Témoignage de Serge Ndayishimiye / Rescapé de 1993
Serge Ndayishimiye est un rescapé des massacres de 1993 à l'Est du Burundi dans la province de Ruyigi, zone Butezi. Il est parmi les trois enfants sur plus de 50 personnes qui sont sortis d'une maison où ils étaient enfermés, puis brulés par leurs voisins Hutus.
Serge Ndayishimiye yacitse kw'icumu mu bwicanyi bwo mu 1993 mu buseruko bw'Uburundi mu ntara ya Ruyigi, zone Butezi. Ni umwe mu bana batatu ku bantu barenga 50 begeranirijwe hamwe, bashoboye gusohoka mu nzu yari yaturiwe n'abahutu bamwe mu babanyi babo.
Sous-titrages français
Spécial Témoignage
Parcours : Une série de 50 émissions
Abonnez-vous à notre chaîne sur KZread : bit.ly/2MCpJNQ
Rejoignez-nous sur Facebook : / renaissancet. .
Suivez-nous sur Twitter : / rtvrenaissance
Notre site web : telerenaissance.org/
Пікірлер: 28
Serges!pole sha!ukomez gusaba ingabirano yo kurekuriranira no gukunda abo mudasangiy ubwoko n'ivyiyumviro. Imana niyo izoguhorera
@mathiasruvari4576
Жыл бұрын
A@
Mu Burundi harabay ubwicanyi butagira izina, iciza nuko hoza umugwi wigenga atari CVR kugira ukuri kumenyekane
Muri wowe numvise ko ugira urukundo mu by'ukuri nta nzigo ufite komereza aho uri umuntu w'umugabo
Les témoignages sur télé renaissance peuvent aider au Burundi... Mais veuillez a ce que seule la vérité soit dite...
Mpore mpore mugenzi. Muvyandike ivyo bintu Imana izobahora
29:02...iyo essence yo guturira abantu buramatari w'ico gihe wo mu ruyigi ni we yatanze double cabine yo kuyishorera, aho i butezi mu batuririwe kw'ikomine harimwo senge yakurikirana na papa, yahiye mu bandi abona n'imbanyi y'amezi ane...icambabaje ni uko yari yamaze guhunga n'abana batatu biwe aca asubira inyuma ngo yibagiye ikintu, abo bana batatu barokotse uko
Warashavuye mon frère, wanyuze mu nzira y'umusaraba.Hari ubuhamya numva nkagira ngo ndi kurota cyangwa ndi kureba film. Abarundi n'abanyarwanda amateka burya arasa, abantu bafite ubunyamaswa kurusha inyamaswa.Komera mon frère ndi umunyarwanda arko burya u Rwanda n'u Burundi byangiritse kimwe
@oliviersabushimike1124
3 ай бұрын
Imisumbi irasumbana burya mwe muja gufata urwanda mwirukanye ubutegetsi bwari buhari kubw'amasengesho canke mwaje mwica igihema cose kugira mugere kubutegetsi ?hari amateka mwagize ibanga mudashaka kuvuga yabaye akamizwe n'ingoma.zane abahutu mwishe mufata urwanda.amagufa yose mwegeranije hamwe ngo yose n'abatutsi bagiriwe génocide ?mbe n'abahutu bacitse kw'icumu ko mwabasanze DRC,abandi mubicira mu buroko,reka reka 😢😢
@lambert9194
3 ай бұрын
Ariko mu byo mvuze nta bwoko nazanyemo cyane ko utazi ubwoko bwanjye, naba umuhutu naba umututsi ntabwo bikuraho ko ayo mabi yabaye ntibinakuraho ko uyu mutype yashavujwe kndi ntabwo wagira nabi kuko nawe bakugiriye nabi
Muhezagigwe cane
Yooo impore kweli. Ukuntu urumu Teacher wigurira umutima mwiza
Uzibere mu Mana nta handi wamarira ako gahinda
Ariko nkubwo umuvyeyi yarafise umwana angana nkuyo,ubwo yarataha nyene agatora agatiro,yiriwe araturira abangana nabo to arutse?Hari ibikoko bisa nabantu nukuri!
hari ubunyamaswa bwabaye hano muri grand lac burenze urugero budashobora gukwira mubwenge bwumuntu
Nta mugwi wigenga Hakiri Abakoze ayo Mabi bizoshoboka habonetse Inungane Ku Butegetsi bwiza n Ubutungane bwigenga
kumbe byatantiriye iburundi
A
??????
AAaà
Ivyo nivyo vyabaye ku Batutsi bose bishwe mu 1993 Ninako vyagenze gushia 1996
ibi narinzi ko byabaye irwanda gusa
Nu kwihangan birababaj kbx
Be mureka inkinamico basha,mugomba guhuvya amatohoza.ko mutanguye kubivugira hanze y'igihugu aho munaniriwe gutembagaza ubutegetsi 2015?izo nkina mico zanyu basha vyababuriye.burya intahe izotinda ifata ijambo nubwo muguma muburabuza ubutegetsi mwitwara kubakoloni banyu mwagurishijeko igihugu kuva twikukira.ayo manyanga yanyu mugenda mukora mubesha kugira muhabwe ubuhungiro mubarengero,sivyiza.bure kutaza ngo twubake igihugu.aho uvugako wahiye,ubona usa n'uwahiye ww ?reka ububeshi.
So yari muruyigi centre,hariya abasoda barabakingiye ntibabica,ico gisoda cubwoko bumwe Nico cari gihejeje kugandagura umukuru wigihugu nubu tutaramenya ico bamuziza.
@yvettekaneza4385
Жыл бұрын
Yari yateguye Génocide hama biramenyekana none iyo mipanga nimihoro vyaciye biva he pour dire que vyari biteguye kandi bari informé ko abatutsi bazicwa kuko ntivyaca biba igihugu cose atakintu bari bazi bari barigishijwe bikwiye
@karangwa2315
Жыл бұрын
kwica ndadaye ni impamvu yamabi nkayo?
A