Yarankunze - Redemption Voice Canada

Музыка

1.Sinshaka ko mutamenya
Ivyabayeho ca gihe
Aho umurango uhinduka ijoro
Kubwibicumuro vyacu
Nukuri nitwe yazize
Nivyacu bigabitanyo
Igihano kiduhesha amahoro
Cabaye kuri we
Refrain:
Kumukundisha umutima wanje
Ivyo nivyo ahora anyigisha
Guhora ndi mubwiza bwiwe
Ivyo nivyo ahora anyigisha
2.Sinshaka ko wibagira:
Ntaco wari gukora
Ntako wari kwikiza oyaa urubanza rw'Imana
Niwe yaguhisemwoo
Niwe gakiza kawee
Niwe azigama umutima wawe
Ngo ntihagire ikiwunaniza
1.Nari narapfuye
Maze angira muzima
Naruwo gucirwa urubanza
Aca angira uwidegemvya
None ubu, je ndashima
Je ndashima, je ndashima (x2)
Refrain
Narahariwe narahariwe
Ivyaha vyanje vyose
Vyanje vyose
Narakijijwe narakijijwe
Kubwimbabazi zawe
Nyinshi cane
Kubwo urukundo rwawe rwinshi cane
2.Umwagazi w’Imana
Akura icaha c’abari mwisi
Yarandavye yumva arankunze
Aca araza kumpfira
None ubu, je ndashima
Je ndashima, je ndashima (x2)
Narahariwe narahariwe
Ivyaha vyanje vyose
Vyanje vyose
Narakijijwe narakijijwe
Kubwimbabazi zawe
Nyinshi cane
Kubwo urukundo rwawe rwinshi cane
Audio producer: Marc Kibamba
Video Director: TheMind
Video Editor: Landry SB

Пікірлер: 225

  • @bonnaquessiairadukunda4451
    @bonnaquessiairadukunda4451 Жыл бұрын

    Kumukundisha Umutima wanje ivyo nivyo anyigisha... guhora ndi mu bwiza bwiwe ivyo nivyo ahora anyigisha🥺🙌❤️ Narakijijwe kubw' Imbabazi zawe nyinshi ❤️🙌 Thanks RV❤️🙏

  • @Igor_Fiston
    @Igor_Fiston Жыл бұрын

    Ku mukundisha umutima wanje ivyo nivyo ahora anyigisha ❤guhora ndi mu bwiza bwiwe nivyo nivyo ahora anyigisha 🙌🙌🇧🇮😍 love ❤️ you stay blessed

  • @YancalebSezikeye-ch4bt
    @YancalebSezikeye-ch4bt Жыл бұрын

    Nari narapfuye 😢 maze agira muzima😊RV be blessed😘😘🇧🇮

  • @ninetteniyokwizigira3664
    @ninetteniyokwizigira3664 Жыл бұрын

    Niwe yampisemwo Niwe Gakiza kanje Niwe akura ibicumuro vyabari mw'isi Jewee Ubu ndashimaa kuberaa nahariwe,narakijijwe 🙌🙋🙇 May God bless you 😍😍

  • @arnyniyukuri7114
    @arnyniyukuri7114 Жыл бұрын

    igihano kiduhesha amahoro cabaye kuri we 🙏🙏

  • @ayinkamiyelysemartine865
    @ayinkamiyelysemartine865 Жыл бұрын

    😍😍amajwiiiiiiiii mezaaaaa🥺un message profond🙌🥺 Yarankunzeeee kandi agenda aranyigisha kumukundisha umutima wanj🙌🥺mrciiii niniii servants of God😊God bless youu soo much Redemption Canada🤗

  • @gloriagoo9201
    @gloriagoo9201 Жыл бұрын

    Très bonne chanson de la rédemption 🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @graceee3292
    @graceee32927 ай бұрын

    My new favorites. Sending my love all the way from South Africa.🇧🇮🇿🇦

  • @andybirenzi
    @andybirenzi Жыл бұрын

    May God bless u for the song!! Uwavugije/ aranjije iyindirimbo uti great job kabisa!! 🎉

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    Жыл бұрын

    Bless u Andy, turiteze ko oneday nawe tuzohura ukaduhezagiza ingabire yawe😃

  • @joliemai1286
    @joliemai1286 Жыл бұрын

    Je suis infiniment bénie par cette chanson 😢 Merci Jésus car je suis pardonnée 🙏🏻🙌🏽 Que Dieu vous bénisse abondamment RV

  • @eftip
    @eftip Жыл бұрын

    Okay Maverick City yo mu kirundi😂😍😍😍 merci kundirimbo iryoshe muhezagirwe.

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    Жыл бұрын

    Hahaha ico duhuriyeko nuko turabana bimana hama tukayikorera ducishije muri music 😃

  • @IreneIrakoze
    @IreneIrakoze Жыл бұрын

    Kumukundisha umutima wanj ivyo nivyo ahora anyigishaaaaa halleluaaaaa

  • @LaridorNshimirimana-vm8ox
    @LaridorNshimirimana-vm8ox6 ай бұрын

    Rédemption UHORAHO abakoreshe ibirengeye ivyo yakoze

  • @emelyneiradukunda3205
    @emelyneiradukunda3205 Жыл бұрын

    Nari narapfuye maze angira muzima ❤❤❤❤thank you RV for this nice song you are a blessing 🎉🇧🇮

  • @user-jx5hf2py2n
    @user-jx5hf2py2nАй бұрын

    Yarangize muzima, Halleluy❤❤❤

  • @alexisbishaka335
    @alexisbishaka335 Жыл бұрын

    Murashinze muri mudu nukuri oooh mungu weeeeeeee😥😥😥

  • @lwanzodieumerci3029
    @lwanzodieumerci3029 Жыл бұрын

    Irakwiye icubahiro 🙏🙌🏽❤️

  • @iteritekashalom7640
    @iteritekashalom7640 Жыл бұрын

    I was found before I was lost and, I was his before I was not🎉.He really loved with an unending love

  • @OnesimeNiyubahwe-pj5mh
    @OnesimeNiyubahwe-pj5mh Жыл бұрын

    Ico ndabakundira muri mu mutima umwe 🙌

  • @rachelzoe7555
    @rachelzoe7555 Жыл бұрын

    Ooo Kumukundish umutim wanje ivyo nivyo ahor anyigisha, guhora ndi mu bwiza bwiwe ivyo nivyo ahora anyigisha🙇🏻‍♀️🙇🏻‍♀️😫... R.V Thank you so much for this Song🙏🏼 U’re so highly blessed 🙌🏻🙌🏻❤️

  • @aheza257
    @aheza257 Жыл бұрын

    😭😭😭😭😭🙏🙏😍😍 Umwami Imana abahe umugisha utagabanije

  • @clovisniyogushimwa5310
    @clovisniyogushimwa5310 Жыл бұрын

    Kumukundisha umutima vrt Nico anyigishaa ❤❤❤. Nice song❤

  • @Berithuhiriwe
    @Berithuhiriwe11 ай бұрын

    Merci beaucoup pour cette merveille chanson❤❤

  • @DJKuri854
    @DJKuri854 Жыл бұрын

    Narakijijwe kubw Imababazi zawe nyinshi caan❤

  • @igiranezanadege5440
    @igiranezanadege5440 Жыл бұрын

    God bless you❤indirimbo zanyu zirampezagira🎉🎉

  • @venusteiradukunda4837
    @venusteiradukunda4837 Жыл бұрын

    Igihano kimpesha amahoro Cabaye kuriwe❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @marorachantal34
    @marorachantal3410 ай бұрын

    Kumukundisha umutima wanjye nibyahora anyigisha

  • @tharcissebukuru
    @tharcissebukuru8 ай бұрын

    ❤ndayikunze cane iyi chorale

  • @PhilemonEbenezer-rz2rv
    @PhilemonEbenezer-rz2rv8 ай бұрын

    My goodness ❤ i love these guys, kumukundisha umutima wanje nivyo ahora anyigisha

  • @NizigiyimanaViola-jw9dj
    @NizigiyimanaViola-jw9dj Жыл бұрын

    Nsishaka kumwibagira mubuzima❤❤❤

  • @lionelamani7551
    @lionelamani7551 Жыл бұрын

    Texte ni nziza cane, irimwo amajambo ari deep gose☝music ni impecable😍 ariko kand mumaz I misi mukora indirimbo zisizwe ukuntu nyene😍😍 strategie mumazeko imisi muyitebeko ni nzima😍😍ndabakunda

  • @friseelyssakaneza6397
    @friseelyssakaneza6397 Жыл бұрын

    Nari narapfuye Aca angira muzima 🙏😍 None Ubu ndashima 😍

  • @kennyworshiper5229
    @kennyworshiper5229 Жыл бұрын

    Yarankunze pe

  • @Shineboy257
    @Shineboy257 Жыл бұрын

    Amen Amen🙏#MWARAHEZAGIWE👌

  • @claudettebankuwunguka-tg2th
    @claudettebankuwunguka-tg2th Жыл бұрын

    Eeeeh mbeg'indirimbo iryoshe,Imana ibongere amavuta bantu banje,muraduhezagiye kabisa,indirimbo iraryoshe caaane ndabakunda.

  • @yvannininahazwe1

    @yvannininahazwe1

    Жыл бұрын

    Amen 🙏

  • @olivierkevinndorere6100
    @olivierkevinndorere6100 Жыл бұрын

    Good uwiteka baakomeze🙏🏽🙏🏽🔥🔥🤝

  • @iteritekajudycaelle3331
    @iteritekajudycaelle33314 ай бұрын

    Niwe azigima umutima wanje ntihagire ikiwunaniza😍

  • @Terry-junilla
    @Terry-junilla Жыл бұрын

    This ‼️‼️‼️this is the gospel 🔥🔥🔥

  • @rihozekumutima
    @rihozekumutima8 ай бұрын

    Waaaauuuuuu....😢😢😢 Thank you mes Frères

  • @minerveirakoze9444
    @minerveirakoze9444 Жыл бұрын

    This Song shaaahh 😍 😍🥳🥳🥳💃💃 @Marvy viens 😄😄😘

  • @ndacayisabanovique1624
    @ndacayisabanovique1624 Жыл бұрын

    Oooh waaoouh narahariwe💪💪 ndabakunda caane vrmnt

  • @musafiriaugustin9099
    @musafiriaugustin9099 Жыл бұрын

    Courage

  • @minaniempphilbert5454
    @minaniempphilbert5454 Жыл бұрын

    Amen muhezagirw

  • @iammasterland
    @iammasterland Жыл бұрын

    Authentic 🥰 bless

  • @daniellaingabire3892
    @daniellaingabire3892 Жыл бұрын

    merci kundirimbo nziza🎶🎶 🙏

  • @jolamblessingniyongabo-uz7hc
    @jolamblessingniyongabo-uz7hc11 ай бұрын

    Yes narakijijw amen

  • @olivierngoma4326
    @olivierngoma4326 Жыл бұрын

    Redemption voice for life God bless u my people's

  • @uwimigishanaomie4315
    @uwimigishanaomie4315 Жыл бұрын

    Kind of Gospel 🤗God bless you cyane ❤

  • @user-jw3yl2jq4v
    @user-jw3yl2jq4v Жыл бұрын

    Muhezagirwe caaane 😢

  • @inesnduwimana684
    @inesnduwimana684 Жыл бұрын

    To love him in my heart tha'is what he teaches me😢😢Nice song

  • @pacifiquenibitanga5278
    @pacifiquenibitanga5278 Жыл бұрын

    it's A Big things🙏🙏🙏murampezagiy can

  • @belhatheonesteharelimana897
    @belhatheonesteharelimana897 Жыл бұрын

    Murakoze cyane, muzakomeza kubikora, muzakora n'ibirenze. Indirimbo nziza iradukururura itwegereza Nyagasani. Very Nice inspiration👏🎹

  • @didierogmsafi4442
    @didierogmsafi4442 Жыл бұрын

    Very very nice song songa mbele xanaaaa🤝💪

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    Жыл бұрын

    Asante

  • @douceaxella1388
    @douceaxella1388 Жыл бұрын

    Ubu j ndashima😊 narahariw ivyaha vynj vyos

  • @ezechielniyonkuru1622
    @ezechielniyonkuru1622 Жыл бұрын

    Love to much

  • @reinenoellairadukunda8827
    @reinenoellairadukunda8827 Жыл бұрын

    😭😭😭😭🙌🏻🙌🏻🙌🏻 yama anyigisha

  • @asofasuti8045
    @asofasuti80455 ай бұрын

    I don't understand the language, but I felt it in my spirit ❤ much love all the way from Samoa ❤ my brothers and sisters 💙

  • @christianniyontsinzi3387
    @christianniyontsinzi3387 Жыл бұрын

    U're a blessing to us 🇧🇮,Imana ishishikare ibakomeza 🙌🏾. Gusa sinogenda ntavuze k'umu pianist , first part yayiryoheje vrmt 🔥🎹🔥

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    Жыл бұрын

    Merciii bcp

  • @iteritekajudycaelle3331
    @iteritekajudycaelle33314 ай бұрын

    Guhora ndi mubwiza bwiwe ivyo ahora anyigisha

  • @inghampundu2867
    @inghampundu2867 Жыл бұрын

    What an amazing song!!!!😭🫶🏾🫶🏾🫶🏾

  • @laurenthatungimana4050
    @laurenthatungimana40508 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤uwiteka abakomez😅😅😅😮😮

  • @user-oz7qu3me1b
    @user-oz7qu3me1b Жыл бұрын

    Imana ibahe umugisha

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    Жыл бұрын

    Amen

  • @sauvenigaba7870
    @sauvenigaba7870 Жыл бұрын

    Halleluaaaaa🔥🔥🔥🔥🔥Gospel everywhere💖💖💖💖💖

  • @ndeanaeddy
    @ndeanaeddy Жыл бұрын

    Hallelujah 🙌🙌 Thank you again ❤

  • @thierryndabigengesere6701
    @thierryndabigengesere670110 ай бұрын

    Well Done, my suggestion: do the English version of the song to allow Canadians and Americans ( or just all English speaking ) to sing it . RV cultivate multi language worship and praise songs and the rest will history. Bless you All. Paul said: Ngeze mu baroma, Mb’umuroma, Ngeze mubagiriki mb’umugiriki; donc Ageze mu Burundi aba? Umurundi right? So guys, if your vision is to expand the Kingdom of God through your songs ; alors Mugerageze mubikore nka Apostle Paul; MUGEZE MURI CANADA MUBE ABACANADIANS in the way of worship . Thx 🙏🏽 & Keep up the Good Work.

  • @felixharumukiza9290
    @felixharumukiza9290 Жыл бұрын

    Icubahiro kibe c'Imana se w'Umwami wacu Yesu kristo

  • @faoustybryantmizero2020
    @faoustybryantmizero2020 Жыл бұрын

    Blessings on blessings fam🤝🏿

  • @erastendaboroheye9150
    @erastendaboroheye9150 Жыл бұрын

    God Bless you. It's very spiritual 👍

  • @reinehabogorimana7401
    @reinehabogorimana7401 Жыл бұрын

    Eph 2:5 :Hamwe twari tugipfuye, twishwe n'ibicumuro vyacu, yatugiranye bazima na Kristo_Ubuntu ni bwo bwabakijije

  • @HerveNdayikunda-wf8jt
    @HerveNdayikunda-wf8jt Жыл бұрын

    Thank you RV for this song...Jah bless u🙌💪

  • @scode1327
    @scode1327 Жыл бұрын

    #redemptionvoice Impano isi yahawe

  • @laetitiakiyakama3813
    @laetitiakiyakama3813 Жыл бұрын

    God bless you

  • @user-od3mq4hs6j
    @user-od3mq4hs6j3 ай бұрын

    Amina

  • @quairiatizere8241
    @quairiatizere8241 Жыл бұрын

    Hallelua🙏Narahariwe nukuri

  • @rukundodavid8131
    @rukundodavid8131 Жыл бұрын

    🙌🙌🙌🙌 amen amen❤😭

  • @thebriandofficial3512
    @thebriandofficial3512 Жыл бұрын

    Amen narahariwe🔥🔥

  • @inezamagofficial
    @inezamagofficial Жыл бұрын

    Yarankunze ❣️❣️❣️

  • @chervinmanirambona
    @chervinmanirambona Жыл бұрын

    Azokwama adukunda

  • @mrkeyburundi
    @mrkeyburundi Жыл бұрын

    Good job❤🔥🔥🔥 RV I am your fan🙏🙏🙏 #WeGotThat👁

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    Жыл бұрын

    Big thanks

  • @chantalkakunze259
    @chantalkakunze259 Жыл бұрын

    Que Dieu continue à être votre guide en tout 🌹

  • @edithndirahisha6915
    @edithndirahisha6915 Жыл бұрын

    OMG..🥹thank you Jesus 🙏🙏

  • @cedrictresordushime6095
    @cedrictresordushime6095 Жыл бұрын

    any amazing song. God bless you knd akomeze kubashoboza kuvuga ubuntu bwe murukundo n mukuri

  • @user-hb2hl7os6h
    @user-hb2hl7os6h6 ай бұрын

    Amazing song Amen

  • @queenaqk9939
    @queenaqk9939 Жыл бұрын

    😭kumukundisha umutima wanj ivyo nivyo ahora anyigisha 😭❤️ God bless you redemption for blessing us with such powerful words🙏Glory be to God

  • @ChanBy-sc6og
    @ChanBy-sc6og Жыл бұрын

    Amen Amen

  • @AlainAhaniyo-qu9gd
    @AlainAhaniyo-qu9gd Жыл бұрын

    Mwarahezagiw good song

  • @kwizeranathan7262
    @kwizeranathan7262 Жыл бұрын

    None se mwa jyezeyo gute aho gusa muzanyibuke

  • @hortenseiradukunda6226
    @hortenseiradukunda6226 Жыл бұрын

    What powerful lyrics 🤌🔥🥲🥲 Love you my People ❤️❤️❤️

  • @asiimwegodfrey455
    @asiimwegodfrey455 Жыл бұрын

    It's my first time here....uummmm goose bumps......I want to watch again and again

  • @alicentunzwenimana4854
    @alicentunzwenimana4854 Жыл бұрын

    Nagarutseee kugira comments irya 2 but stillll ndacariiii sans mot😭😭😭♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️ y're so anointed guuuysss ♥️♥️♥️♥️♥️

  • @madozoe3161
    @madozoe3161 Жыл бұрын

    Much Love❤❤❤ MWARAHEZAGIWE CANE❤ izina ry'UMWAMI YESU Ni ryamamare hose🙌👏

  • @joliemai1286
    @joliemai1286 Жыл бұрын

    Amen 🙏🏻🙌🏽

  • @Jemykwanda
    @Jemykwanda Жыл бұрын

    At first I thought it Maverick City 😮

  • @maymoon6189
    @maymoon6189 Жыл бұрын

    Great Generation of Redemption voice Guyz much respect 🙌🏿🙌🏿God bless you 🙏🏿

  • @divinemugisha7267
    @divinemugisha7267 Жыл бұрын

    🔥🔥🔥🔥 🙌🏾 hallelujah

  • @user-nz8mt8ho9h
    @user-nz8mt8ho9h5 ай бұрын

    Good bless you

  • @mtc-morethanconquerors
    @mtc-morethanconquerors Жыл бұрын

    This really a voice of Redemption💯🙌🏼❤️thank u for this.

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    Жыл бұрын

    Much love #MtC

  • @annygrettanishimwe5951
    @annygrettanishimwe5951 Жыл бұрын

    😭Narakijijw😭🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼🙌🏼

  • @bectv6486
    @bectv6486 Жыл бұрын

    Happy to see Chado among the team Bls u guys

  • @user-bn2tx5gb2u
    @user-bn2tx5gb2u9 ай бұрын

    Barikiwa sana ❤❤

Келесі