бұрын

    Imana ihabwe icubahiro kandi idukomeze .

  • @isidorentamwishimiro2952
    @isidorentamwishimiro29523 жыл бұрын

    Urakoze cane

  • @bernadettekosani9465
    @bernadettekosani94653 жыл бұрын

    Inkomezi z' Uhoraho Imana yacu zimira Inkomezi zindi zose. Nihabwe icubahiro.

  • @genestakwizerimana1223
    @genestakwizerimana12233 жыл бұрын

    Ndashimye cane kuri iyi ntahe kuko iranyubatse .Ego ndizecane kandi Umwami Yesu Ahezagire Madame Ancilla kuri iyi ntahe ikomeye turonse.

  • @chrisskelos7164
    @chrisskelos71643 жыл бұрын

    Yesu arabaruta!!!!

  • @jeaninekabano9190
    @jeaninekabano91903 жыл бұрын

    Wow huyu Mungu ni Jemadari wetu ni nguvu Tena Mamlaka Madam pole sana I am sooo happy to see that even though they tried but in vein Our God is strong than any kingdom praise the Lord God Almighty in JESUS NAME ♥️🙏

  • @manirakizadeosamuel3192
    @manirakizadeosamuel31923 жыл бұрын

    Murakoze cane Yesu abahezagire cane!!

  • @virginieuwizeyimana5149
    @virginieuwizeyimana51492 жыл бұрын

    Muratwigishije pe twumviraho

  • @ancillebarutwanayo6209
    @ancillebarutwanayo62093 жыл бұрын

    Mwaramutse mwese.Mpisemwo kubishurira hamwe,kuko nibaza ko nzoronka akanya ko gusubira Ku Muco Wera ndababwire igituma ntahisemwo kuja kubitwarira,nahisemwo kubaha Yesu,kuko uguhora ar'ukwiwe nibatihana Zaburi 7:11-13.Ico bikoze bagumye bampunga iminsi twari dusigaje kandi ntibagarutse kwiga muri groupe yanje muri Fevrier 2021,numvise baciye basaba kuja muri groupe ya Juin,ubu niyo bari natwe twaratashe.Kandi narabaramukije ndabifuriza ivyigwa vyiza kuko turafise groupe duhuriyemwo bamwe muribo ntibigeze banyishura.Conscience yabo nayo iraba accusa bazokwihana ndavyizeye banavyivugire ivyo bakoze.Batihanye irya Zaburi 7 izobashikako.Ariko sinifuza ko barimbuka.Ndabasengera minsi yose Yesu abiyereke bakizwe.Murakoze

  • @dominayokanau.6152

    @dominayokanau.6152

    3 жыл бұрын

    Merci

  • @irakoze79

    @irakoze79

    2 жыл бұрын

    Amen 🙏 Wompa number yawe ??

  • @nimfashafabrice
    @nimfashafabrice3 жыл бұрын

    YESU WEEEEE, NUKURI NUKURI NUKURI YESU UHIMBAZWE WEWE UDUHISHURIRA IBIHAMBAYE NK'IBI UKWO BUKEYE N'UKWO BWIJE. *Umutima Wanje Uranezerewe*

  • @ancillebarutwanayo6209

    @ancillebarutwanayo6209

    3 жыл бұрын

    Yesu abahezagire reka Yesu yamamare

  • @jeannettehabonimana2825
    @jeannettehabonimana28253 жыл бұрын

    Amen

  • @jeanboscobirorimana
    @jeanboscobirorimana Жыл бұрын

    Maman ukomere kumurimo w'lmana

  • @bahatirusegura4468
    @bahatirusegura44683 жыл бұрын

    Murakoze cane kuriyo ntahe Umwami Yesus abahe umugisha

  • @espoir2892
    @espoir28923 жыл бұрын

    yesu aguhe umugisha mukoziwimana

  • @nkundimanamarie-therese1301
    @nkundimanamarie-therese13013 жыл бұрын

    IMANA IDUFASHE DUKIZWE NEZA KUKO BIRAGOYE

  • @lydiairakoze5226
    @lydiairakoze52263 жыл бұрын

    Ameeen ameeen

  • @ashernziza5629
    @ashernziza56293 жыл бұрын

    Uhoraho arahambaye caneeee nanje naramubonye

  • @papajethro1587
    @papajethro15873 жыл бұрын

    Murakoze cane gose Yesu dufashe uduhe gukizwa vyukuri

  • @ancillebarutwanayo6209

    @ancillebarutwanayo6209

    3 жыл бұрын

    Amen,amen.Reka Yesu Kristo yamamare

  • @msajigwa9882
    @msajigwa98823 жыл бұрын

    Hezagirwa muvyeyi

  • @epiphaniemugwaneza1259
    @epiphaniemugwaneza12593 жыл бұрын

    IMana iguhe umugisha

  • @erianne494
    @erianne4943 жыл бұрын

    Maman hezagirwa imana iguhe umugisha

  • @niyubuntujosiane9207
    @niyubuntujosiane92073 жыл бұрын

    Murakoze kuduhezagira

  • @paroledepaix1
    @paroledepaix13 жыл бұрын

    Imana Ibahezagire

  • @genestakwizerimana1223
    @genestakwizerimana12233 жыл бұрын

    Shimwa Mana ya Ibrahimu Isaka na Yakobo kuko Uri Imana yinyamaboko .Ndagushima Mana kuko Urinda Abantu bawe.

  • @divineniyonsaba3587
    @divineniyonsaba35873 жыл бұрын

    iyi ntahe irakomey bene Data tuhakure icirwa gikomeye pe, Imana ihe umugisha uwu mukozi w'Imana

  • @beatricendikumana315
    @beatricendikumana3153 жыл бұрын

    Imana ishimwe

  • @ornellairankunda8578
    @ornellairankunda85783 жыл бұрын

    Imana iduhinbaraga.

  • @AURIN.OFFICIAL
    @AURIN.OFFICIAL3 жыл бұрын

    Yesuuuuuuu,uguma untangaza gushasha !!!!!! Ushimwe ingene wazigamye maman ancile !!!

  • @genestakwizerimana1223

    @genestakwizerimana1223

    3 жыл бұрын

    Ego cane Umwami Yesu n'ashimwe kuba Yaramuzigamye .haleluia !Yesu numudahemuka .Ese nanje yompa kumumenya vyuzuye.

  • @jeannsavyimana6114
    @jeannsavyimana61142 жыл бұрын

    Je suis très intéressé par les témoignages de Barutwanayo Ancile

  • @uwitonzefelicite1013
    @uwitonzefelicite10133 жыл бұрын

    IMANA yacu ikora kandi irakomeye

  • @zabykeybucumi6798
    @zabykeybucumi67983 жыл бұрын

    Mbegintahe yigisha wee

  • @ancillebarutwanayo6209

    @ancillebarutwanayo6209

    3 жыл бұрын

    Icubahiro cose kibe ica Ndiho,Umwami wacu Yesu ashirwe hejuru,wewe yanesheje.Twe turacari murugamba dusabe Yesu yaduhaye iryo hishurirwa kumunambako no kwezwa gose

  • @kazefloride9992
    @kazefloride99923 жыл бұрын

    Imana Ishimwe caaane Komera mukozi w Imana ❤❤👋

  • @ancillebarutwanayo6209

    @ancillebarutwanayo6209

    3 жыл бұрын

    Amen,amen.Hezagirwa

  • @madeleineniyonsaba4973

    @madeleineniyonsaba4973

    2 жыл бұрын

    Yoo yesu guhe umugisha

  • @chrisskelos7164
    @chrisskelos71643 жыл бұрын

    Mumpe link yigice cambere ntaco mbona kugura ndayumvirize neza

  • @violettemyongere7769
    @violettemyongere77693 жыл бұрын

    Imana iguhane umugisha n'umuco wera TV, murakoze. Muduhe Ep 3.

  • @muchris302
    @muchris3022 жыл бұрын

    Ariko se ko mwimana number zuyu mukozi w'Imana ubwo azasengera abantu gute ngo bakizwe????

  • @alberickadomo6132
    @alberickadomo61323 жыл бұрын

    Ariko mwaba mwarahamagaye Police? Kuko iyo ni empoisenement en flagrant delit.si envoutement yo mumwuka c'est vrmt physique no mumategeko byarikwumvikana .merci encore maman.

  • @ancillebarutwanayo6209

    @ancillebarutwanayo6209

    3 жыл бұрын

    Nahisemwo kubarega kuri police y'ijuru Imana ica iziroranye izomburanira.Ivyahishuriwe Yohana 6:9-17.Icaha cose gikorwa kizohanywa batihanye.Twagomvye no kuja kubarega kwa ambassadeur turabibuzwa.Hari impamvu

  • @alberickadomo6132

    @alberickadomo6132

    3 жыл бұрын

    @@ancillebarutwanayo6209 muraho neza mebyeyi ndifuza cyane ko twavugana en prive niba byashoboka ndi mu ntambara isa cyane cyane niyo mwahuye nayo. My fone watts app ni 2075132397 ndi muri US . Nshoboye kubone iyanyu nahita mbahamagara. Ngaho rero mbaye nkengurutse, UWITEKA abongere amavuta. Mugire ibihe byiza bye.

  • @jeannetteuwamwezi4709
    @jeannetteuwamwezi47093 жыл бұрын

    Ese mwaduha numéro twaboneraho mama Ancille ? Merci.

Келесі