UMUTI WATANZWE KW'ISHENGERO RYA PENTECOTE RY'I BURUNDI
Фильм және анимация
Révérend Pasteur Samuel yakira abarongozi b'ishengero rya Pentecôte b'i Burundi, Révérend Pasteur Ndikunkiko Elie na Révérend Pasteur Onesphore Rukwiririkanya bongera bashikiriza ko ivyari vyarabagoye babitoreye umuti.
Пікірлер: 71
Jew ndanezerwa numutima wanje wose iyombonye is ishengero ryuzuye mpwemu yera riri mumahanga rishinga intahe yivya Yesu ndafise ukwizera ko igihe Nzoza Canada Nzokwisanga muririshengero
@Happy-427
2 ай бұрын
😂😂😂
Imana ibishimirwe rwose Ikomeze guha ubwenge abakozi bayo
Imana ibahezagire
Murakoze
Mwakoze kur'iyo nzira nziza, y'ukuri, mwafashe.
Muhezagirw bakoz biman guhariranir nivyobirang abanabiman murikigih kitorosh natw turarakizwa nez muzemutwibuk turek dukebaguzw mugakiz❤❤❤❤ a
Amen Imana ibongerereze umugisha bungere bacu
Mwungere Samuel turabakumbuuuye cane Imana ibahe umugisha cane cane cane
Naje ndipfuza mukirenge canyu bakoz b'IMANA NKAZOSHIKA NOHIYO❤❤ MUSHISHIKAR MUTWIGISHA
Imana yomwijuru iragahezagigwa ybikoze nabatama bacu baragahezagigwa na yo
Imana idufashe izoduhe iherezo ryiza
Ndabakunda cane Bungere beza Imana ibahezagire
Imana ishimwe cane
Imana ibahezagire yo yabafashije mukavyifatamwo neza
Nukuri umwungere wacu aruhukiremumaho nezejwe nuko barangije bahanye Imbabazi Yesu abiherwe Icyubahiro
Imana nishimwekwitabay uwundi yisumwana ngohoba abagabo
Imana yacu ni Yaa,turanezerejwe cane nuwo Muti wabonetse bibere nakarorero abandi
@Pentecotecanada
2 ай бұрын
Amen
Yesu aba❤hezagire
Haleluyaaa.Imana irikumwe nabarundi
@Pentecotecanada
2 ай бұрын
Amen
Imana ishimwe
Yesu abahezagir
Hiiiiii ndafashijwe imbabazi IMANA ibahezagire bakozi b'MANA
Aameen IMANA iragahezagirw 🎉
Si vyiza guhuruduka,kwitonda birakenewe kuko iyo usheshe ntuyora vyose,Na bibiliya ivuga ngo Hahigwa uwihangana ntivuga ngo Hahigwa uwuhemuka agaca asaba imbabazi.
Imanibahezagire batamabacu
None harya ga,umwungere w'i Bujumbura yariko Atuka uwumutwara?ibintu vyarabaye nabi.Kandi umwengo ni nawe yamurambitseko ibiganza amushira mu rarya mabanga arimwo .Hari igihe Imana yabwira Mose ngo aba bantu ndababonye ico barimwo.
Ntihakenewe amategeko hakenewe uwuzuye Mpwemu yera,.
Abo barongozi bose b'Amashengero ya Pentecôte muBurundi ndabifurije kumera nk'uwomuvyeyi wacu yaraye yitahiye mw'ljuru. Ndabifurije kandi kumera nkaYesu kristo.
IMANA ISHIMWE CANE IMBABAZI GUSA NIVYO IMANA IKUNDA KUNDI KUVURA IMITIMA NIKINTU GIKOMEYE IMANA IBIBAHERE ICUBAHIRO
Ariko arashaje , harugwarukavgobikora
Murabashingantahe mwabikoze neza
Uwutabizi yokwibaza ko ari muburundi.
Muhezagirwe bakozi b'Isumbavyose
Turabashimiye bavyeyi bacu
Imana ibahezagire caaaneee!bakozi b,Imana nezerewe kubabona.pasteur Damaseni nongeye kukubona ndanezerewe!
Mwungere Samuel wamanye ingabire y'ubwenge no kwitonda. Umuti wategerezwa kuboneka. Mwakoze cane bungere kuja hamwe mugatora umuti w'ibibazo.
@Pentecotecanada
2 ай бұрын
Amen
@minanijeanpaul8764
2 ай бұрын
Ego kweli uyu mwungere Samuel jewe aranyubaka cane
@nijimberespes3242
2 ай бұрын
Yesu ashimwe cane yabashoboje kwuzura mu gashira imbere ubugingo kuko mwahevye vyinshi ubu muriko muregereza guhabwa ibihembo. Imana ishishikare kubashigikira.
@user-yw1or5tb8s
2 ай бұрын
Imana ibihererwe icubahiro cane.bavyeyi bacu turabakunda cane
lMANA!!!Nushimwe!
Muhezagigwe uyu muti niwo murakabon ijuru batama beza
Noneho Pasteur wacu aciye yitahira, Imana ishimwe ko agiye abitunganije
Shetani naw aronder mwebwemurikunteb zimber kugirarab abarots ndashimy ukunt mwabitoreyumut
Pentecôte ndayikunda me amacakubiri ntazopfa ahezemwo
Mukozenkabakozi bakorerimana vyukuri imanizibahegusozeraneza
Batama lmana ihazagire kdi mugume kwibaga isengero rya pentekoti muribere maso kuko satani yahagurukiye ishengero ryimpemu kdi murabemaso mumpandezose zishengero abansekumva mubataramure ahokugira binjize ibyinzaduka mumurimo w,lmana ngonamaterambere
Iyo mureka no kubivugira kandi ku ma réseaux sociaux tugaca tubona nk' agafoto mugwany mu nda, ikindi gihe Onesphore akaja i Kiremba, Eliya naw akagenda Ntahangwa, Ishengero ryobonye ko mwasubije hamwe. hama rero mugaca mutunganya neza na CEPBU, mugatunganya n'ibintu vy' ama mariage hamwe, mukamenya n' ingene musangira ibikorwa ( ibigiracumi ). Ayo majambo mushikiriza ku ma reseaux sociaux niyo azotuma mutakaza crédibilité kuko burakeye kabiri ibere risubire riyage duce tugarukana aya ma video mu kubatitura. Attention aux reseaux sociaux. Abakuru murakwwiye formation sur les nouvelles technologies surtout la communication sur les reseaux sociaux. Umwami Yesu abane n' imitima yanyu
@dzelbahnijmb1765
2 ай бұрын
Unvugiye ibindi dii.
@freddymuganga9731
2 ай бұрын
Nawe iyo utandika iyi commentaires ntitwamenya ko ubaho !! Twe DUHAYE AGACIRO IJAMBO" IMBABAZI" TWIZER KO ATABURYARYA BABIVUGANYE NIVYABA NAHO UKURI KUZOGARAGARIRA MU MPINDUKA Z'IBIKORWA
@user-vf3iv5mg5m
2 ай бұрын
Nta kosa ugize kuvuga uko uvyumva ariko kukwereka vidéo barwana mu nda ntibsigura ukuri.Na yuda ntiyigeze yerekana ko azogurisha Yesu vyabonekey mu bikorwa.twebwe dushigikiye ijambo IMBABAZI bahanye.kubibwir ishenger ni vyiza cane kuko ryumvise vyishi bibi nukugira bamenye ko vyahanaguwe ni mbabazi.
@user-vf3iv5mg5m
2 ай бұрын
Nawe ubwaw urumvise ko vyahindutse nivyo bondi wumvise bishobora kuba vyarahinduts cank bizohinduka kuko lmana niyo idushoboza kuva muri bibi tuja mu vyiza.ariko kandi ishengero ryose rirafise uko ryubatse nivyo ryubakiyeko.ibitazokunezera kuk bidahndutse urihangana Niko bimeze tukir mwisi
Mwebwe mubaye umutwe Kristo Yesu nawe yoca aba iki ? Bibliya ivuga ko Yesu Kristo ari we mutwe w'umubiri wiwe ariryo shengero.
@niyoncu
2 ай бұрын
Bifate ukushatse. Abashaka kumva bumvise
@enocknini2006
2 ай бұрын
Wewe ntutahura ivy'urimwo. Hora
Muranadufasha musubire mwige kukijanye na MARIAGE Z'ABANTU BABATIRIJWE RUGURU ex MAKAMBA KAYOGORO"bakorera BUJUMBURA Aho bashobora kugutegeka ko utegerezwa guhezagirirwa i MAKAMBA kd ibikorwa ubirangurira ibujumbura: navyo biravuna( ibaze ukora nko kur HÔPITAL MILITAIRE IMYAKA 10 BAKAGUTEGEKA KO UDUGA I MUGENI ,GATWE GUHEZAGIRIRWAYO KD IYO MYAKA YOSE WAKORA NIBIKORWA VY'IMANA MWISHENGERO KU NTAHANGWA
Imana ishimweee jewe ntavyo namenye None nshimye NDIHO atemeye ko ivyo bintu vyinjira mu matwi yanje
@prosperbibonimana2497
2 ай бұрын
😂😂
Muragahezagirwa Mwungere mwiza ku gikorwa co gusomora imitima yakomerekejwe n'imigambi ya sekibi
Kuberiki mwashimye kubikorera mu mahanga, imitima yakomeretse ni iyo abari muri CANADA ?Jewe uko nsigaye mbona ishengero rya Kristo Pentecôte ryarahindutse ukundi kuko kera watuye icaha k'umukozi w'Imana wagenda uruhutse ariko ubu uvayo utuntuye,mfise akarorero k'uwitwa Pasteur Salvator ava i kiremba yaramfashe nabi bituma n'ubu ndamubonye mbabara kuko yuzuye amacakubiri y'intara n'ako muramubwira ahindure ahandi ho ntaho azoshika
None Abo bagabo batwara abagore gusa?
Kimwe haruwo mutasizemwoooo mugusabana imbabazi.ariko lmana ibahezagire cane kuko nimwe tugirako
Ko ndi Otawa mutera nirahehe nifuza guterana namwe
@Pentecotecanada
2 ай бұрын
81 Rue Jean-ProulxGatineau, QC J8Z 1W2
" UBUSHINGANTAHE S'UGUPFA KWEMERA IBINTU VYOSE" IRI JAMBO RIRIMWO UBWENGE BWINSHI
Yoooo batama mwakoze umurimo mukiribato mbemubona harabazabasubirira barimo impemu nkizo mwarimufise canke musazanye
Icompa na Esron wa Kayogoro nawe akihana kuko numupagani abushitse
lMANA!!!Nushimwe!