Келесі
- 00:18
- 23 МЛН
- 25 күн бұрын
- 00:51
- 73 МЛН
- 12 күн бұрын
- 00:10
- 23 МЛН
- 11 күн бұрын
- 01:00
- 4,4 МЛН
- 9 күн бұрын
- 4:52
- 970 М.
- 5:00
- 67 М.
- 5:12
- 360 М.
- 6:21
- 78 М.
- 4:30
- 180 М.
- 6:23
- 731 М.
- 5:45
- 96 М.
- 4:48
- 424 М.
- 4:01
- 125 М.
- 2:03
- 503 М.
- 5:32
- 4,3 МЛН
- 3:28
- 18 МЛН
Пікірлер: 68
Ariko jye indirimbo zawe zose zirantangaza kuko ari impanuru gusa Imana ikongerere impano!
My lovely country Burundi u so beautiful🙏👋✌👌❤❤❤❤❤
Imana Iguhe iruhuko Ridashira Willy!!
iyi ndirimbo ifise amajambo akomeye cane. iyi ndirimbo uwufise amatwi yumva yumve .
Imana umwakire 😭😭😭😭gusa birababaj
A.r.p leonadas. Urugendo rwiza indirimbo zawe twazifana
Iruhukire Amahoro Waradusigiye impanuro
Still listen 2 dis😀
Your messages through songs will last forever. R.I.P
Abubu barihenda ngo bararirimba indirimbo zuyumuntu zirimwamajambo meza
iyi nindirimbo ifise ico yigisha...just listen carelly and gain something from it
Niyomwungere Leonard style is no different from lucky dube. We just lost another freedom fighter.😥😥
iyondirimbo waririvye yaranyuze irimwo amajambo yukuri gusa irakosoye kweri
Yavuze ngo : " utarakora icyaha..." . Ntiyavuze ngo " utarabikora..."
@irankundaamanishakur8095
3 ай бұрын
Iyindirimbo niyumugabo yitwa Mlaka maliro wo kuri Malawi. Leonard yayishize mukirundi
@Bakariijr
Ай бұрын
@@irankundaamanishakur8095 wapi ahubwo uryamugabo Leonard niwe yayimuha menya koyabaye malawi igihe kinini
Uwufise ubwenge arigamwo ikintu kinini mur'iyi ndirimbo. Amajambo n'umudiho ni super cool
@hermesnahimana7609
5 жыл бұрын
ni sawa
@aishwaryaaishu5083
4 жыл бұрын
kiku utabandanirije Kuririmba se kuko abagabo bararya imbwa zikishura
@annociatebukuru8106
4 жыл бұрын
Aririmba indirimbo zinkoramutima cane.
Ruhuka ncuti urasize iragi kw isi. Imana iguhe iruhuko ryiza
This song touched my heart even if you dead Rest In Peace🤔
R.I.P niyomwungere😪😪
iyo ndirimbo ifise ic'imaze muri twebwe.
Ntituziger twibagir izindirimbo kbx
Is'iza yaramaze guta imigaga
Eeeshi this man was taking all Malawian songs .....
Umukma yarakwiyegereje
Who is here after his death😢
I love these songs
Imana yaraguhaye ingabire
niwiruhukire amahoro Imana ikwakire mubwami bwayo
ikibwirwa nicumva nayicerekwa nikibona.
Good job my brother
nimuze murumviriza amajmbo yuwu muntu
@ericruhande1384
5 жыл бұрын
Muta nukuri nuhezezagigwe Jew jishoryaje riragoye cane kubona
Rest in eternally peace Legend
Bararya zikishura
Big up
2020💝💝💝
Cycy keza
yo thes musc is good
Niwiruhukire Burundi.twarahonvye
Niwiruhukire amahoro
nice i guess evenn thoe i dont understande wut he iz sayin lolz
Uvuze ukuri kwel
may your soul rest in peace indeed.
❤👍🏽
RIP
Uvuzukuri nkokurima
2021 ✊❤️
i feel like
2021
'nke
Copy and paste from Malawi, Mulaka Maliro
@Bakariijr
Жыл бұрын
Who do you think copied form one 😂another 😂
@wilnedzotohara9786
Жыл бұрын
@@Bakariijr mulaka Maliro did that song in 2003. When did your guy do his?
@jaykar-issa706
Жыл бұрын
@@wilnedzotohara9786You are right my dear, this one copied Mlaka Maliro. I remember enjoying Mlaka's in 2004 gigs @Nathenje, LL
@Bakariijr
9 ай бұрын
@@wilnedzotohara9786remember this guy lived in Malawi a long while. Probably your singer were in business with this guy so we should not rush to comment about something without doing research and again I’m completely denying your statement.
@Bakariijr
9 ай бұрын
@@jaykar-issa706 what if this guy were the one who gave Malawian singer the ideas?.
iyi nindirimbo ifise ico yigisha...just listen carelly and gain something from it
RIP
RIP