Twarahemukiye Sokuru :Leonard Niyomwungere

TWARAHEMUTSE

Пікірлер: 61

  • @Tnawasha
    @Tnawasha2 ай бұрын

    Abakicumvira akakaririmbo kuwu mu Legend yigiriye😢 mumpe like❤❤🙏

  • @user-tc9tj5gg1h
    @user-tc9tj5gg1h2 ай бұрын

    Warakoze niyomwunger❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️🇧🇮wamye wibaruka intwari🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @jumasmaasifzakir2285
    @jumasmaasifzakir228511 күн бұрын

    That was a true milk and honey's country. His message was so powerful until today. He still country's legend. Oo God help our country BURUNDI. Big up bro. Much respect. You will be in the hearts of burundians and neighborhood country like RWANDA forever

  • @sailosoldierboy1723
    @sailosoldierboy17233 жыл бұрын

    Narababay ndabura nuwumpoza gusa imana ikwakire ndumusirikare w'uburundi ahonzobandi hose your good message with your people Burundian's i will never forget your goodness🇧🇮🙏

  • @florafrancine5025

    @florafrancine5025

    2 жыл бұрын

    Mpore bibaho mubuzima umuntu ahura navyonshi. Ariko bisaba kwihangana

  • @omarrugamba9724
    @omarrugamba97245 жыл бұрын

    Si uguhemuka gusa ahubwo twaramenje.

  • @RamaMkarim-yo1cn
    @RamaMkarim-yo1cn19 сағат бұрын

    iyindirimbo Burundi 🇧🇮 nimuyumvirize Kandi kubwonshi

  • @user-uh5ux4qc6c
    @user-uh5ux4qc6cАй бұрын

    Abayibonye 2024 nkanj muhezagirw

  • @cubahiropatrick6896

    @cubahiropatrick6896

    Ай бұрын

    ❤❤🎉

  • @emmastarboyemmanuel276
    @emmastarboyemmanuel2763 жыл бұрын

    Am crying because of this song 😭😭😭😭😭 it reminds me the life that I was in and sikua nikimjua alieimba guy's he else has memories of this sweet song

  • @user-tc9tj5gg1h
    @user-tc9tj5gg1h2 ай бұрын

    Uyu numu rast umwuzukuru wa bobo mari bose baririmba amahoro iyurihose imana ikwicaze iruhand yayo

  • @irishuyeminah7614
    @irishuyeminah7614 Жыл бұрын

    ..iyi ndirimbo natanguye kuyikunda nkiri muto canee 🥺🥺still now ndacayumviriza ikantera amarira😭😭😭Rip Leonard

  • @ndikubwimanajeanbaptiste1286
    @ndikubwimanajeanbaptiste12863 жыл бұрын

    l'amour que tu nous a montré . Tu restera inoubliable dans nos coeur.

  • @shantalrwanda3537
    @shantalrwanda35373 жыл бұрын

    Abayuvis 2021 mupe twatuntu like

  • @user-pr9ig2rv2p
    @user-pr9ig2rv2p2 ай бұрын

    Very nice song! rest in peace leonard and respect, you will always remain serious in our memories❤

  • @annonciatteuwimana1630
    @annonciatteuwimana1630 Жыл бұрын

    Yooo iyo numvise indirimbo za Léonard ncanumva agahinda kanyish nibuka muri 2019 Ingene twagiy twiganirira mundege yooo R.i.p bro warumurwaneza

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes62973 жыл бұрын

    RIP! Yes, reconciliation. Yes, Repentance! Yes, Forgiveness! Crying for Amahoro! Reminding Burundians of the values shared. Truth!!!!! This son of Burundi should receive the Noble Prize for Peace and Reconciliation.

  • @ShalhaS-wj6qf
    @ShalhaS-wj6qfАй бұрын

    Iruhukire amahoro disi iyindirimbo izoguma itukwibutsa irumwo impanuro nyishi cane😢

  • @sportsrwanda11
    @sportsrwanda113 ай бұрын

    Iyaba abantu nk'uyu batapfaga ahubwo bagororerwa kwiberaho iteka

  • @mikeniyonkuru1339
    @mikeniyonkuru1339 Жыл бұрын

    Warakoze kwaka karirimbo kuzuyemwo impanuro

  • @jacquesntabagara3682
    @jacquesntabagara36823 жыл бұрын

    For real,twaramenje. R.I.P Leonard Niyomwungere. Your spirit still lives on through your music.

  • @CocoAyinkamiye156
    @CocoAyinkamiye156Ай бұрын

    ❤️❤️🇧🇮🇧🇮

  • @SerwendaJeanbatiste
    @SerwendaJeanbatiste10 күн бұрын

    Nkunda impanuro ziri mundirimbo zawe pe

  • @bruceirakoze2192
    @bruceirakoze2192 Жыл бұрын

    Iyindirimbo umurundi cank umurundikazi akunda igihugu camwibaruts imwigishe

  • @user-uu5pw4ez7c
    @user-uu5pw4ez7cАй бұрын

    Ryama.amahoro warakoze kumpanuro wadusigiy

  • @user-zs6gs3yv7l
    @user-zs6gs3yv7l10 ай бұрын

    Wiruhukire amahoro naragukunda cn 😭😭

  • @VenantieNKURIKIYE
    @VenantieNKURIKIYE26 күн бұрын

    Ubu hoho nakaga 😢😢

  • @BandoraDjuma
    @BandoraDjumaАй бұрын

    Ndamukunda sn❤

  • @jeanjado
    @jeanjado2 жыл бұрын

    Huge message, I can't stop listen to this song

  • @shantalrwanda3537
    @shantalrwanda35373 жыл бұрын

    Burundi satani yaratugedeyep Mbegindirimbo mbuzicovuga Birandez from Saudi arabia

  • @SamsonNibaruta-uj8kp
    @SamsonNibaruta-uj8kp19 күн бұрын

    Igihugu kigeze ahatemba kabisa

  • @samsonbucyanaingenere9913

    @samsonbucyanaingenere9913

    11 күн бұрын

    Ntivyoroshe sogo

  • @JeannetteHabimana
    @JeannetteHabimanaАй бұрын

    Wogaruka muri 2024 hoho vyarayangaye

  • @user-hg6ep3qk9u

    @user-hg6ep3qk9u

    10 күн бұрын

    Ni amabanga ncuti

  • @mathieunsavyumukiza7587
    @mathieunsavyumukiza7587 Жыл бұрын

    Niyomwungere Léonard

  • @CesarTamba
    @CesarTambaАй бұрын

    Repose en paix😢😢

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial61543 жыл бұрын

    💗💗💗🧡🧡💛💙💜very good 👍

  • @user-dh1no5gc4h
    @user-dh1no5gc4h2 ай бұрын

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏

  • @user-yp2gy7rn4i
    @user-yp2gy7rn4i22 күн бұрын

    ❤❤❤

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060Ай бұрын

    ❤❤❤❤

  • @alinentahobari2930
    @alinentahobari293011 ай бұрын

    😭😭😭😭😭😭😭

  • @bigirimanamaoeliekakasim-cs6bn
    @bigirimanamaoeliekakasim-cs6bn Жыл бұрын

    Ivyo nukuri muvandimwe mu Burundi nukuva ibuzimu tukaja ibuntu

  • @methodemanirambona-dy7ih
    @methodemanirambona-dy7ih Жыл бұрын

    Ubutumwa bwawe ni bwiza cane.

  • @LievinKubwimana
    @LievinKubwimana5 ай бұрын

    😢😢😢❤❤❤❤❤❤❤❤ irambire muta❤❤❤

  • @mahulazialex1574
    @mahulazialex1574 Жыл бұрын

    Nawe pia ntivyari vyoroshe mur ico gihe.

  • @user-qf8gp7oy1j
    @user-qf8gp7oy1j8 ай бұрын

    Wawooo ❤❤❤good.

  • @SamuelItangishaka-zr6it
    @SamuelItangishaka-zr6it28 күн бұрын

    ❤❤❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯💥💥💥💥

  • @happymunezero4923
    @happymunezero49232 жыл бұрын

    Mana Data avyagiye mw’ijiru we Rukundo aze atabare abantu bose bari mu rwanko. Si mu Burundi gusa ni isi yose…..

  • @user-yp2gy7rn4i
    @user-yp2gy7rn4iАй бұрын

    😢😢😢😢

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 Жыл бұрын

    Thank you

  • @patrickimran2645
    @patrickimran26453 жыл бұрын

    Rip bro

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 Жыл бұрын

    ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @munimuni3365
    @munimuni33653 жыл бұрын

    😭👌

  • @niyonkuruclaude5431
    @niyonkuruclaude54313 жыл бұрын

    Rip

  • @nestorniyoyandemye4238
    @nestorniyoyandemye42382 жыл бұрын

    P

  • @nadeenblouch3257
    @nadeenblouch32572 жыл бұрын

    😪😪😪

  • @user-uu5pw4ez7c
    @user-uu5pw4ez7cАй бұрын

    Rp

  • @user-uu5pw4ez7c

    @user-uu5pw4ez7c

    Ай бұрын

    Poa kabisa

  • @ShalhaS-wj6qf
    @ShalhaS-wj6qfАй бұрын

    Iruhukire amahoro disi iyindirimbo izoguma itukwibutsa irumwo impanuro nyishi cane😢

  • @ShalhaS-wj6qf
    @ShalhaS-wj6qfАй бұрын

    Iruhukire amahoro disi iyindirimbo izoguma itukwibutsa irumwo impanuro nyishi cane😢