Redemption voice-YANGIRIYE NEZA (Official video)

Музыка

YANGIRIYE NEZA”
Written by : Herve Mbungabunga,Bernice Ingabire,Yves ishimwe
Performed by : Redemption Voice
Produced by : Arnaud Gasige
Video director: Landry Sb
Lyrics:
Umwe atigeze, ameny’icaha
Yabaye ikivume,k’ubwanje nawe
Yahevye vyose, vy’agaciro
Ngw’arokore ubugingo bwanje
Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe
N’igijwe hafi yawe
Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe
N’ukuri ndi Muzima!
R/
Ubu nguwe neza,
Ndirimba nemye ata soni
Nuzuye amahoro(*2)
Yangiriye neza, nta bwoba bw’ejo ngifise
Yamaze inyota y’isi, ampa ubugingo bwiwe
Yangiriye neza (*…)
Bridge :
Yambohoye, anshira mu bwami bwiwe
Nzobaho ibihe vyose (* 4)

Пікірлер: 327

  • @arakaaime3915
    @arakaaime39152 жыл бұрын

    Bashaaaa ndabuze nico mvugaaaaaaa kuriyi ndirimbo niryambere numvirije indirimbo 5 non stop Ico ndabasabiye nikuba mu Mana ibisigaye nivyo tubaravye tubabona nkabantu ariko mutekeye ubu Mana iyindirimbo yakorotse ivuye mw .ijuru biratanganje ingene Imana idusaba kuyitazira ikongera igaca arinayo iduha indirimbo yokuyishima iyindirimbo abamalayika bavyivazemwooooooo niko ndavyumva Namweeee Imana ibaducungire kristo abakoreshe m ubwami bwiweee shaaaa uwotuzohura muri mwebweeeeee hmmm

  • @ishimweyves382

    @ishimweyves382

    2 жыл бұрын

    Amen,urakoz cane Aime

  • @iradukundajimmy-thierry7930

    @iradukundajimmy-thierry7930

    2 жыл бұрын

    Twari twabakumbuye

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thank you brother! Glory to God🙌🏽

  • @edithndirahisha6915
    @edithndirahisha69152 жыл бұрын

    Ntamunsi uhera ntumvurije iyi ndirimbo🥺 God bless you 🇧🇮❤️

  • @miresa7048
    @miresa70482 жыл бұрын

    I'm from Ethiopia i don't know what you are saying but i liked this song GBU!

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thank you! We appreciate

  • @lysamarvellahakizimana8549
    @lysamarvellahakizimana85492 жыл бұрын

    Là vous venez de frappE fort 😢😢😢😍😍😍😍 on est sans v3 .......merciiiiiiiiiiii bcp les gars👐👐👌👌 Uhoraho abandany abakoresh beaucoup plus uk mwar muvyitezeee

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Ameeen merci beaucoup 🙏

  • @sindayiheburajanviere5410

    @sindayiheburajanviere5410

    7 ай бұрын

    😢😢😢😢

  • @fleuryniyimfasha2351
    @fleuryniyimfasha23512 жыл бұрын

    Courage bantubacu Imana ibahevyose ijambo nuburyo kgra iyi 2022 nkuko yatanguye twumva yamajwi yanyu meza izohere aguma asamirana mbere niyindimyaka irimbere 👏👏👏

  • @restorationvoiceministry8658
    @restorationvoiceministry86582 жыл бұрын

    Oooooh my God!!!! Inyuma ya IMWE haje Yangiriye neza!!!! Guys muri kuri Rytme nziza Kandi turabakunda kandi caaane

  • @rashchrisirakoze469
    @rashchrisirakoze4692 жыл бұрын

    😍🎶❤️A very good praise song!!🙌Yamaze inyota y ivy Isi ampa Ubuzima bwiwe!Ooh!Warakoze Yesu!! You're blessed RV!

  • @gracenyakaninign2044
    @gracenyakaninign2044 Жыл бұрын

    English Translation: Umwe atigeze, ameny’icaha / One who didnt know sin Yabaye ikivume,k’ubwanje nawe / Took my curse on him Yahevye vyose, vy’agaciro / He lost all worth Ngw’arokore ubugingo bwanje / That he may give me eternal life Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe / Through his blood, His covenant N’igijwe hafi yawe / That i may draw near him Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe / Through his covenant, Through His blood N’ukuri ndi Muzima! / Truly I am Alive R/ Ubu nguwe neza, / I am contented Ndirimba nemye ata soni / I sing without any shame Nuzuye amahoro(*2) / I am full of peace Yangiriye neza, nta bwoba bw’ejo ngifise / He did me well, I have no fear for tommorow Yamaze inyota y’isi, ampa ubugingo bwiwe / He removed my thirst for the fallen world, He gave me His divine Life Yangiriye neza (*…) / He did me well Bridge : Yambohoye, anshira mu bwami bwiwe / He redeemed me, He put me in the Kingdom of God Nzobaho ibihe vyose (* 4) / I will forever live in the Kingdom of God

  • @ishimweyves382

    @ishimweyves382

    Жыл бұрын

    merci beaucoup pour l'initiative

  • @theresakembabazi

    @theresakembabazi

    Жыл бұрын

    Urakoze cyane!

  • @user-od3mq4hs6j

    @user-od3mq4hs6j

    4 ай бұрын

    Urakoze cane kuyisigura uhezagirw

  • @DJKuri854
    @DJKuri8542 жыл бұрын

    Uhoraho yangiriye neza kuko yampaye ubuzima bwiwe🙇🏻🙏🏻❤️❤️❤️👌🏻

  • @jeanolivierbigirimana238
    @jeanolivierbigirimana238 Жыл бұрын

    Amazing song, YANGIRIYE NEZA UWO MWAMI YESU. NZOBAHO IBIHE VYOOOOSE

  • @noellanshimi326
    @noellanshimi3262 жыл бұрын

    Yangiriy neza my favorite song hallelujah praise God May God bless you🙏

  • @dushimeemery7420
    @dushimeemery74202 жыл бұрын

    Indirimbo nziza cane, yerekana n'ubwiza bw'igihugu cacu ciza.

  • @burundigospeltv2661
    @burundigospeltv2661 Жыл бұрын

    ndirimba nemye kdi nuzuye amahoro

  • @user-od3mq4hs6j
    @user-od3mq4hs6j4 ай бұрын

    Nice song iyo mwasigura nomucongereza vyari kuba vyiza gusumba

  • @UmwamiOrongoro
    @UmwamiOrongoro2 жыл бұрын

    ⛽️🚉 igitoro 😍

  • @Kigalicollection
    @Kigalicollection2 жыл бұрын

    God bless you love from rwanda 🇷🇼

  • @chachalizzymelody4374
    @chachalizzymelody43742 жыл бұрын

    Haleluya Yangiriye neza ndakunze iyindirimbo Redemption voice ndabakunda

  • @kubwimanamugishaaldin2658
    @kubwimanamugishaaldin2658 Жыл бұрын

    ...Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe N’igijwe hafi yawe Kubw’isezerano ryawe, ry’amaraso yawe N’ukuri ndi Muzima! MUCH LOVE FROM RWANDA #YANGIRIYENEZA #BLESSSSSSS

  • @nikuzedorianecharmante848
    @nikuzedorianecharmante8482 жыл бұрын

    I'm speechless😭😭you guys never disappoint...Uhoraho akomez kubagirira neza nkuko yama abikora♥️

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Wow thank you🙏

  • @deddy-deuskarakura4357

    @deddy-deuskarakura4357

    2 жыл бұрын

    Yangiriye neza😍😍😍...ubunguwe nez nuzuye amahoro Avancez Rédemption Voice iyindirimbo uwumus ndayiravy nka7 fois malgré k narisazw ndayizi ndayikunz gushasha

  • @gracendayishima1300
    @gracendayishima13002 жыл бұрын

    Mrc kundirimbo iruhura umutima mbony link kur statu yumuntu,niryambere numvise indirimbo zanyu nazikunze can

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Urakoze cane!

  • @ngendakumana_mbasha
    @ngendakumana_mbasha2 жыл бұрын

    Landry SB wubahwe bro ✊🏿

  • @dodavahbienaimedeleternel1552

    @dodavahbienaimedeleternel1552

    2 жыл бұрын

    Yesu agira neza!

  • @edenbanga
    @edenbanga2 жыл бұрын

    Imana yarangiriye neza ndaririmba nemye ata soni 💞thank you guys for the song lyrics and a nice Video 🤗God bless you more ndabakunda cane ❤️

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thank you Eden, we love you too!

  • @irambonadonykevin4960
    @irambonadonykevin49602 жыл бұрын

    "nzobaho ibihe vyose" heaven recorded it on the heavenly playlist tuzinjirirako mwijuru💥💥

  • @adriang.
    @adriang. Жыл бұрын

    Nukuri next time muzoze mudushiriraho lyrics musi 🥲🥰

  • @giraubuzimabwiza9894
    @giraubuzimabwiza98942 жыл бұрын

    Waah may Lord bless your work. Amen amen. Iyomwongera aga clip gato ka Yvan nawe uko yamugiriye neza

  • @japhetmanirakiza6025
    @japhetmanirakiza60252 жыл бұрын

    I was listening 🎧 this song at Buja FM. Real is a touchable song, be blessed again. YANGIRIYE NEZA.

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Glad to hear that, thank you!

  • @gedeonkapura5669
    @gedeonkapura56692 жыл бұрын

    From Goma DRCongo 🇨🇩. God bless you'll.

  • @ntarenews3319
    @ntarenews33192 жыл бұрын

    Production irarenz guyz video yoyo ni sooo ivympwumu vyo ni full

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Merciii beaucoup norasque

  • @mrpoliteburundidonatien2498
    @mrpoliteburundidonatien24982 жыл бұрын

    Les Jumeaux music club Burundi turashigikiye ibikorwa vyiza vy'uyo murwi

  • @masengesholandry5254
    @masengesholandry5254 Жыл бұрын

    Nuzuye amahoro indirimbo yanje yigitondo umurango ijoro God bess u guys

  • @lorisjean3878
    @lorisjean3878 Жыл бұрын

    Bigenda gute singend mubiteramo vyanyu muririmba nez kbs my fav song

  • @irankundarubin7171
    @irankundarubin71712 жыл бұрын

    Vyukuri iyindirimbo imeze neza peeeee imana ibahezagire redemption voice 🇧🇮🙏🙏

  • @edithndirahisha6915
    @edithndirahisha69152 жыл бұрын

    Hallelujah yangiriye neza ubu nuzuye amahoro🙌🙌🙌❤️❤️❤️🔥

  • @ayinkamiyelysemartine865
    @ayinkamiyelysemartine8652 жыл бұрын

    Oooooooohhhh😍😍😍😍😍😭😭😭😭Yesu wacu abagirire neza namwe kubw'iyi ndirimbo🤗 birenze uko mwovyibaza... continue de briller Redemption Voice !!!

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Ameeen🙏

  • @hakizimananyeretseevrard7130
    @hakizimananyeretseevrard71302 жыл бұрын

    IMANA yo Izi ivyo mukeneye kandi bibakwiriye ibandanye ibahezagira

  • @niyonkurumathieu8350
    @niyonkurumathieu83502 жыл бұрын

    Well performed song. May our Almigth God continue to bless you and yours now and forever Amen.

  • @incutiforlife
    @incutiforlife2 жыл бұрын

    Urakoze Yesu Wangiriye Neza

  • @MunezeroParfait-hx4ch
    @MunezeroParfait-hx4ch6 ай бұрын

    Muhezagirwe cn ndabakunda cn

  • @manziyves754
    @manziyves7542 жыл бұрын

    Nice gospel song

  • @nadiantegerejiyera2444
    @nadiantegerejiyera2444 Жыл бұрын

    Ntabwoba bwejo mfise🎸🎸🥰

  • @dociledushime
    @dociledushime2 жыл бұрын

    Yangiriye nezaaa😍😍😍😍😍😍thank you so much RV mur umugishaa cane

  • @esperancenzeyimana6064
    @esperancenzeyimana60642 жыл бұрын

    What a wonderful song..stay blessed

  • @fortisvander218
    @fortisvander2182 жыл бұрын

    Kitu kikali!muhezagirwe

  • @quelosupendo6227
    @quelosupendo62272 жыл бұрын

    Yangiriye nezaa😍😍🙏🙏🙏

  • @Davin99
    @Davin992 жыл бұрын

    RV❤...Lyrics👌...music👍

  • @normandbukuru8599
    @normandbukuru85992 жыл бұрын

    good song guys we love you from mozambique

  • @divinekellyniyonkuru5934
    @divinekellyniyonkuru59342 жыл бұрын

    I lov u guys indirimvo zanyu zirampezagiraaa caane musesekarizwe amavutaaaa mashaaa...go high and higher bro&sis. Yangiriy nezaaaa more than i expected or prayed for

  • @joselinebagire1313
    @joselinebagire13132 жыл бұрын

    Bernice keep serving God love you

  • @junioruwimana5510
    @junioruwimana5510 Жыл бұрын

    Murashoboye

  • @parfaiteineza2307
    @parfaiteineza23072 жыл бұрын

    WE love you RV hejuru cane thnk u for the song🥰

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Mercii petite soeur!

  • @norepentancenoheaventv
    @norepentancenoheaventv2 жыл бұрын

    Yangiriye neza 🔥🔥🔥🔥✍️✍️✅

  • @daxelizere-tt9ub
    @daxelizere-tt9ub3 ай бұрын

    ❤❤❤❤❤❤

  • @uwimanaadora6248
    @uwimanaadora62482 жыл бұрын

    Ameeen❤️ beautiful song my friends! Miss y’all

  • @blaisekidasharira2372
    @blaisekidasharira23722 жыл бұрын

    safi saaaana..Merci Redemption Voices

  • @stanleynkurikiye2651
    @stanleynkurikiye26512 жыл бұрын

    Halelua!! Birangoy kuyumv singend nta downldin ikaj kuri playlist yizind!!NDIHO abahezagire cane

  • @dric257
    @dric2572 жыл бұрын

    OMG😍 R🇧🇮V Data akomeze kubakoresha

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Ameen🙏

  • @deboramugisha6421
    @deboramugisha64212 жыл бұрын

    Nta bwoba bw'ejo ngifise kuko Yesu yangiriye neza🙌

  • @AriellaIgiraneza-pu7dx
    @AriellaIgiraneza-pu7dx28 күн бұрын

    ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @donthierryarakaza9905
    @donthierryarakaza99052 жыл бұрын

    What a wonderful song 🎵, uwutarayiraba yahonvy

  • @nduwimanaelick6929
    @nduwimanaelick6929 Жыл бұрын

    Good song keel irampezagir murungu CE abandany abagur

  • @aybenjamin
    @aybenjamin2 жыл бұрын

    Imana ibaj imbere 🙏🙏🙏🙏

  • @jeanpaulnkurunziza8299
    @jeanpaulnkurunziza82992 жыл бұрын

    Mukomer mumwami

  • @colombeniyongabire4029
    @colombeniyongabire40292 жыл бұрын

    Nta bwoba bw'ejo ngifise.yamaze inyota y'Isi.yangiriye neza.Imana ibandanye ibasiga ❤🔥

  • @irakozeparfaite6561
    @irakozeparfaite65612 жыл бұрын

    Yangiriye neza🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻

  • @billbruceclark7422
    @billbruceclark74222 жыл бұрын

    Powerful song💪 YATUGIRIYE NEZA

  • @nadinezirikunama122
    @nadinezirikunama122 Жыл бұрын

    Ndabakundaaaa imana ibampezagirire

  • @yvettendayisenga-qq9wm
    @yvettendayisenga-qq9wmАй бұрын

    ❤❤❤

  • @mugishacb
    @mugishacb2 жыл бұрын

    Beautiful song 😌Well done RV👏🏽

  • @Innocentciza
    @Innocentciza2 жыл бұрын

    Nice work i get it in Radio voix d'espoir

  • @ayinkamiyeglyce7013
    @ayinkamiyeglyce7013 Жыл бұрын

    Yangiriye nezaaa❤❤

  • @user-xj3yw4ht4n
    @user-xj3yw4ht4n11 ай бұрын

    Naj yangiriy nez

  • @lisaanddarlene19
    @lisaanddarlene192 жыл бұрын

    Fire 🔥This song is IT🔥

  • @mudengejeanclaude9960
    @mudengejeanclaude9960 Жыл бұрын

    Bjr mushingant amahoro y iman abane nawe nabawe bose

  • @jeangasore6235
    @jeangasore62352 жыл бұрын

    Keep it up 👍🏻 Jesus is all good For us

  • @Joelleina
    @Joelleina2 жыл бұрын

    Igicu kiratukuye…

  • @j.pierrebahuwimbuyekamenge1308
    @j.pierrebahuwimbuyekamenge1308 Жыл бұрын

    Imana ibongere Amavuta

  • @nathanjunior3368
    @nathanjunior33682 жыл бұрын

    wow 😍 I love ittt be blessed guys!!!!

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Thank you lil brother!

  • @lynemasunzu9714
    @lynemasunzu97142 жыл бұрын

    "Yangiriye neza"💕💕 anointing song , thank u

  • @cubahirodadyqueen4560
    @cubahirodadyqueen4560 Жыл бұрын

    Ndabakunda caneeeee ❤️❤️❤️❤️❤️

  • @leandrenimbeshaho3328
    @leandrenimbeshaho33282 жыл бұрын

    Yangiriye najew. bless song

  • @adelardirankunda2895
    @adelardirankunda2895 Жыл бұрын

    Nanje yarangiriye neza

  • @arnaudgasige7674
    @arnaudgasige76742 жыл бұрын

    YANGIRIYE NEZA🙌🏾

  • @matigon550
    @matigon550 Жыл бұрын

    ❤️ from Uganda. Beautiful gospel song though I don’t understand the language. I wish there were English subtitles.

  • @kenthakentha8584

    @kenthakentha8584

    Жыл бұрын

    🙏🙏🙏

  • @celestenubahe2702

    @celestenubahe2702

    Жыл бұрын

    Somebody of the name @gracenyakaninign2044 translated the words of the song in the comments section.

  • @kayongaemmagood6586
    @kayongaemmagood65862 жыл бұрын

    Wow! Waves of love KIGALI to you guys. Keep it lit

  • @fabricendayikorere8832
    @fabricendayikorere88322 жыл бұрын

    Merci beacoup kweli.All the best to you all,REKA YESU AGUCIRE INZIRA

  • @user-qj5dk6dj7x
    @user-qj5dk6dj7x5 ай бұрын

    waooo❤❤❤ good song

  • @joselinebagire1313
    @joselinebagire13133 ай бұрын

    ❤❤❤❤Yesu yasyize indirimbo sya mukwanwa kajye Hallelujah

  • @edmondndayikeze4670
    @edmondndayikeze4670 Жыл бұрын

    Je vous remercie par avance

  • @FJB6758
    @FJB6758 Жыл бұрын

    Yangiriye nezaaa 🤲🙏

  • @dan_rapper_btw
    @dan_rapper_btw2 жыл бұрын

    😍😍😍waooooo

  • @angenardidusenge3303
    @angenardidusenge33032 жыл бұрын

    Yangiriye neza🥺🙌🙏🙏🔥🔥🔥🔥

  • @jehovanissiiradukunda7049
    @jehovanissiiradukunda70492 жыл бұрын

    Indirimbo nziza muhezagirwe redemption voice 😍❤️ nipfuza komwoshira muriyo groupe yanyu🙈🙏mur'umugisha❤️🙏

  • @mutembayirealine5935
    @mutembayirealine59352 жыл бұрын

    Hallelujah... yangiriye neza 🙌🙌God bless you so much guys.kumburage kbs

  • @mugazajules2224
    @mugazajules22242 жыл бұрын

    nice song bavandi , Uhoraho yatugiriye neza uko nukuri

  • @sma-bbhofficial1750
    @sma-bbhofficial17502 жыл бұрын

    Redemption everyday

  • @nishimwebelyse9551
    @nishimwebelyse95512 жыл бұрын

    Ibnu n amavuta gsa😍😍💥

  • @dusabedondivin230
    @dusabedondivin2302 жыл бұрын

    Thanks to Jesus Christ, yangiriye neza, what shall I render to Him??? Nice song guys, Imana ibahezagire. caneeee...

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Amen amen dear!

  • @arianaakimana6394
    @arianaakimana63942 жыл бұрын

    Yangiriye neza🤩🤩😍😍😍🤗

  • @Itzp7
    @Itzp72 жыл бұрын

    Quelle belle chanson! Yangiriye Neza mu buzima bwanje nuzuye amahoro kubw'Iwe🙏🙏🙏

  • @niyomwungeregloria518
    @niyomwungeregloria5182 жыл бұрын

    😍😍😍IRARENZE IYIII NDIRIMBOO👏👏THANK YOU RV

  • @RedemptionVoice

    @RedemptionVoice

    2 жыл бұрын

    Merciii beaucoup Gloria😉🙏

Келесі