imbabazi by Lion story

Пікірлер: 24

  • @oscarnduwayo2654
    @oscarnduwayo2654 Жыл бұрын

    Iyi ndirimbo irimwo ubutumwa bukomeye, nuko mwaduhevye . Uhoraho Imana yacu n'urukundo iritegereza abana b'abantu kandi azohembera umwe wese ibikwiriye ivyo yakoze. Rero mureme izodutabara ino si tuyikurwemwo🙏🙏🙏

  • @user-zv8pk2cz4x
    @user-zv8pk2cz4x3 ай бұрын

    Mwaramutse neza. Turabakumbuye cane mu Burundi.

  • @dieudonnegisazaniyirora4591
    @dieudonnegisazaniyirora45915 ай бұрын

    Lion story🎉🎉🎉🎉 Ndabakunda cyane amagambo yo mundirimbo zanyu ninjyana yanyu biranyura kabisa

  • @kezakimanamelisa6102
    @kezakimanamelisa6102 Жыл бұрын

    🌟 from gtg. Love more

  • @user-zv8pk2cz4x
    @user-zv8pk2cz4x3 ай бұрын

    Imana ibandanye kubazigama Aho muri hose Ntamvura idahita.

  • @manassenemeyimana3078
    @manassenemeyimana3078 Жыл бұрын

    Mubahwe turabakunda cane

  • @dianendayishimiye6613
    @dianendayishimiye6613 Жыл бұрын

    Didi Blessing

  • @desiresingirankabo156
    @desiresingirankabo1566 ай бұрын

    Iyi ndirimbo irakmeye caane muduhe amakuru Yaba bana b igitega

  • @NdikumwenayoJohn-ly5dk
    @NdikumwenayoJohn-ly5dk11 ай бұрын

    Incabwenge murakumbuwe ça née❣️❣️

  • @ArnaudAkimana-rw7pi
    @ArnaudAkimana-rw7pi10 ай бұрын

    Mwirambire batama umuziki murawuzi

  • @kayogorokayogoro7297
    @kayogorokayogoro72973 ай бұрын

    Turabakunda cane LION STORRY DUKENEYE KUBA SUPPORTINGA KUGIRA MUGUME MUVUGA UBUTUMWA

  • @Alexisnshimirimana-vz5dx
    @Alexisnshimirimana-vz5dxАй бұрын

    I like you jaman❤❤❤

  • @NiyonsabaEsperance-cf5ux
    @NiyonsabaEsperance-cf5ux Жыл бұрын

    Mana tugirire imbabazi amen 🙏 🙌 ❤️

  • @donnick7856
    @donnick7856 Жыл бұрын

    Chanson fabuleuse ❤️

  • @user-jv3xb2rr3m
    @user-jv3xb2rr3m5 ай бұрын

    Raba mugaruke iburundi turabakumbuy

  • @manirakizafulgence9240
    @manirakizafulgence92407 ай бұрын

    Mwaburiy heh

  • @aliceakmaakimana9408
    @aliceakmaakimana9408 Жыл бұрын

    None koko musongera kugaruka kumuzika ryari. Imana itugirire imbabazi

  • @mikeniyonkuru1339
    @mikeniyonkuru1339 Жыл бұрын

    ✌️✌️✌️❤️❤️🥰🥰🥰🙏🙏🙏🙏

  • @micomeshack7024
    @micomeshack70242 ай бұрын

    2024

  • @evelynefuraha4053
    @evelynefuraha40532 ай бұрын

    Atari imbazi zuhoraho ntaco twovamwo 2024

  • @arcade3838
    @arcade38389 ай бұрын

  • @christabellauwimana3164
    @christabellauwimana316411 ай бұрын

    2023

  • @ntarestouta239
    @ntarestouta23919 күн бұрын

    Umuntu wese afata indirimbo y'umuntu akayishira kuri KZread atabanje kuvugana na nyeneyo aba ariko akora amakosa mabi cane. Iyo nyota yo kuronka ama views ku gikorwa kitari gwawe ni mbi caaane. Iyo ndirimbo wayanditsemwo amakosa none abantu barenga igihumbi ijana bamaze gusoma amakosa. Yikureko ubanze uvugane n'uwayanditse, sinon IMANA Izobiguhanira cane.

  • @ntarestouta239

    @ntarestouta239

    19 күн бұрын

    Birumvikana. Navugane na Passy Lion Story